Тёмный

Big Fizzo Ati Numunezero Kubana Nareze Bashikanye 100K Subscribes/Ivya Monia Fleur Abishize Hanze👑 

Star TV257
Подписаться 88 тыс.
Просмотров 18 тыс.
50% 1

Опубликовано:

 

28 окт 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 74   
@JustinNishimwe-b8u
@JustinNishimwe-b8u Год назад
Big legend vubaa urakwizaa 1M kko very nice
@jmc2196
@jmc2196 Год назад
Fizzo mumureke n'imvyeyi yigendera mumureke kandi burya ngo kutibuka gushimira umuntu akiriho kuzoz kuvuga ivyo yakoze yarigendeye ntaco biba bikimaze Fizzo RESPECT mundome nkuru warakoze warafashije benshi nokuzoguma binovora ibikorwa vyawe one day wish to meet you ingene wicisha bugufi malgre ibivurwa vyoguca intege ariko ugum uri wawundi nomugushigikira abandi All best Fizzo 🫂
@isBurundianBoy
@isBurundianBoy Год назад
www.youtube.com/@guenstoryhero
@ChampionBurundi
@ChampionBurundi Год назад
The king 👑 Big fizzo Big up interview nziz cn
@JackykelineAkiteretse-ky1uj
Big fizzo izi nyishu wapi iyo wemeye ikiganiro nikurindira umuntu akakubaza Hama ukakwishura kuko nkuko uri légende niwi comporte nkumu legende courage star boy
@kikikiki579
@kikikiki579 Год назад
Afise akagaye karenze arakwiye kwicara hasi agatekana biri mubimutesha valeur
@queenbelleaudreyiranzi8850
@queenbelleaudreyiranzi8850 Год назад
Azobacir'umugani...Mugani yaragwany abifashijwemwo n'Imana nico gituma abikora nezaaa...ibisigay aca laaaa
@ngirabezaaimeherve8092
@ngirabezaaimeherve8092 Год назад
Fizzo uri legend knd turakwubaha cn ariko aho guze ubu warukwiye gukora umuziki uri kugwego rumwe na diamond cnk eddy kenzo ,harmonize nabandii, muburindi waratwemej bikwiye raba ukuntuu ukora ama collabo atuma ugera kurundi rugeroo imiziki igarukira ahabuja raba ubanze uyi kaushe kbx
@doucenoellaishimwe1951
@doucenoellaishimwe1951 Год назад
Uramubeshey. Yarayikoze Na Jux "dear" Na kunwa biya Na...
@isBurundianBoy
@isBurundianBoy Год назад
❤www.youtube.com/@guenstoryhero❤
@AaAa-dt8mp
@AaAa-dt8mp Год назад
Woooa big fizz byiza cyane kurera ba sister wawe❤❤❤🇧🇮🇧🇮❤🇷🇼🇷🇼💯✅🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥💪💪💪🤛🤛🤛✌✌✌ariko yvan muziki yigize umunyarwanda arumurundi arakwidogera mufitaniye beaf muzemwiyunge aguma akwidogera sinzi kuvyibuka ngowamukubise agatebe komumutwe??
@isBurundianBoy
@isBurundianBoy Год назад
❤www.youtube.com/@guenstoryhero❤
@kikikiki579
@kikikiki579 Год назад
Ariko Fizzo arakwiye kwiga kwishura adatanz ama sanu natekane yishure atekanye areke gutanga ama sanu aho bidakenewe canke yige gutanga ijambo yarinz yemera kuza mukiganiro niyemere arindir baheze ikibazo Cabo neza batekanye hama naw yishure neza atekanye atarinze gutanga ama sanu
@isBurundianBoy
@isBurundianBoy Год назад
❤www.youtube.com/@guenstoryhero❤
@evodendacayisaba1530
@evodendacayisaba1530 Год назад
Fizzo🔥🔥🔥
