Тёмный

BURUNDI: IRI JORO🚨 LE 22|7|2024 UMURWIZATUNGA MAYONDOLI NA NEVA INGENE BIVYE INZAHABU I KABARORE 

ISHAMI TV
Подписаться 357 тыс.
Просмотров 27 тыс.
50% 1

#ishamitv #amakuru #burundi #rwanda #rdc
CONTACT US: umuzungu15@gmail.com
Join ISHAMI TV WhatsApp Group: chat.whatsapp....
Amakuru mashya ku Rwanda na Congo
Find us on Facebook: bit.ly/4aZt0k0
Follow us on X: bit.ly/3SeOaDv
Follow us on Instagam: bit.ly/3O4ZQq5
Ishami TV Website: ishami.rw/
And please don't forget to subscribe: ISHAMI TV: bit.ly/3vEnB1W
#m23 #amakuru #goma #sadc #m23 #fardc #rwanda #congo #amakuru #uburundi, #goma #afc, #amakuru #congo

Опубликовано:

 

6 сен 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 50   
@Gaudence-kg7ek
@Gaudence-kg7ek Месяц назад
Jewe ndakuze kuko ndumukukuruke. wa mwana we ntukabeshe koko. Ndinze mgirimishatsi yera atamahera ntanze canke nunvise uwayatanze kandi suko ndumwera imbere y" Umwami w"abami. Hoshi genda kandi gezaho utazazira ububeshi muvyo utazi. WASHAKA WASABA UHORAHO IMBABAZI. NAGUKEBURAGA
@YugoBoss-lc4qg
@YugoBoss-lc4qg Месяц назад
Kwatamurundiavugivygwanda??
@hakizimanaalexis8134
@hakizimanaalexis8134 Месяц назад
Reke rero kuvuga ivyo mutazi mutera abantu kwanka ubutegetsi numiwanyu murwanda ntivyera de. Koffi mwarishe,ariko murazwa ishinga nivy'uburundi bitabaraba
@user-xc5fd2ve5r
@user-xc5fd2ve5r Месяц назад
Ingorane abanyagwanda bafise bunvise ahantu havuzwe ubutare baca bahagirira umunoho barundi muraba maso ntibatugire nkomurikongo n'a satrafika ahohose ugwanda ruriguterayo intambara nkivyo abanyagwanda babironderamwo iki
@user-qc9pw8nx7c
@user-qc9pw8nx7c Месяц назад
Iyi niyamushenzi yabarundi yahungiye murwanda
@user-ew7br9tw3t
@user-ew7br9tw3t Месяц назад
Nje ndazi ntakindi muduhora uretseko muri congo bariko barabatsako umuriro umusi mwimuwe muri congo nihomuzobibona!!
@jeremie4rrrrrtrrwre4rrfrrr10
@jeremie4rrrrrtrrwre4rrfrrr10 Месяц назад
Ntaco muzogerako mwandosi mwe !
@user-tf9rz9kp6r
@user-tf9rz9kp6r Месяц назад
Nibajehiyo abobanyagwnda bibaza nimrikongo bifatiye nibareke kwinjira muvyburundi ntibibareba
@osemanirakiza1427
@osemanirakiza1427 Месяц назад
Jua jenu jameni.Aceni Roho mbaya.
@fredericnshimirimana8014
@fredericnshimirimana8014 Месяц назад
Amabuye y'agaciro ya RDC ni ubutegetsi bw'urwanda buyiba.Mbese mu Rwanda mu bugesera mwari mwashatse kuhubaka comptoirs z'ubutare n'ikibuga c'indege co kubushora.Murabesha cane,ikabarore nta nzahabu bahimba pe,bahacukura cassitérite na coltan.Shetani Président yavuze ni mwebwe,mugira biganiro ku burundi mubesha,mwirengagije amanyanga y'iwanyu.Ubutare twabubonye kandi bugiye guteza imbere igihugu,mwavuga mwareka.Iciza n'uko ubwo butare tubufise
@ngiriyemariestyle854
@ngiriyemariestyle854 Месяц назад
Muvuga ivyabandi ivyiwanyu mukavyicarako
@eslonblack8096
