Тёмный

Basketball : Ku myaka 16 gusa yatowe na NBA- FIBA kusozerukira Uburundi muri Cameroun 

Indundi TV
Подписаться 295 тыс.
Просмотров 1,7 тыс.
50% 1

Ku musi wa gatatu igenekerezo rya 11 Gitugutu 2024, niho ishirahamwe ry’uguteganiriza AGICO ryiyemeje gutegekaniriza urugendo rwa Aury David Irakoze imisi yose azomara muri urwo rugendo nk’uko vyaraye bishikirijwe na Marjolaine Nyagasani asanzwe arongoye ubudandaji muri iryo shirahamwe.

Опубликовано:

 

15 окт 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 5   
@lostboy2608
@lostboy2608 День назад
Courage mwana wa Burundi👏👏👏👏👏💪
@theafricanhauler3396
@theafricanhauler3396 11 часов назад
Ni vyiza cane 😊 Confidence y uwu Mwana👍🏾 Esprit 👍🏾 Ariko sports ziri competitif Muzotunganye Uburyo Aba abakinyi mubahe Ama programmes ya Musculation Physique.kuba Muremure ntibihagije ata Gikenye Ufise muri Sport. Abakinyi bacu nta Gikenye ugereranye n abo bahiganwa Kurwego Mpuzamakungu!
@DelNishofficial
@DelNishofficial День назад
Kiblood😂✊ hejuru can sogo✊✊✊
@arakazashabani3295
@arakazashabani3295 День назад
ok
@CesarBizirindashi-ip5dj
@CesarBizirindashi-ip5dj 7 часов назад
Ibikino vy'umupira w'amaboko😂😂😂😂 ico kirundi weeee😂😂😂😂
Далее
Part 5. Roblox trend☠️
00:13
Просмотров 3,1 млн