@DardauTuyisenge
@DardauTuyisenge Год назад
Big fizzo hejur canee🥳🥰😘
@donbrunodushime1069
@donbrunodushime1069 Год назад
#badthanthem✊👊
@ninifabrice2650
@ninifabrice2650 Год назад
Fizzo uwogucira mwijambo nk'uko wabikoreye uwo munyamakuru ubona hari urupfasoni yoba aguhaye ? Utanze interview gerageza uyitange neza kuburyo iryohera nabayumviriza.
@jaypablo
@jaypablo Год назад
#Badthanthem #Gikundiro #Munyati #Ngangari #BigFarious #BigFizzo #SuperMan ...... 25:50 🔥🔥
@isBurundianBoy
@isBurundianBoy Год назад
❤www.youtube.com/@guenstoryhero❤
@claudioira1840
@claudioira1840 Год назад
Fizzo komera
@OswaldTuyishemeze-y6k
@OswaldTuyishemeze-y6k Год назад
Ijwi siryiza
@257eddyofficial6
@257eddyofficial6 Год назад
je m,abonne
@KelvinGameiro
@KelvinGameiro Год назад
Exclusive interview by star tv nakubali saana abama bavugango fizzo aragara murabonako arintore atagayana akora ukwibintu biba bitegerezwa kugenda Asante sana mugani
@LombeMpange
@LombeMpange Год назад
Aba journaliste babaza ibibazo bidakew nani,erega iyo uriko urabaza umuntu ubujuju akwishura ubwo nyen😂😂
@IriwacuJose
@IriwacuJose Год назад
Big fizzo yaguteyubwoba mpaka uraburanibibazo umubaza.😅😅😅😅😅😅😅😅😅
@BelyseBerly-lx6mv
@BelyseBerly-lx6mv Год назад
Papa music Burundi we love you ❤🎉
@isBurundianBoy
@isBurundianBoy Год назад
www.youtube.com/@guenstoryhero
@isBurundianBoy
@isBurundianBoy Год назад
www.youtube.com/@guenstoryhero❤
@NeemaMado-vg4gm
@NeemaMado-vg4gm 9 месяцев назад
Fizzo hejuru
@eellooe6339
@eellooe6339 Год назад
Ufitiyeyo numuhugu musa
@OMGTv126
@OMGTv126 Год назад
🥺🥺😩😩😩 ikiganilo chiza sana bu sound vrt vyagolanye mais nibaza ko qli kubela fizzo yegeleje sana micro😩😢
@fabiolasilyvain8880
@fabiolasilyvain8880 Год назад
Ariko umuntu yihanga kubaza big fizzo yewe aratimba pe
@tokatoka2497
@tokatoka2497 Год назад
Mwubahw❤❤
@bdinews3344
@bdinews3344 Год назад
Starboy terimbere
@arbinuwamahoro7370
@arbinuwamahoro7370 Год назад
Umgabo ararenze 💪🇧🇮🇧🇮🇧🇮👍🔥🔥🔥🔥🔥
@ngkidzdancers
@ngkidzdancers Год назад
Fizzo yariko akwishura akugaya Kuber ububazo buboze ubaza
@yusrairakoze3966
@yusrairakoze3966 Год назад
Ndamukunda mana fizzo ❤❤❤❤❤
@isBurundianBoy
@isBurundianBoy Год назад
❤www.youtube.com/@guenstoryhero❤
@bigirimanaberchimas-ir7im
@bigirimanaberchimas-ir7im Год назад
Avuzeko afiseyo famille ubwo ntibica bitwerekako wamuhungu yavugako fizzo arise ubwo sivyo nivyo rero
@chadracknimbabazi5246
@chadracknimbabazi5246 Год назад
Abapinga nibapinge igikuru nuko tukwemera kandi caneeeeeeee ubu Super Man yabaye akayi ninwera buri gatondo mvyuka nja kukazi natsa Bluetooth nkaca nsimbira kuri RU-vid nkaba ndiburudikira ubonako ari indirimbo yibihe vyose
@taysonsugar2579
@taysonsugar2579 Год назад
Gusa FIZZO kumengo warukaze wishurana agashavu umengo ntavyo warukeneye cank wamuhaye ikiganiro utabishaka
