Тёмный

Belvédère brunch with the girls😍/inkuru , ikibanza, infungurwa vyose biraryoshe🤩😋 

Siren Vibes TV
Подписаться 168 тыс.
Просмотров 27 тыс.
50% 1

Опубликовано:

 

27 окт 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 62   
@belyseiriho4762
@belyseiriho4762 Год назад
Ntabuzima buryoha uri seule jamais jamais kandi nawew au fond uraziko atarivyo, gusa utararonka uwomuvyumva kumwe nyen uratekana ukishigikira ko kuba seule biryoshe, urukundo ruraryoha sha reka reka, reka nokubunyibutsa😂
@vanessagateka-nb7dm
@vanessagateka-nb7dm Год назад
Am just here for Chloé’s voice😢🥰🥰🥰💞❤️‍🔥 chlo Urabiz iko ndarirwaye
@lbm3234
@lbm3234 Год назад
Ouaaww ni heza. Love from Kigali
@florianempumuriza3570
@florianempumuriza3570 Год назад
Bel endroit!Le Burundi me manque!❤
@Ida35715
@Ida35715 Год назад
I get Kim Nana's point 100% she is aware of what she brings to the table and what she deserves 👑 go Queen 👑
@PazzosBi
@PazzosBi Год назад
Bien animées les amies. Sinarinzi ko música salsa ibashika cane hiyo. Saludos de #pazzosbi desde Mexico 😍
@bukeyenezakellyannyella1380
It’s the salsa music for me❤️…..And l émission iriii just WAOUH❤
@fridolinhabonimana4854
@fridolinhabonimana4854 Год назад
Wauuuuuu Murankumbuje Home 🇧🇮 thx Osy 💋👊👌
@garythebeast3056
@garythebeast3056 Год назад
Merci uratweretse uburundi haratesa vmt
@matmaestro2855
@matmaestro2855 Год назад
😂 j'aime bien la musique ds l'intro🕺!!!!
@saidamrani4435
@saidamrani4435 Год назад
Ndahibutse canee mana we naba haruguru ya Athènes primaire twarakunda kuhasohokera ❤
@amauryirakoze
@amauryirakoze Год назад
Ndakumbuye iwacu bujumbura
@kg7285
@kg7285 Год назад
OMG !!! Bujumbura yarahindutse!!! Habayiki?
@angerubeneirakiza1628
@angerubeneirakiza1628 11 месяцев назад
Eee Ubu Bujumbura ihinduka umusi kumusi Biriko biraza vrt abantu nariko barayiha iyindi shusho
@ngendakumanawilly2159
@ngendakumanawilly2159 Год назад
Harasa neza kabisa
@nnno989
@nnno989 Год назад
Mbay, wamber, iburundi, nihamber
@Hi5392
@Hi5392 Год назад
Ni heza peee😍😍
@aimentahiraja8269
@aimentahiraja8269 Год назад
Iyi fasi 👌👌👌👌👌🇧🇮🇧🇮
@uwimanavanessa-jf1bl
@uwimanavanessa-jf1bl Год назад
Munkumbuje muhira warayi imana irababona kunkumbu muntey
@kg7285
@kg7285 Год назад
En tout cas ntihasa naho nakuriye
@ncuti_yabose
@ncuti_yabose Год назад
Aga Chrie kanje mwagatwaye mumuji ryoooo 😅😅😅😅 ngo kivira kumusaaga 🙆🏼‍♂️ Ahahahahah ndagagaye
@sirenvibestv
@sirenvibestv Год назад
😂😂😂😂
@Anitta_Shema
@Anitta_Shema Год назад
Kim is light harigihe bishika ukumva woguma single kubera abo muhura usanga ba kidding cane ukaba uriko uta umwanya
@fleuryb8706
@fleuryb8706 Год назад
I slay Queen zomu Burundi zahuy.
@sirenvibestv
@sirenvibestv Год назад
😂😂😂😂
@yoyaeric3533
@yoyaeric3533 Год назад
Comments ya Kwanza niya mie👊
@josephmugabe8713
@josephmugabe8713 Год назад
1) Uwo mwigeme ntandero afise kuko avuga arimo gufungura! (2) Ntamusore wa ( High value) wa mukunda nubwo avugako ari ( being single)😂😂😂😂
@ninetteba433
@ninetteba433 Год назад
Burundi turagoye burya nta narimwe biragushikira kuvuga uri gufungura?tube tworosha
@maximendabakwaje9923
@maximendabakwaje9923 Год назад
Uwo mu patron avec sa veillesse yiyambariy ihereni kugutwi parait il ko atakuriy muburundi ndabimenyerey kuba jeune caane
@nduwimanaemery1096
@nduwimanaemery1096 Год назад
bro ndavye nanj asa numu diaspora,bakuriy hanze benabo knd bafise cash
@emmanuellairambona3749
@emmanuellairambona3749 Год назад
Basha muri beza,ahantu heza ariko ururimi rwa bamwe rwanyereye muta sujet ,mwibagiye ko muri mu ikiganiro? Muzana .....
@gakeboranda3223
@gakeboranda3223 7 месяцев назад
❤❤
@ncuti_yabose
@ncuti_yabose Год назад
Kim Nana ngo ngwiki? 😀😀 Reka shaa
@katimanojustin9606
@katimanojustin9606 Год назад
Kim urabeshe 3ans uri celibateur😀😀😀😀😀😀
