Тёмный

Amb Willy NYAMITWE yavuze amajambo akomeye| 

Siren Vibes TV
Подписаться 157 тыс.
Просмотров 2,4 тыс.
50% 1

#Phoenix yatanguje Icese igikorwa bise VISIT BURUNDI (gutembera uburundi) .Intumbero nyamukuru n’ukwigisha no gukundisha akaranga n’imico by’ Uburundi, Abarundi kubwabo hamwe n’abanyamahanga. Ico gikorwa c’itabiwe n’abategetsi batandukanye twovuga nka Ambassadeur @Willy_Nyamitwe... Ambassadeur wa Office National du tourisme Mr Salvator nabandi batandukanye...
Tubamenyesha BIZIMANA Paulin abenshi bazi nka @Dj Paulin ariwe parrain Wico gikorwa.
Umurundi azokwifuza gutembera Uburundi agakenera umu guide arashobora kurondera VisitBurundi ikabimufashamwo canke mukarondera Hosy Irakoze CEO wacu akabafasha kurondera aba jeune bagize Visitburundi.
Twese hamwe twige histoire y'uburundi tuyikundishe abandi
#visitburundi🇧🇮

Опубликовано:

 

8 июл 2021

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 26   
@sirenvibestv
@sirenvibestv 3 года назад
#Phoenix yatanguje Icese igikorwa bise VISIT BURUNDI (gutembera uburundi) .Intumbero nyamukuru n’ukwigisha no gukundisha akaranga n’imico by’ Uburundi, Abarundi kubwabo hamwe n’abanyamahanga. Ico gikorwa c’itabiwe n’abategetsi batandukanye twovuga nka Ambassadeur @Willy_Nyamitwe... Ambassadeur wa Office National du tourisme Mr Salvator nabandi batandukanye... Tubamenyesha BIZIMANA Paulin abenshi bazi nka @Dj Paulin ariwe parrain Wico gikorwa. Umurundi azokwifuza gutembera Uburundi agakenera umu guide arashobora kurondera VisitBurundi ikabimufashamwo canke mukarondera Hosy Irakoze CEO wacu akabafasha kurondera aba jeune bagize Visitburundi. Twese hamwe twige histoire y'uburundi tuyikundishe abandi #visitburundi🇧🇮
@bulezebuleze3239
@bulezebuleze3239 3 года назад
New generation will make a change. Ndabona biriko biraza!!! Kandi twese tugiye hamwe, Uburundi bushobora kuba icitegererezo!!!! Indongonzi mubishiremwo inguvu turabinginze. Politique iruhande, UBURUNDI imbere!!!! Iyo niyo Patriotism twifuza!!!!
@ffr7137
@ffr7137 3 года назад
Verry good💞🙏🙏👏👏hma willy numuntu nkunda can kandi yubahwe .lmana ikuzigame muvyeyi💕💕
@merveillejeannettewitonze6752
@merveillejeannettewitonze6752 3 года назад
Turagukunda ambass wacu
@giftuwiragiye7697
@giftuwiragiye7697 3 года назад
Bien sana
@willyndabaniwe2533
@willyndabaniwe2533 3 года назад
Iyi campagne mutanguje ninziza cane kandi izokwinjiza amahera atari make mu gihugu. Courage 👌 🇧🇮
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 3 года назад
Nimukureho viza. Cnke mugabanye ibiciro ! Ça sera un encouragement pour les visiteurs. Hama:"Isuku, Isuku, Isuku" Mwibuke kwigisha la Société kwirinda kwiba canke kuduza ibiciro kuba visiteurs, kubarangira ahantu iyo babajije n'urukundo. Bitanga image nziza kugihugu😉 Mudufashije ivyo, tuzodandaza Igihugu
@lionelopromoter3343
@lionelopromoter3343 3 года назад
Willy Nyamitwe yubahwe🙏
@emmanuelnibaruta5834
@emmanuelnibaruta5834 3 года назад
Nivyiza nimutegure neza ibibanza vyingenzi mbere nisuku rirakenewe na rirya mu Burundi ritari ikirenga
@hafsasango8752
@hafsasango8752 3 года назад
💌
@willyndabaniwe2533
@willyndabaniwe2533 3 года назад
