Тёмный
No video :(

BIGFIZZO Aragiye DUBAI ubu nibwo Butumwa Ahaye THE BEN🇷🇼LandryPromoter Amukubise ibibazo Bikomeye 

HIT TOP TV
Подписаться 99 тыс.
Просмотров 14 тыс.
50% 1

⁠#theben #hittoptv1 #burundi #rwanda #bigfizzo ‪@bigfizzoofficial‬ ‪@hittoptv‬ #hittoptv1

Опубликовано:

 

22 авг 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 90   
@hittoptv
@hittoptv 11 месяцев назад
Urigendo rwiza Bigfzzo👑✊🏾Abari Dubai muze mumushigikire...
@massudbiz9828
@massudbiz9828 11 месяцев назад
Cane gose
@billnemess9369
@billnemess9369 11 месяцев назад
Big Fariouz wakera niwe Big Fizzo wubu! Agashitsi kakera niko kavumvika umuriro! Abazungu nabo ati: » old is Gold » ata Big Fariouz ntamuziki wuburundi! Urugendo gwiza nyakubahwa wacu🫵🙏🙏🙏👊 Landry ur umutananigwa wacu nawe turavyishimiye cane kuba tugufise! Imana yakuduhaye ikudutungire 🙏🙏🙏👊
@jeandedieundizeye8356
@jeandedieundizeye8356 11 месяцев назад
Fisso arerekanye ko atinya the Ben kuko nk' umuntu wumu legend iyo mvugo yakoresheje siyo!
@mutoniwasekessia5399
@mutoniwasekessia5399 11 месяцев назад
Ubundi uyu avuze ari The Ben ni umwana nabyumva ntano guharira.. abanyarwanda turamwemera uwo ni umusaza. Abandi bose bagure ama tiquet baze barebe the Legendary concert.
@ncuti_yabose
@ncuti_yabose 11 месяцев назад
Hit Top Tv yacu ❤️❤️❤️ Keep Shining My Blood Landry Promoter 🇧🇮🇧🇮
@Eastafricacommunity257
@Eastafricacommunity257 11 месяцев назад
Komera batama bacu🇧🇮 Big FIZZO-Sab-B we love u❤more❤
@fabricegsmithyoung7166
@fabricegsmithyoung7166 11 месяцев назад
Disprine yavuze ndibazako ya vuze Drama t 🥰🥰
@derrickngenzwanayo1066
@derrickngenzwanayo1066 11 месяцев назад
Ego Vyibaze wewe nyene kandi wiyishure kuko yabivuze kubera tuvyumve apana kubera uce wibaza ibindi atavuze. Ntanzigo)
@Canjaycanjay
@Canjaycanjay 11 месяцев назад
I like the way @bigfizzo he is very confidence in everything The way he respond .i love it❤
@ismahtv299
@ismahtv299 11 месяцев назад
Superman ni hit apa kgl
@fridolinhabonimana4854
@fridolinhabonimana4854 11 месяцев назад
👍💯📸 Ngangaliiiiii😍🥇🎙🔥🔥
@mutoniwasekessia5399
@mutoniwasekessia5399 11 месяцев назад
Yes the Legend, ubundi Fizzo turamwubaha bcp
@igirukwishakanadege5335
@igirukwishakanadege5335 11 месяцев назад
Hagiye gusa ndakurahiye nzosiba nrwaye ngangari🇧🇮🇧🇮💪💪
@Nickdripmedia
@Nickdripmedia 11 месяцев назад
Bon voyage FIZZO✈
@tygauzy
@tygauzy 11 месяцев назад
Uratanguye kwikosora😂
@irakozeoscar756
@irakozeoscar756 11 месяцев назад
Bakwita kwisemba😅
@igirimbabazisania9768
@igirimbabazisania9768 11 месяцев назад
😂😂😂😂😂😂Maskini
@reveriennahimana
@reveriennahimana 11 месяцев назад
Nice one my super man ❤️😘
@yvonavry2482
@yvonavry2482 11 месяцев назад
None ubona utikemesha umuntu w'inspire ukaja kuririmba muri concert yiw kbr baguhaye udufaranga unajishusha level
@wildbeast3982
@wildbeast3982 11 месяцев назад
Ubu se papa wawe musangirira kumeza ko utabyihorera ngo nuko is your dady
@SMA709
@SMA709 11 месяцев назад
Yessir
@lyzzmuziliwadamas205
@lyzzmuziliwadamas205 11 месяцев назад
The king himself nzoza kubwawe
@kanekiki8852
@kanekiki8852 11 месяцев назад
Mr superman🤗🙌the special one❤
@stevenfabricenyambalo2243
@stevenfabricenyambalo2243 11 месяцев назад
Good trip superman
@user-sq1pe9li6v
@user-sq1pe9li6v 11 месяцев назад
Yaguma akwerek doré agufaka Landry😃😃😃😃uraz kubiray naw video
@famoustv4588
@famoustv4588 11 месяцев назад
