Лучшее на RU-vid
Кино
Авто/Мото
Видеоклипы
Животные
Спорт
Игры
Приколы
Развлечения
Хобби
Наука
Авторизоваться
Зарегистрироваться
Abahizikazi Ba Yesu
3
26 991
Подписаться
37:35
INTAHE Y'UMUVYEYI YABUZE ABANA BANE ARIKO MU NYUMA IMANA IKAMUSHUMBUSHA
Месяц назад
2:23
Abahizikazi ba Yesu
Месяц назад
Комментарии
@yvetteirakoze
9 часов назад
Imana iguhe Umugisha Scheilla.iyo ntahe iranyubatse cane.Imana ikongere ukwizera usanzwe ufise .iguhe nogukomera
@user-nr2tv9cw1q
11 часов назад
Pole sana muvyeyi.ivyo narabiciymwo.maze kugira fausse couche 3.
@shekinahiradukunda7627
11 часов назад
izonahe ninziza
@user-cq2lh9ul7w
17 часов назад
Ntabura ukwabigenza 🙏🙏
@landradamutegarugori5513
19 часов назад
Nukuri Imana ihabwe icubahiro kubwanyuuu naje ico kigeragezo ndakizi caane
@kabayabayalarissa9267
19 часов назад
Merci beaucoup pr ce témoignage.Ndafashijw..
@HAKIZIMANAEmmanuel-lq4dm
День назад
Urandijije Muvyeyi nanje ivyo ndiko ndacamwo vyamagwara Imana izonkiza reka nizere
@SoniaIrakoze-v4e
2 дня назад
Yesu wanje waragiriye imbabazi uyu maman warakoze, abandi turi munzira udufashe
@nadiantegerejiyera2444
2 дня назад
Yoooo nivyo ndabizi Sha madame jewe ndakuzi Ariko IMANA ishimwe koyaguteturuye
@user-dp7lq1lk1q
2 дня назад
❤❤haleluuuuuyaaaa ndakwubashe mana yurukundo
@schollaschol3948
3 дня назад
Amen 🙏 🙏🙏🙏🙏
@birunyutsejoella7901
3 дня назад
Cheila shahu❤
@zabibukenny2956
3 дня назад
Nakunze umu presenter, yani ntaciramwo umutumigwa!!! Keep it up 👌👌👌👌👌👌
@orthanorlynezerwe2129
3 дня назад
Muzodusabire muri life center habee isengesho ryo gusengera aba maman bataribungenga😭😭😭😭😭 hari aba maman batazi ko banavyara ugasanga ntaniyikoroka barabona 😭😭 kandi yubatse plus de 10ans urakozee kuturemeshaa mu maman mwiza
@FeliciteNZEYIMANA-qu1jf
3 дня назад
Kuko maze imyaka myishi ntegereje uruvyaro rero muransunije mwitege.
@FeliciteNZEYIMANA-qu1jf
3 дня назад
Ndafashujwe cane nanje nciye nizerako ivyo nayisavye ngiye kubironka
@AbahizikaziBaYesu
3 дня назад
Abipfuza kuvugana na madame Keza numero yiwe ni :+257 61210913
@angefadoirakoze317
4 дня назад
Intahe nziza cane ziremesha zikerekana ko Imana iriho nubwo utoba wemera
@Ibintu.Nibindi
4 дня назад
Waouh...mbega intahe ikomeye! Yesu ahabwe icubahiro kweri kuri ivyo bikomeye yakoze!
@niyonizigiyeodette6262
2 дня назад
Urankomeje icukoze
@kavaofficial203
4 дня назад
Muzoze murahindura ibintu vy'Intahe mukagira uku basi uyumusi mukagira témoignage yabaronse abana bitoroshe uwundi musi intahe yabahuye nirwara zitandukanye zidakira bagashobora gukira canke kubohoka
@nimubonasheila124
4 дня назад
Shalom shalom intumbero yacu niyababuze abana hama Imana ikabashumbusha.gusa abakize indwara navyo nibikorwa vyiza Imana yakoze mugabo ntitwoba tukiri muntumbero.mr6 kudutahura
@chanellanizeyimana4074
4 дня назад
Ndatahuye ko ikintu cose gifise impamvu kiba.Hari umu maman amaze kugira avortement 8 fois Imana izomushumbusha ndavyizeye.Nawe yaramaze kwiyakira
@EsperanceKanyange-hs5wc
4 дня назад
Urakanihazwa mana waturemye,wewe uhoza abawe.
