Тёмный
No video :(

☹️agize Divorce inyuma y’imyaka 11 avanye n’umugabo/kuvugwa nabi vyanteye intege/ 

Siren Vibes TV
Подписаться 159 тыс.
Просмотров 19 тыс.
50% 1

#sirenvibestv #girlfriend #sirenvibestv

Опубликовано:

 

22 авг 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 97   
@kimana8818
@kimana8818 10 месяцев назад
Imana idufash abantu twakuze tutagir ba papa kuk nsanz twes twiyumvir kumwe😢😢😢 kuko uba ubon maman ashoboy vyose naw ukumv umeng wokwivyarir ukarer aban gusa. Iturind Abo zitarasambuka en tout cas divorce ntiryosh😢😢 courage kubi vyanse
@iradukunda3699
@iradukunda3699 10 месяцев назад
Jewe ico nakunze n'ukuntu atawundi yizeye atari Imana, Kandi niyo yamuhaye inkomezi yo kuvyifatamwo neza.
@renildengendakumana7426
@renildengendakumana7426 10 месяцев назад
Mme Happy ndatangaye kandi ndashimye Imana gusubira kukubona ndaguheruka uri umwana sinarinzi uko vyagenze ariko numvise warakuze kandi wifashe neza muri situation wabayemwo kandi wisunze Imana wavyifashemwo neza Imana igukomeze utere uja imbere
@lorraineayinkamiye6747
@lorraineayinkamiye6747 10 месяцев назад
Happy Imana iguhezagire🙏si Bose bagenew kugira mariage ndagutahura caneeeeeee
@kyjojennish8679
@kyjojennish8679 10 месяцев назад
Mercii bcpp Uyu mu dame ari inspirante vrmnt 👌🏾👌🏾👌🏾👌🏾
@user-ri2kc4xs3l
@user-ri2kc4xs3l 10 месяцев назад
Ibiganiro vya osis,n'a gretta,n'abatumire banyu,biranyura pe nanje birandaba,happy courage burya ikintu coose nukwitonda shuti,ntivyerera inzara,vyerera igihe❤
@immaculeensabimana2097
@immaculeensabimana2097 10 месяцев назад
Igikuru nuko woba mumahoro numunezero mubana bawe 👌
@dusosteen7
@dusosteen7 10 месяцев назад
Divorce ntaco ifasha nimwigishe ukuntu umuntu yitwara mur situation abarimw murabe kubavyeyi bakera
@kezakimanaspes8488
@kezakimanaspes8488 10 месяцев назад
Ndiko ndahezagirwa cn nik kiganiro nukur.Hosy ndaguknda cn na Gretta
@user-28Gerardineakimana
@user-28Gerardineakimana 10 месяцев назад
Umu damu ndamukunze pe avuze ibintu nubwo ntarubaka Ariko nzomenya uko ndavyitwaramwo muzomugarukane Kandi KUBWANJE aranyubatse💕💕😂
@gloriaminani3067
@gloriaminani3067 10 месяцев назад
Nivyiza, cane, kutabataye. Urabarera🇧🇮💃tusingaye. Turintwari, natwe, turabangaba🎶🙏🙌
@GiseleMunezero-en2rk
@GiseleMunezero-en2rk 10 месяцев назад
Erega mariage si kiliziya gatorika yagenew bose kandi sinigivumuro nukuri kutayigira ninkuko kuyigira ariniteka p Happy courage ma chère
@mugishaarielle3280
@mugishaarielle3280 9 месяцев назад
hosy turagushaka kuri plateau nkumu invite naw
@KimanaSanta
@KimanaSanta 2 месяца назад
Ndabakunda ❤❤❤cane Happy uraryoheye caneeeeee
@user-28Gerardineakimana
@user-28Gerardineakimana 10 месяцев назад
Afise vibes zadange kbsa ikiganiro giheze ntabishaka kbsa😂😂
@yannwenge108
@yannwenge108 10 месяцев назад
Waoouuh Nukuri peee ndaryohewe abagore b Buja barisobanukiwe peeee big up!!!❤❣️😘Hosy and Gretta🥰👌🇧🇮🇸🇪
@karoprint-nb7mu
@karoprint-nb7mu 10 месяцев назад
Yoooo Gret wanje sukumutwe wose ndagusavye Nubwo ntazi ivyukunda. Imbabazi
@m.claire3507
@m.claire3507 10 месяцев назад
Mureke Greta araberew❤
@yollandenicimpaye3705
@yollandenicimpaye3705 10 месяцев назад
Ivyo bintu biragoye Imana ni dufashe Hama gusambura ni kintu ku muntu gifise iyindi sura papa et maman qui kantu kumwana karakenewe.
