Тёмный
RADIO TV  INKINZO
RADIO TV  INKINZO
RADIO TV INKINZO
Подписаться
Mukore Subscribe (S'abonner) Mubone amakuru y'akarere k'ibiyaga binini. Murakoze .
MUTWANDIKIRE KURI WHATSAPP +1 917 695 3622
EDENI MUTIMA W'AFRIKA : URN ORCHESTRA
2:57
16 часов назад
Éclairer les Ombres: URN ORCHESTRA
3:29
7 часов назад
Комментарии
@happymunezero4923
@happymunezero4923 5 часов назад
Dieu voit tout, entend tout et surtout il est le Juste Juge, il est lent à la colère igakorera ku gihe cayo, il est Souverain. Que le peuple continue de prier comme Daniel à un moment donné les prières seront exaucées
@user-mx1sn1yy3q
@user-mx1sn1yy3q 9 часов назад
😢
@user-mx1sn1yy3q
@user-mx1sn1yy3q 9 часов назад
Ubutegetsi bushirwaho nimana Muzobirindira kobusenyuka mubure
@Victor-zk5uc
@Victor-zk5uc 10 часов назад
Muragowe so
@ribertsekadodo662
@ribertsekadodo662 15 часов назад
intumwa ya papa wibagiwe
@kanimary5642
@kanimary5642 18 часов назад
Nugusenga cane
@user-qp3uy8cy7u
@user-qp3uy8cy7u 21 час назад
Bizoza kumbure inzira yabaye ndende, kumbure reka tugume dutegereje mugabo umwanya ubaye murefu kabisa, mugabo igitangaje kubona mwisi nzima habura uburundi bwonyene ibitoro, nukuri ntibitahuritse, harakwiye kuba les états généraux sur le carburant hama ababijejwe bakavuga aho vyapfiriye, numuti wotorwa, kuko abantu vyukuri bararushe
@PascalNgabonzinza
@PascalNgabonzinza 22 часа назад
Ahubwo caratevye kuyitembagaza
@kanimary5642
@kanimary5642 День назад
Niwirambire Imaniguhangaze uri Imvugakuri itavugira Mivumbi kumuvumba.
@kanimary5642
@kanimary5642 День назад
🫢🫢🙊
@kanimary5642
@kanimary5642 День назад
🫢🫢🙊
@kanimary5642
@kanimary5642 День назад
Mwaramutse Mushingantahe Mukasi. Iyi logo yanyu ni bien choisi 👌🏽💪🏽
@semysemy4218
@semysemy4218 День назад
Uyo mugabo numu apôtres? Imana imubabarire. Genocide ntishoboka mu Burundi wamugabo we. Abantu barajijutse. Ndasubiyemwo, ubwoko bwose bubiri bwaragandaguye abantu. Intwaro zabayeho après indépendance, z’ari izabatutsi kandi zaragandaguye abahutu ibihumbi amajana. Ubu nigihe co kubana mumahoro. Umuhutu, umututsi umutwa akishira akizana. Mwese muri bene Burundi.
@ntakarutimanaoscar1867
@ntakarutimanaoscar1867 День назад
Radio inkinzo ; niba koko atari ugushaka gucafuza abarundi bo mubwoko b'abahutu, mwigore mutuduhe urwo rutonde rw'abagize uruhara mw'ihonyabwoko ryahekuye abavandimwe bacu b'abanyarwanda muzoba mukoze caane
@user-gq8tb2sv9y
@user-gq8tb2sv9y 2 дня назад
Ko muvuga genocide yategugwa mutavuga bonyoni uruhara yagira muvyategwa
@user-gq8tb2sv9y
@user-gq8tb2sv9y 2 дня назад
Mbe Bob ko ugeze kuri dossier ya Bunyoni umungo umwumvira impuwe
@semysemy4218
@semysemy4218 2 дня назад
Uyo mu appôtre numunyamacakubiri. Biroroshe caane kumwumva mu mvugo yiwe. Ngira numunostalgique wa Tutsi Power 😂😂😂. Mu Burundi amoko yose abiri ( hutu, Tutsi ) yarishe abantu. Amahoro kuri bose🙏🙏🙏
@Ijisho.ugutwi-Vya.Nyaburunga
@Ijisho.ugutwi-Vya.Nyaburunga 2 дня назад
@@semysemy4218 None kuki badacirwa imanza bikitirwa ubwoko? Abica abantu abandi bakanyuruzwa tuvuge ko ari ubwoko?Ivyo nibihendwa abana.Abicanyi n'abicanyi ntibagira ubwoko.Apotre wamurenganije we arondera amahoro kandi avuga ukuri.
