Тёмный

Amayeri y'ABAGORE bavanga ABAGABO mu mpisho agiye ahabona//Ingene uzomufata//Abagabo batabishoboye 

UMUKUBITO
Подписаться 197 тыс.
Просмотров 18 тыс.
50% 1

Опубликовано:

 

27 окт 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 103   
@kevinmunezero7425
@kevinmunezero7425 2 года назад
Elsie umw mubarundikazi bafise impano yokuryosha ikiganiro ari très intelligente ndamukunda cane
@gitumvagenevieve8806
@gitumvagenevieve8806 6 месяцев назад
Mukobwa ndagukunze uvuze ukuri kudateye amazi. ❤❤❤🎉🎉🎉
@prudenttuyisabe5324
@prudenttuyisabe5324 Год назад
Ndakunze cane gise gaël na Elsie muraturuhuye kabisa.
@elvisnduwimana5864
@elvisnduwimana5864 2 года назад
Burundian Living in rwanda Big love turabakurikirana Iyo turi hanze yigihugu cacu twishimira gukurikirana ibiganiro vyanyu kuko biratwubaka turabakunda
@ahishakalypse23
@ahishakalypse23 2 года назад
Ngo hariho nibintu Imana ibona ikavuga ngo ndapfuye😂😂😂😂😂😂😂😂...ewe Elsie shaa!
@ndabarushimanaguyarmel4783
@ndabarushimanaguyarmel4783 2 года назад
Uvuze ukuri cne gose 100% Elsie Courage vrmt ukomeze kuvuga ukuri cne kuko abakobwa benshi bubu bamaze kuba abanyangeso mbiiiiii
@micmac7035
@micmac7035 2 года назад
Cette demoiselle S’exprime bien Numva ndamwikundiye vraiment J’aime bien sa manière de penser Sérieux
@Tamirumutsima
@Tamirumutsima 2 года назад
Waouh juste gaell you are doing good mi boy ,,,, yeah ibiganiro nkibi nibon!
@emilearakaza975
@emilearakaza975 Год назад
Elsie Gretta ndagukunda cane kuko kenshi uvuga ukuri naho igitsinagore kenshi bakurwanya ,courage ndagukundira cane ukuri kwawe
@jhappynesjo8747
@jhappynesjo8747 2 года назад
Wowww uyumukobwa nimvugakuri👍👍👍🙏🏼🙏🏼avuze ibintu bikomeye caaane.Thanks sis
@moisenkorerimana493
@moisenkorerimana493 2 года назад
From BK Tv much respect Elsie Gretta and Juste Gaël
@اتنلتظ
@اتنلتظ 2 года назад
Ikiganiro cos mbonyemw gretta ndagihez cose kuk aratwigish vyis kuk arabivug vyos umukubito sinzohuhemukir gae uzohor ufisa umuns wikiganiro n'a gretta turabigusavy merci
@annickakimana477
@annickakimana477 2 года назад
Juste ndagukunda terujimbere 🙌🙌♥️♥️
@ivyubwengetv2969
@ivyubwengetv2969 2 года назад
Gaël and Elsie mwubahwe cane 🙌🏻 ikiyayo canyu nagikunze kbx 😊
@buccagacwerege8462
@buccagacwerege8462 2 года назад
Muyaze Neza kandi meeste muri celibataire, Gaël habuze iki?,iurindiye iki,?urazi couple yanyu ingene yotubera akarorero, tukava Mu la théorie mukaduha impanuro avec expérience mubayeho.Navuga nirenganira murambabarirs
@inganjijoe6252
@inganjijoe6252 2 года назад
ELSIE i,m your super fan
@jonathankwizerimana646
@jonathankwizerimana646 2 года назад
Jewe nukuri Elsie Gretta ndamukunda saana! Yubahwe caane
@mariejeanne4958
@mariejeanne4958 2 года назад