Safe trip to the king 👑 !!! You got all the support from @famousTV!! 💯🚀🚀🚀
@Umugwanezatv
@Umugwanezatv 11 месяцев назад
The ben 🔥 🔥 tiger 🐅 hejuru kwisi
@mutoniwasekessia5399
@mutoniwasekessia5399 11 месяцев назад
Man Fizzo naba Diamond mu kuririmba yamwicaza nuko bamurusha gukora music irimo agafungo. Ariko kuririmba uno ni umusaza mufite mugomba kumwubaha ntan’uwugomba kumwihereranyaho abe Rwanda Burundi surtout muri izi generation nshyaaa
@boboboxtv
@boboboxtv 11 месяцев назад
Superman yubahweee❤❤❤
@user-bo1ff1rp4t
@user-bo1ff1rp4t 11 месяцев назад
Gikundiro big fizzo❤❤
@umuzikimurundi257
@umuzikimurundi257 11 месяцев назад
Mr superman 🔥🔥🔥🔥
@abrahamhabarugira2483
@abrahamhabarugira2483 11 месяцев назад
Landry nipe lumicash nikutiliye 100 mille ya kula
@hittoptv
@hittoptv 11 месяцев назад
69501648 iradukunda
@naomiayinkamiye933
@naomiayinkamiye933 11 месяцев назад
Fi zzo wikwiyemera deben ni king ntiwiyemere rero😂😂😂😂
@user-wc4rq7tw3g
@user-wc4rq7tw3g 11 месяцев назад
Bon voyage king big fizzo👑🇧🇮
@massudbiz9828
@massudbiz9828 11 месяцев назад
Landry yamaze gukura Usigay uzi kubaza neza Komera
@gedeonkwizera7949
@gedeonkwizera7949 11 месяцев назад
Yahoze agufatiraho urugero ryari? Kidum niwe the ben yamye arebèraho. But the ben ako ju yako sana
@jonathanndikumana2206
@jonathanndikumana2206 11 месяцев назад
Nta muririmvyi wo muri rirya runganwe atarabiye kuri Big Fizzo n'uko abantu bapinga tout simplement
@gedeonkwizera7949
@gedeonkwizera7949 11 месяцев назад
@@jonathanndikumana2206 . Ntabwo umuntu wese yakunze Fizzo ngo amufateho ikitegererezo. Ntabwo byari itegekoko buri muntu wese uririmba yigira kuri fizzo. Hari benshi beza kumurusha
@user-lw4mb2ix2d
@user-lw4mb2ix2d 11 месяцев назад
Gedeonkwizera7949 toka Fizzo ararush ama hit the Ben kure cane knd aramusumvya experience mur carrier ya musique rero ntakintu nakimw wofatirako kugir uvuge kwataco yamwigiyeko knd nawenyen avyiyemerer kwindirimbo ziwe yazikunda
@gedeonkwizera7949
@gedeonkwizera7949 11 месяцев назад
@@user-lw4mb2ix2d . Ngaho hera kuri buri ndirimbo ya Fizzo ushaka nanjye ndajya nguha iya The Ben. Va ku ndirimbo iri local ujye ku iri international. Twagiye
@user-lw4mb2ix2d
@user-lw4mb2ix2d 11 месяцев назад
Gedeonkwizera 7949 ww wibaz Yuko indirimbo fizzo afise yakoze kuva 96 zabay hit Yuko wozishira hamw niza the Ben ntanuko zokwegera icakabiri cizo yakoze knd zakoze umuti hiyo iwanyu murwanda knd nikind amurenzeho yaranazamuye abahanzi benshi bo hiyo murwanda iwanyu nicogitum nanub bamwifashisha rero ntana comparaison ikenew hagati ta theben nafizzo kuko irya numwana kuri fizzo nimba Warakwirikiy ikiganiro brucemelodie na dumba kur Instagram nawenyen yaravuz yuko fizzo yarwany kumuzik wuburundi nurwanda kuvakera rero ivyo sibintu bisanzwe
@mutoniwasekessia5399
@mutoniwasekessia5399 11 месяцев назад
Oya mwiseka ibyo Fizzo avuga nibyo naba The Ben barabizi, uwo ni Legend bamwigiyeho byinshi…
@jeandedieundizeye8356
@jeandedieundizeye8356 11 месяцев назад
Ukuri ntikuvuga uwukuze kuvuga uwukuzi so music...!
@Audifax8
@Audifax8 11 месяцев назад
Good Trip The Monster ✌🏼♥️
@alexikagoma5135
@alexikagoma5135 11 месяцев назад
Super man
@sunfiston3760
@sunfiston3760 11 месяцев назад
Safe Trip ✈️ Legend!
@nimbonaemery5419
@nimbonaemery5419 11 месяцев назад
Big fizzo wub atandukany nuwakera ub atanga ivyishimo
@bosconiyonkuru6151
