Тёмный

B FACE YARAKAYE CYANE | KUBIHEMBO BYA TRACE AWARDS AVUZE IBINTU BYIHARIYE | NO KURI DRAMA T 

Isango Star
Подписаться 197 тыс.
Просмотров 28 тыс.
50% 1

Subscribe • INAMA ZIKOMEYE NIBA UT...
​Facebook: / isango-star-915-fm-off...
Twitter: / isangostar
​Instagram: / isangostarofficial
Website: isangostar.rw/

Опубликовано:

 

22 окт 2023

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 201   
@pasteurnahimana260
@pasteurnahimana260 8 месяцев назад
Waaaooo... The Best Rapper from our Best Country Burundi... Ndakwishimiye bro
@baranos5549
@baranos5549 8 месяцев назад
Uyomukobwa arakengerana cane, mu rwanda harimwo bamwe bamwe bafise umutima mubi badashaka kwumva izina Umurundi, ariko murahumba Ico wanka mukabana n'inyo nayo agati kateretswe n'Imana ntigahenugwa n'umuyaga. Respect B_face🙏🙏🙏🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@Kanuma50
@Kanuma50 8 месяцев назад
Nukuri nibitonde bibagira ningoga.
@LoudTv256
@LoudTv256 8 месяцев назад
This guy is beast in dancehall for sure.
@romanticboy4639
@romanticboy4639 8 месяцев назад
Nanje numvise yampamagaye 😂😂😂 Stylist W’ibigwi nije mbanabikoze 🧥👖🧢🕶🛍🛍🛍🛍🛍🛍🛍 #ROMANTICSTORE WELCM MWESE
@DucoeurFleury
@DucoeurFleury 8 месяцев назад
Kl ndans uburyo muvugirarimw nkaba media bé muhana mukuvuga.ndagukunz b face bakuremerej amajamb ariko intwari izama arintwari wigenjej neza 🏅🏅kuri weW
@UwimanaDonathe-zh9yq
@UwimanaDonathe-zh9yq 8 месяцев назад
B-face ndakwikundira cn gs nyishurira Abo bantu bigira icabwenge Tora amashugwe yawe💐💐💐💐💐🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 ♥️♥️♥️♥️♥️♥️
@NadegeIgirukwishaka-nf5hy
@NadegeIgirukwishaka-nf5hy 8 месяцев назад
nababwire kabisa
@djcedro7714
@djcedro7714 8 месяцев назад
Thnk u B Face to defend our contry❤❤❤
@user-yv4ht2tp9c
@user-yv4ht2tp9c 3 месяца назад
Igiti kirakurira mubabaji. Big up B 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@MC_Malova_the_hitMaker
@MC_Malova_the_hitMaker 8 месяцев назад
Ka Drama-T mureke kukibazako sana kuko naka Star kejo! Mwumve ibyo Mutama wacu B-face azababarira abaribyo mwumva guyz bi Rwanda😘🇧🇮💪🖋💪🇷🇼
@juniorkurko34
@juniorkurko34 8 месяцев назад
Much respect B-face
@Armelsinarinzi
@Armelsinarinzi 8 месяцев назад
Iyi radio isango hamwe na KISS FM nizo radio zonyene zivuza song zindundi mumezi maze aha murwanda🙌✌(fizzo , kirikou,double Jay , rap boy x trésor, drama t Natasha ,sat b,monia fleure x fizzo)
@Jururito
@Jururito 8 месяцев назад
Ariko nizo radio zingezi zikina imiziki, ahubwo izo zibuzemo byaba ari ikibazo
@jaypablo
@jaypablo 8 месяцев назад
All my respect for u #Bface
