Тёмный

Bob Rugurika na Pacifique nibwo bavuze ivyo bari baragizibanga kuwiashe Nkurunziza/Evariste aragow 

URUGENDO NEWS
Подписаться 112 тыс.
Просмотров 40 тыс.
50% 1

#Amakuru_yurugendo_news
#Updats_zurugendo_news
#Interviews_zurugendo_news

Опубликовано:

 

8 сен 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 46   
@user-md1sp5js8h
@user-md1sp5js8h 8 месяцев назад
Murakoze cane kukiganiro ciza cane mudushikirije nejo mugaruke Kandi mutwiganire amabi akogwa nabadd
@MarciznHABOGORIMANA
@MarciznHABOGORIMANA 2 месяца назад
Tubakundira ukuri kwanyu batama
@user-md1sp5js8h
@user-md1sp5js8h 8 месяцев назад
🙏🙏🙏
@user-md1sp5js8h
@user-md1sp5js8h 8 месяцев назад
🤔 gukora ikibi yinyegeje ..ambo nicogituma yarondogoye
@DeborahNyakazungu
@DeborahNyakazungu 8 месяцев назад
Partie3
@NiyorukizaCassius-sd1bm
@NiyorukizaCassius-sd1bm 8 месяцев назад
Kura amampobogo ngaho
@chrisoneilniyungeko839
@chrisoneilniyungeko839 8 месяцев назад
Aba bagabo batatu bose baraz'ubwenge
@unityrainbowforrefugees9427
@unityrainbowforrefugees9427 4 месяца назад
Ndayishimiye ndamwankaaa ntimushobora kwibaza🤦Uyo murozi gusaaaa umumenja umaze amaraso ya Bantu.
@FromstonetoAI123
@FromstonetoAI123 8 месяцев назад
Ese ubundi Gen Neva nigute yari kwemera gutegeka ategejewe na Nkurunziza? Mbere murabona ko yari yabaye umuyobozi wikirenga,ikindi yari yafashe ba ndakugarika,bunyoni,Ega na prime bose Namaboko ya Nkurunziza ntabwo Neva yari kuzigera arabona ijambo ,Gen aba ari Genal Mutuze ntakundi yari kubigenza nimubona prime avuyeho muzamenya uko ingabo azazifatisha sanaa Ega nuyoboye cndd nawe ahari bizahinduka yubake ibye ,genaral agomba kubayobora mwanga mukunze yicisha bugufi mumayeri na gisirikare,
@user-md1sp5js8h
@user-md1sp5js8h 8 месяцев назад
Oya nanje ndibuka ivyobavuga .. bavugango ndayishimiye ..aratinya cane kwica . Nokwiba .. ngwabo babanye kurugamba nibobabivuga. Mugaca muvugako mwomuha amahigwre .koyoshobora gukora neza ariko ngomuzobiraba gose amaze kugera kuntebe
@melancenduwimana
@melancenduwimana 8 месяцев назад
0⁰⁰⁰😅
@MarieBwarikindi-iv3dc
@MarieBwarikindi-iv3dc 8 месяцев назад
Ewe uko muvuga niko tumenya imigambi yanyu Vyose turabizi ! Ngo iyo muri hose muguma muri communications ngo mwiteguriye kugifata ? Empire Hima !!!! Abarundi turi ba Mpozenzi ! Mwoshaka mworeka guta umwanya kuko abavyunva nibarya nyene musangiye kubandanya ihonyabwoko!
@Turkana-omo-marsabit
@Turkana-omo-marsabit 9 месяцев назад
Muzave muburyarya ibibazo abatutsi biburundi bafite murabinuma!!none nkurunziza abaye umweranda!!! Uburundi buri murwanda rwa 59 a 94!!! Gufata kunguvu,kurongora umukobwa atagukunze akabana nawe ngo iwabo imbonera zitabica!!!mwigumira muburyarya gusa
@JohnwarkerBonjour-lj3iw
@JohnwarkerBonjour-lj3iw 8 месяцев назад
Maze imisi numva bob na Pacific batari guhuza!!!harumugani mukirundi uvuga ngo>intambara yibihori iryohera ibisiga>
@infinixhot1971
@infinixhot1971 8 месяцев назад
