Тёмный

#DjFERNANDO 

HIT TOP TV
Подписаться 94 тыс.
Просмотров 10 тыс.
50% 1

‪@hittoptv‬ #hittoptv1 #bujumbura #burundi ‪@LandryPromoter‬ #landrypromoter #djfernando ‪@Mista_aye‬

Развлечения

Опубликовано:

 

19 июн 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 85   
@hittoptv
@hittoptv 14 дней назад
Turashima cane gose Mwebwe mwese mudushigikira Shigikira GIHUHUSI ENTERTAINMENT 🔥🔥👉🏼ru-vid.com/video/%D0%B2%D0%B8%D0%B4%D0%B5%D0%BE-ocHPvt92G7s.htmlsi=aDN0PAKxcl7bXZFg
@hittoptv
@hittoptv 14 дней назад
ru-vid.com/video/%D0%B2%D0%B8%D0%B4%D0%B5%D0%BE-9zGz_B4Wmqw.htmlsi=Z8Q0EBSPzl_8cmjo Kazima Imana inkunda
@user-hs9kt7fw6s
@user-hs9kt7fw6s 14 дней назад
Feridina uryamukecuru namuveko arekane nivyama hit urabona kwanashaje izo hit ntaco zizomumarira Wallh
@GuyAndreMahunguka
@GuyAndreMahunguka 14 дней назад
Eg kwer nanje ndamukunda cane kwer ibikorwa vyiwe biraturyoher sana kwer yubahwe ariko ntiyorusha meranin boy mugab birambire🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
@jimmydelphinsabukwigura3092
@jimmydelphinsabukwigura3092 14 дней назад
Uwo mwana atumye songs nshasha harimwo na HAHIYE Remix zitera swata kandi agaburiye benshi muba promotaz
@RichardNduwimama
@RichardNduwimama 14 дней назад
FRNDO azonabasomesha bicare bige ❤❤❤❤
@user-it4ur7rr2u
@user-it4ur7rr2u 14 дней назад
Dj Fernando ndagufana cn nubwo abagucafuza batabuze ngukunda cn❤
@JamesNtakirutimana-xv1ml
@JamesNtakirutimana-xv1ml 11 дней назад
Dj Fernando impano urayifse❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@djbambone1711
@djbambone1711 14 дней назад
Mr Ayé nzokumurw inyumaa 🎉🎉
@egidensabiyumva998
@egidensabiyumva998 14 дней назад
gusa vyabindi nivyo siwe yahora yandika uyumusi cagifaransa ntakirimwo 😂😂😂
@AimecesaireCesaire-fh5nm
@AimecesaireCesaire-fh5nm 14 дней назад
Basha Fernando bamuveko maxima IMANA imukunda
@evelynensanga3330
@evelynensanga3330 14 дней назад
Ego nukuri
@EnockNdayishimiye-hn6oh
@EnockNdayishimiye-hn6oh 14 дней назад
We wariwagiyehe gasha
@user-nd2kb8pu9k
@user-nd2kb8pu9k 14 дней назад
Iyo umunt ahanzwe yiyegereza imana ariko iyo ahaze naho umusanga mukabare
@kellyNduwimana
@kellyNduwimana 14 дней назад
kizimyamotoo🔥🥳
@JanetWimanaa
@JanetWimanaa 14 дней назад
Namwezamurahanura bazebubaha
@user-kb8xg5qy3q
@user-kb8xg5qy3q 14 дней назад
Hit bro uyumuhung Ari mukazi kose
@jimmydelphinsabukwigura3092
@jimmydelphinsabukwigura3092 14 дней назад
Uwamwiteranijeko azomufyonda sha. Uwo n'umuhungu wa Papa Zacky.muzotohoze umuryango avamwo
@vanessa-vavandikumwenayo2757
@vanessa-vavandikumwenayo2757 14 дней назад
Kura iterabwoba ngaho
