Тёмный
No video :(

Alvella Muhimbare - Umubavu Ft Pin Pajo (Official music Video) 

Alvella Muhimbare Official
Подписаться 105 тыс.
Просмотров 935 тыс.
50% 1

Follow Alvella Muhimbare on :
www.facebook.c...
www.tiktok.com...
alvellamuhimbare@gmail.com
Jehovah jireh Jehovah rapha IMANA imwe rudende nzohora nizigira , ibuye rikomezimfuruka inkoni yokwishimikizako nkabasha kugera mwami Kuri kimwe nkeneye
Wumvise gusenga kwanje , wahanaguye amarira yanje nomuri vyabihe vyari bikomeye ntiwigeze untererana
Ref: Akira iyindirimbo ivuye kumutima , umutima wuzuye ishimwe ryivyo wankoreye iyindirimbo yanje mwami nuyakire ikubere UMUBAVU uhumura neza
2.wambere inkinzo umbera igihome kinkingira , waranyimanye mumenyo yabatwenzi, nomubugaragwa warampaye amazi yo kunywa ngeze ahanyerera mwami waramfashe ukuboko
Ntabwoba ngifise namba , Yesu nintwari inkingira , naho ntoba umwizigigwa we Yama arumwizigigwa
Oooh hallelujah narorereye UHORAHO nihanganye ankiza amagogwa yanje yose Niyo mpamvu nzokwama ndamwizigira , nzokwama ndamushima ndirimbe ishimwe ryiwe urabereye Mana urabereye ntawuhwanye nawe mwijuru no mwisi
Produced by : ‪@avicennehozagara8756‬
Corner record studio
Video : brian Smith
special thanks : wema aintertainment
‪@cbmusicoficial_‬
#Alvella #PinPajo #Music #CbMuzik #WemaEntertainment

Опубликовано:

 

23 авг 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 2,2 тыс.   
@alvellamuhimbareofficial
@alvellamuhimbareofficial 9 месяцев назад
Iyindirimbo yanje mwami nuyakire ikubere UMUBAVU uhumura neza !! Keep supporting me !! ❤️ ndabakunda
@BumaTvRwanda
@BumaTvRwanda 9 месяцев назад
Ndi umuturabyi wanyu hano mu Rwanda I bugesera ho mu ntara iburasirazuba
@cyriaque9997
@cyriaque9997 9 месяцев назад
Amen my sister ndiho akomeze kukwereka imbere hawe 👏👏👏👏
@ishimwevoice1797
@ishimwevoice1797 9 месяцев назад
Thanks for giving us this amazing song,I support you.May God help you and give you whatever you want.
@user-sw4mg1oi6f
@user-sw4mg1oi6f 9 месяцев назад
Iyindirimbo irimwo ububasha budasanzw,nez nez iriko iradushika kumitima yac,imana ikonger imbarag ugum uduherez vyiza nkibi
@NjejimanaEnock-mm5si
@NjejimanaEnock-mm5si 9 месяцев назад
Amen amen natwe turagukinda alvelle imana ikongerereze amavuta
@mrsammyofficiel9246
@mrsammyofficiel9246 9 месяцев назад
Indirimbo nziza Amajwi meza Amasanamu meza Ubutumwa bwiza Big up my sister Arvella Abapfashijw nino ndirimb mumpe like
@salimabrondiyooooobirababajeca
@salimabrondiyooooobirababajeca 9 месяцев назад
Amen🙏😭
@divineuwizeyimana7290
@divineuwizeyimana7290 9 месяцев назад
Ni muri vyabihe ntiyiger adutereran
@Claudineniyibizi
@Claudineniyibizi 9 месяцев назад
Sammy nawe tugukunda kanini peee
@Nidivin
@Nidivin 9 месяцев назад
Bruh 🤞❤
@dastellaharerimana7192
@dastellaharerimana7192 9 месяцев назад
Sammy ndakunda ukunt ushigikir abandi👏
@Richard11561
@Richard11561 9 месяцев назад
