Тёмный

Burundi, abarimyi ntibidoga bararonse ifumbire ya FOMI ikwiye ku gihe ciza 

FOMI BTV
Подписаться 1,6 тыс.
Просмотров 201
50% 1

Ewe FOMI waje hageze! ihinguriro ry'ifumbire y'ikirundi ivanze niy'ikizungu, ifumbire ihurumbirwa n'abarimyi b'abarundi ndetse n'abanyamahanga bivanye n'uko uwuyikoresheje atidoga ku mwimbu, ter'imbere ushinge imizi igera kure i Burundi maze n'akarere kabonerweho, ni wewe soko ry'iterambere riciye mukurwiza umwimbu w'uburimyi mu Burundi, inzira nziza izotuma Uburundi buzoba ari igihugu ciza cifashe mu mwaka w'ibihu bibiri na mirongo ine (2040), igihugu kizoba giteye imbere mu mwaka w'ibihumbi bibiri na mirongo itandatu (2060). Urakaramba waje hageze FOMI!

Опубликовано:

 

7 окт 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 1   
@tagettekezubumwe4039
@tagettekezubumwe4039 7 месяцев назад
FOMI HEJURU CANE.IMANA IMBERE
Далее
🧥🎤 Ka gakoti na ya micro bigeze i Gitega
6:16
Просмотров 1,1 тыс.
Livestock Farmers Outreach - Second Session
1:19:30