Тёмный
No video :(

Abakobwa baja mubumalaya muri Omani|Uburozi bakoresha bwose arabuvuz|Kugiramveyo nishe maman ndarira 

Bujahit Tv
Подписаться 118 тыс.
Просмотров 14 тыс.
50% 1

Ufise icubaza : +257 68 051 919
Ushobora kuraba #Nobela uciye kuriyi link munsi :
• Nobela Episode 1 Seaso...

Опубликовано:

 

26 авг 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 243   
@BujahitTv
@BujahitTv 2 года назад
Ufise icubaza canke uterera : +257 68 051 919 N.B . Zikora kuri Whatsap gusa Ntiwibahire kugira Subscribe kugira uzuraba uwambere ukurikirana ibiganiro vyacu. Turabakunda ru-vid.comvideos
@user-bd2wi2tr1u
@user-bd2wi2tr1u 2 года назад
Ahubwo bany uzondondere nanje ndaguhe udukuru two muri saudia twiza sibose bari mumarira jerero nakoze muri contra ubu nibera mwibarabara😄
@zainabzainab9803
@zainabzainab9803 2 года назад
None jewe kontari muburundi vyogenda gute?? Kuko jewe ndabakeneye chane ariko jewe ndimuri Kuwait siti bwira bann
@user-bd2wi2tr1u
@user-bd2wi2tr1u 2 года назад
@@zainabzainab9803 raba comments yambere iriko inimero ntimba arico ishaka kubaza barondere
@AaAa-vj5id
@AaAa-vj5id 2 года назад
Icogikobwa kirabeshe sha ayomahera ntiboyaduha
@ndizeyechantal6543
@ndizeyechantal6543 2 года назад
Bénie numubeshi uwo mukobwa ayomahera ninde yoyaguha
@lilianeerica3318
@lilianeerica3318 2 года назад
Erega abantu bose ntibahembwa kumwe Oman bararutana gusa ndazi ntanabantu cumi boba bayahembwa aho muri Oman kweli
@ndizeyechantal6543
@ndizeyechantal6543 2 года назад
@@lilianeerica3318 wapi kuwait niyihemba menshi
@aaii8301
@aaii8301 Год назад
Abantu bose nibaheba cokimwe kajewe amahera bampemba mumuriyoni habura makegusa
@malekahmm7502
@malekahmm7502 2 года назад
Uzurambariza ico bakuyeyo nigihe bamazeyo ntuzoze uribagira ubibambariza
@nostresslyly5454
@nostresslyly5454 2 года назад
Suko
@pascasientandikiye9911
@pascasientandikiye9911 2 года назад
Ndakwemeye sha wa mwigeme we. Ntiwagiriye ubusa mu mahanga. Kuba warubatse akazu kawe ni ikintu gikomeye washitseko.
@eddyneyfhh7034
@eddyneyfhh7034 2 года назад
Gusa umu chahara urabesh ntawoyaguha uri Mr contrat ngira wew wakoramwibarabara ngiranibo bayaronka
@clarissabellaterimbere6073
@clarissabellaterimbere6073 2 года назад
beni uzoz urarek gucokoza ku biro umunt aba afise ntubuzi ukugen avyakira muriwe harabo bibabaza
@fifialghoul10
@fifialghoul10 2 года назад
Urahenda abandi wamugore oy rek kubesha ntasoni kwel yoooo aho ntasoni koko abagomba kumenyekana bose baj kuri cano 😜
@ciatt9587
@ciatt9587 2 года назад
Bahiga hit
@vivipro3172
@vivipro3172 2 года назад
Biraharawe
@kanezanadegenana4832
@kanezanadegenana4832 Год назад
Kumenyekan
@juliejulie8704
@juliejulie8704 2 года назад
Arabesha kumushahara ntibarenza 200$
@mozam4496
@mozam4496 2 года назад
Hhhhhhh barayarenza vrt na 300$Bivana nahantu canke nakazi gusa Oman nihobahembwa make
@salha9186
@salha9186 2 года назад