mbaye uwambere abonye ino ndirimbo nimba umukunda Alvella shirako like kuri iyi Comment yanje❤❤❤💪🏻💪🏻💪🏻
@Leonce-ru1zq
@Leonce-ru1zq 8 месяцев назад
Ndakunze iyi ndirimbo ya Alv mumpe like yayo
@sandrairadukeje-qg4tr
@sandrairadukeje-qg4tr 7 месяцев назад
Ndamukunda pe ❤❤❤❤❤
@meva3047
@meva3047 5 месяцев назад
Waoooo Jew sindayihimbaaaaa
@NiyonkuruArnaud
@NiyonkuruArnaud 6 месяцев назад
Coura Arvella iyindirimbo ndayivuza incuro nyinshi iranyuzuza abagum bayumviriza nkanje mumpe like hano dubandany duhezagirwa
@Shidebunew
@Shidebunew 7 месяцев назад
Iyondirimbo ntawo itokora kumutima kuko nanje yafashije cane❤❤❤❤❤❤❤❤
@dadaniyitungire6244
@dadaniyitungire6244 9 месяцев назад
Waooo 💃💃💃indirimbo nziza cn abakunze iyi ndirimbo nkanje bakaba bakunda na Alvela et pan pajo like ngaha mwarahezagiwe🙌🙌
@UwaseShadia
@UwaseShadia 8 месяцев назад
Alvera ndagukunda cyane
@NduwimanaMartin-cr8ti
@NduwimanaMartin-cr8ti 9 месяцев назад
Waaaooo nindirimb iryosh cne abumvise kwiryoshe dhirako izi like
@user-sc3zh5pg9i
@user-sc3zh5pg9i 5 месяцев назад
turikumwe 100%murizi ndirimbo zose zamavuta ,,kandi alvella ndashaka akanumero kanyu ,,Yesu abahezagire cne
@FlodiqueNzobonimpa
@FlodiqueNzobonimpa 3 месяца назад
Abaguma bagaruka kuraba kndi tunyotewe igikorwa ca Alvella mumpe like❤❤
@jeanclaudenduwayo1416
@jeanclaudenduwayo1416 9 месяцев назад
❤❤❤❤ amen , uwayikunze nkanje tumenyane mpako ka like 😊
@agnesskapinga8049
@agnesskapinga8049 8 месяцев назад
Hi
@BukeyenezaJennifer-pj7vh
@BukeyenezaJennifer-pj7vh 8 месяцев назад
Nice song
@hakizimanavenant-ty4mz
@hakizimanavenant-ty4mz 9 месяцев назад
Abamaze kuyiraba incuro zinshika zitanu mumpe like ngha dukwike Hama twimanukire😂🤝😘😘😘😘😘akeza karigura bantu b'Imana 😎
@Danydanie23
@Danydanie23 5 месяцев назад
UHORAHO yadukorey ibikomeye natwe turanezerewe🥳🥳🥳amavuta menshi bakozi b'Imana❤️🇧🇮
@jeannehakizimana4762
@jeannehakizimana4762 6 месяцев назад
Abaguma bagaruka kuraba umubavu mumpe like ❤🎉
@niyogushimadorine6086
@niyogushimadorine6086 9 месяцев назад
Indirimbo iruhura vrm 😢😢😢😢😢 abo Imana yakoreye ineza tumenyane ❤❤Alvellla courage🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@bayubahephilothee160
@bayubahephilothee160 7 месяцев назад
Iy ndirimbo nanj insize ahand hantu Alvella uhezagirw cn wingerw amavuta
@HabonimanaFabrice-ir3ln
@HabonimanaFabrice-ir3ln 3 месяца назад
Good song Alvella lmana ikongereje impano murashoboy pe ❤❤❤❤
@ihorimberefabrice
@ihorimberefabrice 8 месяцев назад
Indirimbo ikora k'umutima, uhezagigwe cane❤
@user-pr4nw9io6g
@user-pr4nw9io6g 8 месяцев назад
Ntago nagenda ntateye comment ino ndirimbo ni nziza cyane Amen mugezagirwe🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
@Joachim-Smith
@Joachim-Smith 9 месяцев назад
I loved this song before it comes out !! My dear Sister God Bless 🎉
@RoseMukakarisa-hh9ns
@RoseMukakarisa-hh9ns 9 месяцев назад
Indimbonziza iryoheye amatwi ikaruhura imitima yababaye
