Тёмный

Akarenganyo yakorewe ngo gafatanye n'ivy 'amacakubiri y'abahutu n'abatutsi... 

Indundi TV
Подписаться 298 тыс.
Просмотров 4,5 тыс.
50% 1

Опубликовано:

 

26 окт 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 13   
@ReverienNiyonzima-b8m
@ReverienNiyonzima-b8m День назад
Gend'uraciy'ubwenge kbsa uranyemeje ❤❤❤
@jacquesntabagara2702
@jacquesntabagara2702 17 часов назад
Abize kubafurera beneyozefu yo mu Giheta tumenyane❤
@NdaruzaniyeFrancoisXavier
@NdaruzaniyeFrancoisXavier День назад
Merci Mutama Deo Hakizimana waragwanye urugamba rw'iteka.
@doomedinscrolling3587
@doomedinscrolling3587 День назад
Mbega Umushingantahe abwujuje Uburundi burafise incabwenge Bari bakwiye kubaha ibibanza vyiza bagaterera mumigambi yigihugu kugira cogoroke Ikiganiro ciza kandi kiryoshe nari nunva atoheza Murakoze cane Myshingantahe kudusangiza ubuzima bwanyu 🙏🏽🙏🏽🙏🏽
@mathiasruvari4576
@mathiasruvari4576 19 часов назад
RwweA
@salvatornduwimana8274
@salvatornduwimana8274 День назад
Mutama Deo yubahwe caane n'umuntu wukuri.hama mumuntahirize kuko numuntu yiyubashe ndamwibuka 2005_2006 muri PJ ndamukunda cane gwose hariho nikintu yamapaye ndamwibukirako kuko najewe nari mugasho .ikiganiro ciwe ndacumvirije cose kuko ndamukunda cane respect mwubahwa
@NteziryayoEsperance
@NteziryayoEsperance День назад
Uvuze ukuri..ndagushimiye
@oseendayi5046
@oseendayi5046 День назад
Nigute noronka igitabo ciwe
@joachimbagirirwa4098
@joachimbagirirwa4098 22 часа назад
Mr. Deo sindakuzi ariko nunvise uko uvuga, uri umuntu tres integre. Kandi uzi vyinshi kuvya zingamitse le Burundi.
@ngundachris7598
@ngundachris7598 День назад
🇧🇮🇧🇮
@GatagariRubano
@GatagariRubano День назад
Mutama wa Deo Hakizimana tubwire amateka tutari tuzi, abo bahanya bo ntibashaka ko tumenya amateka yatubayeko, bagashaka ko tuvuga ayabo gusa Kandi tuzi ko yari yagoretse, yuzuye amacakubiri nubwicanyi. Hanyuma wavuga ivyakunaye ngo urimyuma kuzura ivya moko.
@joachimbagirirwa4098
@joachimbagirirwa4098 22 часа назад
Igituma uciye ubwenge uri ouvert. Icishe les Burundais ntibavuga ukuri. Niba ntirunveko.
@ngundachris7598
@ngundachris7598 День назад
Wosanga abo bagu tortura aribo bama basakuza ngo igihugu gitwawe nabi.
Далее
DEMONS ARE ATTACKING BRAWL STARS!!!
09:08
Просмотров 7 млн
Amakuru yo ku wa 26 Gitugutu 2024
32:47
Просмотров 5 тыс.
Watch live: Sky News Breakfast
2:57:09
Просмотров 28 тыс.
DEMONS ARE ATTACKING BRAWL STARS!!!
09:08
Просмотров 7 млн