Тёмный

BURUNDI: NDAYISHIMIYE KWIHANGANA BIRANZE ATUNGUYE LOUISE MUSHIKIWABO KUBERA AKAZI AHAYE NDAYIZEYE 

ISHAMI TV
Подписаться 365 тыс.
Просмотров 11 тыс.
50% 1

#ishamitv #amakuru #burundi #rwanda #rdc
CONTACT US: umuzungu15@gmail.com
Join ISHAMI TV WhatsApp Group: chat.whatsapp....
Amakuru mashya ku Rwanda na Congo
Find us on Facebook: bit.ly/4aZt0k0
Follow us on X: bit.ly/3SeOaDv
Follow us on Instagam: bit.ly/3O4ZQq5
Ishami TV Website: ishami.rw/
And please don't forget to subscribe: ISHAMI TV: bit.ly/3vEnB1W
#m23 #amakuru #goma #sadc #m23 #fardc #rwanda #congo #amakuru #uburundi, #goma #afc, #amakuru #congo

Опубликовано:

 

7 окт 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 10   
@CizanyeGertrude
@CizanyeGertrude 7 часов назад
Son Excellence Domitien NDAYIZEYE, c'est de lui que la paix a été rétablie au Burundi après tant d'années d'obscurantisme. Nous lui devons respect!!,
@ClaireNzeye
@ClaireNzeye 7 часов назад
Inkuru neza cane kuwahoze,Ariko Umukuru w'Uburundi. Hezagirwa mutama wacu Ndayizeye Domitien. C'est dommage KO watwaye BURUNDI mugihe gito cane.Intara zose wagendeye mumwanyamuto warashimishije abataribake,cane cane muntara ya Cankuzo.Ivyo wakoze turabikenguruka cane.Turakwifurije, amahoro namahirwe mubutumwa bushasha mugihugu ca hayiti. Nawe Louise Mushiki wabo,hezagirwa n'Imana kuba wiyunviriye gutera iteka ubu Rundi mugutora,Ndayizeye ni umwizerwa cane.Sindamubona,ndamuwunva bamuvuga neza,ibirwi yakoze ari Président winfata kibanza mu Burundi. .
@UwinezaJaphet
@UwinezaJaphet 7 часов назад
Uyuniwe mupresident yavuye mukayanza iwacu bonne chance kumunyakayanza wacu
@UwinezaJaphet
@UwinezaJaphet 7 часов назад
Ngo bibangamira urwanda nkaho urwanda atamakosa rugira gushigikira M23 ,red Tabara ko murwanda muhashika kurwanda mugasha murababaje muga ngo uwutera uburezi arabwibanza bamuhera iwanyu
@NiyomwungeliTheophire
@NiyomwungeliTheophire 2 часа назад
Story
@NiragiraEspérance
@NiragiraEspérance 8 часов назад
Wagijujuwe mishikiwabo niwamuhayakazi uryamuryangonuwiwesweranyokorofa
@KanezaTolojani
@KanezaTolojani 7 часов назад
Ubuse wungutse iki muribyo bitutsi ututse uyumuntu?
@ProtaisMUNYESHYAKA
@ProtaisMUNYESHYAKA 3 часа назад
Mwagiyemureks gutukana koko
@victorntakirutimana3535
@victorntakirutimana3535 7 часов назад
LOUISE MUSHIKIWACU turamushigikiye,kuko umubanyi niwe muryango. iyo ngingo yo kugena Domitien NDAYIZEYE,naho yoba yafatiwe mu kanama kagutse,uwo muryango uramutswa MUSHIKIWABO,yagize neza cane.Nk'umurundi ndabishimye
@omarsunday7010
@omarsunday7010 8 часов назад
Yicare yige twe politic yacu ntago iciriritse nkiya gisekedi
Далее
AGASEKE K'AMAKURU AGEZWEHO YO MU KARERE 08 10 2024
5:51
ПЛАН ПРОТИВОДЕЙСТВИЯ МЕДВЕДЮ.
00:28
نترس تو برق نبود😅😅
00:17
Просмотров 996 тыс.
Launch of PM E-DRIVE
1:45:40
Просмотров 12 тыс.