We Lénine sha❗❗❗ Tu es un vrai misogyne! Subira mu kiganiro urabe ukuntu TOUS tes exemples z' amafuti uzishira ku bagore! Soit , tu as été déçu un jour par une fille ou femme, soit ta maman yabaniye nabi so, yaramuca inyuma ukabibona vyagusigiye igikomere co kwinuba abagore. Pole sana ...
Pasteur, murarondera gukorana ibiganiro n' abandi ba journalistes babikwiriye kuko uyu mugabo Lénine arabogamiye uruhande rumwe gusa, càd presque tous ses exemples négatifs sont dirigés envers les femmes! La femme Burundaise birazwi kuva kera muri Afrika yose ko bubaha abagabo babo kandi bubaka. Ego hariho bamwe batari ku murongo muga nibo bake. Mugize statistiques sur l' ensemble du pays mwosanga en majorité les femmes burundaises bubatse neza , ahubwo bihanganira rwose ingorane z' urugo kandi aribo nkingi z' umuryango, aribo barera n' abana, batunganya urugo.... . Les rares cas de mauvaises femmes muvuga ni abari mu gisagara aho muba kuko nibo mubona, MAIS ça ne représente pas bien les femmes burundaises qui sont en majorité des femmes rurales. Soyez neutres, équilibrés , intelligents sinon muzobura audience. Za muratanga n' inyigisho n, impanuro ariko mushiramwo na Références Bibliques aussi , sinon bisa nk' amatiku muriko muravuga. God bless you.
Nibaza ko utahajeje ikiganiro cose bavuze kur cotes zose bavuze Hari n abagabo badashotse meme n bagore gusa pastor yavuze ntagufatira mur rusangi kuko hariho abagore beza na bagabo beza
Mbe renine wwe les femmes burundaise bagukorey iki??? Nah umeng urik ukor ikiganiro cubaka bibobekako urik ubacir urubanza kko les exemples zamafuti zose uzirabisha kur côté imwe nibiki wew🙉🙉🙉🙉