@nduwimanaemery1096
@nduwimanaemery1096 Год назад
ngo 3 ans ar célib,mumbariz aho akora kugira yame asohoka muma brunch?slay mbaya😂😂
@Christabellairakozewabuja
@Christabellairakozewabuja Год назад
Donc umukobwa asohoka kubera afise umuntu barikumwe muri relationship ??? Mentalité yawe ntiri évoluée na gato, hama ngo ntakora ni umu slayquenn, mwoba muzinanye à titre personnel kugira umenye ko adakora ??? Ico nico gituma abo bakobwa baguma bari célibataire iyo myaka yose ni kubera abantu bafise ivyoyumviro vyo hasi cane nkawe
@sandrineniyonkuru4883
@sandrineniyonkuru4883 11 месяцев назад
😂😂😂😂😂😂😂
@Musindi736
@Musindi736 Год назад
Abo nabazungu shaa
@dstesbaskets3093
@dstesbaskets3093 Год назад
ni gute ushobora kubaza umuntu les causes de sa rupture amoureuse…à la base émission ntiyari sur sa vie personnelle…girls I am sorry to say but you were to much into her business
@AaAa-dt8mp
@AaAa-dt8mp Год назад
Murasaneza kbs you are samrt ❤🇧🇮❤🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰💞💞💞💞💯✅🔥🔥🔥🔥👊👊👊👌👌👌
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 Год назад
J s8 là,necessairement pour les Beautés😍👌🏽 La Mentalité ya bamwe 🤔👎🏽 Very Feminist,very detrimental,Fear nd Emotional damages !Liers pretend to be Sngle nd Happy while they Broken inside! My Sister,is not your Choice to be Single,fact is No 1 is bringing a Ring to Marry you! Yes Men ll want you for a Smash,ariko Igipimo ni Alliance kugatoke not guteretwa😊 Icompaye bakantumira muri Debat!
@Christabellairakozewabuja
@Christabellairakozewabuja Год назад
Aiiieeeee rekaaaaa bamuvuga ivyo muzi sha hariho abakobwa bataba bashashaye izo mariages muhayagiza , kuba en couple , kugira mariage ce n'est pas une fin mu buzima kandi si accomplissement bivana nivyo umuntu wese ashaka gushikako nama objectifs yiwe... Donc mushinganta mwotanga avis yanyu mais mukareka gushira abantu bose hamwe, abakobwa bose ntibakanrwa nama demandes en mariage ubu aho hari kera, hari abakobwa pour qui kuba célibataire ari choix kandi iri assumé apana kubera babuze. Merci
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 Год назад
@@Christabellairakozewabuja Ok 😊 Christa Bella, Merci pour lire mon Opinion.ariko umenye ko universal society itagendera kuri Feminine sentiments. Iciyumviro canyu Kiri basé kuri sentiments individuel Mais pas la réalité sociale. Hama ntaribagira agaciro k Umugore gahagaze kubitigiri vy abagabo bamaze kumukorako. ashaka canke adashaka Umugabo le problème en est que la société globale s en fou.blame the Almighty God not Men! Lest I forget,ndashigikiye Kandi ni vyiza cane ko haba emancipation des femmes ariko abakobwa kenshi baca baborerwa bakayihinduramwo Masculisation des femmes.aho niho Conflicts zihagaze tureke kuronderera iyo bitari.twese turakeneranye ..twige uko twokwubaka société iri solide.. Abagore batigira Ibigabo! Abagabo batigira utugabo! Kandi twese turazi ko ata objectifs yokwibana Umugore akomeye ahitamwo kiretse yabuze canke adashimishwa n umugabo umwe! Aho naho agaciro kiwe turazi uko kareha!
@Christabellairakozewabuja
@Christabellairakozewabuja Год назад
Le soucis sivyo uvuga canke wiyumvira, le problème nukwo uri hors sujet oft muma comments yawe... muri abo bakobwa harimwo uwo muzinanye personnellement ? Woba uzi igituma aba single bari single ??? Hama uvuze ngo la réalité sociale ???? La réalité yawe ? Ya société iyihe ??? Hagarika gushira abantu muma cases s'il vous plaît.... ndagusibiyemwo abakobwa nkabo baguma bari célibataires kubera abantu biyumvira nkawe... Ngo abakobwa bashaka kuba féministes banywa inzoga ??? Jewe nta nzoga nabonye kuri tables yabo ba dames umengo ? Bref ivyiyumviro vyawe ni vyiza kandi biraba wewe kuko niwe vyerekeye mais apana kuza ngaha kugira ama généralités ushaka gucasa abantu utazi ivyo nivyo utazi aho harimwo des mères de famille kandi mariées ou pas babikora neza cane au final c'est ce qui compte