@@mozam4496 arabeshe oman urazi kwamahera yaho afis agaciro kurusha ama saidia none nkuwukorer 800cank900 harimwo 350$ uwukorera igihumbi niwe aronka 250$
@user-ys9lt6vv9j
@user-ys9lt6vv9j 2 года назад
Narek kubesha Oman na Saudia uri mri contrant nturenza 250 dollas naho Oman amahra yaho afis agaciro ntibayarenza twes twarahakoz turabizi narek kubesha kirets kuri barya batoroka nibo bahembwa menshi krba nta contrant bafis, hos amahra arangana no mri Kuwait nico kimw nturenza 250 dollas
@vivipro3172
@vivipro3172 2 года назад
👍👍👍👍👍👍👍👍👍👍
@murekatetemarierose1516
@murekatetemarierose1516 Год назад
Ark iyo urangije contract harigihe bakugeza kuri 250dollar
@huguetteniyonzima8586
@huguetteniyonzima8586 2 года назад
Iyo "like"yaburikanye ndasavy uyigabany cnk uyihebe.ndabigusavye.sawa gusa ndabafana
@klainomar1930
@klainomar1930 Год назад
Urabesha kabisa dor ntizirenga 200 muri kotra zamuvugukuri kandi ahantu mwakuye ubugari niho mwohura nibibazo sivyaza kuhavuga nabi twige kutavuga nabi kwa mwarabu kuko harakura umunt kucavu nukuri
@ndizeyechantal6543
@ndizeyechantal6543 2 года назад
natwe kuwait ntayofukorera kandi amahera yaho arihejuru urumubeshi
@AaAa-vj5id
@AaAa-vj5id 2 года назад
Kirabeshe
@ndizeyechantal6543
@ndizeyechantal6543 2 года назад
@@AaAa-vj5id cane
@AaAa-vj5id
@AaAa-vj5id 2 года назад
@@ndizeyechantal6543 uziko twitiranwa
@ndizeyechantal6543
@ndizeyechantal6543 2 года назад
@@AaAa-vj5id waoo Imana ishimwe cane
@tiktokmashup-cq6oh
@tiktokmashup-cq6oh 2 года назад
Hi 🙋🙋🙏👍👍
@safianamani1375
@safianamani1375 Год назад
Kubybuha frozen inkoko numuceri😂😂😂😂😂
@eddyneyfhh7034
@eddyneyfhh7034 2 года назад
Ikibi cishe abakobwa turino ugez iwacu muburundi ukavuga ivyino bamwe barino baguterivyatsi kand umuntu avugavyo Sha ivugire nanj ninashika iwacu nzocumugani rye bike ryame abagesera amashetani Nyagasani aturwanire
@user-gs3lb4xs3j
@user-gs3lb4xs3j 2 года назад
Inumire,wancuti.ntibarabona,uwutaranigwagaramye,yibazangwijuru,ririhafi
@johajohar7777
@johajohar7777 2 года назад
Hama Nini harikintu wavuz chr kucerekey abagabo babarabu huuu wew aca mama umuntu aridwa na nyagasani pee umwarabu yagushatse haba kunabi no kuneza so udakoreshej ubweng bwo kumwikura uka mwishitura arakugenderako nki tapi kuko abarabu bakunda aba nya frican sana icerekey umubano naho ugiz Imana ukaba ahantu hari abarabu bigez kuba mubindi bihugu donc batakuriy ngaho usanga ufis amahor kuko baba bafise ubuntu kuko beshi barishima bakagayana siltu aba kobwa baribona sana
@saudisaudi7859
@saudisaudi7859 2 года назад
Ijambo rimw sindiko ndumva nazibiy amatwi nogufata nogusukako agahawa gashuh ngo 350$?sawa sha uraruhuts gukoropa hamamu
@mutesiadelphine9743
@mutesiadelphine9743 2 года назад
Uwo mukobwa ahubwo nimba ariko ararota kwel ndumiwee Ngo umukozi wa contra ahembwa 1million❌❌❌❌yooooooo ndadamwee peee
@mariejeanne4958
@mariejeanne4958 2 года назад
😁😁😁
@floridabrondi8595
@floridabrondi8595 2 года назад
