Тёмный

Bruce Irakoze yagandaguwe n’abagenzi biwe (P. Nkurikiye) 

Tele Renaissance
Подписаться 115 тыс.
Просмотров 63 тыс.
50% 1

Abagandaguye Bruce Irakoze mw’ijoro ryo ku wa 15 rishira uwa 16 Rusama barafashwe. Igipolisi caberekanye ku munsi wa gatatu imbere y’abamenyeshamakuru. Pierre Nkurikiye, umuvugizi w’ubushikiranganji bw’Umutekano, avuga ko mu bakoze iryo bara harimwo abagenzi b’umuhisi. Bruce Irakoze yagandaguriwe ahitwa Ku Gitoke mu Carama, zone Kinama muri komine ya Ntahangwa mu gisagara ca Bujumbura. Iryo bara ryakozwe Bruce Irakoze avuye kuraba umukenyezi wiwe yari ahejeje kwibaruka.

Опубликовано:

 

15 окт 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 60   
@HoHnot-py1nj
@HoHnot-py1nj 3 месяца назад
yesuweeeeee😢😢😢mundabire aba papa nkabo nukuri bishe uyundimwana😢😢😢😢nabone nibabice
@ManishimweTheodore-r1m
@ManishimweTheodore-r1m 3 месяца назад
Mbabazwa nigihugu change cu Burundi mvukira mu Gitega ubu mba mubuseruko bwu Rwanda twabuze uko dutahuka imipaka irugaye mudufashe yugururwevpeeeeeeeeee murakoze ❤
@EmmanuelMurula
@EmmanuelMurula 4 месяца назад
Iperereza ry'uburundi risigaye rikomeye, congratulations 👏👏👏👏
@fredericntihabose
@fredericntihabose 4 месяца назад
Abipfuzako Bruce Irakoze aronka ubutungane afyonde kurino foto yanje ameny nibindi
@JonathanMinani-tj2yf
@JonathanMinani-tj2yf 4 месяца назад
Basha igipolisi c'uburundi cubahwe kabsa
@IrakozeElyse-hx1mm
@IrakozeElyse-hx1mm 4 месяца назад
Imana niyomucamanza wukuri nayo abisinababeshigusa ijamboryimana rivugango ingero ugererako mugenzawe niyonawe uzogererwa
@KwizerimanaGerard-dp4bt
@KwizerimanaGerard-dp4bt 4 месяца назад
Nukuri Imana yihanganira vyinshi.ivyo bintu birababaje cane
@maximefukamadusenge8158
@maximefukamadusenge8158 4 месяца назад
Nihatari Nukuri 3millions Ubusabwubusa Atanukwezi Ndaburya Abantu Bagera Muri 4 Bakemera Kuyakira Ngobice Umuntu Barakavumwa Niyabaremye😢😢😢
@FaidaNiyokindi
@FaidaNiyokindi 3 месяца назад
Birakunezerey
@fleurynsabimbona5635
@fleurynsabimbona5635 4 месяца назад
Bravo PNB much respect mukomereze aho basaza!
@Angependo9141
@Angependo9141 3 месяца назад
Ariko harikintu twibagira kweli nikuki twica tukibagira kotuzopfa natwe ??ikindi nikuni twibagira kotuzopfa ? Nokuki twibagira kodusaza ?nokuki twibagira koturwara ??ariko tukica benewacu 😭😭😭from America
@yvettedusabe547
@yvettedusabe547 4 месяца назад
Gusa abantu benshi turi ibijuju,uba wibaza ko wokwica umuntu hama Imana ikakureka bigaherera aho?
@fredlegendniyonkuru1888
@fredlegendniyonkuru1888 4 месяца назад
Jewe numiwe nukuri 3millions frbu,mama weeee abantu bazima koko4 900mille ngo wice,ubukene buhari buragatsindwa n'Imana nukuri
@StevenMugando-ei6vb
@StevenMugando-ei6vb 4 месяца назад
Mubarase bapfe kuko namuganziwabo yarashaka ubuzima ,
@VioletteKaneza-l4n
@VioletteKaneza-l4n 3 месяца назад
Bamurek bavyivugir nivyovyiz banyakubahw
@yvettenyamugisha5474
@yvettenyamugisha5474 4 месяца назад
None kuri gutwenga nkuwuri kuvuga inkuru iryoshe ahubwo menga wavyishimiye
@macumipascal1268
@macumipascal1268 3 месяца назад
Ntivyoroshe
@NadègeKUBWIMANA-i4h
@NadègeKUBWIMANA-i4h 4 месяца назад
Abakoziryobara baragahura naguba nimihimbiri.3millions ukaka ubuzima umuntu .
@Angependo9141
@Angependo9141 3 месяца назад
Nkunda uyu policy cane nkashima ukuntu avuga yitonze nashaka inamba yiwe
@Jafanny21
@Jafanny21 4 месяца назад
Birababaje😢😢😢
@sisqospecialtv4114
@sisqospecialtv4114 4 месяца назад
Uyu mugabo avuga nezaaa
@NijimbereBeatrice-vi1ku
@NijimbereBeatrice-vi1ku 4 месяца назад
Ariko ga man ayo namahera yokwicira umuntu kweri mana garukira igihugu cacu
@jacquesntabagara2702
@jacquesntabagara2702 4 месяца назад
Wow,
@gedeonnibitanga1873
@gedeonnibitanga1873 4 месяца назад
Ahubwo nabo nibabamanike
@SedricMugisha-wx4pv
@SedricMugisha-wx4pv 4 месяца назад
Nimubice nabo Abo bagesera