😂😂😂ariko Elsie ufisinkuru zirareeuunz ngwivyogukundana batazinany vyavuy hh kwimana itabishizeho😆😂🤣😂😂😂
@lilianeerica3318
@lilianeerica3318 2 года назад
😂😂😂😂😂😂😂
@nsabimanaesperance600
@nsabimanaesperance600 2 года назад
Ariko Mana ndatwenze mpakwa kumanyuka🤣🤣🤣🤣🤣🤣 gusa uwo mwigeme iyo mbonye ikiganiro yatumiwemwo nca mpeba ivyo ndiko nkora nkamutega amatwi Imana ishimwe ko uburundi burafise incabwege
@ABDISHEmpire
@ABDISHEmpire 2 года назад
Wooooow Umukubitoooo Boooom 🔥🎤
@mhammedaljohni8546
@mhammedaljohni8546 2 года назад
nukuri
@lilianeerica3318
@lilianeerica3318 2 года назад
Ngwimana ntiyabivuze😀😀😀😀😀😀ngwimana ibibonye icivuga ndapfuyeee🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@gerardineakima1766
@gerardineakima1766 2 года назад
Ci Gretta ndagikunda kiri Mignone tro 😂💕💕
@milliardere9177
@milliardere9177 2 года назад
Niki minou minou
@Cla257
@Cla257 2 года назад
Oya sha Elsie nabari i bujumbura hariho abo utobigirira, nkumuhungu ashobora kumara toute la journée atakuvugishije,woza uramwasamako?arakubwira k yari mu kazi
@gahizifrank3974
@gahizifrank3974 2 года назад
This girl love social media she is everywhere now days
@fn2921
@fn2921 2 года назад
*NOWADAYS*
@vaniavava6138
@vaniavava6138 2 года назад
Elsie na gael mur mukiganro kimwe munkorera umuti nda😍😍😍
@alexisbishaka335
@alexisbishaka335 2 года назад
Bandugu ikiganiro caranryoheye nubu nguma ndagisubiramwo ndacumviriza Elsie ga mana uryoshe pe
@giftuwiragiye7697
@giftuwiragiye7697 2 года назад
Elsie Im your fan👏👏👏😂😂😂
@olivierniyonizigiye364
@olivierniyonizigiye364 2 года назад
Gaelle uwumukobwa ndamukunda murikumw muraryosha ikiyago urogume umuzan turamukunda ❤❤❤❤
@silasirakoze1545
@silasirakoze1545 2 года назад
Else jew ndipfuza number yawe. Kuko iyo mbonye iki ganiro canyu na Gael gihera na pfuye. Rero ndagukunda can.
@rutayisireemmanuel1804
@rutayisireemmanuel1804 Год назад
Muraganira neza ariko mushake camera zigezweho amashusho wapi kbs
@belysebutoyi5658
@belysebutoyi5658 2 года назад
Elsie ndakumbagaye ati aza Californie ahakurusha hahaaa ubeshe buhoro I love you from Maine
@bobobit0763
@bobobit0763 2 года назад
Respect Elsie,asnte sana
@oasis7243
@oasis7243 Год назад
Jewe nzomukura Imatsyazo Hama kirazira kuryamana numugore agasa nkumugumbugumbu dukeneye kea yo migitanda Gaer ugume kumukibito ukwiye mwenuwo
@buwikunzeaimeenadia310
@buwikunzeaimeenadia310 2 года назад
Elsie uratesa vrmt😍
@ladouceayinkamiye524
@ladouceayinkamiye524 2 года назад
😃😃😃😃ngo babe naho nakuvaze vugisha ukuri urya musto niwa bien😥😂😂😂ndamanyutse nukuri
@gorethndihokubwayo7423
@gorethndihokubwayo7423 Год назад
Ndagukunda urahanura
@sabiyumvafiacresafi1224
@sabiyumvafiacresafi1224 2 года назад
Merci kukiganiro kbx!!