@@mutesiadelphine9743 nihata ngorwiki ntana majana umunani bashatsa kwer nihatari
@saudisaudi7859
@saudisaudi7859 2 года назад
@@mutesiadelphine9743 uyo akumbuy gahawa sha
@user-ys9lt6vv9j
@user-ys9lt6vv9j 2 года назад
Ahubwo numusazi akumbuy inkoko n umuceri vya misi yos
@pkfj1udhg476
@pkfj1udhg476 2 года назад
Yo 🙈🙈🙆‍♂️🙆‍♂️uramenye amabanga tubikire ibanga
@jgggh1642
@jgggh1642 2 года назад
Nikirofa sha
@salehbizimana1627
@salehbizimana1627 Год назад
Ni ikijuju cane. Kirazira kumena amabanga bigeze iyo
@emelynemutana3148
@emelynemutana3148 2 года назад
Reka reka isombe nanje ndazikaniye nababwiye kwariryoshurwe bazompa kukibuga cindege
@ab3ab313
@ab3ab313 2 года назад
abo muri korta ayo mahera nashika nanj ndi muri m kowt murikorta nashika hama ukaca ubwirako muri saudia bakorera ayo mahera reka kubesha shaaaa
@kanezanadegenana4832
@kanezanadegenana4832 Год назад
Muze muvuga ah mwashikiy sihos hari ay mapepu kiramunt nah yashikiy tuz tugorora imajambo tuvuga
@fbdhfjdddn3515
@fbdhfjdddn3515 2 года назад
Urabesha. Cane. Ayomahera. Ntawoyaguha
@wre1565
@wre1565 2 года назад
Ninde yomara imyaka ibiri akagura parcel akubaka? Nyimba mudakorera nkayo dukorera
@mariejeanne4958
@mariejeanne4958 2 года назад
💌😅😅😂😂
@nanangendakumana5632
@nanangendakumana5632 2 года назад
🤣🤣yarampaze kugenda gatatu niwamvuse
@AaAa-vj5id
@AaAa-vj5id 2 года назад
Imyaka ibiri ntuba uraheza kwubaka
@user-gs3lb4xs3j
@user-gs3lb4xs3j 2 года назад
Jenarayiguzepe,ndubaka,narahejeje,ndindiyegutaha,bivananinge,nuyajerasha
@kanezanadegenana4832
@kanezanadegenana4832 Год назад
Niatr san bamw nimyak itatu nibarahez kubaka ibir 😳😳😳😳😳😳
@nakintijejoselyne6848
@nakintijejoselyne6848 2 года назад
Benny ABA bakobwa bibirofa ntuzosubire Kubashira kuri bujahitTV kuko bavuga uko ibintu bitari ikindi kd hakubesha wovuga make muga yakamaro
@shadiahshadiahshadiahshadi4060
@shadiahshadiahshadiahshadi4060 2 года назад
Nkuru daaa harabantu Umengo ntabwenge bafise ibirofa gusa
@golyg9003
@golyg9003 2 года назад
Arahazesha mureke abaradahwa twebwe koturi murikotra katayo tubona canke aho avugangobarasangira huu ntamukozi asangira numwarabu.nareke kubesh
@emelyneniyonizigiye6617
@emelyneniyonizigiye6617 2 года назад
Ntubeshe wewe nimba mudasangira hariho abasangira gusa sibeshi arik barih
@user-uq8fh4fr6i
@user-uq8fh4fr6i 2 года назад
Ntuharire naj asanze ndik ndabiry arary nukuri naban bob turasangur ntibemer kury bonyen ic ndacemey ereg sibose binuban wapi
@user-uq8fh4fr6i
@user-uq8fh4fr6i 2 года назад
@@emelyneniyonizigiye6617 nukuri nibirabirek nahond jew aban bob ntubemer kury bonyen
@mmkk-bh4vb
@mmkk-bh4vb 2 года назад
Barakwenda
@salehbizimana1627
@salehbizimana1627 Год назад
Ukwo ni ukwiyagiriza. Bisigura ko aba ashaka kwiyeza ngo bikunde ntibamenye ko yiyandaritse. Kuko ntivyumvikana ko yoshingira intahe ivyo atakoze. Kirazira kumena ibanga. Aho niwe aba aryimeneye ubwiwe. Usanga ari we yakoze ivyo.