@MichelineNindorera
4 дня назад
Mwaramutse intahe ya keza irankoze kumutima nanje numvise noshinga intahe ndavuga ukuntu nabonye imana ikora ibitangaza
@seniorrobertoomonde7652
4 дня назад
Intahe ikomeye
@dynanikiza1551
4 дня назад
Nongeye kukwizera Mana😢turacagutegerej Mana natwe
@yvettenininahazwe-lv7kq
5 дней назад
Yooo Keza Imana ihabwe icubahiro ko nawe yaguhojeje amarira
@LeoncieNiyibitanga-qs1ph
4 дня назад
Ewee mana urimwiza izina ryaw nindiho kandi kok urih kandi uzohorah ibihe vyose iman yacu irashumbusha
@yvettenininahazwe-lv7kq
5 дней назад
Amen Amen iyo ntaahe atanze Madame Sheilla ndayizi pe kand nd mu bantu Bari basigaye bamutinya wariyumvira naho wotangurira kumuvugisha ukabura Imana ihabwe icubahiro cane yo yamuhojeje
@DorineBUKEYENEZA-gv7xn
5 дней назад
Imana ibihererwe icubahuro bahizikazi bacu❤
@nicolekaneza5671
5 дней назад
Gloire à Dieu pour toujours
@seniorrobertoomonde7652
5 дней назад
Imana ninziza
@YvetteNintunze-c8z
5 дней назад
Imana lbishimirwe yarakoze kugutabara
@evelynegakima5780
5 дней назад
Nukuri aba babakenyezi bansubijemwo intege muzozane n'abandi baronse ibibondo bigoranye
@user-sy5rv2eg2d
5 дней назад
oooh Imana yacu ni nteturuye,urakoze kuntahe utanze IRIHO peee💝💞
@joselynekwizera7758
5 дней назад
Mpore mpore sha keza.umunyeshule twiganye disi
@JustineButoyi
5 дней назад
Shalom iyi ntahe iranyubatse nanj ndumumama ndimwondaca murivyo bibazo mwompa numéro yiwe
@AbahizikaziBaYesu
5 дней назад
Shalom , mwomurondera kuri +257 61 21 09 13
@AbahizikaziBaYesu
5 дней назад
+257 79 42 80 57
@MarieLouiseMUKASHYAKA-jt7fv
5 дней назад
Imana ijya intungura
@MarieLouiseMUKASHYAKA-jt7fv
5 дней назад
Ndishimye Imana n' igitangaza nubwo yaciye mubikomeye njyewe ndi mu Rwanda
@MelanceNduwimana-dp3fp
5 дней назад
Amen
@bukeyenezanadege-gh5xg
6 дней назад
Yooo mpore komera .nukuri mwijuru har'Imana
@user-jr6io5iy4b
6 дней назад
Imana ishimwe muvyeyi ndiho yarigaragaje
@JeannetteNiyonsaba-oc6ny
6 дней назад
Olalalallaaaa,ndaryoheweee kutari bwanyakure kweri,Nzooooo,ndakuryoherewe mwiza,terimbere nkumuzindaaa
@nadegeirankunda9989
6 дней назад
Yesu numwizigirwa ntabeshq
@user-hp9eo8lw7h
6 дней назад
Twahegeze murakoze kutuzanira iyindi ntahe muhezagirwe muradufasha ❤❤❤❤❤❤❤❤
@karangwacarine8539
6 дней назад
Ndi kuyumvana igishika cishi Muhezagigwe❤❤
@MukankusiSeraphine-hc6bw
6 дней назад
😢Ndarize kubera ibyishimo. Uyu muryango Imana iwumpere umigisha
@claudinekamariza6111
6 дней назад
Imana izi guhoza cane merci seigneur
@mireillegatikimana5482
6 дней назад
Yari yasavy abahungu 4 n umukobwa imwe,Imana yarabahanaguy amarir yise,uzobona abuzukuru nabuzukuruza
@jessicadusenge5405
6 дней назад
Haleluaaah nukuri ndashijwe
@niyimpumurizamoise2256
6 дней назад
Nelly nisawa? Komereza aho .
@alicenduwayesu7245
6 дней назад
Imana niyokwizerwa peee Mana ndakwubashe ubugirakandi👏👏👏👏