Тёмный
Umuhuza TV
Umuhuza TV
Umuhuza TV
Подписаться
UMUHUZA TV NI IMBONASHAKURE IBAKORERA AMATOHOZA KU NKURU ZITOHOJWE NEZA MU BURUNDI,MU KARERE K'IBIYAGA BININI NDETSE N'IRYA N'INO KU ISI.

FYONDA SUBSCRIBE KUGIRA URAJE UBA MU BAMBERE BARONKA AMAKURU N'IBIGANIRO VYACU!

SANGWA KAZE!
Комментарии
@agapitemaniratanga
@agapitemaniratanga 22 часа назад
Nakamaramaza
@PierreclaverHakizimana-ji8ge
@PierreclaverHakizimana-ji8ge День назад
Za muvuga mudahengama Urwanda turarukeneye nabo baradukeneye kandi burya turavukana dusangiye n'ururimi
@ArcadeNgendakumana-dh3dr
@ArcadeNgendakumana-dh3dr День назад
Ivyo bintu ntavyo dushobora kwihanganira
@bernardsinzobatohana1671
@bernardsinzobatohana1671 День назад
Mwabagabomwe bamuvuga ivyo mufitiye ubuhamya ntimurwize inkuru zububeshi kuko muzohinyuka nyakwigendera ivyoyakoreye abarundi ntituzovyibagira ahubwo murabaza abahari
@user-ui2vm3iz9d
@user-ui2vm3iz9d День назад
Hhhhhhh. Abarundi barababaje kbsa. President wabo afite ibitekerezo nkibyo muri 1962😂😂😂
@bushayijabosco3967
@bushayijabosco3967 День назад
Kuba u Burundi bufunze imipaka ntacyo bungutse ibitoro byarabuze ifranga rya barundi rikomeza guta agaciro
@MunganyinkaJeanne
@MunganyinkaJeanne День назад
Murekeabafunze imipaka yabo bakomezebafunge. Twebwe nku Rwanda ntampamvu yogufunga imopaka , kuko ntacyo twishinja. Abafunze nibabona icyatumye bafunga cyacyemutse bazafungura ibyobafunze. Gusa abanyarwanda dufite uburere , umucon'ubwihangane , urebye ukuntu perezida wuburundi adatuka!!!!!! Ntibyoroshye kumva umukuru wigihugu atuka umukuru wigihugu ki gituranyi. Erega abatutse abene gihugu twese.
@user-xx9os1ki9m
@user-xx9os1ki9m День назад
Inyishu ari abarundi abanyarwanda ntaruhombo kuko abahomba nabafise icobapfa kuko abakoresha imiduga yukwiyunguruza ni abanyarwanda reo en generale twese tugira uruhombo
@ukuriijambo9418
@ukuriijambo9418 День назад
Mwatanze babantu? Reka ito blague!!!
@ukuriijambo9418
@ukuriijambo9418 День назад
Mwatanze babantu? Reka ito blague!!!
