Тёмный
No video :(

Abavyeyi b'UMUHUNGU banse ko dukora MARIAGE kubera ndi Nyamwema//Umwana twavyaye//gufatwa kunguvu 

UMUKUBITO
Подписаться 178 тыс.
Просмотров 10 тыс.
50% 1

Abavyeyi b'umuhungu banse ko twubakana kubera ndi umunyamwema//Umwana twavyaye//gufatwa ku nguvu
‪@NtareRushatsiHouseTV‬

Опубликовано:

 

22 авг 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 68   
@ERNESTHICUBURUNDI
@ERNESTHICUBURUNDI 2 месяца назад
Ariko nicuki kwl murabona ko arimwiza kwl.🎉🎉❤❤
@user-if2qg7wd1i
@user-if2qg7wd1i 2 месяца назад
Urazi kuzira uko wavutse sha birabaza 'dqa😢
@adolpheniyibizi4252
@adolpheniyibizi4252 2 месяца назад
Araberew cane.Yambaye neza.
@user-if2qg7wd1i
@user-if2qg7wd1i 2 месяца назад
Yoo... Gusa iyi ntahe irankozeko sinarinz ko babagamigwa gushik uko gusa c'est très touchant... Gusa imana izobikora ihangane twese tura bantu
@godsgrace6820
@godsgrace6820 2 месяца назад
Elle est très jolie et intelligente. Yambay neza kandi😘
@aishanduwimana2924
@aishanduwimana2924 2 месяца назад
Constance🥰twigany lumière j vous assure c est une femme forte et très intelligente ❤❤❤such an amazing woman 🫂
@kanyangeassumpta5832
@kanyangeassumpta5832 2 месяца назад
Why people are judgmental, she is human being like anyone else.Most of all she beautiful ❤ be strong my dear. 😘
@gloriosenininahazwe1678
@gloriosenininahazwe1678 2 месяца назад
Katihabwa ,ndagukunda ukuntu ,ingene uri strong
@lucreceitanganeza
@lucreceitanganeza 2 месяца назад
Constance wanje sha wubahwe cane urumuvyeyi mwiza♥♥♥
@cadeauwatanga5686
@cadeauwatanga5686 2 месяца назад
Komera @Juste Gaël 🙌🏾🙌🏾🙌🏾🙌🏾👊🏾👊🏾👊🏾🤝,ikiganiro ciza kabisa kandi gifise akamaro ,Abantu turi bamwe kabisa 🥹🥹,U the best @Juste Gaël ,Love from Sweden🇸🇪
@deniskingangleyofficial
@deniskingangleyofficial 2 месяца назад
Madame constance Imana imukomeze, kuko nizo problème duhura nazo
@mariamsakora2818
@mariamsakora2818 2 месяца назад
Nsomye commentair yawe ciyenja gukora s'abonne none nawe zurakora ibiganiro kugira ibikorwa vyawe bimenyekane
@deniskingangleyofficial
@deniskingangleyofficial 2 месяца назад
@@mariamsakora2818 Kbis naje navyipfuza uretse KO nkiri kuntango ntabikoresho ndaronka tu
@nirenganira8433
@nirenganira8433 2 месяца назад
Ntugire ikibazo niwarongora uzovyara abana birabura abo maze kubona bose bavyaye abanabirabura nimba harinuwugukunda ntagire ubwoba ndazi ko beshi babatinya kubavyara ariko nubumuga busanzwe barakomera nkabandi bantu
@deniskingangleyofficial
@deniskingangleyofficial 2 месяца назад
@@nirenganira8433 sha ni ibintu bigoye kwakira p ariko tugerageza kuvyakira kuko twarabikura p, je ne pense rien que je peux sentir comme les autres mais vyoshe n'ugushima kuko ibintu biba hari impamvu!!!!!!!!!
@bidudacelestin3165
@bidudacelestin3165 2 месяца назад
Mubwire ko ari mwiza cane