@boboyann4423
@boboyann4423 10 месяцев назад
Ndazi umukobwa yitwa gentille yama ashavuye 😂😂😂
@akimpayediella6860
@akimpayediella6860 10 месяцев назад
Waouuu happy wanj ash ndamuz umuvuga utamuvuga ntac bimutwara
@Agasobanuyemukinyarwanda-sy9xg
@Agasobanuyemukinyarwanda-sy9xg 10 месяцев назад
ndakunz uyumu maman cane❤🎉
@sandrineniyonkuru4883
@sandrineniyonkuru4883 10 месяцев назад
Ikikiganira kirankozekooo pee courage kuba mama bose babayehoo muma stress yaba gaboo
@inesgatoni9613
@inesgatoni9613 10 месяцев назад
Les mauvaises commentaires urazi ko arizaba mamans bari malheureuses babuze ngene bava mungo bagaca bumva inzigo z aba parvenye kuvayo!!
@user-pz8wm6ez5f
@user-pz8wm6ez5f 10 месяцев назад
Wamenye Imana Kandi uyimenyesheje abandi nukurera uradufashije.
@sunshineb1778
@sunshineb1778 10 месяцев назад
Sha hageze sha uri umumama mwiza impaye intege zokubandanya kwizera
@MarieIRAKOZE-jf4gp
@MarieIRAKOZE-jf4gp 10 месяцев назад
Happy ndagukunze ariko yesu arashoboye cane vyose.
@murekeyisoniemelyne4393
@murekeyisoniemelyne4393 10 месяцев назад
Saund ko Icishamo igacika Hosy wacu?😢 birebeho 🙏🏽love from Rwanda 🇷🇼 🇷🇼🤍🤍🤍💓💓💓 my favorite RU-vid channel in Burundi 🇧🇮 🤍💙
@gacutimariefreddyne6419
@gacutimariefreddyne6419 10 месяцев назад
Basha urababa n'Umugabo neza neza ataruwawe???😳😳😳basha nukur neza ndumiwe pe buriy ikintu Imana yakwandikiye ni hatar
@jeanineniragira7524
@jeanineniragira7524 10 месяцев назад
Ibohore sha ndagutahura caane
@BucuraBwaRusine
@BucuraBwaRusine 10 месяцев назад
From Rwanda 🇷🇼 ❤✋
@inesgatoni9613
@inesgatoni9613 10 месяцев назад
Encore une fois du courage madame Hama warabaye umugabo mukurera abana bawe igihe utwo mu donneur de sperme Niko nokwita les hommes du genre bavyara ntibarere kandi ikibabaza muri société y abarundi Nuko umugore uriwe atumwa urutoke comme ci ariwe yakosheje , nous les femmes nous avons une force surnaturel donc ntimutinye amajambo y abantu si tu n es pas heureuse murugo quitte quitte vite fait uzobahi neza cane merci madame pour ton courage et soit heureuse
@niyonkuruclaudine6413
@niyonkuruclaudine6413 10 месяцев назад
Waoooo ubandany gukmera muvyeyi
@moniquenimpagaritse1230
@moniquenimpagaritse1230 10 месяцев назад
Bonsoir maman Gabriella undamukirize Gabriella mon élève ❤
@AaAa-dt8mp
@AaAa-dt8mp 10 месяцев назад
Wooooa ❤❤❤❤❤❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮❤💯✅
@josephinendayishimiye1757
@josephinendayishimiye1757 10 месяцев назад
