Тёмный

DOXA VOICE | PASTOR LOPEZ - VYOSE VYAREMWE NAWE (OFFICIAL VIDEO) 

Doxa Voice
Подписаться 7 тыс.
Просмотров 220 тыс.
50% 1

#doxavoice #pastorlopez #vyosevyaremwenawe

Опубликовано:

 

17 окт 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 227   
@Titi-uu3kz
@Titi-uu3kz 4 года назад
Indirimbo irimwo ubuzima kandi humvikana umutima wImana muburyo budasanzwe.Pastor Lopez Imana ibandanye igukoresha urumugisha udasanzwe
@pastorlopeznininahazwe9548
@pastorlopeznininahazwe9548 4 года назад
Ooo murakoze Thierry Nshimirimana
@JohnsonNIZIGAMA
@JohnsonNIZIGAMA 8 месяцев назад
Oooh my god iyi ndirimbo nayishatse kera nari narayibuze muhezagirwe cane IMANA ikomeze kubana namwe🙏
@kennynestaremesha7585
@kennynestaremesha7585 4 года назад
Wauuuuuu Ndafashijwe cane niyi ndirimbo.nukuli izura ivyapfuye.merci pastor Lopez
@beatricenkurunziza7823
@beatricenkurunziza7823 3 года назад
Mon past be blessed ndayumviriza gasubiramwo sindayihaga amajamo y'imana akomeye. Hezagigwa caane
@doxavoice1935
@doxavoice1935 3 года назад
Oooo icubahiro kibe ic'Imana ibihe vyosee.gumamwo
@jaydenlandon8390
@jaydenlandon8390 4 года назад
Iy ndirimb narayikunz cane iranyubak nukur can.imana ibahezagir can
@doxavoice1935
@doxavoice1935 4 года назад
Ameen Icubahiro kibe ic'Imana ibitanga
@nkengurutsejeanclaude8941
@nkengurutsejeanclaude8941 4 года назад
My GOd niwe uzura ivyaphuye nukuri.
@egidensavyimana3962
@egidensavyimana3962 4 года назад
Imana ikomeze kubavuguturi nokubongera amavuta pasta Lopez
@pastorlopeznininahazwe9548
@pastorlopeznininahazwe9548 4 года назад
Ameeeen Egide nsavyimana
@christa-bellairakoze537
@christa-bellairakoze537 4 года назад
Uhoraho Abahezagire Arushirize kubakoresha no kubahishurira umutima Wayo.
@regisndikumana9590
@regisndikumana9590 4 года назад
Waouuuh mkomez kujimbere mwarahezagiw
@colombekaneza2043
@colombekaneza2043 4 года назад
Halleluia,niyo Mana yanje yita ibitariho nkibiriho,niyo ibirema ikabikomezaaa.Amavuta menshi cane kuri Doxa Voice
@pastorlopeznininahazwe9548
@pastorlopeznininahazwe9548 4 года назад
Thank you colombe kaneza
@ndakengurutseviviane6058
@ndakengurutseviviane6058 4 года назад
Indirimbo yamavuta mwarahezagiwe guma muduha duhezagigwe muzobihembegwa
@pastorlopeznininahazwe9548
@pastorlopeznininahazwe9548 4 года назад
Ameeeen.merci Ndakengurutse viviane
@nellynono4413
@nellynono4413 4 года назад
Woww indirimbo y'ubwiza mwarahezagiwe
@pastorlopeznininahazwe9548
@pastorlopeznininahazwe9548 4 года назад
Merci Nelly Nono
@pamelaniyonkuru3569
@pamelaniyonkuru3569 4 года назад
Glory to God ooooh ndafashijwe cane mwarakoz cn pasteur na Doxa Imana ibagure muburyo butey ubwoba kandi butangaje imitima ibandaye gukira nukumv ubutumwa bwiza biciye muruk guhimbaza ndahezagiwe can
@pastorlopeznininahazwe9548
@pastorlopeznininahazwe9548 4 года назад
Ameeen and thank you pamela niyonkuru
@gloriaiduhangaze1061
@gloriaiduhangaze1061 4 года назад
Yita ibitariho nk'ibihari. Wauh!!!!! Encore bcp plus de revelations.