Hahahahaha haryanye igihori ninde ni bobu canke pasofice ngira nabicwa nakigoyi Kandi Perezida wifitiye ibiraya numuceri nibiharage nibitoro abandi bariko barapfa
@infinixhot1971
@infinixhot1971 8 месяцев назад
Nimuwe kubwoko murabe ko uburundi butahava bwogorora kiko ngira abahutu bamaze guhona baruta abapfuye kubwa Buyoya nabagaza bafuye kibwabahutu nubunye bagipfa
@fundifundi5505
@fundifundi5505 8 месяцев назад
Murazi gukina ikinamici kweri! Ninde atabazi ibihuha vyanyu muburundi!! Wapi ubuho vyabacanze kwel
@fundifundi5505
@fundifundi5505 8 месяцев назад
Muraza mubaje imbere mwiryo barabara mumenyeko ivyo mwakoze ubutungan burabarondera muzohanwa ntibizimangany
@eliasndayisaba4120
@eliasndayisaba4120 8 месяцев назад
Murarushe
@fundifundi5505
@fundifundi5505 8 месяцев назад
Jana ibinyoma hiyo twarabahinyuy amacakubiri yanyu
@jeanberchmasnizonzima6058
@jeanberchmasnizonzima6058 8 месяцев назад
Mwebwe ivy mwamye muvuga ntagitangaje ntakindi mwovuga.kuko intumbero yamw na pacifique hamwe nabandi mufatanije turabizi. ariko Bobo rugurika .tekana uvuge nkumuntu afise umutima munda😂
@jeanberchmasnizonzima6058
@jeanberchmasnizonzima6058 8 месяцев назад
murarushe amajambo yanyu ntakama niyayandi nyene ntagitangaje kuri mwebwe
@diomedehatungimana-rn4dn
@diomedehatungimana-rn4dn 8 месяцев назад
Mbombo bashurashuza izoya Oya nawe uraregeje kwel
@user-ec1wt8hf8u
@user-ec1wt8hf8u 8 месяцев назад
Nimureke ningorane mugihugu .kuva uburundi.bwikukira.ntagitoro kigigeze kibura gushika numuntu agenda namaguru kubera.habuze.igitoro.muvyukuri.birababaje.ibiriko.birab
@user-md1sp5js8h
@user-md1sp5js8h 8 месяцев назад
Ikibabaje nuko yageze kwiyo ntebe akayicarako none arimwo gukora amabi asumba nayo nkuru nzinza yaboneka umengo nikaruhariwe. Mugukora ikibi ..aramusumba kure niyo gukora .ibiki Mana tabara UBurundi .
@g_familytv2081
@g_familytv2081 8 месяцев назад
Nimurekere.. jyewe inze niyo borere igihugu… murebe ko Igitoro, ni sukari.. gukatika kwumuyaga nkuba… kuzasubira gukatika.. 😅
@user-oe9nj4vs8o
@user-oe9nj4vs8o 8 месяцев назад
murakoze batama
@niyogushimaOscar-bh6mj
@niyogushimaOscar-bh6mj 9 месяцев назад
Igihugu ntakurekura imyaka 20 simyishi nimumanze mureke gato kuko natwe twakuze tubona arimwe mutwara rero tekane intego yanyu ntabahamwe izoshika
@user-qg7xg2ku3z
@user-qg7xg2ku3z 8 месяцев назад
Mumenyeshamakuru namba udashaka kumva ivyo Pacifique bobo rugurika nabandi bonyene uraza uratumira basi umuntu umwe mubari muri l'état.kuko Abonyene watumiye baciye bashinga kumutakura umugwi ukomeye wanyuruza abahutu barasa abasirikare nabapolice turabizi.pacifique yaraziko habaye coup d'elat azocaba président rero Nico gituma wumva bavuga ayamuhe.uburero turagombako ntamuntu nimwe yosubira kubakurikira
@NzeyimanaCecile-ns8tn
@NzeyimanaCecile-ns8tn 8 месяцев назад
😊😊
@user-md1sp5js8h
@user-md1sp5js8h 8 месяцев назад
😁 pacifiq .gayemwe naho yoba ariko arakorezako jewe nukuri nomara mara. Kandi nkashavura . Ariko nkanatwenga .. harukuntu abivuga ukamengo ashiramwo nagasukari
