Тёмный

Abarundikazi ntibavangana? 😍🤔 - Diaspora Lee Sharon muri  

Best of 257 Official
Подписаться 21 тыс.
Просмотров 13 тыс.
50% 1

Опубликовано:

 

11 сен 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 43   
@doomedinscrolling3587
@doomedinscrolling3587 7 месяцев назад
Mpore mpore mutumirwa ivyakubayeko kuriyo myaka ! Nigikomere kinini caaaaane mubuzima bwumuntu! Alvin iyo muronse umuntu afise ibikomere nkivyo muzokwige ingene mumugirisha interview! Bravo kandi Alvin nuwo mukorana mwagerageje kuvyifatamwo neza ! Bravo
@doomedinscrolling3587
@doomedinscrolling3587 7 месяцев назад
Alvin nari nakubwiye Bravo ntarashika aho hantu uvuga ngo 13 ans uba wamaze gufilinga 😢😢😢! Whaaaat ??? ALVIN MURI VIOL NTA FEELING .
@vestineuwimana2072
@vestineuwimana2072 7 месяцев назад
Basha nimureke kumubaza ibibazo vyinshi nkaho umenga nibintu biryoshe kumva ! kuko ivyo bintu vyashikiye abana benshi babakobwa especially kubakozi biwabo kandi hariho nabatigeze babivuga imyaka yabo yose! Lysa karla ngo nawe yarabishaka?Abantu barakomeretse sana muri childhood nuko barenzako bakavyiyibagiza tu! Wagira ngo uragiye kuregana ahubwo niwe wakubitwa ooohh God
@Hi5392
@Hi5392 7 месяцев назад
nukuri peee... ni sujet itari ikeneweko bayivugaho
@milinthianijimbere6186
@milinthianijimbere6186 7 месяцев назад
Je pense mur HS Vu que la fille yashoboy gu partagea histoire yiw harih nab yafashij le faite yuk bibashikir kuber atanumw abivugako du coup ntakibi kirimw kubivuganak umuntu yemey kwishur
@user-eb8gn2gl4c
@user-eb8gn2gl4c 7 месяцев назад
Sha mufise aamajambo menshi muri intro gushika aho biruhisha kuraba
@KAg-08
@KAg-08 7 месяцев назад
21:25 on voit bien les gens qui blâment la victime 🙄
@Lau47743
@Lau47743 7 месяцев назад
I’m shocked🤯🤯🤯
@shingirofidele8954
@shingirofidele8954 6 месяцев назад
Nyanya mushoma:intore Nyanya (tomate):itomate Viriringanya (Obergine):ibiriringanya
@alaninalvittaavnin7505
@alaninalvittaavnin7505 7 месяцев назад
Musigaye muza twabakumbuye cane Nukur nimugerageze muze muraduha kare Bashaa tuzohava tubibagira Bashaa kuko turabakunda
@pamella_pretta
@pamella_pretta 7 месяцев назад
Ndakunda alvin emissions ziwe tora amashugwe yawe🌹🌹🌹🌹
@tonnyblaktonny
@tonnyblaktonny 7 месяцев назад
Très cool tout les vendredis mbandindiy Karaba❤️👌
@Olimalkey123
@Olimalkey123 7 месяцев назад
Ntujana nabahungu babakene ahubwoo bajana numukobwaa akenyee😂😂 ndagagayee
@queeniesamantha54
@queeniesamantha54 7 месяцев назад
Courage Alvin 🎊🎊🙏🇧🇮
@Lau47743
@Lau47743 7 месяцев назад
22:00 🤦🏽‍♀️🤦🏽‍♀️🤦🏽‍♀️kugira ugume wemera!!!?
@fabiorukundo2023
@fabiorukundo2023 7 месяцев назад
Trop triste ce qui lui est arrivé kabisa❤
@Olimalkey123
@Olimalkey123 7 месяцев назад
Erega umutumire narindamubuzee😂😂😂
@kanamugirekeza