@pastorlopeznininahazwe9548
@pastorlopeznininahazwe9548 4 года назад
Ameen Gloria Iduhangaze
@shimweryimanasimonpierre8393
@shimweryimanasimonpierre8393 3 года назад
Muhezagirwe caaaaane
@doxavoice1935
@doxavoice1935 3 года назад
Ameeen
@hervejoelirakoze2945
@hervejoelirakoze2945 4 года назад
Imana iguhezagire isuke amavuta menshi igikombe cawe gisesekare
@pastorlopeznininahazwe9548
@pastorlopeznininahazwe9548 4 года назад
Ameen Herve Joel Irakoze
@parfaiteineza2307
@parfaiteineza2307 4 года назад
May God bless you pastor Lopez for this great song
@pastorlopeznininahazwe9548
@pastorlopeznininahazwe9548 4 года назад
Ameeen Pappy INEZA
@nduwimanacedrick7361
@nduwimanacedrick7361 3 года назад
@@pastorlopeznininahazwe9548 pastor be blessed
@ange-armelizere1239
@ange-armelizere1239 4 года назад
Wau Imana ihabwe icubahira, iraduhezagiy Imana ibongererez amavuta Merci bcp
@pastorlopeznininahazwe9548
@pastorlopeznininahazwe9548 4 года назад
Ameeen Ange-armel
@christa-bellairakoze1081
@christa-bellairakoze1081 4 года назад
Ooh indirimbo yuzuye ubwiza bw'Imana!!!merci bcp Doxa voice et Pastor mur umugisha
@pastorlopeznininahazwe9548
@pastorlopeznininahazwe9548 4 года назад
Khelia murakoze cane
@sabinsteve7598
@sabinsteve7598 4 года назад
Waaaooo😍😍vyose bizanwa nae nie atuma bikundaaa☺☺👌❣
@doxavoice1935
@doxavoice1935 4 года назад
Thank you Sabin Steve
@nduwimanacedrick7361
@nduwimanacedrick7361 3 года назад
courage pasta hamw na doxa
@doxavoice1935
@doxavoice1935 3 года назад
Merciii
@lievinnishimwe6291
@lievinnishimwe6291 4 года назад
iki nico gihe co gukayangana mu mahanga mutera mujimbere caan🙌🙌🙌🙏
@pastorlopeznininahazwe9548
@pastorlopeznininahazwe9548 4 года назад
Ameeeen Lievin Nishimwe
@grettanduwamahoro8626
@grettanduwamahoro8626 4 года назад
Wooow powerful song for sure 🙆🏼‍ May God bless u My Pastor keep shining May God bless u more niyizura ivyapfuye ikita ibitariho nkibihari niwubirema ukabikomeza 💪
@doxavoice1935
@doxavoice1935 4 года назад
Ameeeeeeen
@Titi-uu3kz
@Titi-uu3kz 4 года назад
Imana niyo izura ivyapfuye yonyene .Ndahezagiwe cane
@ndayikundasadock1020
@ndayikundasadock1020 4 года назад
Woaaaaaaa....song nziz yuzuye ubwizaaaa...