@user-cv9hd9lv1b
@user-cv9hd9lv1b День назад
uburundi nibafungura urwanda narwo ruhite rufunga mugumane mikeke indagara urwanda mugumane ibyanyu numubyeyi kagame n'a général sendagara mikeke wanyu
@GilbertNiyonzima-jp5fk
@GilbertNiyonzima-jp5fk День назад
Ico womenya nuko abarundi batanka Abanyarwanda ico Twanka nkabarundi nuko urwanda Rushaka gucanishamwo abarundi kuko bafise Abo bakunda gusumbabandi kwisi ntamuntu asumbuwundi
@user-sb3hm8mi5l
@user-sb3hm8mi5l День назад
Indagara zabo bazigumane Sha 😂😂 Rwanda ❤🇷🇼👍
@MuryangoEmmanuel
@MuryangoEmmanuel День назад
Abarundi muri rusange murabavandimwe bacu ariko president wanyu areke ingengabitekerezo ya genocide Aribyo nakwita ubugoryi
@MuryangoEmmanuel
@MuryangoEmmanuel День назад
Ndifuza ko uburundi buzana ibimashini bugasenya iyo mipaka maze Abanyarwanda tugahomba😮 Ariko se abarundi mwibagiwe ko nubwo muvuga ko ntacyo mukeneye ku Rwanda muhafite inzira ya bugufi mucamo? Iyo muvuye Tanzania cyangwa Uganda munyuze I Rwanda siho hababera bugufi? N'akazi kanyu muzagume mufunge nababwiriki rwose
@user-wc9ul1kh4t
@user-wc9ul1kh4t День назад
Mujye mwihangana kuko imana ikunda abihangana twese turi abavandimwe umuturanyi numuntu wagaciro ,tujye tugira uburere bwiza dutozwa nababyeyi thx
@cedricdaay3299
@cedricdaay3299 День назад
Niyo uburundi bwakomeza gufunga abanyarwanda twakomeza kubaho
@user-rp7hw1dx4m
@user-rp7hw1dx4m День назад
Igitoro cyabashengereje ubundi iyo umuriro uwubuze urahura kumuturanyi mwihangane 😊😊😊
@user-rp7hw1dx4m
@user-rp7hw1dx4m День назад
U Burundi bwarafunze u Randa ntirwafunze ubwo uwafunze niwe ufite I kibazo
@minanidjuma3044
@minanidjuma3044 День назад
Nibabihorere icyo kibazo nigishira bazayifungura,
@jefferynishimwe3305
@jefferynishimwe3305 День назад
Akaba arivyo, twoba twibeshe kuko ngo inkoko muguhona zibana nibisiga. 😢😢
@rwampungueric4151
@rwampungueric4151 День назад
Ubwo ibyo uvuze wabitangira Fact? Ubona Koko U Rwanda rwanga uburundi? Uziko arirwo rwatumye mwinjira muri East Africa community? Uziko arirwo rwahaye uburundi amafaranga yo kwinjira muri uwo muryango was East Africa? Mwebwe mwaruhaye iki? Uribuka ko rwabajimirije isoko ryanyu ririho rishya? Mufite imitima yimicafu rwose,
@user-un2ne5nr6t
@user-un2ne5nr6t День назад
Abarundi bohomba hugawe umupaka wa Tanzanie nayo murwanda ntaco mufise abarundi bakenera ahubwo nabanya rwanda bahovye kuko ino mwari mwahagize iyorero uhereye kubaririvyi ndetse nibifungurwa ntavy dukura murwanda nabusa ariko urwanda vyishi vyava iburundi
@UfiteyezuCharles
@UfiteyezuCharles День назад
Hhhhhhh ndagusetse Aho hariki Koko indagara na mamesa😂😂😂😂😂
@evodeimaragahinda862
@evodeimaragahinda862 День назад
Hhhhh iturize ndunva ntabyuzi!!
@rwampungueric4151
@rwampungueric4151 День назад
Hari abarundi bamwe wagira ngo ntibize. Ni injiji kubi.bafite ideologie yurwango rudafite ishingiro. Wagicucu we ,ubaririmbyi Bacu bajya kuri ririmbira iburayi, Canada nahandi, nkaswe iwanyu. Ni mwige shaa
@EricNshimiyimana-kl5zo
@EricNshimiyimana-kl5zo День назад
Urwanda rurarenze brooo icecekere ntabyo uziiii.
