Тёмный
No video :(

BURAMATARI wa KIRUNDO abwiye amajambo akomeye aba DIASPORA//Akarusho kububaka ama HOTEL n'ibindi 

UMUKUBITO
Подписаться 178 тыс.
Просмотров 6 тыс.
50% 1

Опубликовано:

 

22 авг 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 22   
@Rugambamachine7714.
@Rugambamachine7714. 11 месяцев назад
Reka mbe ndaguha félicitations juste Gaël kuri 100k ukwij utere uja imbere nkwipfurij même kurenza 1M des abonnés
@cadeauwatanga5686
@cadeauwatanga5686 11 месяцев назад
Komera @Juste Gaël 🙌🏾🙌🏾🙌🏾🙌🏾,ariko ivyo buramatari akubwiye vyerekeye studio canke office y’umukubito ,il faut yuko uvyiyumvira kuko birakenewe ,ubu umukubito umaze kuba ikintu kinini ,Cadeau from Sweden 🇸🇪
@gmbtvburundi2725
@gmbtvburundi2725 11 месяцев назад
Da way da way da burundi way 🇧🇮💪💪💪
@AaAa-dt8mp
@AaAa-dt8mp 11 месяцев назад
Woooa burumatari barabure aba diaspora bayazane nibahateze imbere kbs❤❤🇧🇮🇧🇮❤❤💯✅🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🤛🤛🤛🤛💪💪💪💪💪💪💪✌✌✌
@valensuwizeye5837
@valensuwizeye5837 11 месяцев назад
Yes Gael nkukurikirana 5 kuri 5 ndunyarwanda utuye France nukutuburazi niba nabanyarwanda twemerewe gushora iburundi,mugabo nabaye ingozi naho mpakorera ibintu vyinshi.
@user-dv5ls2rp9e
@user-dv5ls2rp9e 11 месяцев назад
Kirundo yacu oyeeeeee
@charlesbo9188
@charlesbo9188 11 месяцев назад
Kirundo oyeeeeee
@edouardniyongabo9436
@edouardniyongabo9436 11 месяцев назад
Gaël ronkibintu nabantu.hanyuma governor nawe nakomere cane kuko nabandi bakwiye kumwigirako.kandi umurundi wese iyari ntiyibagire yuko ibi vyose tubikesha sebarundi wewe yatanguje umugambi woguhamagarira zina murundi wese guteza imbere igihugu ciwe.ibiganiro vya Gaël ndabikurikirana from Zambia kuko binkora kumutima.ndakundi igihugu canze mbuze ico ndagiterera nzogiha umutima wanje.
@hategekimanamariespeciose5701
@hategekimanamariespeciose5701 11 месяцев назад
Sha ubu Uburundi buratuje nibakore vyukuri❤❤🎉
@kadogocomedian527
@kadogocomedian527 11 месяцев назад
Buramatari wiwacu wirambire cane 👊💓
@Kiirumba
@Kiirumba 11 месяцев назад
Let him 100k this week
@DianaCiza-zc7or
@DianaCiza-zc7or 11 месяцев назад
Gaèl Turinyuma 🎉hejuru
@boashamah3642
@boashamah3642 11 месяцев назад
Jewe ndi Australia 🇦🇺 Mwoshobora kumpa nimero za Governor please ??
@gerardnibizi8141
@gerardnibizi8141 11 месяцев назад
Ndakwikundura wamusorewe IMANA ikuje imbere
@mrsnzinahoraticket5344
@mrsnzinahoraticket5344 11 месяцев назад
Nimwahasha abo bakunzi n’inda baduhemukira tuzoca tuzanana n’iyonka guteza imbere icatuvyaye.
@yvonblaisesantiishimwe1895
@yvonblaisesantiishimwe1895 11 месяцев назад
100k God bless u
@DJMurya
@DJMurya 11 месяцев назад
Umuhushoro soon 100K💪
@mazoyacelestin10
@mazoyacelestin10 11 месяцев назад
INDONGOZI zigiye imbere, intara yacu ya KIRUNDO yotera imbere vuba. Mumagume, i VUMBI higeze kuba ishure (école primaire) y'amashure ava kumwaka wa 1 gushika ku wa 6, ryari rifise umwigisha 1. Buramatari NJONI Philippe yarirutse hose, gushika aronke abigisha.
@christainc.5217
@christainc.5217 11 месяцев назад
Hushura😂😂😂
@abdulkabalundi3212
@abdulkabalundi3212 11 месяцев назад
Kirundo mu Burundi bwose niyo ntara ata terambere reta yigera iri shiramwo
@emmanuelnibaruta5834
@emmanuelnibaruta5834 11 месяцев назад
Ukora ibiganiro vyiza
Далее
#JasonStatham being iconic
00:38
Просмотров 205 тыс.