Nirnah is so mature than Alvin, the guy araropokwa sana and she needs some respect 🙏... kuronka umugore ari mature kandi mwiza ntivyoroshe, maintain her, cheers
ndaryohewee canee kurab iki kiganiro 😍😍😍😍😍biraryosh vrt umugabo azokwam ar' umugabo uko vyogenda kose I'm happy to see the way Alvin asigay ari responsable yibint knd kubint vyokwambar ama mini ndi pour kuk uba urabatira I 100 % agree on what he said😎😎😎😎bisigay mur the best couple ndabakunda caneee❤❤😘😘😘😘
Alvin and your wife big up. Kandi you are so serious. Family is all we have kandi as a man you have to take the responsibility. Ikiganiro ciza Kandi mube namahoro ababakunda nibenshi
Nirnah a raison kukintu kimwe, umuntu naho yogenda ari gusa, sico gituma baca bamufata ku nguvu!!!!! Ariko rero, ambara ngufi ariko ureke kuyimanura kuko waruzi ko ari ngufi!!!!hahaha...... mais abantu bafata ku nguvu, barafise ingorane mumutwe, si kubera ngo abantu baba batikwije, oyaaaa iyo raisonnement Alvin siyo
🔥🔥🔥🔥🔥🔥😜🔥🔥🤪🤪🤪🤪🤪🤪😳🤪🤪😳👋😳👋👋🤪🤪🤪🤪🤪🤪🤪🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥😳😜🤪🤪🤪🤪🤪🤪🤪🤪🤪🤪🤪🤪🤪🤪🤪🤪🤪🤪👋👋👋 We la vache nzoheza gutwenga ejooo vrema waza wavuga ibintu vyiza kuva wabaho🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥😂😂👊🏼😂😂🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Alvin arashobora ku justifia gufatwa ku nguvu vrmnt🤦🏾♂️...je ngira il veut toujours choquer les gens pour l'attention. Alvin arakwiye gusubira kuraba ses opinions kuko a un moment birateba bikarenga inkombe, comment tu peux justifier le viol vrmnt.
Petie Alive Swith mimi napenda sana show zako na Madam wako. Sitaki comment yoyote. Umuta furahisha kila mutu. Just do u life bro. Let visit Burundi now 👊🏿🇧🇮 🏃🏿♂️kula Europe 🇪🇺 ao America 🇺🇸 kuna pesa. Weye ugali dogo. Bina wena wezekana bro. U can work hard 💪 and u can make money bro💰