Тёмный

Amatora y'indongozi za Diaspora muri Kenya k'uwa 17.08.2024 

UMUNTU TV
Подписаться 1,8 тыс.
Просмотров 7 тыс.
50% 1

Опубликовано:

 

27 окт 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 41   
@ClaudeNzoyihaya-jn6hk
@ClaudeNzoyihaya-jn6hk 2 месяца назад
🇧🇮 🇧🇮 goodjob❤❤❤❤
@NsabiyumvaEvelyne
@NsabiyumvaEvelyne 2 месяца назад
Mwubahwe kbx
@_-wt8ns
@_-wt8ns 2 месяца назад
Agikozeneza ahobituma zinamurundiwes turonka agaciro kabisa samwer❤❤❤ sana ✌️👍
@_-wt8ns
@_-wt8ns 2 месяца назад
Ok ibikogwavyiza cane imanibashoboze hoza zinamurundi wes ahatuye dushigikire igihugu cacu nasawudite turiko guterera igihugu cacu kuko umuvyeyi wacu ariweprezida wacu evariste ndayichimiye umujene wabajene natwe dutewakamo bakaraba ababijejwe twese twotanga❤❤
@ElyseHope1
@ElyseHope1 2 месяца назад
Vyari bihimbaye🎉🎉muzoshike na south Africa
@ibrahimcongeram.806
@ibrahimcongeram.806 2 месяца назад
Ibi bintu nivyiza cane Burundi 2040-60 uburundi buzoba buruta Urwanda incuro 10 mu butunzi no kubana hagati y Abavukagihugu.
@theafricanhauler3396
@theafricanhauler3396 2 месяца назад
😊😊 ❤👍🏾 None President niwe MC nyene😊
@nizigabosco3359
@nizigabosco3359 2 месяца назад
Very good ninge kuwa uko ningepana namimi.
@BukeyenezaSamuel-o7n
@BukeyenezaSamuel-o7n 2 месяца назад
🎉🎉🎉🎉❤vrt ntuzikuvuga ngo baswiraiy ahoww urumuntu wunugabo cank urikigobogobo
@michaelzulu5084
@michaelzulu5084 2 месяца назад
Mbega Umunezero!!!!!!
@EllissaNiyogusenga
@EllissaNiyogusenga 2 месяца назад
Aravyitwayemwo neza.arasumbijenubu serukizi bwaraha murikenya uzubikoraneza🙏🙏
@habibumasenga6213
@habibumasenga6213 2 месяца назад
Biradyoshe cane🎉🎉🎉🎉 abarundi bahagurukiye iterambere
@habibumasenga6213
@habibumasenga6213 2 месяца назад
Nivyiza cane turizeye ko muzoshika south Africa Pretoria ,Johannesburg ,Durban cape town ❤❤❤❤❤❤
@francinendacayisaba2411
@francinendacayisaba2411 2 месяца назад
Urintwari nukuri ❤
@HavyarimanaEspoir-k6g
@HavyarimanaEspoir-k6g 2 месяца назад
Ngomba kubaza iyonzu kwizokora ivyunguka none inyungu izojahe izokoreshwa gute hama nigikorwa ciza
@simeonbizzy3885
@simeonbizzy3885 2 месяца назад
Uyu munyamakuru avuga arandira cane, bigatuma uwumwumviriza aduhirwa kubandanya kumwumviriza
@ibrahimcongeram.806
@ibrahimcongeram.806 2 месяца назад
Mbe 1000sh ni angahe muma Dolali?
@Gilos-l5e
@Gilos-l5e 2 месяца назад
Kugira dutange intererano vyogenda gute?
@AminaJou
@AminaJou 2 месяца назад
Nukuri nivyiza abobantu Bose bari baba Kenya mana biranezereje❤❤
@nkundaburundi1597
@nkundaburundi1597 2 месяца назад
🌿🌿🌿🌿🌿🌿😳😳😳😳👌
