Wazee kosora studio yanyu , aba editors banyu bigenda gute bakore upload batasuzumye izi contre temps ziri muri projects zanyu😵 Image na audio bigenda bisigana uwundi mwanya ukumva sound umenga ni telephone ya gatoroshi tukwumviriza.
B face hejuru ariko Fizzo nawe Bose niwe bagirako kuko style zose Fizzo ntumubesha B face kuvyakora ashaka kuguma yigana Legend Fizzo knd nivyiza B face arafise ubwenge❤
My brother John big up saana and Buja TV murarenze hama jewe nashaka kubaterera iciyunviro iyo muhaye akanya abantu babakure ntimuze muguma muvangatiranyamwo ibibazo gusoma ama messages kandi mukavugisha umunywanyi muri babiri biramucanga yunvinse amajwi abiri, nimubigabure mumice ok merci