Тёмный
AMANI Angels
AMANI Angels
AMANI Angels
Подписаться
Inkuka y'Imisa 04-08-2024 - Saint Joseph Ngagara
1:31:20
2 месяца назад
Inkuka y'Imisa 21-07-21- Saint Joseph Ngagara
1:34:55
2 месяца назад
Inkuka y'Imisa 14-07-2024 - Saint Joseph Ngagara
1:42:53
3 месяца назад
Inkuka y'Imisa 23-06-2024 - Paroisse Kanyosha
1:40:01
3 месяца назад
Комментарии
@EvelyneNIZIGIYIMANA-l5i
@EvelyneNIZIGIYIMANA-l5i 4 часа назад
Ingo yezu mumuryango wanje umpere ubumenyi abana
@EvelyneNIZIGIYIMANA-l5i
@EvelyneNIZIGIYIMANA-l5i 4 часа назад
Urabanda wigisha vyankozeko hezagigwa
@mweneniyonkuru-os2hj
@mweneniyonkuru-os2hj 16 часов назад
Icomp uko mpur n patiri kuel
@mweneniyonkuru-os2hj
@mweneniyonkuru-os2hj 16 часов назад
Icompuza nuwo musaseredoti yemw
@SandrineNtunzwenimana-z2f
@SandrineNtunzwenimana-z2f День назад
Mara raba icuhindura kuriyisah
@NiganzeLaudrine
@NiganzeLaudrine 2 дня назад
Negamiye umugabo akomeye,ni Yezu umukiza,ni Yezu Umwami w'abami🎉🎉Pati muzosimbire nomuri Diocèse Muyinga muduhe inyigisho natwe🙏🙏turazinyotewe
@MbBoy-be7zz
@MbBoy-be7zz 3 дня назад
Yezu ingo uhindere ivyanse guhinduka
@jeanineiradukunda
@jeanineiradukunda 3 дня назад
Iyakoze ivyiza mumuryango wanyu nibandanye yuhira❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@OnesphoreBigirimana-p7l
@OnesphoreBigirimana-p7l 3 дня назад
Wumukala,
@OnesphoreBigirimana-p7l
@OnesphoreBigirimana-p7l 3 дня назад
Umugisha wumukala ubabeko'
@OnesphoreBigirimana-p7l
@OnesphoreBigirimana-p7l 3 дня назад
Mmugire umugisha wumukala
@KeNdayizeye-yx9ey
@KeNdayizeye-yx9ey 3 дня назад
Ivyimburwa Nivyishi abakozinibak
@AngeIteriteka-u8t
@AngeIteriteka-u8t 4 дня назад
🙏🙏🙏🙏🙏🙏👏👏👏👏👏
@DianaCiza-zc7or
@DianaCiza-zc7or 4 дня назад
Amen❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
@ViollaNtakirutimana
@ViollaNtakirutimana 4 дня назад
❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉
@LouiseHafashimana
@LouiseHafashimana 4 дня назад
Amen amen imana nininahazwe kwisi nomwijuru allelua
@ViollaNtakirutimana
@ViollaNtakirutimana 4 дня назад
Dushimir iman
@NdayizeyeIldéphonse
@NdayizeyeIldéphonse 4 дня назад
Merci pâti ndategerey impamvu,iyi si irushe
@FidèsNiyonizeye
@FidèsNiyonizeye 4 дня назад
Mwubahwe murafasha igihugu cMana gusenga neza
@sandrineinteyiteka-p6g
@sandrineinteyiteka-p6g 5 дней назад
Patiri urafise umuhamagaro.Imana ishishikare igukomeza
@youngdula5409
@youngdula5409 6 дней назад
provence muyinga 2001 / 2009
@carolinenakirutimana1559
@carolinenakirutimana1559 6 дней назад
Ntaco twokwishoboza n, ukuri kuko ntaco turico ♥️♥️♥️♥️♥️
@carolinenakirutimana1559
@carolinenakirutimana1559 6 дней назад
Nizereko yahakuye icigwa. Amahera si vyose, uyu mugore Imana yaramukoresheje umugabo wiwe arakira
@ElvisNiyoyankunze
@ElvisNiyoyankunze 7 дней назад
♥️♥️♥️♥️🙏🙏🙏🙏💯💯💯💯
@nsabeyezubelyse1302
@nsabeyezubelyse1302 7 дней назад
Komer ndabakund caneee muraririmb nez❤❤❤
@SylvetreNizigiyimana
@SylvetreNizigiyimana 8 дней назад
Good
@AnnicetNemeyimana
@AnnicetNemeyimana 8 дней назад
Paroisse kanyosha kubagotwako
@mutesayireimmaculee2812
@mutesayireimmaculee2812 8 дней назад
Ayamasengesho abera ahaganahe
@gospelctv
@gospelctv 9 дней назад
Bien chanté!