@Nidivin
@Nidivin 9 месяцев назад
❤❤
@mutoninishimwe8227
@mutoninishimwe8227 8 месяцев назад
Akira iyi ndirimbo nukuri ❤😭🤲🏾
@fannymasterkey9243
@fannymasterkey9243 Месяц назад
Wwwawwwww turishimye cane cane imana iguhe umugisha indirimbo zawe z'iramfasha cyane urakoze imana ikomeze igushyigikire
@anithamukashema7308
@anithamukashema7308 9 месяцев назад
Abo yesu yimanye nkanjye mumpe like
@Justinbutoyi
@Justinbutoyi 2 месяца назад
Alvella imanikujimbere urafise ubushobozi ❤❤ iyonuvirije indirimbo za we nduvanuzuye nzanuva amosozakoroka IMA na ikujimbere
@AudreyNishimwe-wi6dx
@AudreyNishimwe-wi6dx 9 месяцев назад
Ababonyeko Arvella asigaye arenze tumenyane🎉🎉❤ courage vrt❤
@christella5092
@christella5092 9 месяцев назад
Oya NDIHO abe ariwe ashirwa hejuru ntumukwegere uyumwana wamuntuwe kumubwirako arenze ntibikwiye kuko icocubahiro nicImana yomwIjuru hubwo hashimwe NDIHO WE yabonye ko aruwo kwizerwa akamugabira uyumurimo nawe numukozi wimburamumaro noko Paul yabivuze kugira Ndiho abe ariwe ahabwa Icubahiro Imana Igukomeze Alvela Muhimbale aho wakoye Ndiho akongere kandi
@divinekaneza3968
@divinekaneza3968 5 месяцев назад
Waouuuu.courage mukobwa wa Yesu.Yesu agukomez.turakunezererew 🇧🇮
@user-gj5us5wh4k
@user-gj5us5wh4k 5 месяцев назад
Imana iguhezagire kundirimbo yawe merci
@user-hh9oe8gu7x
@user-hh9oe8gu7x 9 месяцев назад
I don't know what to say! What an amazing song! Ubuho vyarenze cane pe! Abakunzi ba Alvella mushireko like nyinshi 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
@IngabireChanel
@IngabireChanel 9 месяцев назад
Congratulation my sister ❤ Abahezagiwe niyindirimbo nkanje mumpe likes zanyu
@MuhamedManiratunga-gu5lc
@MuhamedManiratunga-gu5lc 5 месяцев назад
I ,m very very happy for this songs by Gervais KDo Mutoy nzayumviriza ndizeye IZOMFASHA
@EveryneManirafasha
@EveryneManirafasha 4 месяца назад
Iyindirimbo iranyuzuza so courage sha Imana ikomez ikwagurir nda❤
@aimechristophetuyizere3565
@aimechristophetuyizere3565 9 месяцев назад
Félicitation ALVELA!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!! Iyi ndirimbo iragushikana kure vrt irabaye iyambere!!!!! C'EST UN PAS DE GEANT!!!!! Komereza aho nyene Lyrics zirakundwa goose!!!
@calmyharamahoro5429
@calmyharamahoro5429 9 месяцев назад
Every burundian people must be proud of you alvella 🖤🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@user-zl8jo3zb7g
@user-zl8jo3zb7g 4 месяца назад
Exactly kuko niwe dusigaranye muri kino gihe arikuririmba indirimbo nziza cane
@teddyciza9995
@teddyciza9995 4 месяца назад
🇿🇦🇿🇦🎶🎵🇧🇮My favorite gospel congratulations alvella
@lamberthabicigomba2583
@lamberthabicigomba2583 8 месяцев назад
This big step in Burundian gospel music (live music). That is very professional. Congratulation to the team of Alvella and Pajo with all participants in order to make that wonderful achievement. God bless you.