@vivipro3172
@vivipro3172 2 года назад
Ugorukobwa nurugugu rurabeshe uragapfa
@sdki6853
@sdki6853 Год назад
Uwomukomwa arabesha cane bimwe nivyo ibindi no
@Minain-nf6iy
@Minain-nf6iy 2 года назад
Igitsina gore muribirofa kk abagabo badatangaza ivyabo ibigore muribimena banga puuuuuuu
@emelyneizonderera8808
@emelyneizonderera8808 2 года назад
Ubwobubeshi murasara murikontra woyahabwa bande muze muvuga ibintu mubanje kwiyumvira
@niyibitangakellykellyniyib3013
@niyibitangakellykellyniyib3013 2 года назад
Urabeshe pe ntamukozi ari muri contract akorera 350 dollar 🤔🤔
@janetjordine5454
@janetjordine5454 Год назад
Arabeshe caneee
@amnaburundi5115
@amnaburundi5115 2 года назад
Oyo mukobwa yarasaze murabe ubuzi bwabarabu bwaramucanze béni chu nukuri ubakobwa Bari mubarabu beshi 200$ uwameshi 250$ abari hanze nibo boba bakorera 300$ uyo numwijogonyoro sha karabesha nukuri
@julrumvaseth8622
@julrumvaseth8622 2 года назад
Umwe wes azoze aravuga ivyiwe ntawushobor kumenya ivyuwundi, nimishahala umwe wes amenya rwiwe, kand ntibashobor gufatw kumwe, nibibazo bahura navyo biratandukany, gusa tuvuge make bizodufasha
@user-ys9lt6vv9j
@user-ys9lt6vv9j 2 года назад
@@julrumvaseth8622 Ego mugabo ntabesh ngo bakorera 350 dollas!!! Narek gutera amashurw abarabu, mana, narek sha turabizi nabwir abatabizi
@nyamwizaflavie5205
@nyamwizaflavie5205 2 года назад
Isombe nisawa cyane
@bitangimanapascasie912
@bitangimanapascasie912 2 года назад
Wamukobwa we reka kwiparatura kuko ahubwo ndangira aho bakorera 350 dollars nzekuyakorera. Ubwo bubeshi bwawe ck naw wari mwibarabara ?
@niyonsengajoselyne3109
@niyonsengajoselyne3109 2 года назад
Ibikobwa vyishi bimvuye omani cnk saudia birabesha ngo 350 kukwezi🤭🤭🤭
@jemimahdusabe8382
@jemimahdusabe8382 2 года назад
Uyo nawe yari mwibarabara nagend hariya
@user-ys9lt6vv9j
@user-ys9lt6vv9j 2 года назад
Linette mana ur umbeshi kwel mana weeeeee!!!!! Uhend abo batazi saudia cank Oman, we mama na kuishiwa 350 dollas heeeeeee, uwadangany awo awo, nyoooooo, rka kwihagararako vugisha ukri ntanumw agutwenga kwa sababu ni maisha, daaaaah
@CLfamily1
@CLfamily1 2 года назад
❤️❤️❤️❤️urabivuze kweri keep on gal 🙌🏾
@ninettehappynessninettehap7007
@ninettehappynessninettehap7007 2 года назад
😚❤❤
@soso123alotaibi6
@soso123alotaibi6 2 года назад
Hamwengowari.murikotra kuki.uvuzegwahowakorahose.baraguha kirakitu 🥱😀bagucunge we
@nyirankwisijanet6345
@nyirankwisijanet6345 2 года назад
Heeee arabeshya umushahara ntibarenza 200 dollars
@SartiifirimeBurundi
@SartiifirimeBurundi 2 года назад
Ahurabesha. Ayomahera. Ntashika. Bamuvugishukuri
@khalidmousad5545
@khalidmousad5545 2 года назад
Biraha rawe mana
@kanezachristine8367
@kanezachristine8367 2 года назад
Urimur contrat Ninde yoyaguteg kwer 😅😅 urumubesh wew tok
@halimaleila2323
@halimaleila2323 2 года назад
We bibonekako warimwibarabara kuko uvuze umushaha mwishipee
@ziyadabasca4840
@ziyadabasca4840 2 года назад
Hewe muko warikuvuga ibikwerekey hewe namajini polsan
@user-ot8uj7hy7v
@user-ot8uj7hy7v 2 года назад
Rekakubesha ayomahera bayakorerahehe bamurekakuvuno mushikamuvugameshi
@sdki6853
@sdki6853 Год назад
Ngontakintu camubabaje arasara ngoyarabayeho neza urabeshe
@user-yq8je2pj1r
@user-yq8je2pj1r 2 года назад
Wapi iburund i wacu audh bakoresha umuti yaw bwir mais ino suk ntabesh ntawurya muri contra akorer 350s
@nostresslyly5454
@nostresslyly5454 2 года назад
Abo bakora Ama interview Kugira bamenyekane
@vanisakhan2578
@vanisakhan2578 2 года назад
Ww wabuziyoronderer usoko kl 🤔 bamureka kubesh kk sivyiz kl
@zainabzainab9803
@zainabzainab9803 2 года назад
Hama ndagihugu nakimwe kitaba qo ama pepu ntumushake kuza muraryoza ahantu muba mwarongeyeyo ubugari ahomuburundibntamashetani Ahari? Mumashenguro kubaho ra basengera amashetani nayo abavuye mubarabu?? Nimugabanye Ububeshi vyoba vyiza gusumba
@kanezanadegenana4832
@kanezanadegenana4832 Год назад
Wibaz wng k jew ahond namapepu ahar cank ivy byose avuz ntavy yarikuvuga hamw hamw sihose abantu bashits muburund bavuga amajamb yububesh non bababashak kumenyekan cank????