@odettenisubire8838
@odettenisubire8838 2 года назад
Elysi uraryosha ikiganiro sha niwubahwe
@melanceciza8636
@melanceciza8636 2 года назад
Uwo mukobwa ni sawa cane kabisa😀
@annydaniella3984
@annydaniella3984 2 года назад
Elcie🙌😍😍
@emilearakaza975
@emilearakaza975 Год назад
Waranyemeje umusi uvuga ko umuhungu akiba kwa se na nyina akigurirwa ipantaro adafise droit yoku draguant kurya nukuri kuko umugore cank umukunzi wumukobwa ni gramma rero bisaba kumuhungu amenyera responsabilité kare ariko abakobwa bemenyera gufashanya abana kwama umenga nibantaho nikora umenga ninisaidiye everytime
@fulgenceneema661
@fulgenceneema661 2 года назад
Great ndamwikundir uratwubak vyukuri abakobwa agar nka minouche turabatasha
@catcherfiretv3775
@catcherfiretv3775 2 года назад
Ico twita crâne interctuelle hhhh,, courage kukiganiro ciza gyz,,uyu mudada ayaga neza kbs ntiyibanira
@lydi791
@lydi791 2 года назад
Ndaryoherwa nivyo biganiro vyuyu mu sister aravugishukur pee
@gerardineakima1766
@gerardineakima1766 2 года назад
Noe Gael ya studio yawe irihehe warahomvye canke ?? Tubwire tuguterere
@Canjaycanjay
@Canjaycanjay 2 года назад
Like the way she talking 💪😂
@rom16nk23
@rom16nk23 2 года назад
Elsie t'es pas possible 😂😂😂
@bernardnsavyimana6431
@bernardnsavyimana6431 2 года назад
Cette demoiselle dit trop de vérité. Tout de même doit-elle répéter à plusieurs reprise la localité de Makebubuko pour parler des localités où les gens sont moins civilisés !
@amurinzikobanyanka7210
@amurinzikobanyanka7210 2 года назад
nakubal jst gael
@clarissabellaterimbere6073
@clarissabellaterimbere6073 2 года назад
uvug ukuri pe sh Gretta
@emeryshalom7067
@emeryshalom7067 2 года назад
Umusesenguzi w,Umurundikazi yimanukiye
@francescafrancesca8901
@francescafrancesca8901 2 года назад
Elsie Gael amuhaye bourse yo kwiga muri Ukraine sasa. Elsie nzoguterera agatike; Urugendo rwiza muri Ukraine 🇺🇦. Putin niwe azokwakira kuri aéroport y' I Kiev 🤣🤣🤣
@tekanezaviocheftv1949
@tekanezaviocheftv1949 Год назад
Tanzaniya urafukama mukugaburira umugabo canke mukumuramutsa nayuganq harintara babigira
@TuyTher
@TuyTher 2 года назад
Umuhushuroooo👊
@andrehakizimana7616
@andrehakizimana7616 2 года назад
Ikiyago kiryoshe cane. Mukomere uko muri babiri.
@Cla257
@Cla257 2 года назад
Gusa Elsie uvuga ukuri gusa
@donatienbest6043
@donatienbest6043 2 года назад
Uyumu dada avuga ivyubwenge
@emilearakaza975
@emilearakaza975 Год назад
C'est vrai,un homme qui donne beaucoup d'affection ,c'est un homme fake donc malhonnête
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 2 года назад
🤠Azoj muri Ukraine kugwana bariha neza. Oya kumenyana singombwa.Mariage ni ukwubakana si Ugukundana. Adam na Eva ntibigeze bakundana.