1. Kugwiza ibibanza ingenzi zogendera. Abantu ntibagume bagendera hahandi nyene 2. Programmer des balades dans d’autres provinces kugira ingenzi zibe guided zerekwe ibibanza vyiza vyiza dufise mu gihugu. 3. Mettre en valeur de nouveaux territoires. Hari ibibanza bitarasubirwamwo canke bisa nivyibagiwe. Ivyo bikenewe gusanurwa, bikaba bishasha. Hama muri ivyo bibanza ingenzi zigendera, faut k haba des activités zogusamaza zihabera, abantu bakahashika bakabona ko hari ingoma, intambo zi kirundi, amasanamu avuga kahise k'igihugu keza nibindi vyinshi biryohera ingenzi.
@godefroidnahimana8249
@godefroidnahimana8249 3 года назад
amabarabara nayo yo kujayo?
@dismasniyo5641
@dismasniyo5641 3 года назад
Ico kintu co kuriha visa à l’arrivée cofasha kongereza les touristes ,Kuko ivyo gusaba visa muri embassy bitwara igihe hafi 3 semaines ,ni ukuvuga iyo uronse emergency situation biragora cane gushika i Burundi.Please think about that visa issue.
@AncestorsJourneys
@AncestorsJourneys 3 года назад
Uwo mushingantahe abivuze neza cane, ikibazo ca visa, ino mu Bwongereza, ushaka kuza mu Burundi, umuntu bamusaba kurungika igitabo c'inzira ku biro biserukira igihugu mu Bwongereza, ikamara kenshi indwi nka zibiri, amategeko akwiye kwigwa, kworohereza abanyamahanga bipfuza kuramutsa u Burundi
@stevengerald13
@stevengerald13 3 года назад
Mukijanye mwatevye Mugabo ntakibazo Ikindi Abarundi bari m uburundi ntibakunda ivyabo bakunda gu post ivyibihugu vyibibanyi niconabonye abantu mbere usanga bitaho gutangaza ivyomuburundi nababa hanze
@annabellaakimanamurengeran9927
@annabellaakimanamurengeran9927 3 года назад
Mwitwararike isuku
@panacool978
@panacool978 Месяц назад
Kuki udakoresha : Twi... toujours les autres et moi à l'écart... afrika shida
@annabellaakimanamurengeran9927
@annabellaakimanamurengeran9927 Месяц назад
​@@panacool978 🤣🤣🤣🤣🤣 nabwiye abari hafi nanje iyaba ndihafi nokwifatanije nabo 🤷
@lucarmand4534
@lucarmand4534 3 года назад
LoL...visit burundi hari abagitera ama grenade en plein ville. Indoto ntizigera ziba réalité atakintu gikozwe impande, abarundi bonyene nibo bohinyuza iryo ryungane.
@sirenvibestv
@sirenvibestv 3 года назад
Aho batera ama grenade waratohoje usanga ni mu Burundi gusa?
@lukeeverywhere9183
@lukeeverywhere9183 3 года назад
Ubugugugu buraho, kuki uvuga ahandi? We are talking about burundi. Let's follow your opinion. Wumvise ahandi batera grenade comme ça en plein ville? Ikindi, ntitwibagire abategerwa en route bakicwa (baba bariko kandi bagenzura uburundi lol...)
@lukeeverywhere9183
@lukeeverywhere9183 3 года назад
Tureke kuba dukurikira ibintu nkintama.. visit burundi ni nka étape yanyuma. Turonke kwanza umutekano, amabarabara yodushikana aho hantu( kuko ayubu ni bihomoke pour la plupart), tunagarukire les sites touristiques ( zimwe ça pousse les champignons malgré la richesse qui s'y trouvent) Mugire umusi mwiza
@bachunsabimana5848
@bachunsabimana5848 3 года назад
@@sirenvibestv umenetse ijisho kugira ubone Neza,uzobanza kuraba KO mugenzawe yarimenetse yaryivuje cânke uryivuza Ku Neza yawe.Nukuvugisha ukuri ntakuvuga kugira ushimishe umuntu, ikebuke
@panacool978
@panacool978 Месяц назад
Ariko uyu mugabo ntiyogira indépendance mentale yo kwikuramo Kigali ?
Далее
Willy Nyamitwe On Straight Talk Africa
5:23
Просмотров 1,3 тыс.
Wait for the BOWLING BALL! 👀
00:38
Просмотров 23 млн
Как вам наш дуэт?❤️
00:37
Просмотров 500 тыс.
Kuvuga ibijanye n'ubuzima ndorabitsina mw'isengero
22:31
Wait for the BOWLING BALL! 👀
00:38
Просмотров 23 млн