@pastorlopeznininahazwe9548
@pastorlopeznininahazwe9548 4 года назад
Thank you Ndayikunda Sadock
@niyomwungereclaudette3974
@niyomwungereclaudette3974 4 года назад
Waouh Imana Iragahezagigwa yabaduhaye!!!!Ikomez kubongereza amavuta
@pastorlopeznininahazwe9548
@pastorlopeznininahazwe9548 4 года назад
Ameeen ameen Niyomwungere Claudette
@ntirampebafelix8191
@ntirampebafelix8191 4 года назад
Niyo Ituma Bikunda nico gituma twebwe abasavyi bayo dushirako tukubaka, Indirimbo ije mugihe gikwiye Muhezagirwe
@doxavoice1935
@doxavoice1935 3 года назад
Ameeeen
@negrithairakoze1049
@negrithairakoze1049 4 года назад
Wouuuuu niwee abikoraa nice song Iman ikomeze ibaje imberee mwarahezagiwe
@pastorlopeznininahazwe9548
@pastorlopeznininahazwe9548 4 года назад
Thank you negritha irakoze
@mutonicarolle8253
@mutonicarolle8253 4 года назад
Niwe ubiremaaa ukabikomezaa🙏🙏🙏🙏👐.. God bless u 😍
@pastorlopeznininahazwe9548
@pastorlopeznininahazwe9548 4 года назад
Ameen Mutoni Carolle
@raoulbertrandngabirano1434
@raoulbertrandngabirano1434 4 года назад
Wahou, ndakwizeye mwami , niwe uzura ivyapfuye
@meddynic8853
@meddynic8853 4 года назад
Alleluiaaa...God bless u Pastor Lopez. ndafashijwe cane!!!
@doxavoice1935
@doxavoice1935 4 года назад
Ameeen.👐
@fistonbreezy8783
@fistonbreezy8783 4 года назад
Nice song 🙏 Nzoyivuza gushika... #UbutumwaBwiza....May God bless you
@doxavoice1935
@doxavoice1935 4 года назад
Ameeeen
@amenisosthene6681
@amenisosthene6681 4 года назад
Ooooh... Hallelluyaaa... 👏👏Vyose vyaremwe nawe Mwami... 🙏🙏
@louangedeboraharaje735
@louangedeboraharaje735 4 года назад
Ameen🙏 nice song kbsa lmana niyo ituma bikunda
@lionelntihinduka5033
@lionelntihinduka5033 4 года назад
Go deeper Pastor I wish u all the best
@pastorlopeznininahazwe9548
@pastorlopeznininahazwe9548 4 года назад
Ameeeeen
@christophendayishimiye5560
@christophendayishimiye5560 4 года назад
Wow wow ndafashijwe cane vrmt courag pasta🎼🙇🏾‍♂️🙇🏾‍♂️
@pastorlopeznininahazwe9548
@pastorlopeznininahazwe9548 4 года назад
Icubahiro kigaruke kuri Christo we yabiduhaye akadushoboza kubitanga
@Asher-MUGISHA
@Asher-MUGISHA 4 года назад
Urabikora ukabikomeza.... 😊
@edmondkwitonda2231
@edmondkwitonda2231 2 года назад
Niwe watumye bikunda Mana iyi ndirimbo igihe cose uzofata akanya ukayumviriza ntizogusiga uko War SMS ikomeye courage brother 💞 ndakunda ukuntu wandika song zawe
@jospin_the_worshiper_official
@jospin_the_worshiper_official 4 года назад
Woooow indirimbo nzizaaa itekeye ubwiza budasanzweeeee🔥🔥🔥🔥..murakoze kudufashaaa
@pastorlopeznininahazwe9548
@pastorlopeznininahazwe9548 4 года назад
Murakoze namwe kudukurikira Alain jospin MANIRAMBONA
@appelniyibigira
@appelniyibigira 4 года назад
Indirinbo ni nziza caaaane
@pastorlopeznininahazwe9548
@pastorlopeznininahazwe9548 4 года назад
Merci Niyibigira Appel
@gorethndayishimiye9200
@gorethndayishimiye9200 4 года назад
Amen Amen niwe ubirema,niwe ubikora,, ukabikomeza😊our God is so great🙌......Thku Doxa voice u r blessed
@doxavoice1935
@doxavoice1935 4 года назад
Murakoze cane Goreth Ndayishimiye
@paternesonofgod
@paternesonofgod Год назад
You never failled and you make the dead thing come back to life 🙏🙏 thanks God
@carmenkanyambo7263
@carmenkanyambo7263 4 года назад
I hav A great testmony A traver cette chanson Dieu A fait D gde choz pour moi... kp on shining bantu ba Yesu amavuta mnshi upon U dear Pastor
@doxavoice1935
@doxavoice1935 4 года назад
Ameeen!!!!