@imanirakozeevodeblaise3862
@imanirakozeevodeblaise3862 9 месяцев назад
A very good song Alvella. Love from 🇷🇼 🇷🇼 🇷🇼
@reverienngendahimana7772
@reverienngendahimana7772 9 месяцев назад
Alvera wacu urumugish kuburundi bwacu aha sauza africa 🇿🇦🇿🇦🇿🇦 turagukurikirana much love❤❤❤❤ may God protect you
@BujumburaTv
@BujumburaTv 6 месяцев назад
jwe ikint nagira mbaze ndumumizirim ariko ukunt nakunze iyindirimb birandenze uyumukobwa nuwahe yaririmbiye hehe ndashaka munyishure
@reverienngendahimana7772
@reverienngendahimana7772 6 месяцев назад
Numunyaruyigi nihavuka ariko ubungubu ari buja niho akorera ibikorwa vyiwe vyuguhimbaza Imana
@Uwimanaanitha-vl4dq
@Uwimanaanitha-vl4dq 2 месяца назад
ntabwoba nukuri yesu ningabo idukingira🙏🙏🙏🙏
@ClaudetteNdoricima
@ClaudetteNdoricima 29 дней назад
yakir Mana. urakomez mwana bury benshi urabaruhurir mundirimb zaw❤❤
@niyongabojules-bb3fm
@niyongabojules-bb3fm 9 месяцев назад
Umuntu wumugisha kugihugu🇧🇮🇧🇮 nomumahanga yose alvella muhimbare❤️❤️❤️
@arnaudniyonkuru5320
@arnaudniyonkuru5320 9 месяцев назад
Courage Sister muraduhuye Song nziza cne abaryohew nkanje mumpe utu like
@ErnestineMushiyimana
@ErnestineMushiyimana Месяц назад
Nange ndamwemera nimba nae umwemera shirako like.
@Némeïllã-k6h
@Némeïllã-k6h 5 дней назад
Amen nuhezagirwe igihecose imana yongere izindi imbarag zidasanzw
@jeanpierrenizigiyimana
@jeanpierrenizigiyimana 9 месяцев назад
Ndagukunda caaane mukobwa wa yesu ndiho abandanye aguhezagira akwongere imbaraga zo kumukorera indirimbo zawe zirandemesha ndagukunda caaane uvyumve ❤️❤️❤️
@cortesse_qg3gx
@cortesse_qg3gx 9 месяцев назад
My name is xavier come from rwanda I love this very song. God blesse you thank you 🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼
@edmondbdi
@edmondbdi 9 месяцев назад
Natwe abarundi turabakunda abatura Rwanda
@IrankundaFerdinand
@IrankundaFerdinand 8 месяцев назад
Thank you for your comment God bless you Alvella 🙏🙏🙏🙏🙏 pig up I love this song please God bless them!!! Am watching from Zambia
@AudrybeniIteriteka
@AudrybeniIteriteka Месяц назад
Respect arvella ndagukunda utanga inyigisho nziza
@AriellaMugisha-bh7cs
@AriellaMugisha-bh7cs 8 месяцев назад
Yesu n'ingabo inkingira naho ntoba umwizigirwa we yama ar'umwizigirwa 🙏🙏nice song😍😍
@Innocentciza
@Innocentciza 9 месяцев назад
nice work love from Radio voix d'espoir buja Burundi
@user-sm4nx6pg7r
@user-sm4nx6pg7r 9 месяцев назад
Ndakunda indirimbo zikoze nkuku kandi ndende love from rumonge centre
@alexandrendayiragije8510
@alexandrendayiragije8510 2 месяца назад
Waouuuu ! An anointed song! May the Almighty God continues tobless you more and more! Go ahead Alvela Muhimbare!