Umutumire nuwo gukezwa afise ivyiyumviro vyo gutera imbere muburyo bw'inyiyunvo . Mboneyeho gusaba Hosy atuzanire umu mère cinquantaine ou plus atuganirire nawe twunve
@bangtangirl6348
@bangtangirl6348 10 месяцев назад
Urakoze
@user-xp2bs5ps4m
@user-xp2bs5ps4m 10 месяцев назад
Happy ndagkunze utaze impanuro nziza
@AK-tp3lk
@AK-tp3lk 10 месяцев назад
Wahungiye heza Happy wanje ❤❤❤❤
@Kavandishi2024
@Kavandishi2024 10 месяцев назад
Love u from Rwanda!! Keep it up ❤
@dorineakimana8752
@dorineakimana8752 10 месяцев назад
Madame Happy jew ikintu cuko uganira n'abana bawe nunvis ngikunz Goos ubandany kuko ubwo n'ubutunzi bukomey
@kyjojennish8679
@kyjojennish8679 10 месяцев назад
Ndatwenzee peeee🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@user-ur2rj5bd7y
@user-ur2rj5bd7y 10 месяцев назад
Murugo haragoye gose namabanga vrt
@murekeyisoniemelyne4393
@murekeyisoniemelyne4393 10 месяцев назад
Saund ko Icishamo igacika Hosy wacu?😢 birebeho 🙏🏽love from Rwanda 🇷🇼 🇷🇼🤍🤍🤍 Siren vibes 💓 my favorite RU-vid channel in Burundi 🇧🇮 🤍💙
@sirenvibestv
@sirenvibestv 10 месяцев назад
Imvura yariko iragwa Ari nyinshi🥺
@murekeyisoniemelyne4393
@murekeyisoniemelyne4393 10 месяцев назад
@@sirenvibestvoooh okay ntakibazo ibyingenzi turi kubyumva 🙏🏽keep it up ndabakunda cyane 🙏🏽💓
@kyjojennish8679
@kyjojennish8679 10 месяцев назад
Uwu madame araryosheee 🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@marinchristagakiza5435
@marinchristagakiza5435 10 месяцев назад
❤❤❤❤❤
@mariechantalitangishaka3189
@mariechantalitangishaka3189 10 месяцев назад
Wonder woman ❤❤❤❤
@uwaseyvette4810
@uwaseyvette4810 10 месяцев назад
Sister happy big up caane!!!
@chadiaManirakiza
@chadiaManirakiza 10 месяцев назад
❤❤❤ ndagukunze cane muvyeyi
@jeanineakingeneye5385
@jeanineakingeneye5385 10 месяцев назад
Muranryoheye sibangaaaaa❤
@NshimirimanaSuavis-uw1qz
@NshimirimanaSuavis-uw1qz 10 месяцев назад
Ndakunz ikiganiro vrt,sinashaka ko gihera ndabakunda
@arianenikuze4475
@arianenikuze4475 10 месяцев назад
Aba journalistes nibabe babanza bamenye umuntu imbere yo kumutumira.
@AlbansBans
@AlbansBans 10 месяцев назад
None mwebwe kuki ibiganiro vyanyu vyinshi mugira arivyama divorce nikubera mwabigize canke ngaho muba muriko murigisha abandi kugira Ama divorce duhe ibiganiro vyokubwaka apana vyo gusambura murakoze
@sirenvibestv
@sirenvibestv 10 месяцев назад
Ibiganiro vyo kwubaha warabibuze ngaha? Canke tuguhe ama link?
