Тёмный

Baduteze uburozi muri CADEAU ||Mariage si ambience ni urugamba mu mpwemu || Imana yari yarabitubwiye 

UMUCO WERA TV
Подписаться 153 тыс.
Просмотров 8 тыс.
50% 1

Ushaka kuraba izindi video kuri UMUCO WERA TV
Fyonda hano / @umucoweratv2021
Kurikira INTAHE hamwe n' UBUTUMWA BWIZA umusi kumusi kuri chaine UMUCO WERA TV
Ukaba wipfuza guterera iciyumviro canke ikindi cose cotezimbere chaine yacu Woturondera kuri 79 969 452(ikoreshwa no kuri watsap)
#INTAHE #UMUCO_WERA_TV

Опубликовано:

 

23 сен 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 31   
@janinabb4578
@janinabb4578 Год назад
Amen amen amen warakoze can amen ihabwe icubahiro amen
@ديفا-ص1ح
@ديفا-ص1ح Год назад
Amen.a men.imananinzinza
@verinanijembazi2017
@verinanijembazi2017 Год назад
Ntimugapfe muhevye Gusenga🖐️👍Gusenga n'ivyambere mugimemwo bene Data Amen.🥀🌹
@gordienndikumwenayo4125
@gordienndikumwenayo4125 5 лет назад
Ariko Mana Mwafashije gusenga Yesu Kristo akanyongra kwizera Imana ibahumugusha Bana b,Imana Mukomeze gusambura ubwami Bw,abadayimoni N,imigabiyiwe p Imana izabahe ijuru
@claireinamuco8579
@claireinamuco8579 Год назад
Amen
@evawayesu5865
@evawayesu5865 5 лет назад
God is great thank you so much Jesus
@fafyfafy8182
@fafyfafy8182 4 года назад
Umuco wera t.v
@faustinendimubakobwa9844
@faustinendimubakobwa9844 5 лет назад
Yesu yarakoze kubaha ubwenge n'umutima wo kwumvira mpwemu yera. Muzorya icica ariko ntibizogira ico kibagira.
@magnifiquentkrtmna320
@magnifiquentkrtmna320 5 лет назад
Imana irakunda abayo nukuri.muhezagirwe murugo rwanyu
@kazefloride9992
@kazefloride9992 5 лет назад
Yesu Niwe Mutabazi!
@evawayesu5865
@evawayesu5865 5 лет назад
Amen amen 🙏
@estellanday7239
@estellanday7239 5 лет назад
Satani yaratsinzwe Yesu nahabwe icubahiro yakoze ibikomeye
@sophiehabonimana6163
@sophiehabonimana6163 5 лет назад
Nukuri ibihe birakomeye satani amadayimoni asigaye akora ku mugaragaro no mu marriage ntibisanzwe ni ukuba maso tugasenga cane. Murakoze cane kuduha izo information !!
@genestekwi.nibizi8631
@genestekwi.nibizi8631 5 лет назад
Basha ivyo ndabitiye nanje ubuhamya kuko natwe barahaye cadeau benizo kubugeni uretseko tutabimenye ubwonye nabimenye munyuma kuko ntaco twayikoresheje ahubwo harageze igihe nibwira kuyita kuko nyeneyo narindamuzi yaguma antera ibitero vyishi cane; hama Imana Irandwanira niho nibwira kuyita kandi kuva ndayitaye ntiyasubiye kundaba neza. Rero nukuri nukuba maso abasigaye batarazishinga. Imana Ibahezagire.
@lydiaansah161
@lydiaansah161 5 лет назад
Mana we
@genestekwi.nibizi8631
@genestekwi.nibizi8631 5 лет назад
Twebwe yari yatuzaniye ibikombe vyinzahabu; biragumaho tutabikoresha hama niho nibwira kubita kuko sinigeze ndabikoresha ijwi ryansanze mumutima niyumvamwo kubita.
@evawayesu5865
@evawayesu5865 5 лет назад
For keeping your people’s God ls with you guys
@امانيالشهري-ظ1ز
@امانيالشهري-ظ1ز 5 лет назад
Mumpe nime zanyu shaka kuzoza kuba ramutsa muhira ndi buja
@joselynenduwamariya9703
@joselynenduwamariya9703 5 лет назад
Ngobazotena ariko Uhoraho siwe azoba abateranyije IMANA Ishimwe yo yahabaye
@joselynenduwamariya9703
@joselynenduwamariya9703 5 лет назад
Amen turawakiriye
@noadieuwizeyimana
@noadieuwizeyimana Год назад
Nimuduhe numéro ya Nowa
@dianenshimirimana8090
@dianenshimirimana8090 5 лет назад
Hari uwundinzi vyashikiye,buguruye cadeau bagishika munzu,kumunsi wa mariage,nayone yarimwo amapepu,bica bituma badashobora kurangura amabanga y,abubatse.umugabo yaciye asiga umugore munzu igihe kingana n,ukwezi ajagusenga.lmana yarabatabaye ubu barafise n,abana.rero ba christo mube maso dusenge cane.
@jeanmarientiranyibagira1904
@jeanmarientiranyibagira1904 4 года назад
Muzoronka ubushobozi Mpwemu Yera ni yabazako
@estellanday7239
@estellanday7239 5 лет назад
Mugihe cadeau zugururiwe muri sale baca bitwararika kuzana izitomoye
@esthermamanchriss6522
@esthermamanchriss6522 5 лет назад
Yaratsinzwe satani
@backyardmultipleafricanveg791
@backyardmultipleafricanveg791 5 лет назад
Ndasavye nomero yabo shaka kobafasha gusenga
@fafyfafy8182
@fafyfafy8182 4 года назад
Nanje ndayikeneye nume yabo munfashe muyimpe
@estellanday7239
@estellanday7239 5 лет назад
Ndabahanura yuko abantu mugira ubukwe ama cadeau babaha nibabe bayugururira muri sale muricogihe ntawotekera ayo mapepu
@dianenshimirimana8090
@dianenshimirimana8090 5 лет назад
Iciyumviro ciza cane
@deooman4124
@deooman4124 5 лет назад
Nihatari Abantu nibabi Ariko lmana Ibasha guhindura imigambi mibi
@gordienndikumwenayo4125
@gordienndikumwenayo4125 5 лет назад
Ariko Mana Mwafashije gusenga Yesu Kristo akanyongra kwizera Imana ibahumugusha Bana b,Imana Mukomeze gusambura ubwami Bw,abadayimoni N,imigabiyiwe p Imana izabahe ijuru
Далее
Ubukwe bwigitangaza bwa Déo na Audrey. (Cortège
40:49