Тёмный
No video :(

CHRISTA na LANDRYPROMOTER WOO🥳🥳 barasubiranye BARASABANYE ikigongwe IVYO badukoreye TWESE Biratesa.. 

HIT TOP TV
Подписаться 99 тыс.
Просмотров 13 тыс.
50% 1

#landrypromoter #hittoptv1 ‪@hittoptv‬

Опубликовано:

 

22 авг 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 164   
@hittoptv
@hittoptv 2 года назад
Ntitwigeratunanigwa mundekere umwana wane......
@frorenceetoile3016
@frorenceetoile3016 2 года назад
Landry achaa kuwa unasifia wanawake wengine na unajuwa upo na mwanamke wako musifie yeye ajisikie raha nafurahi kuona mumerudiana 😍😍😍😍😍
@sosokeza809
@sosokeza809 2 года назад
Nciye nibuka umunsi amurundako Ibase yamazi 😂🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@jizya671
@jizya671 2 года назад
Muraberanye kweri,Kandi biranezereje cane kuba musubiranye!ntitwigeratunanirwa💪
@nnno989
@nnno989 2 года назад
Ndabakunda
@vivipro3172
@vivipro3172 2 года назад
Ntawumugutwaye nimwirambire mugantazosubire kukurundakwamaziiiiiiiii😅😅😅😅🤣🤣🤣🤣🤣🤣❤❤❤❤❤❤❤
@karolldjikaroll3802
@karolldjikaroll3802 2 года назад
Christa aratose sana landry mpa contact yiw vrt urek kumutesha umwanya wew nuburofa bwinshi
@nasr8424
@nasr8424 2 года назад
Nukur mundemer abazinyum yanj 🇸🇦🇧🇮😂😂😂😂😂
@sylvieDRCONGO243
@sylvieDRCONGO243 2 года назад
Siku moja mtuoneshe yvebali. Nakuwa na mwaka na nusu na fatilia hit top tv nasikiy yvebali cameraman. Mtuoneshe yeye siku moja I love hit top tv❤️❤️❤️🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@alvingucci7047
@alvingucci7047 2 года назад
#Usijaali Nzomuzaanaa😊#
@sosokeza809
@sosokeza809 2 года назад
@@alvingucci7047 kbx 🤣🤣 uzomuzane
@kekeclaire5177
@kekeclaire5177 2 года назад
Urakoz gucci
@sylvieDRCONGO243
@sylvieDRCONGO243 2 года назад
@@alvingucci7047 muzoba mukoze turabakunda cane ❤️❤️🥰🥰🥰💋💋💋🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇧🇮🇧🇮
@jaleahjj4390
@jaleahjj4390 2 года назад
Iman nibaj Imber bagum murukund vyukur barabereny cn nukur
@anitanininahazwe4126
@anitanininahazwe4126 2 года назад
Abatananigwa mwubaheeee🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦
@esperancentaconayigize4517
@esperancentaconayigize4517 2 года назад
Nimwikundanire ncuti zanje ndabashigikiye muze mushinge urwanyu sha
@mariamsakora2818
@mariamsakora2818 2 года назад
Biraryohey mworab ukunt ngum nanits ameny vremt ndabishimiy ndanabakund
@jacqui702
@jacqui702 2 года назад
Ibintu ni👍👍
@anitanininahazwe4126
@anitanininahazwe4126 2 года назад
Nukuri ndaryohewe kubona musubiranye imanishimwe iteka ryose iyibebi nisaw nukuri ndabakunda guci wew ndamukunda birenze💗💗💗💗guci yubahweeeee!!!!🙏🙏🙏🙏
@ikelmkali
@ikelmkali 2 года назад
Film ikaba ihereye aho
@manirakizaboniface1586
@manirakizaboniface1586 2 года назад
christa na Landry ndabafana cane gusa nuko mukora ibiganiro bike vrmt
@basabd6315
@basabd6315 2 года назад
Uri iman uriman nyamana uriman nyamana uriman nyamana ururukundo ndarwichimira cye we are love you family and christa
@emmanuelnzambimana5569
@emmanuelnzambimana5569 2 года назад
mumbaye Kure nari kubagurira uburyo,Nairobi tuko pamoja5/5
@ziyadabasca4840
@ziyadabasca4840 2 года назад
Waoooooo muramberey cane bash nuko ndi kure no bakorey akanu pe kuko murambera Landry kwer kaka rab ucumuzan murugo kandi nditayar guterer pe muraberany ni twigera tunanigwa kirest twigirishij 🔥 💪🥰🥰🥰👍
@domingosjoao5012
@domingosjoao5012 2 года назад
Wow birandenze numunezero Christa jw ndamwemera yitwaraneza kand na Randry mwubahwe
@amurinzikobanyanka7210