@user-hj4fj8jr8p
@user-hj4fj8jr8p 2 дня назад
muga ndaguye ndagarutse, abishe ndadaye en 1993 barihe ! sindunva baciriwe urubanza! erega niyo nkwezi yamazimwe , bigezehe abishe ndadaye? jewe ndabaza!
@user-hj4fj8jr8p
@user-hj4fj8jr8p 2 дня назад
ababitoba bari kurushi kandi abarundi babishatse bobikurako, gusa , abarundi muri rusangi twese turisinziririye, uwaraye ahaze, ivyigihugu aca ashira iruhande
@user-hj4fj8jr8p
@user-hj4fj8jr8p 2 дня назад
aho yakabesheye , ni hatari , erega ngo batabatoye , bazoca bica uwutabatoye . ego akari mumenyo yimbwa gakuzwayo ubuhiri . ataruko, nubundi bazoyiba canke ingwano . nibibiri , hakora kimwe . ni kwivuna canke kuzoguma mukavuyo barimwo , , wabitomoye nuko tutunva bobe rugurika .
@user-hj4fj8jr8p
@user-hj4fj8jr8p 2 дня назад
nibihendwa abana ngo , amatora ! huuu! carabavunye ! ngo yezu kristu agarutse . ivyo mwaravyibagiye !
@user-hj4fj8jr8p
@user-hj4fj8jr8p 2 дня назад
amadini aragashira. mbe ubwicanyi bwoose bwabaye hagati yabarundi ntibari mwayo madini! ndanayanka jewe. Imana ndayemera kandi ndayubaha , Iri muri jewe , nayo amadini , ahubwo niho binyegeza mugutegura ubwicanyi canke genocide, njanye na Kagame yazigabanije
@felicienharerimana1666
@felicienharerimana1666 3 дня назад
Mbega ko abenshi bakurikira imvugo ngirango zatanzwe n'abazungu ngo abatutsi ni 14% kandi kuva navuka ntarabona hakorwa recensement y'amoko i Burundi n'iewanda. Ivyo vyoba ari ukuri abatutsi bagasomborotsa genocide? 14% contre 85%.? 😊
@felicienharerimana1666
@felicienharerimana1666 3 дня назад
Ntaco turi buterere mutama atari ugukenguruka. Ariko ndasavye uwubakurikira arungikire ayandi ma groupes kuko hari abakwiragiza ivyo batazi bigira abahinga. Ukuri ni kumwe. Ni ukwo nyene
@salvatorenduwumwami
@salvatorenduwumwami 3 дня назад
Ndakuramukije Mushingantahe Mukasi.Ivyiyunviro vyanyu nivyiza cane .Ivyo mubiterereye kenshi,bizotuma abarundi ,baca ubwenge !
@pierreclavernduwimana1974
@pierreclavernduwimana1974 3 дня назад
Uburundi buzosubira kuba uburundi nkuko bwamye kuva kera. Ivyo ndazi yuko abarundi bumutima bariho. Kandi abarundi nihobazoba bakironka independance nyakuri. GUSHIKA uyu musi u BURUNDi ntiburikukira kuko cnddfdd barasubijebigihugu inyuma. Ariko,iki nico gihe abarundi nagiye keikukira. Iki nico gihe gikeiye.niho buzokwikukira
@pierreclavernduwimana1974
@pierreclavernduwimana1974 3 дня назад
Turakeneye gusubira mu Burundi turwanye cnddfdd turikumwe, ariko tudasesa amaraso. Nkuko aba dd biriewa babikora
@user-qp3uy8cy7u
@user-qp3uy8cy7u 3 дня назад
Gusaba harikintu nabonyene mubaintu kandi gikomeye, kugira abantu boroshe mu mutwe,kuko wewe naho urara uriye,bobo bakaburara ubagendeye bavyuka bakoma amashi
@gregoirebirihanyuma7639
@gregoirebirihanyuma7639 3 дня назад
Noshima kumenya igituma umushingantahe Mukasi Karori, Umurundi yonse Ikirundi, akoresha amajambo mvamahanga kandi azi neza ko Abarundi benshi bavuga kandi bategera ururimi twese twonse, Ikirundi.