@RosineUwimana-w8d
@RosineUwimana-w8d 29 дней назад
Nice song alvera,God bless you.bazobamenyera kubikogwa vyiza ,mubutumwa bwiza mubicishij mundirimbo ,Imana kumwe namwe 🎉🎉🎉
@kabakaisaiah8705
@kabakaisaiah8705 9 месяцев назад
WOW praise God 🙏🙏 we love u Kandi courageous 🇷🇼🇷🇼🇷🇼
@LeillaMufasoni-fl1ih
@LeillaMufasoni-fl1ih 9 месяцев назад
Waooo noneho ndabifurije kumera nka Daniella na Jemus bomurwanda mukaba umwe na pajo❤❤❤💍💍💍
@GskilimbiSecondaryschool
@GskilimbiSecondaryschool 5 месяцев назад
Amen,hezagirwa muhimbare
@user-kt4up8yd1n
@user-kt4up8yd1n 8 месяцев назад
Naho ntob'umwizigirwa WE yama ar'uwo kwizigirwa!!❤❤❤ Kure cane Mwana wacu alvera❤❤
@akimanamonia957
@akimanamonia957 9 месяцев назад
Hallelujah 🙏🙏🙏wumvise ugusenga kwanje ,wahanaguye amarira yanje,no muri vya bihe vyari bikomeye ntiwigeze untererana.Yesu n'umwizigirwa,wew utaramwakira ntiwomwakira Ubu se?
@NiyibiziJoel-mu4rh
@NiyibiziJoel-mu4rh 8 месяцев назад
Akiriyindirimbo mwami
@prenciaiqram9382
@prenciaiqram9382 9 месяцев назад
Abakunzi ba Arvella ❤ tumenyene 👇🥰abishimiye songs Umubavu ❤ hejuru cane🎉🕺💃
@utetiwabo-et7zy
@utetiwabo-et7zy Месяц назад
Nukuri mukobwa mwiza imana iguhezagire urabikwiye🙏🙏
@JanvierKezamutima
@JanvierKezamutima Месяц назад
Iyindirimbo yanje mwami nuyakire ikuberumubavu uhumura neza❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉 courage
@izabayojeandascene
@izabayojeandascene 9 месяцев назад
Wouuuuuu love you more ❤❤ from Rwanda, congz and never give up 💪💪💪💪
@christabeb7503
@christabeb7503 9 месяцев назад
Thank you Baba God🙏🙏🙏☑️
@NadineNDAYISABA-ys7hu
@NadineNDAYISABA-ys7hu 8 месяцев назад
Congratulations Arvella ❤ Is very song
@KaribwamiGermain
@KaribwamiGermain 12 дней назад
Indirimbo nziza knd inezerez abantu!alvella muhimbare natere intambw gusumba ❤❤❤❤
@NtirandekuraPascal-nw9pv
@NtirandekuraPascal-nw9pv 9 месяцев назад
Respeteur my sisters turagunda cane komezaa,utwubakaa kumitima imana yimvange uvyawe hezagigwa ❤❤❤
@niyondikojoffre1841
@niyondikojoffre1841 9 месяцев назад
The big artiste gospel in Burundi from kumoso(kinyinya) Good Work ma beautiful ❤❤❤
@addi-rd5oq
@addi-rd5oq 8 месяцев назад
Amen 🙏🙏❤❤ ndagukund ❤️
@rodrigueburihabwa1892
@rodrigueburihabwa1892 2 месяца назад
Respect alvelle , i love u for this song, umubavu ❤❤❤
@user-sw4mg1oi6f
@user-sw4mg1oi6f 9 месяцев назад
Mbeg'igitangaza cindirimbo,imana ikomeze kugukoresha mukobwa wa yesu Alvella🙌🙌🙌
@user-ig8ye3mc1s
@user-ig8ye3mc1s 8 месяцев назад
Good song 🎉🎉🎉🎉🎉❤❤🇧🇮🇧🇮🎉🎉💃💃💃🙇🙇🙇🎺🎺🙌 Amen
@gentilvalentin2446b-fq8wi
@gentilvalentin2446b-fq8wi 3 месяца назад
Courage pour toi👌 i🇧🇮 turashoboye vrt muze twishim
@DAHOE257