@nizigamajustine4794
@nizigamajustine4794 2 года назад
Murayavuga
@sdki6853
@sdki6853 Год назад
Nn nkuwoyamaze imyaka ibiri yabonye iki
@yeah1093
@yeah1093 2 года назад
Mamawe agasombe icokampa nanje nzozihitirako
@kawziraburundi9711
@kawziraburundi9711 2 года назад
Barabesha
@salha9186
@salha9186 2 года назад
Abakorera mwibarabara nokuyarenza boyarenza kuko bavanga nuburaya
@aburahma2421
@aburahma2421 2 года назад
Ariko vrt kuberik muvug nabi abo mwibarabar ni bos baj mu bumaray?rek kuvug nab sha wew nimb ahukor ufashw nez wibaz ng ni bos ereg baj mwibarabar kbr gufatw nabi
@joleal7941
@joleal7941 2 года назад
Urabeshe nta mukozi ari muri contarat ahembw 350$ wapi
@asqw3873
@asqw3873 2 года назад
Mubamugomba kuza kwiyanikira ngo 350$ububeshi gusa
@nostresslyly5454
@nostresslyly5454 2 года назад
🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@mugishaburundi3146
@mugishaburundi3146 2 года назад
Rekandengane arik umwe wese azovuga ivyamushikiye munzu abari🤣🤣😀🤣🤣😀🤣😀🤣😀🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦🇸🇦😘😘😘🥰❤🥰❤🥰❤🔥💙💙💙😍😍😀😀jew nzohita sab isombe nibijumbu😀😀😆😀😆😀😀😆😀😆😀😆😆😀😆😀😆nibiharage
@nostresslyly5454
@nostresslyly5454 2 года назад
Nivyo
@user-kd3iv1ow5e
@user-kd3iv1ow5e 2 года назад
Mwese muri ibibeshi gusa mbebasha abagore babarundikazi mwatewe namadayimoni yububeshi canke???mbega umurwayii ngowarariye isombe eka urarwaye ntukwije ngo 350???nkeka ariwew uyabahemba.
@angedarlene1770
@angedarlene1770 2 года назад
Yesuweeeeee wamukobwawe bureka kubesha ngo 300 dollars ntason kubesha😏😏
@hanifaalia5476
@hanifaalia5476 2 года назад
Ahubwo uyo mudemu yaravangiwe nkeka ariwe bayahemba
@user-os9ul5iu5y
@user-os9ul5iu5y 2 года назад
Emwe murayaroka nyimba barabaroze
@Minain-nf6iy
@Minain-nf6iy 2 года назад
Kubesha urusaku vyose biri muhitsina gore
@rehemaoman7777
@rehemaoman7777 Год назад
Reka kubesha 350 Muri cotra nyimba atari oman
@alinenizigiyimana8266
@alinenizigiyimana8266 2 года назад
Ngo ngwiki ngumu contra ahembwa 350 dollar muz muvuga ivyanyu mwanyuzemwo ivyabandi mutazi muvyihoze ntasoni
@malekahmm7502
@malekahmm7502 2 года назад
Uyu ntavyazi ahubwo ngira ntarajayo usanga arivyo bamubwiye 😀😀😀😀😀ngo 350$ twoba twarabaye ababoss kabisa.menshi ni 900 real uri saudia uri omani naho ni 90 bakongeza uhejeje contra
@ninapolo957
@ninapolo957 2 года назад
Aha numiwe ntamu contrat arenza 205 dollars kiretse ukora ubuzi 2😂😂😂😂
@ninapolo957
@ninapolo957 2 года назад
@@malekahmm7502 abo bavuga ivyo batazi saudia ni 800 canke 900 Oman ni 80 canke 90 none ayo aravunjwa 350$🙄 ahubwo ndumiwe
@johajohar7777
@johajohar7777 2 года назад
