Juste Gael merci kubibazo vyiza ubajije. Autrement la mondialisation nous amène très loin. Quelle est la vision actuelle de la vie ? La dépendance est dépassée dans ce III e millénaire. Si la culture burundaise n'est pas en crise, les illusions des jeunes créeront une nouvelle société vide de culture. L'amour est devenu synonyme de business et de marketing. La relation à sens unique n'est plus actuelle. Je ne partage pas certains points de vue irréfléchis. 😢😢😢
Bon ivyo bintu vyo kuvugira muri rusangi vraiment,ngo abakobwa ba....tumira aba mère bakuze ndabona aba retraité buzuye Mu Burundi umwanya irahari, bababwire uko vyari bimeze nukuntu abakobwa bovyifatamwo,apana c petite fille qui n'ont jamais lu de livre de leur vie,qui croient qu'elles savent tout
iyo ni expérience personnelle vuga uti naragendanye na gasupari aba mubwiza vyagenze uku not abahungu bose cherie that is experience hama umuhungu si bank sasa iyakire umute rero
ngo est ce que azontunga?eeehhh what a poor mind of yours my dear Sister.....nukuvuga ubu urindiriye uwugutunga?shaa rero emera bagume baguheba kuko ntamuhungu numwe yobana numukobwa uri that cheap minded nkawe vmt....ewe bashahu nakamaramaza ngo umu influenceuse...ahubwo uriko uraroga aba followers bawe peeee