@Innocentciza
@Innocentciza 8 месяцев назад
Love from Buja guys respect
@inesirankunda3815
@inesirankunda3815 8 месяцев назад
B face wac uciy ubweng mukwishura😅😅😅❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮wabishuye nez cn umwana wokwa Ntare🇧🇮🇧🇮🇧🇮🔥🔥
@user-zr7zo7vs2s
@user-zr7zo7vs2s 2 месяца назад
B.face hejuru cane 👌bisaba ubwenge bari kukujaniranya
@chantalkakunze259
@chantalkakunze259 7 дней назад
🤣🤣🤣Bambarize ncuti yanje. Nkunda kuvuga ukuri kwose Bface 👌
@NinahanzeProsisper-up6ze
@NinahanzeProsisper-up6ze 8 месяцев назад
B.face Nice papa 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🔥
@TheopisteIradukunda-hz1bo
@TheopisteIradukunda-hz1bo 8 месяцев назад
Gyz from Rwanda nagirandababwir kotumaz kumeny kwatarukundonarut mufitiy abastar barundi. Gusatuu ntacomuzotugir KK abarund turaz kwibaho. Nkuyumudemu agayabastar babarund ntanisoni afise, nabaz abastar babanyagwand bazomubwir kwastar babarund bafise impano. Birambabaje
@jadouhuru
@jadouhuru 8 месяцев назад
To be honest kubera vyateguriwe Rwanda harabaye akantu katari gutuma abarundi batari kubamwo kuk barazi ko abarundi babarenzeho ntana best quality of production Rwanda irusha abarundi tekaneee Burundi is always inspiring Rwandan Artists 😂😂😂😂
@keepingupwithalvin8253
@keepingupwithalvin8253 8 месяцев назад
You wish
@derickcastor8008
@derickcastor8008 8 месяцев назад
Naba naba banyamakuru urabonako bafite ubwenge ntibameze nka Chita Magic ❤🇷🇼
@nijimberebosco540
@nijimberebosco540 8 месяцев назад
Bacumugani mukirundi bati : ijisho ryuwundi ntirigushimira umugeni gusa dukwiye gukundana kuko ikidahura numusozi burya kwisi ntancambwe ibaho ntanikijuju kiriho umwe wese azubwenge muvyiwe akabuwambere muvyiwe ariko kubandi abaruwanyuma kandi abarikijuju❤❤🇧🇮🇧🇮
@JeanneMUJINGA-lp1tf
@JeanneMUJINGA-lp1tf 8 месяцев назад
Uyumuhanzi Yakina.comedy pee😅😅😅😅
@MBERAYO66
@MBERAYO66 8 месяцев назад
😅😅😅😅😅😅
@Hi5392
@Hi5392 8 месяцев назад
B FACE big up maaaan👏👏👏
@user-th8sz3jr2c
@user-th8sz3jr2c 4 месяца назад
MN B face numuhanga brother afite nibisubizo bizima pe
@youngkiller4920
@youngkiller4920 8 месяцев назад
Thanks alot Mr B-FACE🙏
@reverienwanje-qc2ez
@reverienwanje-qc2ez 8 месяцев назад
Uyo muva muribona kandi muragayana p😢.big up b face❤
@NadegeIgirukwishaka-nf5hy
@NadegeIgirukwishaka-nf5hy 8 месяцев назад
birata batanaturusha kuririmba baraza tukoroke kuma live turabe
@user-it1fc9nr6f
@user-it1fc9nr6f 8 месяцев назад
Vrt B-Face much respect for you to come over and I can get you a little more than you know if I love you too your Music🙏
@fridolinhabonimana4854