@kanamugirekeza 7 месяцев назад
umutimire arabeshe imyaka yiwe nukuri😎😎 yarize Michel archange abo biganye ntanumwe yari adubuye ntakuntu nakumwe boba bamurusha imyaka avuze😳😳😳, tube tureka kubera publiquement ahubwo ndumiwe😂
@milinthianijimbere6186
@milinthianijimbere6186 7 месяцев назад
Lisa carla bavuga consciente apan "ngo wariconscience "
@FranckG80Official
@FranckG80Official 7 месяцев назад
Nice work❤
@doucenoellaishimwe1951
@doucenoellaishimwe1951 7 месяцев назад
Muratumir @sky nice
@AngeSanoun
@AngeSanoun 7 месяцев назад
phone ya alvin irakomey vrt the way ayita hasi OMG😂imeneka buhoro
@ngendakumanaadelin4551
@ngendakumanaadelin4551 7 месяцев назад
😅😅 nawe uramaze kubibona?
@kynthiakarinka8328
@kynthiakarinka8328 7 месяцев назад
😂😂😂😂
@doomedinscrolling3587
@doomedinscrolling3587 7 месяцев назад
Narapiswe ❤❤
@fearless-hz5yi
@fearless-hz5yi 7 месяцев назад
Umwana wa 14ans iyo mugobore yayikuyehe ?
@Olimalkey123
@Olimalkey123 7 месяцев назад
Uwomutumire ukwasa yajanishije nimishatsii😂😂😂😂😂😂😂 sorry karanyereyeee
@liessesaniairangabiye177
@liessesaniairangabiye177 7 месяцев назад
🙄🙄 ngo 13 ans warafilinga. Gufatwa kunguvu wumva ko bariko barakina?? Yakubwiye ko yafashwe kunguvu ngo wararyohewe …… Urazi gufatwa kunguvu icarico? Mxiiiuuuhh
@user-is1hc6ux8c
@user-is1hc6ux8c 7 месяцев назад
Murakwiye guhindura umu cameraman kabisa cank caméra
@safian.9518
@safian.9518 7 месяцев назад
🔥🔥🔥
@BigirimanaGloria-fp3vn
@BigirimanaGloria-fp3vn 7 месяцев назад
Muzotuzanire romy shemsa
@user-qb5qu4rm3u
@user-qb5qu4rm3u 7 месяцев назад
Très amusant me tristant😢
@Mambo936
@Mambo936 7 месяцев назад
😳😳🤭😂
@user-nd8ff4bg8h
@user-nd8ff4bg8h 7 месяцев назад
❤❤❤ bless
@darlenemutabazi2470
@darlenemutabazi2470 7 месяцев назад
@cyriaquendihokubwayo4086
@cyriaquendihokubwayo4086 7 месяцев назад
Muvuga amajambo menshi mugitangura vrt punguza
@nshimirimanaclaudine6694
@nshimirimanaclaudine6694 7 месяцев назад
Heey uragerageza guhindura ico barya muri karababa bizoba fanny gose
@milinthianijimbere6186
@milinthianijimbere6186 7 месяцев назад
On dit funny pas fanny😊
@clairiaarakaza4566
@clairiaarakaza4566 7 месяцев назад
None ko atitwara ubu arino..c pas trop tard..ubutungane nibukore
@dondavinishimwe1417
@dondavinishimwe1417 7 месяцев назад
Lee charon arababeshe afis 29ans yavuts le 09/06/1995
@BahatiTido-hj6cv
@BahatiTido-hj6cv 7 месяцев назад
Biringanya zimeze nkintore muga sintore Kandi usanga Ari Nini en français on dit auberge
@gatlar628
@gatlar628 7 месяцев назад
Aubergine
@clarissabellaterimbere6073
@clarissabellaterimbere6073 7 месяцев назад
yooo mpore disi uracar na muto mug mwasarishij ukugen mwagum mumubaz kuvyerekey gufatwa ku nguvu si vyiza
Далее
Ubworozi bw' amafi ( Fish farming)
14:08
Просмотров 10 тыс.