Cyakora mu makuru yibihugu byabazungu biragaragara ko bashaka gusubiza abimukira, ni ibihugu birimo kwitorera Abaprezida bintagondwa badakunda ababagana, bikunda gusa! Ibi bimaze iminsi birimo kuba wabisanga no mu binyamakuru na television station zuburayi, Amerika na Australia n’ahandi
Gutoha kw'umutindi si irya israel ya yimbwe, ahubwo abirabura bose bazotororekanira muri Africa, kizoba ikimenyetso canyuma co kugaruka kwa kristu. Ivyo werestwe n'ivyahanuwe.