@fridolinhabonimana4854 8 месяцев назад
Rap Yuda 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🎧
@lilpblackofficial9950
@lilpblackofficial9950 8 месяцев назад
Wow ww ntunanigwa b face hejuru cane gos
@irakozechristus3850
@irakozechristus3850 8 месяцев назад
Yeah my bro ❤❤❤ndagushigikiy😂😂
@iqrasayumwe5658
@iqrasayumwe5658 8 месяцев назад
All the best b face ❤
@bujaupdates
@bujaupdates 8 месяцев назад
B FACE ON THE FLOW NABABWIRE KBXAAAA
@user-pe8ed5hj5z
@user-pe8ed5hj5z 8 месяцев назад
B face rap yudah love from kigal
@edmondimani5155
@edmondimani5155 8 месяцев назад
My b face you're clever ❤❤❤❤
@clovisnsengiyunva2589
@clovisnsengiyunva2589 8 месяцев назад
Much respect bfc the best
@habonajeanwillon3336
@habonajeanwillon3336 8 месяцев назад
B face unani bamba tenasana.am from in Kenya
@batangamusic
@batangamusic 8 месяцев назад
I love B face so much
@user-eu2ti1uo4x
@user-eu2ti1uo4x 8 месяцев назад
Uricabwege mutama rap kommando. Respect
@jedidjajediaelakimana2407
@jedidjajediaelakimana2407 8 месяцев назад
B face🇧🇮
@irankundalionnel959
@irankundalionnel959 4 месяца назад
Nkwemera fo ropper yuda
@derickcastor8008
@derickcastor8008 8 месяцев назад
Tessy keep it up, I love the way you do it, uzi game kabisa.
@Eric-Irakoze
@Eric-Irakoze 8 месяцев назад
Big on the flooooooo
@ishimwejf
@ishimwejf 8 месяцев назад
Turi inyuma yawe🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@princo-yu8fj
@princo-yu8fj 8 месяцев назад
On the map my gee
@vanny387
@vanny387 8 месяцев назад
Big bwa on the flo 🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@julius875
@julius875 8 месяцев назад
Bro B face turakwemera cane nk'umuririmvyi wumurundi more respect
@user-qi4ce8gc1k
@user-qi4ce8gc1k 8 месяцев назад
B face love from burundiiii
@msawaboy361
@msawaboy361 8 месяцев назад
B face umuraperi mwiza ✊ Uburundi hejuru
@ndayiragijecynthia9170
@ndayiragijecynthia9170 8 месяцев назад
Je t'adore B face ❤ urasetsa gravee
@yusufumungo5057
@yusufumungo5057 8 месяцев назад
Eeee Uyu mu G arabizi fooo, Gusa babura Management ifite ama fr naho ubundi Bazi Imiziki pee
@AmbitiousTheo
@AmbitiousTheo 8 месяцев назад
Courage b face🇧🇮🔥
@manumunemanumune-uj6jq
@manumunemanumune-uj6jq 8 месяцев назад
B Face nice brother turakwemera
@Degreattv-various_presenter
@Degreattv-various_presenter 8 месяцев назад
Mukore cyane ntarwango ruhari babarundi turabakunda
@user-hw9gi6dr6v
@user-hw9gi6dr6v 8 месяцев назад
B face respect kubabwiz ukur 🇧🇮🇧🇮
@khizzer_jr
@khizzer_jr 8 месяцев назад
Merci sana @B_face
@Kanuma50
@Kanuma50 8 месяцев назад
Akogakobwa itonde dit.