@arakazalight5114
@arakazalight5114 Год назад
Ico gikobwa kuri à jour
@lilianeerica3318
@lilianeerica3318 2 года назад
Ndamanyutseeeeeeeeeee🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@wembakamungu2740
@wembakamungu2740 2 года назад
😂😂😂😂😂 Elsie urarenze pe
@niyikigongwefabrice5388
@niyikigongwefabrice5388 2 года назад
Corage kbx muraryohera
@colombengabirano1861
@colombengabirano1861 2 года назад
ngo crise zo gusara😀😀😀
@vivipro3172
@vivipro3172 2 года назад
Nawe waraburiyemwo🤣🤣🤣🤣🤣🤣none wewufisabanabangahe ? ?????😅😅😅😅heheeee uzurikebuka
@zainabzainab9803
@zainabzainab9803 2 года назад
😂😂😂😂🙈🙈
@milliardere9177
@milliardere9177 2 года назад
Iya Bisasa indege igasiba
@richardnkunzimana5096
@richardnkunzimana5096 2 года назад
Abahungu baba Belgique bimyera utuyoga gusa ubabajije igituma batarongora bakwishura ko badakeneye gutanga rifiti
@milliardere9177
@milliardere9177 2 года назад
Ikigi chr kirantwenza gitwenze
@niyibitangatryssano
@niyibitangatryssano 2 года назад
Ndakwikundira nukur ndanakubaha cae kuko uvugishukur
@chaniazaninka4434
@chaniazaninka4434 2 года назад
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣Elsie uhezagirwe sh
@irankundaferdinand6567
@irankundaferdinand6567 2 года назад
Uvuzukuri hariho umukobwa wumugambi utajana mubirori kugira ntamenyeko unabikunda kugirango azokurerere abana neza agucungire namatungo yumuryango hakaba nuwundi uraba mwiza wokwinezereza kuko usanga cane cane abakobwa beza bakunda ibirori kuko baronderwa nabahungu benshi bikabacanga bakabura uwobareka nuwo bafata Abo nibo abahungu binezerezako
@blueberrypotatogames7950
@blueberrypotatogames7950 2 года назад
Amafaranga
@jean-danielndikumana3734
@jean-danielndikumana3734 2 года назад
Gaël arrête ça, elle voulait parler des bisexuels , des hommes qui aiment les filles et les femmes en plus ceux hommes sont très nombreux au Burundi. Il faut accepter la nature donc les filles font attention alors 🤣😂😅, les gays sont là
@nandy662
@nandy662 2 года назад
Ahubwo naw ngra urumu gay
@niyonkurujeanclaude5707
@niyonkurujeanclaude5707 2 года назад
Elsie yubahwe
@JackieloveKingbuja
@JackieloveKingbuja Месяц назад
❤❤❤😂😂😂
@benshaka7595
@benshaka7595 2 года назад
Muraduha number y'uwo mu sister kubipfuza k'umu consulta. Avuga ukuri
@ManigiraNezahamisa
@ManigiraNezahamisa 29 дней назад
Kuvangana nichwa yumuntu kand ntavyinguvu kuko ntawomutegeka icatashatse eee
@piusjoyman3097
@piusjoyman3097 2 года назад
Gukundana numuntu mutazinanyi mutarigera mubonana.nukujujuta kubwenge
@donatienhavyarimana8581
@donatienhavyarimana8581 2 года назад
ubahwa gikobwa ciza
@Rodman_pro_star
@Rodman_pro_star Год назад
Uwo mudada yubahwe
@Rodman_pro_star
@Rodman_pro_star Год назад
Ndamukunz n'a ww mukubito
@alexisbishaka335
@alexisbishaka335 Год назад
Eeeee hewe mumbwire uyo mukobwa agezehe
@iradukundamariejosee3493
@iradukundamariejosee3493 2 года назад
Makebuko uratuvuze kweli
@4EIIGNERR
@4EIIGNERR 2 года назад
@papynakumuryango1292
@papynakumuryango1292 Год назад
Hhhhh ndakund cn uy mudad avug ukur
@milliardere9177
@milliardere9177 2 года назад
Ugare bampa ingodo
@benshaka7595
@benshaka7595 2 года назад
Arashize iceyi uno murondo nani
@mireillemizero1377
@mireillemizero1377 2 года назад
Abahungu bavanga abakobwa??? Abakobwa none babavangako babakurahe? Vugisha ukuri ko abakobwa aribo bakuranamwo nta banga ririmwo. Ubonye ugendana n'umugabo afise umugore canke umukobwa bari kumwe wovuga ngo ni umugabo yavanze umugore wiwe canke ni wewe wemeye ikibanza uzi neza ko carimwo uwundi
@aimablendayikeza146
@aimablendayikeza146 2 года назад
Nne kugma uvuga i makebkooo.
@arielchavez4507
@arielchavez4507 2 года назад
Gaël murongore Elsie muraberanye 😅😅😅😄
@lostboy2608
@lostboy2608 2 года назад
Uyo mudada avuga ukuri. Uwo mutarabonana vyokunda ko muba abagenzi ariko kuvuga ko muri murukundo nukubeshanya
@4EIIGNERR
@4EIIGNERR 2 года назад
Далее
Rate our flexibility 1-10🔥👯‍♀️😈💖
00:12
Rate our flexibility 1-10🔥👯‍♀️😈💖
00:12