Iki 300$🤣🤣🤣🙈una pigwa real 70 ukiongezwa ni 90 apo ni Oman saudia ni 700 real 900 real noe vip ayo mahera yovamwo 350$ cank 300$ daaah kuweni munaongea ukwel ba chr pako wenye walisha kaaa paka paspot waka karibia kuzimalizia kwenyew 🤣 😜mwemweeee
@mariejeanne4958
@mariejeanne4958 2 года назад
@@johajohar7777 😂😂😂😂
@user-gn9hy5to3g
@user-gn9hy5to3g 2 года назад
Courage beni ndakunda ibiganiro vyawe
@user-js4yi6xg4y
@user-js4yi6xg4y 2 года назад
kirofa ayomaher woyazan 350 zemuravug ukur
@user-gs3lb4xs3j
@user-gs3lb4xs3j 2 года назад
Ndabisavye🙄🙄🙄🙄🙄🙄🙄🙄🙄🙄🙄
@uwizeyemichellasarah2529
@uwizeyemichellasarah2529 2 года назад
Mbega hahhaha iyo mushatse kugira hit muja kuvuga ubujinga nibala
@kanezanadegenana4832
@kanezanadegenana4832 Год назад
Ah rer niatr kbs nimb Bashak kumenyekan barek amajamb
@kanezanadegenana4832
@kanezanadegenana4832 Год назад
Ah rer niatr kbs nimb Bashak kumenyekan barek amajamb
@docapp8062
@docapp8062 2 года назад
Kuki abakobwa muvuye saudia muri ababeshi cane amafaranga yambere umuntu ari muri contract ahembwa 900 riyal angana 202$ uyarungitse kuri West Union
@antoinettempaimana2724
@antoinettempaimana2724 2 года назад
Aha jewe narumiwe nzanibaza ko hariho saudia zibiri
@sewarss8422
@sewarss8422 2 года назад
🤣🤣🤣
@candidekaneza8587
@candidekaneza8587 2 года назад
Uburero abakobwa bavuye mubarabo baca bashikira TV kwiyerekana bavuga ububeshigusa
@karmabvhg2118
@karmabvhg2118 2 года назад
Wamukobwawe ntanisoni bamugirahomubika
@smartnahodha6578
@smartnahodha6578 2 года назад
Benny chou ubahwa visit burundi lov from ibirovidasakaye
@user-uq8fh4fr6i
@user-uq8fh4fr6i 2 года назад
Nuko uzuburyo wayakoreramwo abari oman. Nzi ko batayaronk.muzosamana muyaronk muce mwigererany nabari uri cotra kweri gus ndumiw koko ububeshi mutah mufis burarenze
@nostresslyly5454
@nostresslyly5454 2 года назад
Cneee
@samsunga10s48
@samsunga10s48 2 года назад
Zemureka kubesha wew niwaba wakorera meshi reka kuvugira bose
@nostresslyly5454
@nostresslyly5454 2 года назад
Bazobe bavuga ubuzima babayem na nabo ba boss babo abana ngo abarabu bose
@seigneurdieu9351
@seigneurdieu9351 2 года назад
ASHA MBON MUFISE UMWANYA KWAMWARABU HUBAHWE HARADUTETURUY😂😂😂
@jkdndndjbdknffmmm6102
@jkdndndjbdknffmmm6102 Год назад
Yegorata haraduteturuye
@mwajumamunezero4055
@mwajumamunezero4055 2 года назад
Béni abobakobwa bava ino barabesha maana uyo mukobwa ntanakimwe cukuri avuzemwo $350 Nimba arayo yakora atarayo yahembwa beny ndagusavye n'anje maze 7ans nkorerayo ntayomahera ndakorera
@angeleilla2309
@angeleilla2309 2 года назад
Bareke bayaroke Sha ngo 350$ Sha baba bahaze kuberk babesha kwel??