@DAHOE257 4 месяца назад
I am not Christian but this song blesses me deeply,from Tanzania+255
@laurentnsabiyishura2863
@laurentnsabiyishura2863 9 месяцев назад
Hallelujah glory be to the lord Thank you Alvella for this good song❤❤
@hakizimanaviolette1564
@hakizimanaviolette1564 9 месяцев назад
Ndakund Imana kuko yumva gusenga kwanje ntintererana❤❤❤❤❤🇧🇮Alvella ndagukund urampezagira😭😭😭😭😭😭😭😭😭🇧🇮
@OrnellaIrankunda-jg4yg
@OrnellaIrankunda-jg4yg 7 месяцев назад
IMANA ibandany igusiga alvella ubandany ukwega imitima yabenshi kuri kristo 🙏
@MuhamedManiratunga-gu5lc
@MuhamedManiratunga-gu5lc 5 месяцев назад
Waranyimany ngo uturinda amenyo y,abasetsi
@NdayikezaProsper-rg5zu
@NdayikezaProsper-rg5zu 2 месяца назад
Yooooo akaririmbo keza iyakirire amashugweyawe kukwo nawe ivyanje wampaye🎉🎉🎉🎉
@ascherbuntu8361
@ascherbuntu8361 9 месяцев назад
Indirimbo irampimbaye caane irimwo ubuhinga ikabamwo ukwumva amavuta ya Mpwemu Yera. Much love from Brisbane Australia 🇦🇺
@niyubahwedebora9035
@niyubahwedebora9035 9 месяцев назад
Hallelujah hallelujah hallelujah Imana ishishikara kuguha amavuta adasazwe 🙏🙏🙏🙏🙏🙏
@sandrinemucowimana6555
@sandrinemucowimana6555 Месяц назад
Iyindirimbo ntayumvirije mugatondo nirigwa nabi.Alvella ndiho akongere amavuta.
@sandrinemucowimana6555
@sandrinemucowimana6555 Месяц назад
Nahontoba umwizigirwa we yama arumwizigirwa🙏🙏🙏
@bibayevyotv5529
@bibayevyotv5529 9 месяцев назад
Absolutely love ❤️ 🎉
@chanceuwineza3752
@chanceuwineza3752 9 месяцев назад
Woooooow Akira Mwami Wanjye Congz Alvella Imana Ikomeze Ikwagure❤
@VianneyNduwayezu-pw2sz
@VianneyNduwayezu-pw2sz 3 месяца назад
❤Yesu akuzigame muvyukor vyose ahoturi tubakwirikiran 5/5🎉
@nicolasnshimirimana8679
@nicolasnshimirimana8679 Месяц назад
Uwiteka Imana ya Aburahamu, Isaka na Yakoze igukomeze, igukikuze ububasha bwayo, ikurinde imigambi yose ya sekibi
@faustintwagirayezu5530
@faustintwagirayezu5530 9 месяцев назад
Amennnnnn imana ninziza..nilaha kuishi kwa wema wamungu❤
@aristidentakarutimana313
@aristidentakarutimana313 9 месяцев назад
Wouh , amazing gospel, hallelujah 🤲 ,praise God 🤲
@onesphorempfubusa8318
@onesphorempfubusa8318 8 месяцев назад
Iyindirimbo,ndayikunze
@ErnstilNErn
@ErnstilNErn 18 дней назад
Imana ikwongere imigisha mukobwa ndakunda indirimbo zawe cane ziranyubaka mumutima
@DusabimanaSolange-q5c
@DusabimanaSolange-q5c Месяц назад
Ndagukunda nukuri Imana iguhaze ibyiza byinshi biva ku Mana ❤❤❤❤❤❤❤
@user-nn5fq2yj7o
@user-nn5fq2yj7o 9 месяцев назад
𝐌𝐮𝐫 𝐤𝐮𝐛𝐢𝐤𝐨𝐫 𝐧𝐞𝐳 𝐜𝐚𝐧 ❤❤
@danyirankunda8102
@danyirankunda8102 9 месяцев назад
God job,God bless you our sister in Jesus!!!,it is an amazing song👏👏👏👏👏
@utetiwabo-et7zy
