Umuganwa Atari umugani Ludovico Rwagasore ahari Imana ikomeze kumutāka amashurwe we yaturondereye intahe y'ukwikukira mu gihugu cyacu. Muri bwabumwe nyene ikomeze mu gufashanya no mugutezanya imbere kugira dushike kuri ya Mbono kazoza ya 2040-2060. Tureke kugiriranira ishavu ry 'akazikir ahubwo dufashanye tuzamurane kuko turi mugihe cyukwiteza imbere ntabwo arigihe cy 'ukwankana. Urukundo, gufashanya, gukundana, gushira hamwe ni ni ni ivyambere igihe cyose havuye Imana.
Agreed!The Chief Secretary and Government Spokesperson Hon. Jerome is very correct! You need to appreciate if some efforts to solve fuel issues in Burundi are bearing fruits. I am sure the Government is doing what it can to bring fuel problem to an end.
Very correct your Excellency! Political parties must focus on what they can offer based on the country's development vision. The middle income economy by 2040 and developed country by 2060. Any political party that misses this direction is doomed to fail 'kabisa pee'!