@sereine-marienkuyehasi3009
@sereine-marienkuyehasi3009 2 месяца назад
Merci Gaël pour cet interview! Partagez ce contact SVP
@mariesindayigaya759
@mariesindayigaya759 2 месяца назад
Dusigire numéro z'iryo shirahamwe. Uwo mu maman ari très courageuse
@Xhcfj-ye3hx
@Xhcfj-ye3hx 2 месяца назад
Yooo nibibazo mwisi komera muvyeyi ❤
@user-kj2xh6bt5y
@user-kj2xh6bt5y 2 месяца назад
Shez so buituifull ❤❤❤
@carmellanishimwe558
@carmellanishimwe558 2 месяца назад
Courage madame constance 💐💐💐💐💪💪💪💪
@jean-claudeminani6156
@jean-claudeminani6156 2 месяца назад
Sinuguhinduka gusa!!!! Ahubwo uburongozi buhaguruke bukingire abo bana bigihugu. IBIHANO RUHASHA bishigweho, POLICE yigishwe gukingira abobana nukubatabara ningoga. Ntamwana akwiye gukura yicwa URUBOZO nkuko. Dusirimuke please!!!!!!
@DieudonneNiyonkuru-go4ro
@DieudonneNiyonkuru-go4ro 2 месяца назад
Courage Madame
@user-gp3um1te4u
@user-gp3um1te4u 2 месяца назад
Juste Gaël 👌👌🥰
@sarasarah2242
@sarasarah2242 2 месяца назад
Yoooooooo kumbe murahura ningorane nyishi. Imana ibarinde aho muri hose.
@nduwimana669
@nduwimana669 2 месяца назад
So hard
@NdohoAud
@NdohoAud 2 месяца назад
Ntagitangaje camubayeko nabatari abanyamwema barahohoterwa izo ningorane zishikra umuntu ari kwisi
@laicanjeneza9992
@laicanjeneza9992 2 месяца назад
Elle est trop belle,et déterminante,,, courage @mdme constance
@kwizerimanaevelyne6659
@kwizerimanaevelyne6659 2 месяца назад
Aho siwe murundi baramushuhuye😢😢😢😢
@emilyKay8
@emilyKay8 2 месяца назад
Mpore mwiza wanj 🎉🎉🎉❤❤
@GiftBella-de5hz
@GiftBella-de5hz 2 месяца назад
Intahe ibabaje😢😢😢😢 umugabo waw abiwabo boba baramuroze. Imana ibakomeze😢😢😢😢
@NDUWIMANAChanice
@NDUWIMANAChanice 2 месяца назад
Yooo mpore mpore 😢turakwiy kubitahura goose KO arabantu nkabandi❤
@uwimanavanessa-jf1bl
@uwimanavanessa-jf1bl 2 месяца назад
Imana irahari uzabaho nabana uzabwara babeho
@user-vj9sj6od9e
@user-vj9sj6od9e 2 месяца назад
Merci Gaël waouh
@hakuzimanafeliciencharles7490
@hakuzimanafeliciencharles7490 2 месяца назад
Uyu mukobwa ni umuhanga cyane ❤❤
@nicoleuwineza7272
@nicoleuwineza7272 2 месяца назад
Elle est jolie ♥️arasirimuts ndamaz kumubn knsh
@ntizzolehardi1914
@ntizzolehardi1914 2 месяца назад
Pole sister
@nirenganira8433
@nirenganira8433 2 месяца назад
Hari umunyamwema amaze kuvyara abana bane kandi bose yavyaye abirabura .
@uwimana8584
@uwimana8584 2 месяца назад
Nikeza cane umenga nakazungu
@jacquelinebavakure5936
@jacquelinebavakure5936 2 месяца назад
Afise beauté ❤
@bukeyenezakellyannyella1380
@bukeyenezakellyannyella1380 2 месяца назад
Smart ideas😍😍😍😍
@jeankarekezi6790
@jeankarekezi6790 2 месяца назад
Bonjour mr Gaël ❤ Nukuri urakoze cane kuriyi ntahe yuyu mufasoni Constance. Ndagusabe umpe contact ziwe. Merci bcp.
@evelyneuwimana2693
@evelyneuwimana2693 2 месяца назад