@utetiwabo-et7zy Месяц назад
Amena ndagukunda cyane❤🙏🇷🇼🇷🇼🇷🇼
@nicoleiradukunda4698
@nicoleiradukunda4698 6 месяцев назад
Ndagukunda sha alvella uhezagirwe cane uratwubaka cne. Amen
@ArseneKevinDUSHIME-hk9ul
@ArseneKevinDUSHIME-hk9ul 9 месяцев назад
Alvella et Pin Pajo que mes sincères félicitations parviennent jusqu'à vous 🙏Allez toujours de l'avant🙏
@epimackndayishimiye1856
@epimackndayishimiye1856 9 месяцев назад
Ndakunze iyindirimbo cane hallelujah ! ❤lmana igukomeze cane ndubakitse tu
@wwee4537
@wwee4537 9 месяцев назад
Amen
@IrankundaAnge
@IrankundaAnge 9 месяцев назад
iyindirimbo ninzinza cne iraryohey yesu aguh umugisha
@user-tr9vp6ef3h
@user-tr9vp6ef3h 6 месяцев назад
Nkomeza guhezagirwa mukobwa wacu mwiza uyu muhungu ntakabure mundirimbo zawe ❤❤❤
@stevekubwimana2119
@stevekubwimana2119 8 месяцев назад
Wumvise gusenga kwanje Wahanaguye amarira yanje No muri vyabihe vyari bikomeye ntiwigeze untererana🎉🎉i am blessed by this song❤❤❤ Alvella Imana ishishikare kugukomeza
@YvanIRAKOZE-rp7zs
@YvanIRAKOZE-rp7zs 9 месяцев назад
proud of you our gospel singers keep going
@ishimwevoice1797
@ishimwevoice1797 9 месяцев назад
Imana yabaduhaye irakabaha kuramba,muri umugisha wanje.Pin Pajo et Alvella❤
@user-qp9dr4kg2q
@user-qp9dr4kg2q 8 месяцев назад
Akira mwami iyindirimbo yanje ikubere umubavu uhumura neza!!!!may God bless you again
@becklambecklam7453
@becklambecklam7453 5 месяцев назад
❤❤❤❤❤❤uriko ukora neza Ruyigi Mwubahwe ibikorwa vyivugire gusa,🎉🎉🎉🎉
@renovatndayizeye2416
@renovatndayizeye2416 9 месяцев назад
We are blessed to have you🎉🎉🎉😍😍😍 Alvela Muhimbare,,,tugusabiye umugisha,, Uhoraho ashitse ivyo umutima wawe wipfuza uy'Umwaka utararangira.,,,Haleluyaaa Ameeeenn Haleluyaaaaa❤❤❤❤❤
@LeoncieNiyibitanga-qs1ph
@LeoncieNiyibitanga-qs1ph 9 месяцев назад
Courage iman ibandany kugukomez
@WemaNella
@WemaNella 9 месяцев назад
I really love this song ❤🥳🥳🥳🥳🥳 God bless you more.
@aloysbigirimana8744
@aloysbigirimana8744 18 дней назад
We love u so much congratulations sister Alvella Muhimbare !!Courage tukurindiriyeko vyishi ncuti.
@didindayiragije927
@didindayiragije927 8 месяцев назад
Keep shining with this spiritual song! Hallelujah !
Далее
Alvella MUHIMBARE_-_NDAKWIBUTSE (OFFICIAL VIDEO 2024)
8:03
Alvella Muhimbare - YAMISI
5:54
Просмотров 318 тыс.
Israel Mbonyi - Nina Siri
11:11
Просмотров 58 млн
Pastor Lopez - NTIBESHA(Live recording Video)
9:50
Просмотров 860 тыс.
Alvella Muhimbare -Yaminsi
3:14
Просмотров 21 тыс.
Playlist : umubavu, kuber’IMANA, Ndakwibutse …….
48:22
Ah YaYaYa - Dudu T. Niyukuri
10:02
Просмотров 1,6 млн
IRIBA - Vestine and Dorcas (Official Video 2024)
6:22