@amurinzikobanyanka7210 2 года назад
waoo vyiza cane apana kuguma mugaranako
@kwizerakwizera2618
@kwizerakwizera2618 2 года назад
Ndaryohewe kuba musubiranye
@niyonkuruconcolatteconsola4792
@niyonkuruconcolatteconsola4792 2 года назад
Andry mushire murugo mubane uwomwana aragukunda cane 💓💓💓💓💓💓💓💓💓
@raysky3075
@raysky3075 2 года назад
Love from Ray Umutananirwa Landry promoter ndakwemera saana
@jizya671
@jizya671 2 года назад
Nimwikundanire Sha !mwese muri beza cane! couple yanyu ndayikunda🥰
@jeanbenymuhoza3040
@jeanbenymuhoza3040 2 года назад
Mwubahwee ndabakundaa xnaaa x ntitwigeratunanirwaa 🙏🙏🙏
@sosthenethiag3046
@sosthenethiag3046 2 года назад
Landry wubahwe ufise umwana yuzuye kbx
@alyabayubahe1899
@alyabayubahe1899 2 года назад
Landry congratulations my brother Comeza urukundo rwawe na christa mbakunda kanini 🥰🥰🇧🇮🇸🇦
@luckyonek5336
@luckyonek5336 2 года назад
Ndabishimiye cane
@juliadarcey8572
@juliadarcey8572 2 года назад
Iyi couple ndayikunda vrma can can christa aranryohera pe
@Chrisgoyan
@Chrisgoyan 2 года назад
Narihafi yokumu dragua 😭😭😂😂😂😂 Noe umutananigwa ngo nakubony sh
@olivierbigirimana6785
@olivierbigirimana6785 2 года назад
Iyimikino siyo ndake.
@kevinniyonkuru8679
@kevinniyonkuru8679 2 года назад
Big up san
@faustineirakoze3162
@faustineirakoze3162 2 года назад
Wawaaaa congratulations nice couple ndabakunda peee 🇴🇲🇴🇲🇧🇮🇧🇮🇧🇮 mwubahwe Ndiho abajimbere
@violettenkurunziza783
@violettenkurunziza783 2 года назад
Nice Landry ivyo nivyo twari dukeneye Hama nti muze mwongere kubabazanya WE love you
@simbarakiyedamien7775
@simbarakiyedamien7775 2 года назад
Nice!!! Gucci ndakwemeye cane ntuyaga amasigara cicaro nanje kubwanje ndaryohewe kubera iyo couple baraberanye cane.ibisigaye IMANA ibajimbere banezegwe murukundo rwabo.
@fauziauwizeyimana7071
@fauziauwizeyimana7071 2 года назад
😓😓😓😓muduhay ikiganiro gito kl🤗🤗
@user-pd1bj6go7l
@user-pd1bj6go7l 2 года назад
Nukurimuraberanye
@uwizeyejoshua8022
@uwizeyejoshua8022 2 года назад
Gucc urakoze umuti kbx😍ndaryohewe
@raysky3075
@raysky3075 2 года назад
Hagataahooo Landry na Landryne wiwe Christa mabuja mwaberew saan👌
@emmanuelnibaruta5834
@emmanuelnibaruta5834 2 года назад
Journalist ukora neza! Landry fata uwo mwana urekane na barya uwo aragukunda kandi arakwubaha
@manudiofficial
@manudiofficial 2 года назад
Bamuhembeye ubu queen video
@ismaelirakoze8145
@ismaelirakoze8145 2 года назад
Ntiwigera unanirwa kundumwana
@ishimweguydarcy7131
@ishimweguydarcy7131 2 года назад
Landry nirofa kbx arashobora gukinisha umukbwa mwiza nkuwo kl
@memsiigaufe9225
@memsiigaufe9225 2 года назад
Gucci 😂 ngooo safi safi 😂 uwomujam azicomedy
@donatienhavyarimana8581
@donatienhavyarimana8581 2 года назад
wawuuu imikino yurukundo ikaba irarangiye so dushaka ibintu biri serieux nkuko nyene apana kuguma mumabze yuburofa so nice couple bro ba serieux rer ntimuze musubir kuza murazaan uburof ng mwahebany
@ayshajumaayshajuma6686
@ayshajumaayshajuma6686 2 года назад
Mnajuwa Kiki🤣🤣
@mikesinkala7788
@mikesinkala7788 2 года назад
Egoohh kl mwe ni for life
@habonimanafridolin7882
@habonimanafridolin7882 2 года назад
👍👍👍👊👊👊❤️❤️❤️🧠🧠✍️Ntitwigera tunanirwa Christa na Landry urukundo rwanyu ntaworwinjiramwo🙅‍♂️😘😘😘😍😍😍🏖️murabe muduhe invitation ya Mariage tuzorwitaba 🌹🌹🌹💋💋💋🙏🙏🙏
@fulgenceneema661
@fulgenceneema661 2 года назад
Umwamikazi wamabez christer wewuradutesa
@FaithAlways053
@FaithAlways053 2 года назад
Iyo koti irashushe cane .Climat y’Iburundi ntibiberanye kaka .Sema interview ni fresh Sana.