Uri namwiza pe❤
@uwimana8584
@uwimana8584 2 месяца назад
Uyo mugabo yagutaye yarinjiji 😂umukobwa mwiza nkuyo aciye nubwenge nkuko!azovyicuza azohura numugore amukomeshe azoye yipfuza umugore mwiza yataye
@violetteniyongabire3859
@violetteniyongabire3859 2 месяца назад
Nimwiza❤❤❤
@nadiarukundo3636
@nadiarukundo3636 2 месяца назад
Ni gute twabaha intererano abo banyamwema bashaka sunscreen?
@cbmusicofficial
@cbmusicofficial 2 месяца назад
Gael Mukubito 🎉🎉🎉
@solange-np7bc
@solange-np7bc 2 месяца назад
Uwomudamu ndamuzi mukiyange cabuterere hafi yi Primaire
@user-hg6yg2gl8z
@user-hg6yg2gl8z 2 месяца назад
Gayer inzobe yatonoye usigaye wisiga amavuta yumugore
@JustinNDUWIMANA-rw9fr
@JustinNDUWIMANA-rw9fr 2 месяца назад
Uruwamber gaël
@_-wt8ns
@_-wt8ns 2 месяца назад
Poresana cha uzobaho imanayakuremy ibichaka
@BimenyimanaChadrack-ml7bl
@BimenyimanaChadrack-ml7bl 2 месяца назад
Indya zibona abana koko
@user-hg6yg2gl8z
@user-hg6yg2gl8z 2 месяца назад
Mukiyange ndakumenye kwikorodi iwanyu mwarize
@ndayisabajackson1441
@ndayisabajackson1441 2 месяца назад
Birababaje
@salehalghedaid730
@salehalghedaid730 2 месяца назад
Pol dada urumukobwa mwiza
@user-gg4rh2bq2h
@user-gg4rh2bq2h 2 месяца назад
❤❤❤❤❤❤😢😢😢
@Sirila18
@Sirila18 2 месяца назад
Ku mutumba iyo mvuka,hariho uwavyaye abanyamwema 4. Vyarabaye ikibazo bahava bahungira Tanzaniya ,HCR ibonye ko bageramiwe baciye babajana Australiya n abavyeyi babo, n ayandi macuti yose kuko nabo barara muri uwo muryango babaraririye ngo ntibabice. Numva ngo bamerewe neza cane
@mariamsakora2818
@mariamsakora2818 2 месяца назад
Wunva batabitomboreyemwo kuba baciye babajana hanze😂😂😂
@nirenganira8433
@nirenganira8433 2 месяца назад
Nivyo ubu umuvyaye munkambi zimpunzi baca baguhungiriza amerika canada Australia kubera abarundi umengo nabasazi baca babica ngo nibihume kandi arabantu nkabandi
@user-yy2rk4wi3p
@user-yy2rk4wi3p 2 месяца назад
Ikiganiro nagikunze mutuyagiye imana ibajimbere muvyo mukora
@salha9186
@salha9186 2 месяца назад
Nicuki kbs asaneza aratagase imana imurinde disi ibibazo bishikira bose jew mfise intah ibabaje cane nuko ntinya camera
@user-by4ju5ce3x
@user-by4ju5ce3x 2 месяца назад
Mundamukirize cane nawe andamukieize murusi na chadrac hamwe na platin
@careneirakoze4956
@careneirakoze4956 2 месяца назад
😊
@AhishakiyeJoselyne-ir4sx
@AhishakiyeJoselyne-ir4sx 2 месяца назад
Gaël ba muz murasigak numer yumutumirw vlt uwumukeney amuvugish
@vumiliaevangeline5681
@vumiliaevangeline5681 2 месяца назад
Good job Madam👏👏👏👏👍🫶🏾
@igirimbabazisania9768
@igirimbabazisania9768 2 месяца назад
Uwu asaneza arera, abandi usanga umenga ni jaune. Gusa birababje basha nukuti kuguharira ivomo kandi atariwewe wiremye😢😢😢
@ERNESTHICUBURUNDI
@ERNESTHICUBURUNDI 2 месяца назад
Ariko nicuki kwl murabona ko arimwiza kwl.🎉🎉❤❤
Далее