@tumukundescheilla580
@tumukundescheilla580 10 месяцев назад
Rekana naw sha Aho yakozweko nimba kitamufashij hariho Abo cafashij
@mariechantalitangishaka3189
@mariechantalitangishaka3189 10 месяцев назад
Ntakwubakira k umahwa. Ko.mwirengagiza abicanira mungo. Hako bicana ntibovana. ?!!!
@africaforhope4409
@africaforhope4409 10 месяцев назад
Happy to see you Happy my Happy ❤❤❤
@lydia_wamaana
@lydia_wamaana 10 месяцев назад
Très intéressant🤞
@sandrineniyonkuru4883
@sandrineniyonkuru4883 10 месяцев назад
Mana uyo mugore aranyigishije caaneee ndamukunze troo
@moniquenimpagaritse1230
@moniquenimpagaritse1230 10 месяцев назад
@aimeesabrinaintore7988
@aimeesabrinaintore7988 10 месяцев назад
💥
@irakozeines8143
@irakozeines8143 10 месяцев назад
Gretta uri keza😘
@cocochanelle258
@cocochanelle258 10 месяцев назад
❤❤❤
@mahoroaudrey6504
@mahoroaudrey6504 10 месяцев назад
❤❤❤❤
@user-cs9jz1vs5j
@user-cs9jz1vs5j 10 месяцев назад
Urafashij
@mukeshjustine3409
@mukeshjustine3409 10 месяцев назад
Muzomugarukane afise amajambo mazima
@omanizki6080
@omanizki6080 10 месяцев назад
😅
@nakinteje7172
@nakinteje7172 10 месяцев назад
Ni bibazo mwisi ❤
@lydinoirakoze3184
@lydinoirakoze3184 10 месяцев назад
Umugabo wawe nanwe agacupa yiyongere nakandi.😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@sarahfeni1866
@sarahfeni1866 10 месяцев назад
Kubera iki se ? 😢😢
@darlenekezimana2503
@darlenekezimana2503 10 месяцев назад
😂😂
@lydinoirakoze3184
@lydinoirakoze3184 10 месяцев назад
@@sarahfeni1866 nawe ahari araruhutse uwogore avuga ashinze agahanga nkinzoka y'imamba ubona atari igisasu.
@inesbigirimana867
@inesbigirimana867 10 месяцев назад
👌🙏🙏❤
@audacempawenimana2598
@audacempawenimana2598 10 месяцев назад
Nimuyage mukureho icabatandukanije sinon divorce ce pas biblique.
@arianenikuze4475
@arianenikuze4475 10 месяцев назад
Ewe wa mu dame we ikosa rimwe nuko waharitse mwenewanyu muvukana. Ipu reka reka uzokwihane ahubwo umusabe imbabazi
@bosconiyonkuru6151
@bosconiyonkuru6151 10 месяцев назад
Harabantu bikwegera nkabo nabagore baba bararongoye izo expression zonyene zirumvikanako batubaha abagabo babo muba myshaka ama liberté kandi mwarahinduye état civil mugashaka kuguma mwigira ivyo mwigombeye.Muba mushaka ama liberté mukore ivyo mushaka nico gituma mu divorca turamaze kubamenya.
@sirenvibestv
@sirenvibestv 10 месяцев назад
Umuntu agiye mu rugo bisigura ko asezeye kuri liberté ? Nimba iwawe ariko bimeze umugore wawe afise ibibazo peee
@lydinoirakoze3184
@lydinoirakoze3184 10 месяцев назад
@@sirenvibestv il y a la liberté et la libertinage. Hama kuki udatumira abagabo nabo ngo twumve ?? Mbe toujours abogore bama aribo ari intungane ?? Ururimi gwumwe rukamwa amanovu.
@mariechantalitangishaka3189
@mariechantalitangishaka3189 10 месяцев назад
None kuja murugo nugufungwa ko muvuga ngo bakunda liberté?!