@user-vk7xb9jo6h
@user-vk7xb9jo6h 14 дней назад
Non ivyo birasa
@Denise-iw5ue
@Denise-iw5ue 14 дней назад
❤❤❤❤❤❤ ndagukunda bro
@HusseinJuma-gp6hj
@HusseinJuma-gp6hj 14 дней назад
Big up Homie
@PeterhatangimanaPeniel
@PeterhatangimanaPeniel 14 дней назад
❤❤❤nibareke umurundi aheme DJ Fernando big up san ndakwizera
@user-yd1eb6qt1r
@user-yd1eb6qt1r 14 дней назад
ntaco bazomugr baribesha kbx ❤❤💚💚🔥🔥🌹
@Thekingofdogs1
@Thekingofdogs1 10 дней назад
Mitsa Aye 🎉🎉🎉🎉 Urugwego aband nibicar big 🎉
@mugishanathan9001
@mugishanathan9001 14 дней назад
Izotera swata😂😂
@user-gp3lm8ek1r
@user-gp3lm8ek1r 14 дней назад
Ferdinand azonabica uwomuhung arenz
@stevenking2467
@stevenking2467 14 дней назад
Fernando mumukinguruke yikorere ariko atuma imiziki ndundi ivuzwa henshi hashoka ntimumuc intege abarundi ivyomwarozwe ntibiramenyekana.
@DavidYisabirumva
@DavidYisabirumva 14 дней назад
NN nkiyo ntwari ntiboyireka uwo arabafise bavyanka bavyener nibateke kumutesha umutwe🇿🇲🇿🇲🇿🇲🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@NezerweNelly-pd8lg
@NezerweNelly-pd8lg 14 дней назад
Dj Fernando ni kawaida bamwanke kuko ateye imberr bose baramwanka
@oliviermanishimwe4892
@oliviermanishimwe4892 14 дней назад
Iyo chanson c'est comme mécanisme de défense Yabonye ko yakosheje Moyen de se retirer
@NadiaNahimana-ty5ub
@NadiaNahimana-ty5ub 14 дней назад
Kazima natwe tumukunda 😂😂😂😂😂 Tera imbere muhungu wacu ❤
@FrancineNdayishimiye-ff6dh
@FrancineNdayishimiye-ff6dh 14 дней назад
Courage brother
@jadouhuru
@jadouhuru 14 дней назад
Arakaze
@YvonneUwineza-xz5bn
@YvonneUwineza-xz5bn 14 дней назад
Courage Fernando
@delogoshatungimana4536
@delogoshatungimana4536 14 дней назад
Weho uzanye urusako Landry gezaho
@user-ty8qs8ch7e
@user-ty8qs8ch7e 10 дней назад
Waaaa
@UberLambert-yh1ob
@UberLambert-yh1ob 14 дней назад
Landry kowahora upost ikiganiro na camera bino bintu uriko uzana nibiki wew Shira ikiganiro mwavuaganye ngaho
@NolasqueIrambona-gm2rn
@NolasqueIrambona-gm2rn 14 дней назад
None iyo yiyandikiye hari igifaransa wumvamwo! Naje kwinyegezaaa
@Jean-chrisostomeBayubahe
@Jean-chrisostomeBayubahe 14 дней назад
Mbe basha yandike français sumurundi ?? vaho
@evelynensanga3330
@evelynensanga3330 14 дней назад
Nibamureke kweri kuko ntamuntu yishe ntampamvu yotuma ama media menshi nabantu bamwe bamwe bamwataka kurya twabibonye🙄🙄🙄🙄
@marieladegondempawenayo4442
@marieladegondempawenayo4442 14 дней назад
Muri Congo baguma bavuza Fernando niyo ndi
@GoGodiella-m2g
@GoGodiella-m2g 14 дней назад
💕💕💕💕✔️
@olivierbigirimana6785
@olivierbigirimana6785 14 дней назад
reka reka namanyanga nukudashima nyene