@haburanimanagerard9505
@haburanimanagerard9505 4 года назад
Indirimbo nziza cane !! Namw muhezagirwe ku mirimo y'Uwiteka
@pastorlopeznininahazwe9548
@pastorlopeznininahazwe9548 4 года назад
Ameeeen!!! Merciii Haburanimana Gérard
@angelnzeyeyo9821
@angelnzeyeyo9821 2 года назад
Yesu ashimwe kuko agiye kuzura ivyapfuye. Ku mubiri wanje Amen
@hosannanimubona9316
@hosannanimubona9316 4 года назад
Niwe atuma bikunda Oooh arabereye kwizegwa
@nsenganjinaz5349
@nsenganjinaz5349 4 года назад
Yayaayaya mbegindirimbo weee!!
@ndayisabajeanluc1705
@ndayisabajeanluc1705 3 года назад
Iman'ibagirire neza mwese,ihabw'icubahiro kubw'ibikirwa vyayo hagati muri twebwe abera bayo
@amieprinciadushime9589
@amieprinciadushime9589 4 года назад
Amen 🙏🙌"niwe utuma bikunda ndavyizeye"
@paternemugisha5909
@paternemugisha5909 4 года назад
Yes, Imana irahambaye, vyose biramwumvira! Great Song👌
@pastorlopeznininahazwe9548
@pastorlopeznininahazwe9548 4 года назад
Thank you Paterne MUGISHA
@ndizeyefleury9804
@ndizeyefleury9804 4 года назад
Good song vyose vyaremye nawe Mi God bless Pastor Lopez and Doxa voice!
@pastorlopeznininahazwe9548
@pastorlopeznininahazwe9548 4 года назад
Ameeen Ndizeye Fleury.we receive
@ebenezer345
@ebenezer345 3 года назад
Hallellouia. Vyose vyaremwe nawe.yes uri hejuru ya vyose.uzura nivyapfuye.merci bcp
@ndayishimiyerose1307
@ndayishimiyerose1307 4 года назад
Indirimbo yuzuye amavuta y'Imana, iraduhezagiye
@pastorlopeznininahazwe9548
@pastorlopeznininahazwe9548 4 года назад
Imana ibihererwe icubahiro NDAYISHIMIYE Rose
@cynellaigiraneza3720
@cynellaigiraneza3720 4 года назад
Yeah ndakwizeye ntiwigera unanirwa Mana
@aldinenezerwe5232
@aldinenezerwe5232 4 года назад
Iyo niyo Mana nizeyeeee!!! Yayindi vyose vyumvira. Stay blessed and anointed our Pastor....
@PearlG-d4h
@PearlG-d4h 3 года назад
Waouhhhhhhhhh May The Lord bless you Guys!!!!!!!!!!!!!!!!!
@doxavoice1935
@doxavoice1935 3 года назад
Ameeeeen
@claireakabaganwa1137
@claireakabaganwa1137 4 года назад
Halleluiaaaa. Very deep. God bless you Pastor Lopez and your team
@doxavoice1935
@doxavoice1935 4 года назад
Ameeeen
@Innocentciza
@Innocentciza 3 года назад
That's amazing song go up our singers with Past LOPEZ
@doxavoice1935
@doxavoice1935 3 года назад
Thank you innocent
@aimenimbona6612
@aimenimbona6612 4 года назад
Hallelluyaaa, ndakwizeye
@beatricebigirimana2381
@beatricebigirimana2381 2 года назад
♥️ntiyigera ananirwaa.Amen.....N'Imana yo kwizerwa
@lewisongharishimwe6377
@lewisongharishimwe6377 4 года назад
Oooh how great is our God thank u holy spirit for the song Pastor remain blessed and more anointing
@pastorlopeznininahazwe9548
@pastorlopeznininahazwe9548 4 года назад
Thank you Lewisong.