@bosconiyonkuru6151
@bosconiyonkuru6151 10 месяцев назад
@@mariechantalitangishaka3189 Abo bagore uragenda muri Carvados vendredi, Samedi usanga bariko batamba umuziki kandi baba bisohokanye barikumw nabandi bagabo ntanumw aba arikumw numugabo wiwe bagataha 3h cank 4h bukeye hari nababa basize abagabo babo muhira urumva umugore agutahirako bukeye mutanarikumw we wo mu supporta abagabo nuko binumira bataja kuma reseau sociaux ubundi abagore bingeso mbi babaho pe.
@florianebunganimana9440
@florianebunganimana9440 10 месяцев назад
Nsanze ufis ivyoturimwo bidafash kbisa , umugore agiy kwubaka abagiy mugasho??ndumv uwomwubakanye araboshwe nukuri,urarab uhindure ko si umwana wawe
@Yvetteyvette-m6d
@Yvetteyvette-m6d 10 месяцев назад
Merci !
@ChachaChany
@ChachaChany 10 месяцев назад
Nanje vyari bintangaje narik nibaz ubwo bwok bwa girl friend ubwaribwo ark ndabitahuy k Gretha abisiguy
@omanizki6080
@omanizki6080 10 месяцев назад
😊😊
@lydinoirakoze3184
@lydinoirakoze3184 10 месяцев назад
Umugabo wawe nanwe agacupa yiyongere nakandi. Votre genre d'expression yonyene iteye ubwoba abakuraba 'uwo mwabana munzu nawe !!!!!😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@arianenikuze4475
@arianenikuze4475 10 месяцев назад
Reka reka. Akanwa kumwe gakamwa ayera
@_trust9994
@_trust9994 10 месяцев назад
Abarundi bakunda divorce kuko bakunda iraha cyane
@inesgacuti4017
@inesgacuti4017 10 месяцев назад
Bucisha make guko ntuzi situation yarimwo canke umubabaro yarafise we ntawuzi
@lydinoirakoze3184
@lydinoirakoze3184 10 месяцев назад
​@@inesgacuti4017 umviriza émission neza yavuzeko yakuze ashaka kuba indépendant 'ntavyo kubana nabagabo yari yarigeze yiyumvira pour dire que yashak abana ntamugabo yashak.
@Daniela-ij4fr
@Daniela-ij4fr 10 месяцев назад
​@@lydinoirakoze3184 nawe niwumvirize neza!! Yavuze yuko arivyo yaguma yiyaturirako akiri muto kubwo ukutamenya
@benignedushime2288
@benignedushime2288 10 месяцев назад
Hhhh baze baragumayo rero nk abanyarwandakazi birirwa baricwa nabi nabo bashakanye
@sirenvibestv
@sirenvibestv 10 месяцев назад
@@lydinoirakoze3184subira wumvirize neza ivyamukuyeyo sivyo madam
@Ikundabayojamvier54
@Ikundabayojamvier54 10 месяцев назад
Uwo mugore afite amagambo mesh KD akuze ibaze noneho akiri umukobwa niyarashobotse biragaragara
@lorraineayinkamiye6747
@lorraineayinkamiye6747 10 месяцев назад
Happy Imana iguhezagire🙏si Bose bagenew kugira mariage ndagutahura caneeeeeee
@marinchristagakiza5435
@marinchristagakiza5435 10 месяцев назад
❤❤❤❤❤
Далее
МЕГА МЕЛКОВЫЙ СЕКРЕТ
00:46
Просмотров 473 тыс.
NPC Bloxfruits🤖🔥| Doge Gaming
00:13
Просмотров 640 тыс.
Italians vs @BayashiTV_  SO CLOSE
00:30
Просмотров 6 млн
PONCE NOUS DIT TOUT - QUOI DE NEUF DOCTEUR ?  Épisode #1
3:11:49
МЕГА МЕЛКОВЫЙ СЕКРЕТ
00:46
Просмотров 473 тыс.