@djbambone1711
@djbambone1711 14 дней назад
Umutananirwaa yam ar hit 🎉
@chancelineirankunda1237
@chancelineirankunda1237 14 дней назад
abarundi nukuri ntimukundana aho nuko mutamuroze
@chancelineirankunda1237
@chancelineirankunda1237 14 дней назад
uko mbona mwebwe muzohava mushiramw ikiroz
@eddypro2024
@eddypro2024 14 дней назад
Ukuri n'uko iyo ndirimbo ni copy ya bellissima😂. Mwumvirize refrain : Ntacobitwaye na Nk'ibisanzw. Agafaransa nako ntako twumva mutaa ! uragerageza utwemez kuko irya poésie ya belissima irarenze. Naho woba wanka urukwavu urya mwanditsi arashoboye.
@user-ek6kh9oh7k
@user-ek6kh9oh7k 14 дней назад
Honyora aha urintwari ww uzi kubona ibintu ahubwo jwe nongeyeko ko na mélodie yanayigize copi mur cfr itar davis d
@user-tz9yy1ns2g
@user-tz9yy1ns2g 13 дней назад
Ubivuganeza can hama jew ndi umufana wumuziki ndund abasibumuziki nibeshi uwomumer ashakakumenyekan acafuje abant
@ncuti_yabose
@ncuti_yabose 14 дней назад
Kadie key 🤣
@Ihangirotv-1234
@Ihangirotv-1234 14 дней назад
🎉🎉🎉😮
@zipaulandihokubwayo6807
@zipaulandihokubwayo6807 14 дней назад
Ntucikintege turacagukund
@nadinenishimwe3537
@nadinenishimwe3537 12 дней назад
👏👏👏👏👏👍👍👍👍👍❤️❤️❤️
@YvonneUwineza-xz5bn
@YvonneUwineza-xz5bn 14 дней назад
N'ukwikur'agasuzuguro
@user-bu7ml7xm3l
@user-bu7ml7xm3l 13 дней назад
❤❤❤❤❤❤❤
@Nd.Johnson
@Nd.Johnson 13 дней назад
None kadie Kay kuki atayiririmbiye umugabo wiw akaza kwadika indirimbo yumungore wabandi.
@uwimanavanessa-jf1bl
@uwimanavanessa-jf1bl 14 дней назад
Location campus kiriri ❤
@isaacvyihoze9029
@isaacvyihoze9029 14 дней назад
😂😂😂😂😂😂😂 weye
@user-ek6kh9oh7k
@user-ek6kh9oh7k 14 дней назад
Naje hariya burya nubutandero gusa gara umuntu angana Nyina wie rirya nibara 🙅🏽‍♀️
@violetteniyongabire3859
@violetteniyongabire3859 14 дней назад
Ivyo muru indasi nihatari
@MechackNiyokwizigira
@MechackNiyokwizigira 13 дней назад
Sinzi ico novuga gusa yubahahwe
@user-sx9nd4dr9l
@user-sx9nd4dr9l 14 дней назад
Bibaza ngo twe aba nya gtg twomuheba ahubw barasara rek abakome
@yamaGuccisylvestre
@yamaGuccisylvestre 14 дней назад
Nabagirindero sha
@chancelineirankunda1237
@chancelineirankunda1237 14 дней назад
abarundi mugir inzigo mwabony yihitingiy muca mutangur gushak kumusubiz inyum kwl aho nuko mutamuroze naho abarundi muribabi tu
@mdoman5229
@mdoman5229 3 дня назад
❤❤❤❤❤❤❤🎤🇧🇮👈💯💯💯
@richardninteretse2968
@richardninteretse2968 14 дней назад
Twebwe Twumvise itara ya Davis D ivyo bindi biramusha 😂😂
@JayFazzHassan619
@JayFazzHassan619 14 дней назад
Turakumbuye @AvecismaelNiyonkuru kabisa😢ahonyene uriko urakokeza ngo izo nimpano burya mubishe umuziki ndundi nawe urimwo gasweo**
