Rabin na Mecky, hari aho nibaza ko mwihenze kuri ivyo vya visa yo kuja i Burayi canke America. Ico mbona aho mperereye, ubuzi dukora twebwe twaje kuri visa, n'abazungu baragakora ( aha mvuga ubuzi mwita buto buto ) kandi n'imishara irangana. Hari n'abakora ubuzi buteye imbere ( abashingamateka, abashikiranganji, aba avocats, n'abandi). Ikindi co kumenya, umukoresha n'aho business yoba ari rwiwe ijana kw'ijana, bica kure kugira akwirukane.
😂😂😂,turabazi kuva kabuga,mabare naza rwabutama ,aliko se mwabuze kwiruka uzabaze neza mufite umuvumo wa amaraso ubaliho mwibagirwe u rwanda kdi ntacyo murwanira usibye kuza na ideology yanyu mbi .dukeneye ubumwe amahoro no gutera imbere.
Nuvuga ku madeni yabashinwa ho mwifate Kuko USA ifiteye ubushinwa ideni rerenze budget ya Africa yose, Wenda ikibazo ni terms and conditions naho ideni ryo ntiwaryibuza ushaka development
Nta na rimwe balkanisation byigeze bivuga gushira hamwe ibihugu ahubwo byatangiranye n'intambara za balkan muri 1912. Bivuze gucikagurikamo, gucagagura ...
Hello everybody the title was cool but the rest was absolutely bad akavuyo no gutandukira and plz iyi channel igomba gukura dore ibigarasha birayikurikira cyne