@mariejeanne4958
@mariejeanne4958 2 года назад
Nihatari ahubwo 🤔ngo 350dollars😏😏nibabe bavugukuri
@dianeirankunda3716
@dianeirankunda3716 2 года назад
Uyomukobwa numubeshi yuzuye ngwangahe sha arabesha ntayo bahemba nareke kubesha twese niyo turi ntayo bahemba kbisa
@mariejeanne4958
@mariejeanne4958 2 года назад
@@dianeirankunda3716 Nihatari Ahubwo 🙄🤔honyene nogukwiza 250dollars nubuntu nahone harivyucawimenya😴😴🤔
@mutesiadelphine9743
@mutesiadelphine9743 2 года назад
Béni uwo mukobwa nirofa kabix Ntamuntu ari muri contra akorera 1million yooooooo ntasoniiiiiii wap kwel nukur zamureka kubeshaa sivyiza 🤕🤕❌❌❌❌❌❌❌❌❌ ❌ ndumiwee
@lilianeerica3318
@lilianeerica3318 2 года назад
🤣🤣🤣🤣🤣🤣Ngira ntavuga Oman
@dorcasingabire8142
@dorcasingabire8142 2 года назад
Na saudia ntizikwira
@amin27alamru23
@amin27alamru23 Год назад
Urabesha.ayoninde.yoyaguha.35o.dolla
@BerryByiringiro
@BerryByiringiro 6 месяцев назад
Hi
@user-xj9dg8kc1u
@user-xj9dg8kc1u 7 месяцев назад
Wewe shagara 350$ urabesha
@mariejeanne4958
@mariejeanne4958 2 года назад
Mb Bénit izo fume zawe za kila siku manaake nini🙄,ww ngruratinya amademu🤔😂😂😂😂😂oya vrmt ikebuke , bagucung 😁😁😁
@sumyafrance6893
@sumyafrance6893 2 года назад
Akogagahungu ndakanka nakanyarusaku kweri
@melindorofficial3511
@melindorofficial3511 Год назад
🤣🤣🤣🤣
@sddrddd5955
@sddrddd5955 2 года назад
Bit wnje urakomey shilako inomsro yawe turagukeneye
@iradukundamike5370
@iradukundamike5370 2 года назад
Kwendraaaaaa uko 350$nimba warasambanira kandi kizire guca inguvu abandi batajayo kurondera ubu zima jw nsimbona impamvu wicara ukavuga ibintu nkivyo jw ndi omani ariko ivyo uvuze ntakuri kurimwo
@antoinettempaimana2724
@antoinettempaimana2724 2 года назад
Jewe rero munbarize jewe ndi muri saudia ariko aba va ino bavuga ngo bahebwa 350 dollals ninba hariho iyindi saudia atariyi riyadh nu kuri ndabasavye mu ntahuze muzoba mukoze abo mucibitoke ca rugonbo muriheee ndabara mukije 🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇧🇮🇧🇮👍👍👍
@iradukundamike5370
@iradukundamike5370 2 года назад
@@antoinettempaimana2724 arabesha twese turakora 350$dukorera arimeshi 200$cank 220$ ntatubeshe
@user-ys9lt6vv9j
@user-ys9lt6vv9j 2 года назад
@@antoinettempaimana2724 ahubwo yikanz ingobotozo, narek kutugwiriza umucoko sha
@user-ys9lt6vv9j
@user-ys9lt6vv9j 2 года назад
@@antoinettempaimana2724 najew ndi Saudia sinigera ndeza 250 dollas bivany nuwamvunjiy, ahubwo ararinda kubesha gushika iyo hos
@irishuratigere6427
@irishuratigere6427 2 года назад
Muze murasiga inimero
@niyonkurumollya3396
@niyonkurumollya3396 23 дня назад
Unadanganya dada punguza uongo
@user-wg5sw1yg6s
@user-wg5sw1yg6s 2 года назад
Ubu beshi gusa 300 doral woyahabwa nande urimuri contra
@azizaa7962
@azizaa7962 2 года назад
Uzotangure guhamagara jewe ncuti WW waratashe usengere abasigaye nabo nukonyene ntababeshe
@AaAa-vj5id
@AaAa-vj5id 2 года назад
Nkubu jewe aho nkora ntitwitandira twambara bisanwze nimurek kubambika ibara
@asqw3873
@asqw3873 2 года назад
Madami urunva ubwo bubeshi mubesha ngoduhebwa350$ivyobintu mubesha sivy namba baragusambanya nawe
@dorcasingabire8142
@dorcasingabire8142 2 года назад