@bigmediatz
@bigmediatz 14 дней назад
Am by part of kadie kay course of gambling lrycs so he has copy song of Itara by Davis D
@niyonkoreraanicet2487
@niyonkoreraanicet2487 14 дней назад
Uyo mu pt niyitonde kk kwisi bisaba kwitonda
@FrankLightlifeirakoze
@FrankLightlifeirakoze 14 дней назад
Kura ububeshi ngaho ushigikira amafuti kugira ntazokwime ikiganiro
@hittoptv
@hittoptv 14 дней назад
wewe wipfuz iki muri make ko yoheba umuziki? uce wungukiki ikindi naco ikiganiro c'ibiki
@FrankLightlifeirakoze
@FrankLightlifeirakoze 14 дней назад
@@hittoptv impano yiwe ipfuye ubusa vyotubabaza igihari reka kumwumvisha k yera nagende ace bugufi asab imbabaz uwo yamaramaje mubantu yonger asab nimbabazi abafana
@KingBalez-zt6cy
@KingBalez-zt6cy 14 дней назад
Impano ya copie?? Nimwe mutuma abaririmvyi bataramba muri game
@user-qg7yd3ne9x
@user-qg7yd3ne9x 14 дней назад
Kiry kiganiro yavugiye kur buja fm kataco ubivugako?gsa usigay ukora nabi wikebuke
@user-hs9kt7fw6s
@user-hs9kt7fw6s 14 дней назад
Umugambi wanyu ntuzocamwo
@manicyriaque1318
@manicyriaque1318 14 дней назад
Abumviseko atagifarasa kirimwo kandi yateye copie ya Bellissima mumpe likes nisubirire kugatumba
@IddyNiyo
@IddyNiyo 14 дней назад
Bwana LANDRY turekanye niyi copy-coller yakoze,reka tuvuge kuri BELLISSIMA. Muri studio kwa I BREEZY,Kadie Kay yavuze ko ariwe yari afise texte za Bellissima muri phone yiwe.Umuhinyanyuzi nawe arabishimangira,none tuvuge ko bose bamwanka kwelii!!! UBUTO BURAHENDA 🤔🤔🤔
@florismugisha5509
@florismugisha5509 14 дней назад
Uyu numunyempano ntakunyu nakumw mwomwanka b mwubah impano hrahantu igeza igihugu
@user-hs9kt7fw6s
@user-hs9kt7fw6s 14 дней назад
Broo ibibintu bifise uwuri inyuma yavyo Kandi birimwo inotii Kandi nyinshii harihuwanse gutsindwa acahitamwo kubishiramwo money 💰 brh atamwo aba promoteur barya binzara agirako numu producer amutwamwo faster kuber uryamujama ibreezy aracagenda nirege muri make ntacatokora
@NezerweNelly-pd8lg
@NezerweNelly-pd8lg 14 дней назад
Igiti iyo camye ivyamwa vyiza bihiye abantu bose babitera amabuye
@user-qi8kc3fj7q
@user-qi8kc3fj7q 14 дней назад
Kora promo ya hahiye niyindi miziki mishashq myiza yasohotse murekana nizo buzz zidafashe
@evelynensanga3330
@evelynensanga3330 14 дней назад
Nibamureke kweri kuko ntamuntu yishe ntampamvu yotuma ama media menshi nabantu bamwe bamwe bamwataka kurya twabibinye🙄🙄🙄🙄
Далее
Fernando - Kazima IMANA inkunda ( Visualizer )
3:02
Просмотров 525 тыс.
1❤️
00:17
Просмотров 10 млн
DJ FERNANDO : ARAVUYE MUGACERERE//ARAVUZE VYOSE
38:21
СОБАКИ АТАКОВАЛИ МЕДВЕДЯ🐻
0:18