@bigirimanamichaella7463
@bigirimanamichaella7463 Год назад
🤣🤣🤣🤣
@fabiollanshimirimana5439
@fabiollanshimirimana5439 2 года назад
Love you christa ❤❤❤kub usubirany na promota
@htvshow
@htvshow 2 года назад
Couple fan nukur Landry ndakwemera vya vrai🙏🙏🙏🙏
@aimablendayikeza146
@aimablendayikeza146 2 года назад
Hana bz centrale turabe .ivyo vyokwitama vyo nibkino
@khalidmousad5545
@khalidmousad5545 2 года назад
Waaooo birabereye wallah couple na wapenda bule watuwang urabonangene muberanye nzobagwinyuma uwuzo banka nanje nzocandamwanka 💋💋
@samiasamia411
@samiasamia411 2 года назад
Ndaryohewe mivyunve kandi narindavyiteze kandi randri ntusubi kumubaza kuko abakobwa bamwebamwe turatinya guhemuka ndakwinginze ubustar bwAwe ubwitwatemwo neza
@Canjaycanjay
@Canjaycanjay 2 года назад
Love from PPM 💪🙋‍♂️🇧🇮🇿🇦
@aneelaa3486
@aneelaa3486 2 года назад
Waooo biratesa keel💋💋💋💋💞💞💞💖💖💕💕💕
@youngkiller4920
@youngkiller4920 2 года назад
No one perfect ✅. But we're supporting this couple
@uwizeyejoshua8022
@uwizeyejoshua8022 2 года назад
Christa mumbaye Kure mbandguri akantu❤️🌹😍👌🎁
@romainmpitabakana787
@romainmpitabakana787 2 года назад
Wibuke umusi wamusuka kwamazi birya ntazovyibagira
@randaal1695
@randaal1695 2 года назад
Waooooooooo komera
@mozanasser7874
@mozanasser7874 2 года назад
Nimwikundanire kbs muraberany
@chamillairakoze6465
@chamillairakoze6465 2 года назад
Christa urimwiza dear ndagukunda kand u look good ❤️❤️❤️
@fabricegsmithyoung7166
@fabricegsmithyoung7166 2 года назад
Landry promoter congratulations ❤️ kumwana wawe mwiza cane ❤️
@fabricegsmithyoung7166
@fabricegsmithyoung7166 2 года назад
Yeah 💥🍀
@vanessahonestly7537
@vanessahonestly7537 2 года назад
Umutananirwa bgp san
@ndayizeyejeannette9268
@ndayizeyejeannette9268 2 года назад
Waaaaoh 👌👌🔥
@dembelelala493
@dembelelala493 2 года назад
Ndishimye can
@sosokeza809
@sosokeza809 2 года назад
Jew nukur 😂😂😂 kayemw 🤣🤣🤣 Mwebwe murakina Bèze Kwel 😂😂 ivyanyu Nihtr kbx Gus muraberany nimukumdane kuk mwavanue Kure nahomwoshwana guteee.... Ntimwigera muhebana ah nimpak mubanye Christa👏👏🥰🥰🥰😭
@sylvieDRCONGO243
@sylvieDRCONGO243 2 года назад
Number one 1⃣ 💋💋💋💋🥰🥰🥰🥰🇸🇦🇸🇦🇧🇮🇧🇮🇧🇮nawapenda bure sana 🥰🥰🥰
@kevin_OG_killer
@kevin_OG_killer 2 года назад
Aaaaa Landry warafashe inana big up ✌💪🔥🔥 i love this couple❤ lancrista name✌✌💪
@fulahaalice8618
@fulahaalice8618 2 года назад
Ndabikundira 💗💗
@UMUCO145
@UMUCO145 2 года назад
Agaciwe karuma
@mutoniburundi9930
@mutoniburundi9930 Год назад
Muraberanye kabisa wao lov bzbz
@aimenkurunziza1298
@aimenkurunziza1298 2 года назад
Vyukul barasubiranye muzane mur group y watsaep hit top tv
@murundicomedy257
@murundicomedy257 2 года назад
Always me 🔥🔥🔥