@MarieBwarikindi-iv3dc
@MarieBwarikindi-iv3dc 8 месяцев назад
Ngo ni société civile : hahaha! Arazi gukokeza : nkuko umengo we ntitumuzi abo yishe ku mashuri
@user-md1sp5js8h
@user-md1sp5js8h 8 месяцев назад
Uwomwana komeza amahoro iyoavuzwe ngira intuntu nyishi kuburyo bigora nokugira bimperemwo 😭😭😭😭😭
@Kulmusha
@Kulmusha 9 месяцев назад
Ibi nibinyoma byo gucamo cndd!! Nkurunziza yazize iriya ndwara!!! None denise aba evacuated aga khan nairobi niki bamuvuye!! Aba president bose kwisi batemeye iriya ndwara barayirwaye na trump arimo!!! Ubu nibwo mwibutse kurwanaho uwatumye Muba impunzi mwembi
@Turkana-omo-marsabit
@Turkana-omo-marsabit 9 месяцев назад
Kuki abatutsi batajya badudurirako!!! Abahutu biburundi bamwe bamwe bavuga ubwoko Ariko abatutsi arabirwanda niburundi bibera muburyarya!!! Harya aba zulu!!ababatumirwa barabazi(zulu)na nkurunziza ntibari kumutumira mumanama kubera acanze!!! Zulu ninka fdlr,nyatura wazalendo iburundi!!! Aba ba extremistes bubwoko kuki mutajya mubavuga!!! Aricyo kibazo nyamukuru m23 irikurwanira!!!
@user-yt3xp4ik8s
@user-yt3xp4ik8s 8 месяцев назад
Bazikona ziboroga garuka muhende yamisore yanyu babomore amabarabara igihug carashikiye beneco mucemmukuzimu imfuku twarazoye mucemukirere inkuba ninkona zirababona
@ThomasBukuru-hj6ly
@ThomasBukuru-hj6ly 8 месяцев назад
Mwebwe basha, ndasubiye kubakebura. Niver=super power.Mwebwe mwibaza yuko Never= petit president? Oya, rindira mumisi mikeya cane, muzomusaba ikigongwe, kuko muzobura iyo mukwigwa kwisi yose.jewe murazi yuko ataco dupfa,ariko lero ndabahanuye nkumuvyeyi wanyu, nimugeze ngaho,mutahe, mukorere igihugu cabibarutse kugira kibe igihugu cifashe en 2040,igihugu giteyimbere en 2060.Ntimuri aba opposant bambere,kandi ntimuri abanyuma.
@senga-y5v
@senga-y5v 3 месяца назад
Rindira inzara ibatikure mwumve😂😂
@josephniyomurengezi5464
@josephniyomurengezi5464 8 месяцев назад
None bobo rugurika ntakintunakimw ciza nakimwe iyi leta ikora?
@user-js6co6lk4r
@user-js6co6lk4r 8 месяцев назад
Umutekano gusa niwufise amanota ntakindi.ikindi twovuz yarimigenderanire,ariko ntibihagij gutembera atacuribuzane.
@niyogushimaOscar-bh6mj
@niyogushimaOscar-bh6mj 9 месяцев назад
Muranguha basha ntantambwe nimwe muzotera muzopfira gukoma induru gusa basha cndd FDD siyo gukura kubutegetsi ubunyene kweri 🤣🤣 muzokwicwa nintuntu pe
@chrisoneilniyungeko839
@chrisoneilniyungeko839 8 месяцев назад
Burakeye tubirabe
@senga-y5v
@senga-y5v 3 месяца назад
Mwe ko mwishwe nubukene, igihugu atagito, nta sukari,nta, ntaaa😂😂
@AlthrayhQw4-kq4ru
@AlthrayhQw4-kq4ru 9 месяцев назад
🥲🥲🥲
@user-vz5hp8cc4m
@user-vz5hp8cc4m 4 месяца назад
Nimutuz mwemer muyobogw bash Abarundi turazik mutanyugw nuwund yotwar mwomuvugk reo kuriminw ivyany twabihaz
@fundifundi5505
@fundifundi5505 8 месяцев назад
Jana ibinyoma hiyo twarabahinyuy amacakubiri yanyu
Далее
Bike Challenge
00:20
Просмотров 23 млн
🛑 ты за кого?
00:11
Просмотров 114 тыс.
Hur blev Vladimir Putin så mäktig, Martin Kragh
1:38:57