Je nibaza ko nous les peuples Burundais dufise ikibazo cokubura ico dukora.....kuko mu Rwanda bafis ico bakora ntibigenza nkuko....inyifato tugira nicerekana que notre pays est un pays sous développer.... meilleur vœux
Mwe ntimwumva muzumva umusi umwe Gouverneur wa kigali asigaye atwara na Bujumbura you BURUNDIAN you don't love Our country muzogeza ryari kuba impumyi igikoroni ntikizobaheramwo
Jewe namye Kur aeroport ntankuru ya Christopher yahavurwa, ivyo bi peti vyazanywe na bus babikuye kuri main d,oeuvre bari baje guhiga akazi kubu journalier