@antoinenteziryayo656
@antoinenteziryayo656 День назад
Ahubwo dufite ubwoba ko mufunguye mipaka mwaba mbibonye akaryo ko kuza gutunda ibi kudutundira ibitoro vyacu ataco mwashoye
@user-ej4el1hg5r
@user-ej4el1hg5r День назад
Abarundi nibo bahombye mugabo,Rwanda oyee
@HabaruremaBenjaime
@HabaruremaBenjaime День назад
Ygo
@StivinKymb
@StivinKymb День назад
Abarundi ntacobahovye kuko ntavyodukura mugwanda abahomba mugwanda
@prudencerubonezambuga1462
@prudencerubonezambuga1462 День назад
Ureba hafi
@PierreclaverHakizimana-ji8ge
@PierreclaverHakizimana-ji8ge День назад
Twarahomvye ba mu raisona nk'abanyabwenge ababizi ni abari kumipaka
@jacquesnteziryayo3767
@jacquesnteziryayo3767 День назад
Buriya gufunga imipaka nibyo bizamura economies y' uburundi gusa ico mwomenya uburundi bufite abayobozi badashoboye bazabata murwobo
@user-un2ne5nr6t
@user-un2ne5nr6t День назад
Kagame uwomuha uburundi abutware wibaza yoshikurwa? uburundi sinkurwanda baramaze kunuka
@jacquesnteziryayo3767
@jacquesnteziryayo3767 День назад
@@user-un2ne5nr6t kagame bomukurahe Koko? Basenge Chane Imana izabatabare urwanda Imana yaruhaye kagame
@silidio
@silidio День назад
Nareke kubabesha ukobarikumwe ntahobihuriye nivyo avuga bari muvya EAC bari Kongo Tanzania Uganda Kenya Uburundi S Sudan . Rero ntavyimishikirano kuvy'uburundi n'urwanda vyarimwo reka kubesha.
@mugangaeliezel3386
@mugangaeliezel3386 День назад
Twe mu Rwanda ubukungu bumeze neza
@nkundaburundi1597
@nkundaburundi1597 День назад
Nigume igunze kugeza Urwanda gwisubiyeko umubanyi mubi umucirivomo ivyobaduha nibabigumye buzuyubwibone kandi bagowe 😢
@OlivierNduwimana-gi8mi
@OlivierNduwimana-gi8mi День назад
Uburundi kuvaho buyoborewe na ba DD bwaragowe cane hose!
@OlivierNduwimana-gi8mi
@OlivierNduwimana-gi8mi День назад
Neva ntabwenge afite!
@ndengabaganiziregis772
@ndengabaganiziregis772 День назад
Gusa birangoye kd ntibyoroshy
@ndengabaganiziregis772
@ndengabaganiziregis772 День назад
@ndengabaganiziregis772
@ndengabaganiziregis772 День назад
Ubuse ibyabateye gufunga imipaka cyavuyeho gusa birangoye ibyo mu Rwanda nu Burundi
@Gahugu
@Gahugu День назад
Jyewe nashakaga ko uBurundi bukomeza gufunga imipaka maze tukazareba iherezo syiiiii
@uwizeyimanaolive158
@uwizeyimanaolive158 День назад
Nukuri niyugurure ubundi iyo umuvandimwe wawe agize ikibazo awe uba ugifite
@LeonceNDAYIZEYE-ew9zt
@LeonceNDAYIZEYE-ew9zt День назад
Oya ntiwohende ikibazocumutekano ntikijamye nivyo kunezerwa hatangura imutekano ivyo ukwegerako sivyo
@yvonnekabanyana5215
@yvonnekabanyana5215 День назад
Byaba byiza weee
@hamadanzeyimana7488
@hamadanzeyimana7488 День назад
Ejo azongera ayifunge Tshisekedi namara kumva iyo nkuru azamutegeka kuyifunga 😅😅😅
@MugishaAuxane
@MugishaAuxane 2 дня назад
Imipaka izotegerezwa kwugurugwa kuko uburundi buriko buratemba , kuyugurura nikuneza yabarundi 😂😂😂😂
@user-sd4ht5pk6n
@user-sd4ht5pk6n День назад
Ntacyo bimaze nibareke ubugome bifitemo tubanye neza
@user-lm2oc7nd2b
@user-lm2oc7nd2b 2 дня назад
Umunyarwanda yaciye umugani ngo icyo ..........yanze ushyira Aho ireba Yayifunze azi ngo araduhima kdi u Rwanda rwakomeje gutera imbere nk'ibisanzwe ahubwo uburundi bugenda busubira inyuma uko bwije nuko buckeye Mubwire Neva ko indagara ze n'imikeke tutakibikeneye abyihamanire. Ntagikeneye gushimisha mushuti we se?