@kanimary5642
@kanimary5642 3 дня назад
Merci bcp, msg très profond.. 🙏🏽
@user-ub2ze1wf4j
@user-ub2ze1wf4j 4 дня назад
Abandi murihe ? Venez
@irambonackp
@irambonackp 5 дней назад
Mwa banyamacakubiri mwe!!!Mushaje nabi!!Murumva ingene muteranya abantu n imvi ku mutwe!!!
@desire-apollinairetwagiray2006
@desire-apollinairetwagiray2006 5 дней назад
Ndababaye kuba numvirije iyii radio y ibinyoma .
@Ijisho.ugutwi-Vya.Nyaburunga
@Ijisho.ugutwi-Vya.Nyaburunga 5 дней назад
@@desire-apollinairetwagiray2006 umviriza iy'umugambwe
@desire-apollinairetwagiray2006
@desire-apollinairetwagiray2006 5 дней назад
Amacakubiri yarakunyuze pe shaa n' aho nagendeye . Iryo rementanya ryanyu ntawe rigihenda .muzopfa nk' imijira .
@Ijisho.ugutwi-Vya.Nyaburunga
@Ijisho.ugutwi-Vya.Nyaburunga 5 дней назад
@@desire-apollinairetwagiray2006 Niwaba uri mubicanyi cira birarura
@LameckNgabo
@LameckNgabo 5 дней назад
😂😂😂😂mbega mwabiwewereweremwe ntarindijambo mufise ryokubwirabarundi atarihonyabwiko?? nimba mudakomeye mumitwe imitwe yanyu ngira irimwamamvyi murashisha
@novatidamian7236
@novatidamian7236 5 дней назад
Ruhaka ngo uri rugurika wewe Sha urimbwa yumukoma!!
@Ijisho.ugutwi-Vya.Nyaburunga
@Ijisho.ugutwi-Vya.Nyaburunga 5 дней назад
@@novatidamian7236 wewe nawe urinde?
@Ijisho.ugutwi-Vya.Nyaburunga
@Ijisho.ugutwi-Vya.Nyaburunga 6 дней назад
ru-vid.com/video/%D0%B2%D0%B8%D0%B4%D0%B5%D0%BE-9foy-2QpMD4.htmlsi=5WyXiCL6LerHsHqy
@HaramahoroAmand-rr3wj
@HaramahoroAmand-rr3wj 6 дней назад
Mes chers compatriotes ayez l aimabilite de revoir la definion de l ethie au Burundi on utilise cet outil pour saboter Le pays Donc pour aboutir au changement du cnd fdd continuer dans cette voix Je soutien plus favorablement la Radio Inkizo
@user-ui2cc4bk6m
@user-ui2cc4bk6m 6 дней назад
Kera nahora nabashigikira ubu muri ameshatani mabi ese ntimwosubira mugihugu kebera ububi mufite cndd-FDD is power of African viva
@Ijisho.ugutwi-Vya.Nyaburunga
@Ijisho.ugutwi-Vya.Nyaburunga 6 дней назад
@@user-ui2cc4bk6m Herekeza akaheze.
@kurubuga6562
@kurubuga6562 6 дней назад
Urazi kudutamba kumuvyumba basha abahutu mwishe nanubu ntimuremera zmaraso mwasheshe nimwivugire basha
@Ijisho.ugutwi-Vya.Nyaburunga
@Ijisho.ugutwi-Vya.Nyaburunga 6 дней назад
@@kurubuga6562 Reka kubesha abantu.Mufise igihugu n'ubutungane kuki mutabacira imanza? Kwica abantu nivyo biborohera ariko bizohera intahe ibakubise mugahanga.