@eslonblack8096 Месяц назад
Ivyuburundi ntibabareba rabe ivyiwanyu
@jean-maestrobizimana7126
@jean-maestrobizimana7126 Месяц назад
Mashariki Tv ntiyobivuga nkuko namwe mutovuga ibijany na Kagame mumisesangura. Ndipfuza video muzoduhereza ivuga kuri kagame mumusesangura......ugwo ni umweranda ku mpamvu zuko mubuze ivyo mumuyagako. Reke ubwoba namw.
@eliusbizimana7646
@eliusbizimana7646 Месяц назад
None ivyo shami niyo ngaha i Burundi? Nimuje hiyo
@eliusbizimana7646
@eliusbizimana7646 Месяц назад
None ivyo mubikura hehe? Gasegereti??????? Muzoze kuyiba kuko no muri RDC nivyo mwirigwamwo
@CalixteMinani
@CalixteMinani Месяц назад
Banyamakuri muribijuju
@MamaduuMbizzy
@MamaduuMbizzy Месяц назад
\🌍⭐🌙🦅🇧🇮Yes mwenecubahiro umuvueyi wigihugu\ ndikumwe Nawe ,Abivye Amafanga yubutare ninzahabu🙄* nikubacha Amaboko chanke bafungwe mubimba😠 ,INDERO irakenewe mugihugu* muvyeyi wigihugu mwenecubahiro Evariste-Ndayishimiye"Kandi abo barikwicha igihugu, izo nzahabu zose ziri mugihugu nizokwubaka igihu cuburundi ,ntakindi turindiriye :nimugire umunsi mwiza nakazi keza'" mana hezagira igihugu Allahuma Amiin 🤲✍️⌚✓
@hakizimanaalexis8134
@hakizimanaalexis8134 Месяц назад
Ariko muravugaa Ivyo mutazi ntakuntu président yosangira amahera Na mayondori hanyuma akamubwira ibintu nkabirya mubantu bangana kurya! Ivyo vya terre rare vyo nitwe Tubize ibikamyo bene vyaca musi yiwacu bivuye mutambu none ibarabara ryarononekaye cane Ubu nta camion yohaca ryarabomaguritse nibimanga gusa ntabwo abirimwo kuko yaranabihagaritse Ubu ntibakora nuruganda ruyahingura rurugaye. Ndayishimiye mureke
@albertbucumi6763
@albertbucumi6763 Месяц назад
Shira ahabona izo preuves
@jacquelinendayi6858
@jacquelinendayi6858 Месяц назад
Erekana izo preuves . menteurs menteurs . Président yarabivuze .
@jeremie4rrrrrtrrwre4rrfrrr10
@jeremie4rrrrrtrrwre4rrfrrr10 Месяц назад
Vuga ivyiwanyu.
@IteritekaAristide
@IteritekaAristide Месяц назад
Mwebwe nimurek kuko ntavyo muzi muxohanwa nimana
@NshimirimanaFatuma
@NshimirimanaFatuma Месяц назад
Imberbe yugutosora ijisho ryuwundi urabanza utosore iryawe mbe ivyuburundi kobibaraje ishinga ntimworabana nivyiwanyu murwanda katawe twatumwe kudukorera amatohoza
@MelchiolKayobera
@MelchiolKayobera Месяц назад
Ewe sha abanyarwanda muranryoheraa non ngaho urwo nurukundo mudukundaa rwo kutubgira ko twagowee??
@juvenalndayikeje969
@juvenalndayikeje969 Месяц назад
None mu Rwanda ho gute?Mwararonse aho mwisanzura mu kuvuga😮
@user-dy5wq1sl6y
@user-dy5wq1sl6y Месяц назад
Nyie vipi mbona munafuatilia inchi yetu yaburundi sana mbona hamuongee ya kwenu rwanda. Machane naburundi ,mbona warundi hawasemi yakwenu,
@user-dy5wq1sl6y
@user-dy5wq1sl6y Месяц назад
Niwambie kitu Burundi hamtaiweza iko imala
@YugoBoss-lc4qg
@YugoBoss-lc4qg Месяц назад
Wavugivyugwandagwanyu😂😂😂