@jaywinner5
@jaywinner5 8 месяцев назад
B face wubahwe❤
@mpundumedia9134
@mpundumedia9134 8 месяцев назад
Respect best rapper 😂😂😂😂
@user-tf9bs9so4c
@user-tf9bs9so4c 8 месяцев назад
Nkunda inyishuza b face izongegera zirasuzugurana
@prosperlyony4c532
@prosperlyony4c532 8 месяцев назад
Baragenda gahoro ntama Award murwanda bafise kandi ntanimiziki yabo ikomey bafise nkiyiburundi ntana talent bafise nkiyabarundi Baduhe time gusa bazobibona abarundi mumuziki sabo guhangana nabarundi murindire muzobibona
@ngaruofficial3340
@ngaruofficial3340 8 месяцев назад
😂😂😂😂😂 iyonawe wisetse
@kwzrvivanHamza
@kwzrvivanHamza 8 месяцев назад
Muongo
@User.k146
@User.k146 8 месяцев назад
😂😂😂😂
@claudinenijimbere2419
@claudinenijimbere2419 8 месяцев назад
B face ndagukunda kubi❤❤
@mugishapaola717
@mugishapaola717 8 месяцев назад
B face🔥🔥
@josuekhalifa8745
@josuekhalifa8745 8 месяцев назад
🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
@mukunzijeanlouis5890
@mukunzijeanlouis5890 8 месяцев назад
BFace big up kbsa🇧🇮hejuru
@Sixelaflo1908
@Sixelaflo1908 8 месяцев назад
Bface🔥🔥✔️✔️✔️✔️🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@Evra800
@Evra800 8 месяцев назад
Trace yarimwo ka mwene wa Mama
@user-gm1zb1sx7h
@user-gm1zb1sx7h 8 месяцев назад
B face on the top from Burundi
@ndaboroheyeblaise685
@ndaboroheyeblaise685 8 месяцев назад
Time iravuga banyarwanda ivyo mubimenye 🇧🇮
@User.k146
@User.k146 8 месяцев назад
😂😂murasetsa koko
@imberinkinzocherissa8473
@imberinkinzocherissa8473 8 месяцев назад
B face 🤜🤛♥️
@user-il3yf4jt1h
@user-il3yf4jt1h 8 месяцев назад
Bfc respect Bonne reponce 📢👏💯
@cedrickbudrick5679
@cedrickbudrick5679 8 месяцев назад
Trace Tv its all about connection otherwise Burundi we are good
@user-bg9mx4vi9k
@user-bg9mx4vi9k 8 месяцев назад
Iyo muvamuragayana kbx b face urumuntu wu mugabo kbx🇧🇮🇧🇮
@publicofficial9346
@publicofficial9346 8 месяцев назад
Abarundi ni MUKORE cyane
@shazaboytheking9683
@shazaboytheking9683 8 месяцев назад
Courage b face
@user-ou4wk8es8l
@user-ou4wk8es8l 5 месяцев назад
B f c wubahwe musaza uranyemeje hejuru can
@angeange4342
@angeange4342 8 месяцев назад
B face ndagukunzeee kurushaaaa mbwirira izontakebwa uburundi bukwama Ari papa na maman vyu Rwanda Burundi hejuru cane vraiment
@AlexanderNimbona-lj4ln
@AlexanderNimbona-lj4ln 8 месяцев назад
burundi oyeee bf c hejuru👍👍👍
@benimanadondestinurbain2400
@benimanadondestinurbain2400 8 месяцев назад
B Face arazi kwishur kliii abo banyamakuru bari baz ngo ni bwabwana arabahayeeeeeeeeeeeeeee😭😁😁😁
@user-ou4wk8es8l
@user-ou4wk8es8l 5 месяцев назад
nukuri uranyemeje kuriyo kaper
@allygwiza5362
@allygwiza5362 8 месяцев назад
Mubyukuri abarundi ntimushoboye! Muracyari inyuma cyane
@erza6832
@erza6832 8 месяцев назад
Mwe mwabaye inspiré nabarundi none ngo turacari hasi
@MBERAYO66
@MBERAYO66 8 месяцев назад
B face arakaze cyane
@EddyDusonerimana-es1pb
@EddyDusonerimana-es1pb 8 месяцев назад
❤😅 burundi hejuru
@bsderrick
@bsderrick 8 месяцев назад
0:05 ni 7
@EddyDusonerimana-es1pb
@EddyDusonerimana-es1pb 8 месяцев назад