@Aiuoex
@Aiuoex 4 месяца назад
Abishe Kirahwata nabo ko ataco wabavuzeko kandi baravuzwe !!! Barafashwe ?? Uburundi bwacu umucafu gusa
@Harimonize
@Harimonize 4 месяца назад
Nabo bakwiye kwicwa
@VioletteKaneza-l4n
@VioletteKaneza-l4n 3 месяца назад
😢😢😢😢😢
@BelyseIrakoze-k7e
@BelyseIrakoze-k7e 4 месяца назад
3million zikaba zisigaye zigura umuntu agapfa.igihano cokwihora kirakwiye gushirwaho uwishe agaca yicwa nawe
@VianneyMukamurakoze
@VianneyMukamurakoze 4 месяца назад
Ivyuburund biragoye Mbega komutaretse ngo bavyivugire??
@songamberetv2219
@songamberetv2219 4 месяца назад
Mbwira igihugu wabibonyemwo
@cecilendayishimiye8548
@cecilendayishimiye8548 4 месяца назад
Genda ubavugire ww
@DusabeAlida
@DusabeAlida 4 месяца назад
Urinkabo
@GuyfleuryMukeze
@GuyfleuryMukeze 4 месяца назад
Ahubwo nawew urabizi kwikintu uwokubaza neza
@JamesSaka-j6o
@JamesSaka-j6o 4 месяца назад
Jew mbonumenga sivyo ivyobintu arakarengane kubivuga utwenga
@christella5092
@christella5092 4 месяца назад
Niko yimereye uzohore umukurikirana uzobonako ariyondemanwa yiwe
@chadracknihorimbere7278
@chadracknihorimbere7278 4 месяца назад
Nn ushaka abivuge arira ??? Aho hoho yokwama ararira ntamusi atorira
@AbuhandsomeMnyonge
@AbuhandsomeMnyonge 4 месяца назад
😢
@ericnduwayezu743
@ericnduwayezu743 4 месяца назад
Nawe uko uriko urabosigûra womenga hari caméra yariko irafata jvyabereye aho nuko yagandaguwe
@LubemeshoRadjabu
@LubemeshoRadjabu 4 месяца назад
😂
@cecilendayishimiye8548
@cecilendayishimiye8548 4 месяца назад
Nn ww wunvirij ibyoyavuze . N amatohoza .
@kennybrianiteriteka4793
@kennybrianiteriteka4793 4 месяца назад
Erega nibo bavyivugira
@BarthazarNIYONKURU
@BarthazarNIYONKURU 4 месяца назад
Abo bantu nayonyene. Bakwiye. Kwicwa
@Dddma455
@Dddma455 4 месяца назад
Ruce rucibga ikibiriraho.
@GakiraGonzague
@GakiraGonzague 4 месяца назад
None mwumva hasigaye iki nabo bamanike uwishe nawe azokwice
@nzomwitaadolphe3869
@nzomwitaadolphe3869 4 месяца назад
Reka dushime ko Bruce abamwishe babonetse! None mu myaka icenda abantu bicwa, iyo niyo enquete yonyene igizwe igizwe ku bwicanyi buba iminsi yose! Abandi bishwe na nde? Le ridicule ne tue!!
@cecilendayishimiye8548
@cecilendayishimiye8548 4 месяца назад
None ushaka hakorwe amatohoza kubo bataronse . Uy babaronse bahora baberekana .
@NtakirutimanaTherance
@NtakirutimanaTherance 4 месяца назад
oyasimyakicendagusa iyuvugakuva zamirongindatu irindwinakabiri nkagatatu naninumunani cendagatatu abishereta ndandaye yariyashinze iyubivuga utinibabazane baberekanenabo
@Burundi2025
@Burundi2025 4 месяца назад
Irambona JD😂😂😂😂
@themusons-lp2md
@themusons-lp2md 4 месяца назад
Urikureporting avec sourire? motherf***
@blackmamba2508
@blackmamba2508 4 месяца назад
Ikigaragaza ko Arimo abeshya
@yolo5261
@yolo5261 4 месяца назад
Niko kimeze iki kijama very fucked up
@JeanThierryMutatuzi
@JeanThierryMutatuzi 4 месяца назад
Reportage du porte parole de la police
@NduwimanaOdette-cr7vq
@NduwimanaOdette-cr7vq 4 месяца назад
Muraraba ko atarabanyarwanda babarungitse
@blackmamba2508
@blackmamba2508 4 месяца назад
Urwango mufiteye Abanyarwanda Sinzi aho Ruva.
@yvettekaneza4385
@yvettekaneza4385 4 месяца назад
​@@blackmamba2508urubuze inkware ruvumbukana igihuna Niko babivuga mu Burundi abarundi sinzi Ico bapfa nu Rwanda ariko yaba yari umuhutu atwara u Rwanda baba bacuditse je sinzi ryari amacakubiri azova mubantu
@chadracknihorimbere7278
@chadracknihorimbere7278 4 месяца назад
​@@yvettekaneza4385 nn ivyo vyabahutu navyo ubivundurukanye heh ??? Muzokwicwa nintuntu??
@yvettekaneza4385
@yvettekaneza4385 4 месяца назад
@@chadracknihorimbere7278 sije nabizanye birazwi KO umututsi yankwa Kagame iyaba Ari umuhutu uburundi ntibuba bumwanka
@JeanThierryMutatuzi
@JeanThierryMutatuzi 4 месяца назад
Reportage du porte parole de la police
Далее