@pascasiemukeshimana7364
@pascasiemukeshimana7364 Месяц назад
Ariko njya nibaza niba abayoboye u Burundi ari abarundi bikanyobera
@cyrilleitangishaka
@cyrilleitangishaka Месяц назад
😂huuuuuuu murahumba hoshiyo twibandanirize
@ishakaloriel9398
@ishakaloriel9398 Месяц назад
Uteye isoni nokukumva uru mwana canke
@musoniandre8934
@musoniandre8934 Месяц назад
Arenze.Gaterase😂.Ejide.kwatavugwa
@jeremie4rrrrrtrrwre4rrfrrr10
@jeremie4rrrrrtrrwre4rrfrrr10 Месяц назад
Ni mutekane mwebwe ntavyokurya mudusumvya mwebwe !
@user-dm5ec1le8l
@user-dm5ec1le8l Месяц назад
Muribigoryi kweli komutarugoborora muvugivyanyu mutinyiki
@DragonMadrix
@DragonMadrix Месяц назад
Muvuge ivyiwanyu mureke ,ibitabaraba
@AnicetKwizera
@AnicetKwizera Месяц назад
Guma muyaduha,murakoze
@Louisndayikeze
@Louisndayikeze Месяц назад
Mubisanzwe muburundi hari babigwa hashashe benshi benshi ntawuzi ko haric buzitumarir uburund sinziko tumez nukur twaracanzwe
@RoseNijimbere
@RoseNijimbere Месяц назад
Mwebwe mwabanyarwanda,vuga ivyanyu mureke uburundi.kuki kurwanda mutavuga ibigamba nkivyo ?kagame yobaniga,ndetse iyo ninzigo mufitiye uabarundi
@nkunzimanapierreclaver
@nkunzimanapierreclaver Месяц назад
Neza cane
@ObedeNiyibikoze-em4lk
@ObedeNiyibikoze-em4lk Месяц назад
Nibatubwire
@pascalndayiragijepascal1393
@pascalndayiragijepascal1393 Месяц назад
Murabaswaganyi mwebwe.muzoyavuga
@NtirenganyaMetode
@NtirenganyaMetode Месяц назад
Iki nezera twese nuko tuzopfa bantumwe hama nibibe bareka bose bazopfa bashaka boba nkakadafi nayahandi never numunyabwenge man
@AmaniRubayiminsi
@AmaniRubayiminsi Месяц назад
Abazungu bafatyibihano kugirango abakozi bareta ngo ntibahembwe wibaza ko bahembwa amahera ava he?
@AmaniRubayiminsi
@AmaniRubayiminsi Месяц назад
Niho hava imishahara yabakoz
@saprens9574
@saprens9574 Месяц назад
Iryo nishari ryabanyarwanda bumvise ko uburund bugiye gutunga😂😂😂
@NdayishimiyeEmmanuelline
@NdayishimiyeEmmanuelline Месяц назад
Ivy'amabuye nimube mureka kubitubwira twebwe abanyagihugu batobato,koko twishwe nubukene.
@user-qc9pw8nx7c
@user-qc9pw8nx7c Месяц назад
Urwanda muzopfuko,twe uburundi tuguma twiterera imbere Burundi juuuuu!!!!! Evariste Ndayiyimiye umukuru wigihugu cacu tukuri inyuma izombwa zabanyarwanda zigucafuza zizopfa uko, zizotubona hejuru caaane zizosaza dizoga😂😂😂😂 urwanda uwabaroze ntiyakaravye kandi abantu bibizuru birebire bagendana inzigo
@user-ry5pm9ni1b
@user-ry5pm9ni1b Месяц назад
Ikijuju gusa u burundi rero mine abantu bafise ibisuru bifyase gusa?🙄🙄🙄
@YugoBoss-lc4qg
@YugoBoss-lc4qg Месяц назад
Muratanguye. Shitani😂😂
Далее
Will A Guitar Boat Hold My Weight?
00:20
Просмотров 27 млн
IT'S MY LIFE + WATER  #drumcover
00:14
Просмотров 10 млн
Ninde burundi AKARI IGITO
45:55
Просмотров 105 тыс.
Will A Guitar Boat Hold My Weight?
00:20
Просмотров 27 млн