@AnicetNsengiyumva-h6g
@AnicetNsengiyumva-h6g 6 дней назад
Batama kuva Ubwoko bw Inama bwinjiye igisoda na ngipolice vyarahez muzopfa mwangara nkagahini kuko ndandaye yarabavumye. Mb mwebwe nubona musigaj inyaka ingana gut yokubaho?jew nta sokuru nunwe nanyokuru nunwe nigz mbona.mwombwiea ababishe?mb Abanyeshure bo murikaminuza bishwe babande?kwica les membres de parlement na president mukica umukuru w igihugu mwarimuziki bizokwijana?? Umwanya muta nobahanura komwoja muri m23 na Red Tabara hama tukaraba komuzopfa mwongey kugisubirako
@donatmba8583
@donatmba8583 6 дней назад
Mukomereze ngaho ncuti Mfura y U Burundi
@HabyarimanaJacquis-ej3xz
@HabyarimanaJacquis-ej3xz 7 дней назад
Yewe ,ndagusetse cyane, niyo wakwugarira bagusanga munzu Ahubwo intambara iteye mugomba gusohoka Ahubwo mushake uko muzirwanaho. Abanyamulenge muzi ko babayeho gute ?
@user-hj4fj8jr8p
@user-hj4fj8jr8p 2 дня назад
basha kuguma munzu rugezeko , si umuti , nopfa niruka . waruziko baca basukako essence! aho hokwugara si umuti bikunze uriruka canke nawe ufise ico ubatera nawe ukakibatera nabo ntibava amata
@julienntarugera4061
@julienntarugera4061 7 дней назад
Bob Rugurika n'uwo mu Apotre bisanzwe bizwi y'uko muri des #extremistres. Ububeshi muriko murashikiriza aho burateye isoni.
@Ijisho.ugutwi-Vya.Nyaburunga
@Ijisho.ugutwi-Vya.Nyaburunga 7 дней назад
@@julienntarugera4061 Uvuze ubwicanyi mukora aca yitwa umu extremiste? Burya muzoteba mubibazwe rorera. Niki cavuzwe kitarico?
@user-xh9ep9pc8j
@user-xh9ep9pc8j 7 дней назад
Comment ne pas haïr ces propagandistes extrêmistes. Ces mensonges de Rugurika qui se prend pour un détenteur de toute la vérité: niwe afise amakuru yokwizera 😅
@user-jw5yc4zz1o
@user-jw5yc4zz1o 7 дней назад
Ngurube ntiyigeze yiga mu Rutovu. Nyangoma ntiyigisha afuta kandi nta bahutu bigishwa mu kinyegero.
@javanuwamungu5824
@javanuwamungu5824 7 дней назад
Uyu wiyita apôtre yifitemo imvugo z'urwango n'agasuzuguro ku bahutu biteye isoni !
@Ijisho.ugutwi-Vya.Nyaburunga
@Ijisho.ugutwi-Vya.Nyaburunga 8 дней назад
ru-vid.com/video/%D0%B2%D0%B8%D0%B4%D0%B5%D0%BE-L8QDVeUivHg.htmlsi=JxGZ_UB_zDANoTeb
@Ijisho.ugutwi-Vya.Nyaburunga
@Ijisho.ugutwi-Vya.Nyaburunga 8 дней назад
ru-vid.com/video/%D0%B2%D0%B8%D0%B4%D0%B5%D0%BE-L8QDVeUivHg.htmlsi=JxGZ_UB_zDANoTeb
@IradukundaOlivie-n3b
@IradukundaOlivie-n3b 5 дней назад
Bobo Ndangikiye❤
@Ijisho.ugutwi-Vya.Nyaburunga
@Ijisho.ugutwi-Vya.Nyaburunga 8 дней назад
ru-vid.com/video/%D0%B2%D0%B8%D0%B4%D0%B5%D0%BE-Cxlx9mtWSGk.htmlsi=b-xpEYjD4heYMdWy
@Ijisho.ugutwi-Vya.Nyaburunga
@Ijisho.ugutwi-Vya.Nyaburunga 8 дней назад
ru-vid.com/video/%D0%B2%D0%B8%D0%B4%D0%B5%D0%BE-Cxlx9mtWSGk.htmlsi=b-xpEYjD4heYMdWy