Тёмный
No video :(

B Face : monna walda yankiye abandi aca ashima kuza iwanje kubera ivyo dusangiye 

Magic Channel TV
Подписаться 102 тыс.
Просмотров 3,7 тыс.
50% 1

urashaka ko dutera imbere,please kora subscribe, like,share na comments kuri channel yacu.
ukeneye ico ubaza canke ico uterera (+25779402636)
follow us @ on facebook, instagram and twitter
#magicchannelTv#Entertainment

Опубликовано:

 

22 авг 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 34   
@nyabendaelias3907
@nyabendaelias3907 4 года назад
Uwabonye ko B face azi kwishura ibibazo empe izo like comnt yambere nkeneye ya Magic Chanel tv
@mutabaziceleus3201
@mutabaziceleus3201 4 года назад
Ndaryohew kuba B-face atanzikiganiro kuri Magic TV YUDA komera turakwemera
@billnemess9369
@billnemess9369 4 года назад
Sister KeKe urashoboye kabisa❤️❤️❤️🇧🇮📺👊hama B Face numuririmvyi wambere azi ikirundi gusumba abandi! Kandi koko Face avuga ukuri kabisa abantu bavukiye Buja ntakirundi bazi kabisa. Uko nukuri 100%👊
@maniranyibutsekazeolivier4945
@maniranyibutsekazeolivier4945 4 года назад
Big up Sana Keke!!👊 Karibu muri game uturyohere nka Minouche!!✌️!!pole imigani niy'abarundikazi n'a barundi ba ruguru!😅😅!! thanks kutuzanira B Face muri game!!!!!
@passyk9968
@passyk9968 4 года назад
Je ndakunda uko Bface yishura ibibazo nukuntu atita hejuru cane. The guy is so calm and confident.
@pascalnjejimanakidogeza7433
@pascalnjejimanakidogeza7433 4 года назад
Birampimbara iyo Rap Commando , Atanze Interview. Aranyuzuza. Hama Courage kur Keke
@cbanews4730
@cbanews4730 4 года назад
Bface ndakwemera uko uririmba nuko wishura kubibazo
@fabricenduwayo7059
@fabricenduwayo7059 4 года назад
B face komera ubikora neza cane ,ugire courageux ugume wifata neza uko nyene imbere ni heza na cane cane ukomeze discipline nukwisha bugufi nkuko ubikora
@richardndagano3080
@richardndagano3080 4 года назад
Love from Rwanda
@innocent30thibaut80
@innocent30thibaut80 4 года назад
Keke karibuuu wanguuu uzubiryoshee rero nka Michouuuu♥️turabakundaa mukomereee caneee.
@landrymatasi6086
@landrymatasi6086 4 года назад
Nice I am always looking forward to the next video!
@gygygyslaine5016
@gygygyslaine5016 4 года назад
Keke Nice uvuga nka minouche arik B-face Nice ibiganiro vyiza kweli kand ndakunda interview zawe kuk uteye neza unayaga neza wagirango ntunaririmba hipop
@fleuryb8706
@fleuryb8706 4 года назад
Nice keke gateka courage ndabona minouche yakoze amateka kukuzana
@barnabeniyobuhungiro5510
@barnabeniyobuhungiro5510 4 года назад
Big up mr B
@broandss4004
@broandss4004 4 года назад
Nice interviews
@ariellandayishimiye2930
@ariellandayishimiye2930 4 года назад
Nice girl courage ma keke love uuuuu
@burundikugatumbatv16
@burundikugatumbatv16 4 года назад
B Face, #1
@piusjoyman6232
@piusjoyman6232 4 года назад
Courage sister
@arnaudnshimirimana8903
@arnaudnshimirimana8903 4 года назад
Big up sister😍
@kenny-gofficiel8287
@kenny-gofficiel8287 4 года назад
First to watch ❤❤
@curugwegipfizi3031
@curugwegipfizi3031 4 года назад
Hhhhhh B face yishura ivyizi man
@andyspofficial6160
@andyspofficial6160 4 года назад
Courage
@idrissa253
@idrissa253 4 года назад
Ndabemera vraiment
@idrissa253
@idrissa253 4 года назад
👏👏👏
@adolpheniyibizi4252
@adolpheniyibizi4252 4 года назад
Ikiganiro ciza.Yuda ndakuramukije
@ruudvan4311
@ruudvan4311 4 года назад
Safi sana Keke 😉😉
@nsengiyumvaeliphaz2601
@nsengiyumvaeliphaz2601 4 года назад
Kazi nzuli
@salima7729
@salima7729 2 года назад
Ngimiziki nkora ngirimwivyaha?? 🤣🤣Nihatari kwer🤣🤣🤣
@daviirakoze
@daviirakoze 4 года назад
Ikiganiro ni bn. Ariko mwarahinduye Caméra. Iyi ntibona neza.
@magicchanneltv553
@magicchanneltv553 4 года назад
Yes vyagorany gatoyi muratubabarira
@mutabaziceleus3201
@mutabaziceleus3201 4 года назад
Nukungisha mukazikose nikobimeze,ntiwirengagizeko Magic TV iduhavyiza cane.ivyunomusi ntitubirabe
@leocargocarton3297
@leocargocarton3297 4 года назад
B up xna mukor bn
@bercafricain
@bercafricain 4 года назад
Mbega urakunda igihugu cawe ? 👇👇👇👇👇👇 ru-vid.com/video/%D0%B2%D0%B8%D0%B4%D0%B5%D0%BE-1Ksj-WjgnBc.htmlsub_confirmation=1
@emmanuelniyonkuru8925
@emmanuelniyonkuru8925 4 года назад
😂😂😂😂 nukuri ikiganiro nimeze neza arik hariho urusaku ahomwagikoreye ngira nivyum vyariko birakatwa ndaz
Далее
Never Troll Shelly🫡 | Brawl Stars
00:10
Просмотров 1,6 млн
She is totally delivered by Jesus Christ.
31:31
Просмотров 1,6 тыс.
The Muslim Money Experts Ep.1: Khabib Nurmagomedov
1:06:15
How To Transform Lives | Master Shi Heng Yi
2:10:05
Просмотров 73 тыс.