@claudineuwimana5596
@claudineuwimana5596 Год назад
The city of the living god welcome
@gettynezerwe4199
@gettynezerwe4199 4 года назад
Ameeen vyose birakumvira pe! 🎶🎶Urahambaye uzura ivyapfuye ukita ibitariho nkibiriho👌 ukabikomeza 🙌🙌🙌
@fleurydushime806
@fleurydushime806 4 года назад
Great job bretherns.
@muhozamoniaannick6655
@muhozamoniaannick6655 4 года назад
Amen Amen mwarahezagiwe
@bucumirizanirizani9788
@bucumirizanirizani9788 2 года назад
Niwuzurivyapfuye🗣️🗣️🗣️🗣️ witibitarihonkibihari🙏🙏🙏🙏
@Terry-junilla
@Terry-junilla 4 года назад
Amazing song 🥺🙌🏻🙌🏻🙌🏻we were all excited kukuryako pastor 🙇‍♀️🙇‍♀️thank you
@pastorlopeznininahazwe9548
@pastorlopeznininahazwe9548 4 года назад
Thank you also Therry Gakeme.
@louangeblessed1725
@louangeblessed1725 4 года назад
Woooooww..what a wonderful song🙌,more anointing Pastor Lopez
@elysentu
@elysentu 3 года назад
good song Lopez 👏👏
@ChrysoNdasingwa
@ChrysoNdasingwa 3 года назад
Amen God bless you all
@pastorlopeznininahazwe9548
@pastorlopeznininahazwe9548 3 года назад
Ameeen
@christinekamikazi5593
@christinekamikazi5593 4 года назад
Imana ihabwe,icubahiro igihe,cose, vyose vyose,vyaremwe, n,Imana kandi vyose, nivyayo,Imana,ibahezagire,nanje,ndahezagiwe,murakoze
@pastorlopeznininahazwe9548
@pastorlopeznininahazwe9548 4 года назад
Imana iguhezagire nawe christine Kamikazi
@benithanitangabukuru5276
@benithanitangabukuru5276 4 года назад
Be blessed for this great song,Uhoraho akomeze kubasukako amavuta yayo
@pastorlopeznininahazwe9548
@pastorlopeznininahazwe9548 4 года назад
Ameeen .thank you Bénitha Bitanga Bukuru
@umurwawimananzimakenya2920
@umurwawimananzimakenya2920 4 года назад
Mubarikiwe sana wapendwa kwa kuyubaroki
@johajohar7777
@johajohar7777 4 года назад
Nduzujwe kabixa yesu abahezagire
@sindayiheburajames6001
@sindayiheburajames6001 4 года назад
Shalom murakoze Yesu abongereze amavuta meshi mushishikare mwuzuzwa amavuta yo kuririmba mwarahezagiwe
@berthrandirakoze1205
@berthrandirakoze1205 4 года назад
Haleluyaaa Imana niyo tsinz yanj kk vyose vyaremwe nae you are blessid paster Lopez
@doxavoice1935
@doxavoice1935 4 года назад
@@johajohar7777 ameen
@doxavoice1935
@doxavoice1935 4 года назад
@@sindayiheburajames6001 ameeen
@pamellabikorimana8594
@pamellabikorimana8594 3 года назад
Yita ibitariho nkibiriho......my God
@arnaudniyongabo3537
@arnaudniyongabo3537 4 года назад
Nice song ghd ........👌👌
@elysentwari6488
@elysentwari6488 4 года назад
Nice mwarahezagiw canee
@gilbertminani6629
@gilbertminani6629 Год назад
Haleluya good song .I testify the power of God .Keep shenning Pastor Lopez
@NanaNana-ry1hc
@NanaNana-ry1hc 4 года назад
May God bless u .👏👏
@fresnelhakizimana198
@fresnelhakizimana198 4 года назад
Nice song🔥Niwe abirema niwe abikora merci Seigneur🔥🔥
@pastorlopeznininahazwe9548
@pastorlopeznininahazwe9548 4 года назад
Thank you Fresnel Hakizimana
@YvesKAMIBURUNDI
@YvesKAMIBURUNDI 4 года назад
A nice song A deep song Hallelujah 🙌
@pastorlopeznininahazwe9548
@pastorlopeznininahazwe9548 4 года назад
Thank you Yves KAMI BURUNDI
@bebestaccesnduwimana2530
@bebestaccesnduwimana2530 3 года назад
Vyose vyaremwe nawe Uhoraho Amen
@chaniceingabire1344
@chaniceingabire1344 4 года назад
It's a nice song Pastor👏👏
@pastorlopeznininahazwe9548
@pastorlopeznininahazwe9548 4 года назад
Thank you Chanice INGABIRE
@ndayikundavestine8481
@ndayikundavestine8481 Год назад
Niwe uzura ivyapfuye🙌🙌
@naomicadiemuhoza6952
@naomicadiemuhoza6952 4 года назад
Golden Sont🥺♥️
@dignedusabe4367
@dignedusabe4367 4 года назад
Niyo yonyene izira ivyapfuye woowww merci beaucoup Doxa voici
@gildasniyonkuru
@gildasniyonkuru 2 года назад
Sinzi incuro noba numviriza iyi ndirimbo kumunsi....