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 Год назад
@@Christabellairakozewabuja 😊😊🤦🏾‍♂️ You don't get it Sister,do you? *Igituma Bari single? Oya nsinzi ariko Elles ont Les mêmes raison partout sur terre! Yaranca inyuma,nari nkiri muto, nari abusée.toujours cette chanson globale. chaque histories a 2 côtés ,nuko badahagara Les hommes. *harimwo uwonzi?Non je ne connait personne! *Inzoga kuri Table? Non🤣 "kuborerwa"nakoresheje imvugo mpinyanyuro ishira Imvugo ngereranyo Mu kizungu bita"sense figuré" Canke "kuborerwa"muntumbero yokuvuga ko"they are delusional" Marié ou pas! abagore benshi bamwe bamwe bo mu bihugu vyose kwisi baraborewe"delusional" Please,not alcoholic kiretse abo Imana yahezagiye bake nkawe😊. T es smart et facultative in I must admit. La réalité en est que Les femmes Moderne s en fou du tout et Tous sans même se soucier du qu'en dira t'on!🤷🏽‍♀️ I m sorry if I offended you or any other lady out there,however this a fact that most Men ll agree with me. 1+1=2 it cannot change to be 4 or 6 Ukuri kuguma ari Ukuri.Abagabo bose bonyunganira! Kandi ndabivuze mu Rukundo nta rwanko mfitiye Les femmes. Ni abavyeyi bacu,bashiki bacu, abakunzi nibindi but kenshi baraborewe"not drunk".elles sont dans le "Delirium" Umbabarire ko ntarya Umunwa😊🙏🏽 But I like you,you very intellectual 👍🏽 Chao for now . let's agree to disagree 😉
@soniakayonga4873
@soniakayonga4873 Год назад
Fun and facts mwarayihevye ??? Dugakora unsuscribe 😂
@clovisirakoze8870
@clovisirakoze8870 Год назад
C`est horrible,quand un homme trouve une stabilité financière,il se dit:Faut que je cherche une belle femme pour partager cette vie.Mais quand une fille trouver dur frics elle se dit: J`ai pas besoin d`un homme dans ma vie,je suis confortable comme ça !
@Hi5392
@Hi5392 Год назад
🙄vyanditse he ko kugira mariage ari itegeko?
@johnsong620
@johnsong620 Год назад
@@Hi5392 muga menya wanka wemera kumwipfuza umugabo 😂 abo bivugisha ngo we don't need...."Lies!" 😂
@florianempumuriza3570
@florianempumuriza3570 Год назад
C'est notre pauvre mentalite malheureuset!....tt le monde a sa conception des choses!...
@leilaprinciaishimwe191
@leilaprinciaishimwe191 Год назад
That is nature! Actually yu can't change anything about it
@johnsong620
@johnsong620 Год назад
@@leilaprinciaishimwe191 that's the difference most of the times men have a vision a goal work hard to get there doesn't happen over night! But girls on the other hand most of the time they just want the finish products they can't work hard and never give up but not all the girls most of them. That's the difference between men and women.
@vyuguruzumwangumwereka
@vyuguruzumwangumwereka Год назад
N'ibi teinture bitakubereye no gushaka kwigana les gestes z'aba noire ameircaines bo muri ghettos...genda nta mugabo muzima yokwiteza!
@florianempumuriza3570
@florianempumuriza3570 Год назад
Toi tu es jaloux!Laisse-la vivre!....
@MalekagetwellsoonmajestyAlharb
Ntabwo ubushe... Ariko niko yamye... (kamenge ni mbali🤣)
@Ida35715
@Ida35715 Год назад
K'ubishizemwo inzigo 😂 canke uri umu ex wiwe? 😂
@nanakim9451
@nanakim9451 Год назад
😂😂🤣🤣
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 Год назад
Il a raison! Modern women are Delusional! bibaza ko bafise control na Choix ya Relationship! Oya! Control afise ni ikiri hagati yamaguru gusa, Impeta k Urutoke niyo Gipimo!!! Natwereke Impeta yabenze hama twemere ko ariwe ashaka kuba Single!
Далее
Vania Ice - C'ETAIT MOI (Official video)
4:06
Просмотров 539 тыс.
skibidi toilet 77 (part 4)
05:20
Просмотров 13 млн
Vlog Come with me to Burundi 🇧🇮
16:11
Просмотров 3,6 тыс.