@NiganzeLaudrine
@NiganzeLaudrine 9 дней назад
Ohoooo my song🎤🥁 Glory to God 🎉🎉🎉
@Isa3th
@Isa3th 10 дней назад
Dufashe MUKAMA YEZU CHRISTU utugendere Mungo zacu dukore ushaka ryawe uzoturonse ubuhirwe budahera bwo mw i juru Amen! Murakoze kudusangiza iyi nkuka yamissa🙌🙌🙏 urakoze patiri uranezera caaaaane.
@NadineIradukunda-n8n
@NadineIradukunda-n8n 10 дней назад
Tubabarire Mana utwigishe kukubaha
@hakuzimanavalens6546
@hakuzimanavalens6546 11 дней назад
Byiza cyane rwose
@balthazarniyomwungere8399
@balthazarniyomwungere8399 11 дней назад
Murakoze kudusangiza iyi nkuka
@TheodoreNzeyimana-rj5tn
@TheodoreNzeyimana-rj5tn 11 дней назад
Umukama yabatoye akabahunda ingabirano nyinshi nabandanye abakomeza natwe tubandanye turonka ivyamwa vyiza kur iki giti ciza
@JeanPaul-d5c
@JeanPaul-d5c 11 дней назад
Merci pour le partage de cette Messe
@FaithKageha-w9t
@FaithKageha-w9t 11 дней назад
Patiri mwubahwe cane.
@JeanineNIZIGAMA-fh2no
@JeanineNIZIGAMA-fh2no 11 дней назад
Murakoze cane patiri wacu umukama abakomeze
@naniyongere.Imananumwungere.
@naniyongere.Imananumwungere. 11 дней назад
🙏🎉❤❤ Murakoze cane Patiri
@DaphroseNiyonkuru
@DaphroseNiyonkuru 11 дней назад
❤❤❤
@erasmemanirambona5007
@erasmemanirambona5007 11 дней назад
komera cane mubtumwa
@OdaNdayishimiye-m8v
@OdaNdayishimiye-m8v 11 дней назад
♥️♥️♥️♥️♥️♥️🙏✔️
@OdaNdayishimiye-m8v
@OdaNdayishimiye-m8v 11 дней назад
💃💃💃💃💃🙏♥️♥️
@NininahazweJanvier-kf9oh
@NininahazweJanvier-kf9oh 12 дней назад
Iyi ndirimbo irahembura umutima. Yezu mwiza ndagukunda💞
@OdetteSindayigaya-y9s
@OdetteSindayigaya-y9s 12 дней назад
Merci bcp Patiri kunyigisho uduhaye Amen amen
@BEATRICEKANEZA-k3v
@BEATRICEKANEZA-k3v 12 дней назад
Bosco comedien
@ViatorHABONIMANA-z6o
@ViatorHABONIMANA-z6o 13 дней назад
Amen
@Drrr-u9z
@Drrr-u9z 13 дней назад
Amen, 🙏 mukamatwigishegukenguruka
@IrakizaBelancine
@IrakizaBelancine 15 дней назад
Inyigisho zubaka umutima urakoze musaserdoti w'Umukama
@jeannenimpaye6066
@jeannenimpaye6066 15 дней назад
Amen wigisha neza cane ndaryohewe cane Imana ntibesha iyo uvuze irashitsa kuko yezu abona ivyo dukeye vyose yezu avugati harahiriwe umuntu yizera ijambo ryanje kuko uwizeyi jambo ryanje ntacabura sha wigisha neza ntubesha kuko aha mwisi ntitubayeho kubwo abantu tubayeho kubwimana sha iyinyigisho irakomeye iramfashije nari numva ndushe ndaruhutse sha Imana ikugwirize ingabirano kuko ibi nivyiza cane birafasha