@user-mq9kd7sk6f
@user-mq9kd7sk6f 2 дня назад
Abarundi n'abanyarwanda turavukana. Iyo politike mbi yo kugara imbibe ntaco imaze. Abambere babijejwe ni bande? Bene kjgara izo mbibe. Abanyagihugu nta kibazo.
@SebarambaArmada-of6ob
@SebarambaArmada-of6ob 2 дня назад
arikose abarundi mwabaretse bakihamira mugihano bihaye
@undoyenezapeter8102
@undoyenezapeter8102 2 дня назад
Bage vitanda kuko nabo hirya yejo bahunga kuko ntabwo bari baziko Bunyoni yofungwa
@undoyenezapeter8102
@undoyenezapeter8102 2 дня назад
Ntukabeshye Gusa bakomeze bafunge imipaka kugeza Neva abogojwe kuko uburundi yarabwishe
@NinaZouzou-p4d
@NinaZouzou-p4d День назад
😂😂😂😂😂
@nkuruafrica7818
@nkuruafrica7818 2 дня назад
Ewe ibibazo byabaye vyinshi. Aba chauffeurs, abadandaza , ba ntaho nikora baciye bahomba kweli. Nibaganire neza imipaka yugururwe rwose
@Winner25061
@Winner25061 2 дня назад
Niyo sendagara yakubaka urukuta rutandukanya urwanda n'uburundi ntacyo urwanda twahomba rwose izondagara turazifite
@NduwomumuryangoKristen
@NduwomumuryangoKristen 2 дня назад
Ok nibafunngre imipaka tugndranire
@user-go9nx6qh6l
@user-go9nx6qh6l 2 дня назад
Ntamurundi aja kurondera ubuzima murwanda nimwe muza kurondera uzibuma muburundi ntibakeneye mufise imitima mibi cyane abarwanda
@icc2020Imanzi
@icc2020Imanzi День назад
Abanyarwanda baza kurondera ubuzima muburundi hariki bafise iki? Nta gitoro, nta dolari, namahera yuburundi Ari hasi cane, ICT yuburundi iri hasi cane, umutekano ntawo, umwanda mwinshi, ubujuju bwinshi mukurondera amahera, ..... Abanyarwanda baza iburundi mu iraha kurya ayabo no kwigisha abarundi imikorere kuko abarundi baracyahumye ni inyanda ni abanenwe baracyafunze mumutwe, icyo Bazi ni ugushyira imbere amoko no kwica gukobagura no kutagira intahe. Nta butabera
@NtakirutimanaDeborah
@NtakirutimanaDeborah 2 дня назад
none izo inkangisho zi mipaka muyireke bitwayiki se
@ComeNDAYIZEYE-tc1np
@ComeNDAYIZEYE-tc1np 2 дня назад
Ivy'imbonerakure ubizany'ute ko twagira ngo uje kutubwira iyugururwa ry'imipaka?
@ComeNDAYIZEYE-tc1np
@ComeNDAYIZEYE-tc1np 2 дня назад
Ivy'imbonerakure ubizany'ute ko twagira ngo uje kutubwira iyugururwa ry'imipaka?
@cimpayeonesphore1781
@cimpayeonesphore1781 2 дня назад
Haguterimbere jewe mbona twasubiye inyuma gose.
@SebarambaArmada-of6ob
@SebarambaArmada-of6ob 2 дня назад
polesana muvandi mwazize reta itareba kure