@bosconiyonkuru6151 11 месяцев назад
Gusa Fizzo yambaye isaha izimvye gold inzahabu umenga niwe azicukura
@Coolestprog
@Coolestprog 11 месяцев назад
Superman superLegend
@N.Euphem
@N.Euphem 11 месяцев назад
Bn voyage mugani big fizzo❤
@defaria3-f9n
@defaria3-f9n 11 месяцев назад
Urugendo rwiza
@Joewizzofficial
@Joewizzofficial 11 месяцев назад
Ba star Barundi teke teke kwel
@inesirankunda3815
@inesirankunda3815 11 месяцев назад
Yebaga wee😂😂😂niwigirir urugendo rwiza ❤❤
@martea3712
@martea3712 11 месяцев назад
❤❤❤❤🎉🎉🎉
@IrakozeKingjames
@IrakozeKingjames 11 месяцев назад
Landry 😢
@hahahehe6921
@hahahehe6921 11 месяцев назад
❤❤❤
@mijickwamaana8342
@mijickwamaana8342 11 месяцев назад
Igo ariko aha umenye yuko ariho beneho gira yatahuye 😊😂Umutananigwa numu Tananigwa nyen izin niryo munt Bg bro Ubikor nez Landry❤
@idijunior6527
@idijunior6527 11 месяцев назад
Ukoz emission nziz can bruh 🇧🇮🤝
@chantal347
@chantal347 11 месяцев назад
Imbere cane Landri
@jonathanharabandi2707
@jonathanharabandi2707 11 месяцев назад
Urugendo gwiza mwana w'uburundi
@mariamsakora2818
@mariamsakora2818 11 месяцев назад
Uyumugabo iman imuhe kuramba yaryohey imitima yabesh kuvaker gushik nubu ndikur arik hari akaririmb kiw kaker iyo ndakunvirij candir ramba big fizzo wacu
@nahimanajohnson2221
@nahimanajohnson2221 11 месяцев назад
❤❤❤❤❤
@amolam97
@amolam97 11 месяцев назад
Proud of you Mugani
@jaypablo
@jaypablo 11 месяцев назад
Safe journey Big fizzo🥰 6:38
@NduwimanaAmina-io2cf
@NduwimanaAmina-io2cf 11 месяцев назад
🎉🎉🎉
@guyarmelpapy9873
@guyarmelpapy9873 11 месяцев назад
Bn voyage Mugani ✈️✈️
@eliasmanirakiza9281
@eliasmanirakiza9281 11 месяцев назад
Vitu viko bien kwa big fizzo bn voyage mugani
@ericciza926
@ericciza926 11 месяцев назад
Songa mbere Mzee
@massudbiz9828
@massudbiz9828 11 месяцев назад
Naz twari tumukumbuy
@user-kh1ei6bj4v
@user-kh1ei6bj4v 11 месяцев назад
Monia arariwe
@user-xi1pr7md9w
@user-xi1pr7md9w 10 месяцев назад
Bg fizo poa san sogea mbere
@PanjosNiyontango-eg2se
@PanjosNiyontango-eg2se 11 месяцев назад
Imborerwa
@yafitaalghtany3812
@yafitaalghtany3812 11 месяцев назад
❤❤❤❤
@namulivictoria9164
@namulivictoria9164 11 месяцев назад
😘🥰😍
@EnockHabimana
@EnockHabimana 11 месяцев назад
Umutananirwa
@yuui1878
@yuui1878 11 месяцев назад
❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@DidasNiyosenga
@DidasNiyosenga 11 месяцев назад
Iconkundira fizzo ntiyiyemera kumafaranga raba imodoka yiziriyemwo kukibuga cindege yaba ari Diamond yacaza na Rolls Royce. Ariko fizzo ntiyiyemra kunoti kanti arinazo .
@Umugwanezatv
@Umugwanezatv 11 месяцев назад
Ariko muransetsa cyane bro uragereranya koko amafranga amafranga aravuga
@bukururamadhan2442
@bukururamadhan2442 11 месяцев назад
Ndurwe
@mechaktuyizere
@mechaktuyizere 11 месяцев назад
Bad than them
@user-lx5br8ud5m
@user-lx5br8ud5m 11 месяцев назад
Mugani😂
@maisharealestate
@maisharealestate 11 месяцев назад
Musaza Fizzo urarenze turabizi, ariko jya utanga respect kubahanzi bagenzi bawe, kuko The ben now days arakurenze
@djcedro7714
@djcedro7714 11 месяцев назад
Nta the ben yigez cnk azigera arenga fizzo
@igirimbabazisania9768
@igirimbabazisania9768 11 месяцев назад
Amasanamu nineuza mwubahwe❤fizzo nawe ntasaza aguma arikumwanya vrt🔥🌹🌹
Далее
#JasonStatham being iconic
00:38
Просмотров 205 тыс.
#JasonStatham being iconic
00:38
Просмотров 205 тыс.