Uyo nintwari b-face
@lexboy257
@lexboy257 8 месяцев назад
Buja rap 🔥 turashoboye ntimucanganye banaaa
@justinndayiziga838
@justinndayiziga838 8 месяцев назад
Nivyoo Prix découverte ifise umwe iwacu ni amissi canjo Hm na olegue yarigeze kuronka trophée kuri Rfi
@noswingofficial9624
@noswingofficial9624 8 месяцев назад
From RWANDA rata b face uvuze ukuri
@akezatressy1540
@akezatressy1540 7 месяцев назад
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@amolam97
@amolam97 8 месяцев назад
Urwanda ikintu mudusumvya mumuziki nugukunda ivyanyu gusaa ubundi ntakindi kirenze
@MunezeroDieudonne
@MunezeroDieudonne 8 месяцев назад
B-fece. Tekana iconabonye baraba baraba korabo none nkawewe bfc ufose korabo numuzambia Zambia yonyene umuziki wabo nturenga zambia
@JamespabloCUBAHIRO
@JamespabloCUBAHIRO 8 месяцев назад
Bro ko bagomba kukurenza ugwamo ngo baraba video???? Ninde mu director bafise asumvya john ko bos banamwemeraaaa nibabe bacisha make kuk ndabizi na hit bazi ninyish zinabakoma kand zindundi ahubw nibareke ku defendant ibint bitajanye
@jeanvillardkwibuka4502
@jeanvillardkwibuka4502 8 месяцев назад
Bface wallah urumuntu wumugabo 👊👊👊🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@worldofstars-ex1ok
@worldofstars-ex1ok 8 месяцев назад
Iterambere ntabwo muri Africa rishoboka mugihe tutarahindura mindset yacu. Urwanda rwategerezwa kuba rufashanya muri vyose n'Uburundi ariko ubwibone , ubwirate nivyo bibagenza mukwibona ko bashoboye. Umuziki w'Urwanda utanguye 2008 baje basanga Abaririmvyi b'abarundi babimazemwo imyaka itari mike Kandi bazwi nubu bakiriko ndavuga Fizzo, Lolilo, Kidumu ariko ubu niho bavuga ko barenze. Burya wonyereka umuririmvyi w'Urwanda angana Kidumu kweri turetse ubufana. Abarundi turubaha Tanzania, Ubuganda , Congo DR kubera baradukurira ariko ntabwo Urwanda mumuziki bakwiye kutwubahuka nihamwe nyene ho kwirata
@NadegeIgirukwishaka-nf5hy
@NadegeIgirukwishaka-nf5hy 8 месяцев назад
ndakwizeye muhungu wacu bishure neza urazi ivyo bihaye
@hakizimanajames-hm6xt
@hakizimanajames-hm6xt 8 месяцев назад
B face wacu arabanyikira kubibazo
@manumunemanumune-uj6jq
@manumunemanumune-uj6jq 8 месяцев назад
Mwebwe Turibamwe kandi turabakunda kuki muvuga amatiku Yokwanka abarundi kandi arimwe mwodufasha kudutabariza ntimukwiye kugira umutima mubi nkuko kubaza ibibazo vyagasuzuguro nkako hageze nkako kagore nahora ndagakwirikirana ngira ncendabiheba na kabwa kumukoma umbwa koko
@Pappakelly-ut1kl
@Pappakelly-ut1kl 6 месяцев назад
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@ruttenange9213
@ruttenange9213 8 месяцев назад
🇧🇮🇧🇮❤
@mondrine992
@mondrine992 8 месяцев назад
Ngo mwabona mubishoboye yesu we abanyarwanda😢 barundi bacu mwumvireho
@NzayisengaAbdoulkalim
@NzayisengaAbdoulkalim 8 месяцев назад
Nice hejuru
@sma-bbhofficial1750
@sma-bbhofficial1750 8 месяцев назад
ahanini umuziki ndundi wishwe nabarongoye AMICAL DES MUSICIENS
Далее
[RU] Winline EPIC Standoff 2 Major | LAN | Final Day
9:48:47
ЛУЧШАЯ ПОКУПКА ЗА 180 000 РУБЛЕЙ
28:28