@LovelyForestHills-vm2wy
@LovelyForestHills-vm2wy 2 месяца назад
Vyizacane diasipla idasinzira sawuwera urikuvyitwaramwoneza 🌹🇧🇮
@niyorukizaelias8142
@niyorukizaelias8142 2 месяца назад
Yitwande😂😂?
@Gilos-l5e
@Gilos-l5e 2 месяца назад
Vyari bihimbaye cane gose
@princedesire6270
@princedesire6270 2 месяца назад
igihumbi camakenya nangahe y'amarundi???
@mawigospelburundi261
@mawigospelburundi261 2 месяца назад
Ubu ni 50.000fbu
@KizitoEmmanuel-y8p
@KizitoEmmanuel-y8p 2 месяца назад
Vyaribihimbaye
@MporanimanaDonacien
@MporanimanaDonacien 2 месяца назад
Uravuganabi abashwiragiye wagira barahunze ahubwo abavuye mugihugu nikowarikuvuga
@habibumasenga6213
@habibumasenga6213 2 месяца назад
Ariko watahutmye 🙊
@theafricanhauler3396
@theafricanhauler3396 2 месяца назад
Oya Gushwiragira nico Kirundi Ciza Umurundi aba ISHWI Izina Ishwi rivuye murivuga Gushwira hama ukagobotora uti Ugushwiragira😊😊
@mvmezerosamira3960
@mvmezerosamira3960 2 месяца назад
Ubumwe mu barundi bari muri Kenya. Oyeeee🎉🎉🎉🎉
@habibumasenga6213
@habibumasenga6213 2 месяца назад
Biraboneka abarundi batahagurukiye remwe🎉🎉🎉
@dushimedidier2856
@dushimedidier2856 2 месяца назад
Amatora ntiyabaye ahubwo baragenye kuko nta democrats yarimwo nabo bari guhiganwa barakumiriwe
@GSMEDUCATE
@GSMEDUCATE 2 месяца назад
*Abarundi bashwiragiriye...*ntigasona neza ariko mwakoze neza kubishikiriza twebwe abasigaye mugihugu
@ezekielsabiyumva8048
@ezekielsabiyumva8048 2 месяца назад
Kidumu kibuganizo
@vianneymugemana1577
@vianneymugemana1577 2 месяца назад
Jewe ndikundira ivyobigoma vyanyu.
@cedrickbudrick5679
@cedrickbudrick5679 2 месяца назад
Nibaze zambia tubahe
@wellarsmukezamfura3160
@wellarsmukezamfura3160 2 месяца назад
❤vyari bihimbaye! Imana ibandanye kubazigama
@davidntahombaye5726
@davidntahombaye5726 2 месяца назад
Abarundi BASHEIRAGIJWE??????😢😢😢😢😢😢BASABAGIRIYE ????????😢😢😢😮😮😮😮😮, Wakoze kuduha amashusho. Ariko iyo mvugo siyo, nimvugo nterasoni, nimba utazi amajambo yogukoresha, noguhanura kubaza no kugenda gake. Iyo mvugo, ntabwo ihesha icubahiro abantu. Ndatangaye
@theafricanhauler3396
@theafricanhauler3396 2 месяца назад
Oya Gushwiragira Nico Kirundi nyaco. Bitwa Aburundi b'ishwi kivuye murivuga gushwiragira😊 Gusabagira niryo rivuga ritajanye ariko gushwiragira Ishwi Nico.
@cvzx-2968
@cvzx-2968 2 месяца назад
Nonenindeyabirukanye. Yabaswiragije?
@ClaudeNzoyihaya-jn6hk
@ClaudeNzoyihaya-jn6hk 2 месяца назад
🇧🇮 🇧🇮 goodjob❤❤❤❤
Далее
Ванька пошел!!!! 🥰
00:18
Просмотров 808 тыс.
Prince Of YEMEN Meets Donald TRUMP!
12:23
Просмотров 419 тыс.