Тёмный

B-Face arakije umuriro mu Bubirigi/Mow Kenzie atanze show yakataraboneka/Full performance 

ImperialTV 257
Подписаться 11 тыс.
Просмотров 11 тыс.
50% 1

#bface #monnawalda #music #belgium #performance

Опубликовано:

 

21 окт 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 45   
@Philos352
@Philos352 19 часов назад
Monna kavyifashemwo nez vrmt malgre les circonstances🎉🎉
@MireneIrakoze-sm7vl
@MireneIrakoze-sm7vl 18 часов назад
Mana naho abantu aribake vyari biryoshe Sana kanatsina niburaya.simpaka abantu buzure jewe naje ibintu vyabantu beshi sindabikunda Niho utamba wisanzuye iyo Salle mubona iyo barengaho abantu ntibari kuhagwa gusa vyari biryoshe Courage B-face n'a Monna❤❤❤
@CongeraClaudine
@CongeraClaudine 19 часов назад
Monna❤❤❤❤❤🎉
@fabricendayizeye-eb7pv
@fabricendayizeye-eb7pv 23 часа назад
Ntaco mvuze😢😢😂😂😂vyabuz
@SamuClassic
@SamuClassic День назад
Uyo muntu yabatumyeko arahahombeye warah
@CongeraClaudine
@CongeraClaudine 18 часов назад
Reka kuba muvuga ibintu bic'intege abandi,aho kubatera intege muranegura gusa, sivyiza vraiment
@LysaphiliaAkindavyi
@LysaphiliaAkindavyi День назад
So good❤
@MarieGorethHAKIZIMANA
@MarieGorethHAKIZIMANA 12 часов назад
Komera mwana w'iwacu imbere ni heza cane muga uranyibuka kuga chocola
@MugishaPatrick-j7k
@MugishaPatrick-j7k День назад
Mona yariyaborewe.
@mtotowainchi2023
@mtotowainchi2023 День назад
Mon Dieu, iyi ni salle nyabaki ?... ingana na chambre yanje 😂
@rebeccantanyungu6412
@rebeccantanyungu6412 День назад
Mbega akavuyo wee! Monna ntako atakoze ariko public indiscipline.Stage nta kigenda Ter,imbere ba stars buburundi
@elisha5552
@elisha5552 17 часов назад
Basha belgique none abarundi bariyo bamaziki vrt bataje gushigikira
@MICHELCRESSON
@MICHELCRESSON 19 часов назад
Ni anniversaire ?😂😂😂😂
@elknmaestro6514
@elknmaestro6514 День назад
Ndabira iryo bara umungo nimuri salon y'umuntu....iyo stage rro ni mwisho😂😂😂😂
@evelynekaneza
@evelynekaneza День назад
Yoo mana yanje abarundi ntidushigikirana kweri😢😢
@inesbigirimana867
@inesbigirimana867 23 часа назад
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@CongeraClaudine
@CongeraClaudine 18 часов назад
Be f 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@EvelyneINARUKUNDO
@EvelyneINARUKUNDO День назад
Abantu muringayi none abo bariyo.sabantu
@YvesIrankunda-d7n
@YvesIrankunda-d7n День назад
Mwari mubiki aho rero
@DNAT_show
@DNAT_show День назад
arik vraiment kuki ntagiy mow😭
@EdouardineNdayizeye
@EdouardineNdayizeye День назад
mana kari kaborewe😂😂😂
@Gisbeauty
@Gisbeauty День назад
Wapi kabisa ntakigenda , mona yambaye jeans? Salle irimwo abana gusa en plus ni bake gose. Iyi concert nta succès pe
@emilebihibindi5822
@emilebihibindi5822 День назад
Muzogaruka na maguru
@MutanaEmery
@MutanaEmery 13 часов назад
Murashushe mutarwaye pe nivyiza ariko nta muzungu numwe
@GakinjaSandra
@GakinjaSandra День назад
Nubwabantu ari bake vyaratwika
@IsingizweKeido
@IsingizweKeido День назад
Eee Noe ko abant are bak
@nsavyimanaelvie-elvis9027
@nsavyimanaelvie-elvis9027 День назад
Iyo salle kweli wogira nicumba camasengesho
@Slime-s5p
@Slime-s5p 16 часов назад
😂😂
@elknmaestro6514
@elknmaestro6514 День назад
Et pourtant ni bo baronse promotions gusumba sat b ....ariko ndabira🫣🫣🫣
@banyoniaudace3507
@banyoniaudace3507 День назад
B face wapi yyotahabonye mona ibara ryarwa gute wambara gutyo abantu bakavaho batabonye amenyo yiyo timba wige kumuvinga umengo ni story urigutera abantu
@RwembeFulgence-vr9cy
@RwembeFulgence-vr9cy День назад
munzokwirihira mugutaha😂😂😂😂
@ThierryMpwenimana
@ThierryMpwenimana День назад
Kumeng ntabant bahar???😂😂😂
@flextv2578
@flextv2578 День назад
Show yari iryoshe sanaa
@Gisbeauty
@Gisbeauty День назад
@@flextv2578 mana wee haha .just haha
@NiyomwungereClaude-y6i
@NiyomwungereClaude-y6i День назад
Abant nibakey
@Snt123pn
@Snt123pn День назад
Mtiwumfiseko arikuwe
@MugishaPatrick-j7k
@MugishaPatrick-j7k День назад
😂😂😂😂😂
@RwembeFulgence-vr9cy
@RwembeFulgence-vr9cy День назад
None ntabantu bahari
@EvaristeNdayiragije-x2h
@EvaristeNdayiragije-x2h День назад
Nibaze k atamuririmvyi wo muburundi azosubira kwiyumvira kuza ariruka ngo aje 🇧🇪
@mariamsakora2818
@mariamsakora2818 День назад
Nibamuhamagara azoza none kataribo bizana ivyobirakureb😂😂
@banyoniaudace3507
@banyoniaudace3507 День назад
Kirikou double barujuje
@AngegaellaAkeza
@AngegaellaAkeza День назад
ivyo biragush tuzoza
@Slime-s5p
@Slime-s5p 16 часов назад
@@banyoniaudace35071 hinge uzorabe ibizobabako ryari ngo bazogaruka 😂 abadiaspora baba bashaka bishasha na sat b agarutse vyohara!! Brace sumusani wogutimira uwo ni local
Далее