@user-jm3pc7tu7c
@user-jm3pc7tu7c 2 года назад
None habuze ikingo mubane
@newassong3449
@newassong3449 2 года назад
Hahiye
@chamillairakoze6465
@chamillairakoze6465 2 года назад
My favorite couple mwarimukumbuw Can god be with u ibajimbere murukundo rwanyu❤️❤️❤️❤️❤️🥰🥰🙏🙏💋💋
@safarinduwayo871
@safarinduwayo871 2 года назад
13:50 I’m js joking only !!🤣🤣🤣muganga🤝🤝
@violetteniyongabire3859
@violetteniyongabire3859 2 года назад
I vyanyu vyatugeze ahantu kundumwe andy
@justinog3105
@justinog3105 2 года назад
Landry tumekubali kabisa ulikua ume miss matunda anza kumshughulikia ikiwezekana tia mimba mtoto ako smart sana
@fauziauwizeyimana7071
@fauziauwizeyimana7071 2 года назад
🤣🤣🤣waaaoo mumbaye kure kl🥳🥳🥳🥳
@nnno989
@nnno989 2 года назад
Randri, mbavuzangu
@Innocentciza
@Innocentciza 2 года назад
Nice mubandanye urukundo
@_-wt8ns
@_-wt8ns Месяц назад
Icokiganiro nico❤❤
@violetteniyomukiza2393
@violetteniyomukiza2393 2 года назад
Nivyiza cane
@brillantntwari112
@brillantntwari112 2 года назад
Kbx true Love 🤣💓🔐🔓
@abdulkarimrutuga9037
@abdulkarimrutuga9037 2 года назад
👌👌👌👌👌❤️❤️❤️❤️❤️
@silasirakoze1545
@silasirakoze1545 2 года назад
NTUBONA IBINTU VYO KWAMA MWAHUKANA MUKIRI BATO SIVYIZA KUKO NIYO MUGEZE MUNGO MWAMIRA MURI VYABINDI. ESE NIMWIRINDE GUTOSEKAZA URUKUNDO RWANYU KUKO GISHWANA NTA NYUNGU BIRIMWO
@yvanna9233
@yvanna9233 2 года назад
Waooo byizacyane 🤣🤣🤣🤣🇧🇮🇸🇦🏖
@gjghhjukfh8094
@gjghhjukfh8094 2 года назад
Vyiza cn christ and landry lmna ibaje im imber
@cherie_asuman
@cherie_asuman 2 года назад
Jmn☺️☺️☺️Raha maa shllh 😋
@mwanaidilambere5024
@mwanaidilambere5024 2 года назад
❤️😍❤️
@user-pd1bj6go7l
@user-pd1bj6go7l 2 года назад
Gusa.ntimuzemusubireguhebana.nukuri.muzobamwimaramajee
@bukuruhassan4171
@bukuruhassan4171 2 года назад
Mani bgp san kaka🔥🔥
@julienirankunda
@julienirankunda 2 года назад
Nari nabivuze🤭
@esperancentaconayigize4517
@esperancentaconayigize4517 2 года назад
Alvin Gucci ko nzi kuri umusilimu Iryo koti ryo muri hiver 🧤 ni gute ko mbona uriko urabira icuya 🤔🤔ariko sorry ncuti yanje kwari ugucokoza
@alvingucci7047
@alvingucci7047 2 года назад
😂😂😂😂
@linaminalinamina513
@linaminalinamina513 2 года назад
❤❤❤❤👌👌👌👌
@kww7783
@kww7783 2 года назад
🔥🔥🔥🔥❤❤❤❤❤👌👌👌👌
@niyogushimadorine6086
@niyogushimadorine6086 2 года назад
Muce mugira mariage rero
@etiennenebus4087
@etiennenebus4087 2 года назад
Gucci kiranyica performance yarwo
@elisabethmama1846
@elisabethmama1846 2 года назад
Umutananirw ntac vuz
@duraduura3726
@duraduura3726 Год назад
Yoooooo
@alinehs3733
@alinehs3733 2 года назад
Uwonumwijogonyor
@sosokeza809
@sosokeza809 2 года назад
Ndabira sha 🤣🤣🤣🤣
Далее
ОБЗОР ПОДАРКОВ 🎁 | WICSUR #shorts
00:55