@niyoyishuracaleb8047
@niyoyishuracaleb8047 Год назад
Number 🔥🔥🔥
@yvesnduwayezu
@yvesnduwayezu Год назад
Uwumusaza kumengo yasubiye à 18 ans budya bamutinye Abo bana
@taysonsugar2579
@taysonsugar2579 Год назад
Fizzo ntabugabo werekanye muriki kiganiro vrmt ntakwishura nkuko ahubwo uwo mu journaliste arihangana kuo jew noca ndakuburira indero
@Innocentciza
@Innocentciza Год назад
courrage guy wazimye peee
@vanessa-vavandikumwenayo2757
Niwewe uriko uraka ko Big Fizo yazimye🏃🏼‍♀️🏃🏼‍♀️🏃🏼‍♀️🏃🏼‍♀️
@patricknduwimana4558
@patricknduwimana4558 Год назад
Bro nicogituma Fizzo abima ama Interview kubera ntavyo mubamufise mwomubaza ngira abatera ubwoba....bro bamutegura ama Question please
@IrakozeArnaud-c8d
@IrakozeArnaud-c8d Год назад
🔥
@Light-c2x
@Light-c2x Год назад
Sha wapi kl wew rab uhagarika music ukor ibindi 🙏🙏🙏
@djcedro7714
@djcedro7714 Год назад
Uzorek kumviriz song ziw wamujinga w tw turacamukney ntituzokwigera yumuhaga
@guybienfaitkhastamz8778
@guybienfaitkhastamz8778 Год назад
avuzukuriii
@user-vz5hp8cc4m
@user-vz5hp8cc4m 9 месяцев назад
Fizzo nil king ark yadutay abafan biw ntakiduh ibnt bikaz vrt turamwidogr cn
@babtvonline6879
@babtvonline6879 Год назад
Love from #ElMalove nice enterview brother
@isBurundianBoy
@isBurundianBoy Год назад
❤www.youtube.com/@guenstoryhero❤
@ههه-ث7ض
@ههه-ث7ض Год назад
❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
@jnkb257tv5
@jnkb257tv5 Год назад
Abarundi keshi turuhira ubusa nkubu bokwegerenye bakagenda bagashimira uwomutama yabareze
@duraduura3726
@duraduura3726 Год назад
❤❤❤
@EmelyneNshimirimana-p7m
@EmelyneNshimirimana-p7m Год назад
🎉🎉🎉🎉🎉🎉🔥🔥🔥🔥🔥
@shalomtv2577
@shalomtv2577 Год назад
journaliste ntiwateguye..ibibazo neza ...kandi ntiworohewe kwerii
@jeredienniyomwungere4696
@jeredienniyomwungere4696 Год назад
Brarudi niyisubireko ntushobora guha umunyahanga 200millions then umusanii wiwacu umuhe50millions kandi naho😂yokora show wenyene iwacu atokuzuza ikibuga ciwacu rero brarudi niyisubireko kuko ngaho niwabo kabisa baratumaramaza cane gooooose plz brarudi plz
@Ir_abdallah
@Ir_abdallah Год назад
🇧🇮🇧🇮🎤
@PrinceMpawenimana
@PrinceMpawenimana Год назад
Jonalist ntaz kubaz afise ibibazo byuburofa gusa ntakint kizima abaza
@yanartmel
@yanartmel Год назад
Innovate your sound please.
@duraduura3726
@duraduura3726 11 месяцев назад
😂😂
@yuui1878
@yuui1878 Год назад
🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤
@igirimbabazisania9768
@igirimbabazisania9768 Год назад
Micro ya fizzo sound sineza ham ikindi naco umenga yakwishurana akagayo😅😅😅😅😅
@PrinceMpawenimana
@PrinceMpawenimana Год назад
Jonalist ntaz kubaz afise ibibazo byuburofa gusa ntakint kizima abaza
@martea3712
@martea3712 Год назад
❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
Далее
ДУБАЙСКАЯ ШОКОЛАДКА 🍫
00:55
Просмотров 2,9 млн