Naj narinumiwe urimuricontrat uburi muma 200$Niburiburi ukouharamba bazabarakwongeza
@user-ch5dr8sp4n
@user-ch5dr8sp4n 2 года назад
Nukur urabeche ntasoni
@user-js4yi6xg4y
@user-js4yi6xg4y 2 года назад
ahubwo urikirofa 350
@nostresslyly5454
@nostresslyly5454 2 года назад
Beni nukuri jw birambabaz nivyobiganiro mukora vyishi barabesha Sinzi babivuga Kugira bamenyekan Ariko jw Umunsi imana izoshikan mu bdi zokuronder dukore ikiganir abo bose ba bonda abarabu ndababona nkibigugu ,aho gushim bahita babavuga nabi sha Abarundi nidushim kweli
@user-gs3lb4xs3j
@user-gs3lb4xs3j 2 года назад
Nibawebagufasheneza,shima.ibisigayewihorere,ahabenshibatunzwe,naruremawe
@nostresslyly5454
@nostresslyly5454 2 года назад
@@user-gs3lb4xs3j oya suko kimwe nimba wushak kuvuga wuko wabaye vuga ubwawe abana kuvuga mubwishi kuko iyo wuvuze mubwishi bisigura ko na barabu bose
@divinenanou8818
@divinenanou8818 2 года назад
Beni acan na aho wademu wanakuwa wana shiba
@nostresslyly5454
@nostresslyly5454 2 года назад
Kweli
@azibossladykenny2455
@azibossladykenny2455 2 года назад
💯💯💯💯💯💯
@ninettehappynessninettehap7007
@ninettehappynessninettehap7007 2 года назад
Pacha wangu 🤩🤩🥰🥰🥰
@ninapolo957
@ninapolo957 2 года назад
Beni abakobwa benshi barakubesha ino ntamu contrat ahembwa 350 dollars ubwo nububeshi kandi ntabwo usangira nabo ukorera reka Reka nubwibone bafise honyene uza wumva bakubwira nguranuka hama ngo musangire🙄🙄🙄🙄ese mwoza muvugisha ukuri naho kujana naho iyo bagiye ninka obligatoire kuko urinze ubona umwarabu agusiga muhira agiye kuyerera uba ugira Imana.
@juliejulie8704
@juliejulie8704 2 года назад
Ntabesha nanje narasangira nabo ariko jewe sinabikunda kuko batakaraba mugufungura hama biravana nabo ukorera harabantu batabanira kumushahara
@ninapolo957
@ninapolo957 2 года назад
@@juliejulie8704 nta mwarabu aguhemba 350 dollars tuze tureka kubesha honyene umwanda bafise vraiment kubwanje ntabwo nokora kwisahani baririyeko ngo numve ntuje noca mvomisa
@johajohar7777
@johajohar7777 2 года назад
Gusangir nibisazwe M ikintu cuguhebwa 300$ no ni 200$ cank arenga gato ntagera mur 300$ hama ivyarabu vyibikobwa yaani (femine) birishima saaaanaa naho atari bose M hakubana na bademu wobana nabahungu nuko nyene ari harmu
@aneelaa3486
@aneelaa3486 2 года назад
Ego birabaho nu shake kumurenganya keep gutemberana canke gusangira
@antoinettempaimana2724
@antoinettempaimana2724 2 года назад
@@juliejulie8704 reka kutubesha turazi baguha agashi nwe ramazani iheze
@nanangendakumana5632
@nanangendakumana5632 2 года назад
😷😷😷😷Ninette😷😷
@khlaifaali245
@khlaifaali245 2 года назад
Ahomurayaroka
@rroo326
@rroo326 2 года назад
Nabafiripine ntibayashikana
@vanisakhan2578
@vanisakhan2578 2 года назад
Ww urakomey neza kl 🤔😅😂 abakombwa nibirofa kl 🤔😅😂😂
@myvenif3627
@myvenif3627 2 года назад
Nihatali
@mmkk-bh4vb
@mmkk-bh4vb 2 года назад
Warendana
@fridanduwamahoro7653
@fridanduwamahoro7653 2 года назад
Yesuuuuuuuu
@fridanduwamahoro7653
@fridanduwamahoro7653 2 года назад
Yesuuuuuuuu
@klwdinklo8577
@klwdinklo8577 Год назад
Kubesha bibi ni 200$
Далее
Only I get to bully my sister 😤
00:27
Просмотров 19 млн
拉了好大一坨#斗罗大陆#唐三小舞#小丑
00:11
Only I get to bully my sister 😤
00:27
Просмотров 19 млн