@kakunzegerard5214
@kakunzegerard5214 4 года назад
After hearing to this song, i am touched with the anointing flowing out of it and i receive all from this God that can make all things new. May God of all possibilities bless indeed Pastor Lopez and His choir Doxa Voice.
@pastorlopeznininahazwe9548
@pastorlopeznininahazwe9548 4 года назад
Ooo nice to hear it kakunze gerard.the same God is alive and still doin great things.u shall see it
@kakunzegerard5214
@kakunzegerard5214 4 года назад
Amen. Thank you Pastor
@isaacnshimirimana3927
@isaacnshimirimana3927 3 года назад
Waouuuuuuuuh,nice and powerfull song.God Bless you
@ndayikundavestine8481
@ndayikundavestine8481 Год назад
My favorite songs🎉🎉🎉🙏🙏
@deleted.2416
@deleted.2416 Год назад
amen, ꨄ︎ pretty said i have cried with ts pretty song i have screamed with ts pretty song i have yelled with ts pretty song. i have stomach problems ts eats me. ts cuts me. ts swallows me i am young but still growing😭.
@billyzavdiel1871
@billyzavdiel1871 4 года назад
Woauh Amazing
@yamuremyeeloifils6921
@yamuremyeeloifils6921 2 года назад
My God oooh wonderful song
@ndrewmbo401
@ndrewmbo401 4 года назад
Thank you Pastor🙌
@gilbertminani1847
@gilbertminani1847 4 года назад
Haleluya ! Glory to GOD .Thanks Pastor Lopez .GOD continue to bless you.You are blessing for us ! Keep Moving in this onoiting to Speak the greatness Of GOD! Good words and music for this song.
@pastorlopeznininahazwe9548
@pastorlopeznininahazwe9548 4 года назад
Gilbert Minani !!thank you so much
@ntakirutimananaomi7593
@ntakirutimananaomi7593 Год назад
​@@pastorlopeznininahazwe9548🎉😢
@catherineniyonkuru5670
@catherineniyonkuru5670 3 года назад
What amazing song👍be blessed.🙏🙏
@jospinirishura8750
@jospinirishura8750 2 года назад
Vyose vyaremwe nawe mwami
@joselyneniyibimpa8940
@joselyneniyibimpa8940 2 года назад
Be blessed vyose vyaremwe na yesu
@bessieprinciairadukunda3688
@bessieprinciairadukunda3688 4 года назад
Wow🙌🙌🙌 ... Powerful ❤❤
@Ralph-ken
@Ralph-ken 4 года назад
🙌🏽🙌🏽🙌🏽🙌🏽 Hallelujah!!!
@iradesimpaofficial6153
@iradesimpaofficial6153 4 года назад
U guys did an amazing Job worthy to Share🙏🙏🙏🇨🇦🇧🇮
@pastorlopeznininahazwe9548
@pastorlopeznininahazwe9548 4 года назад
Oo thank you IRADE Simpa official!!
@rushimirwabonke9301
@rushimirwabonke9301 4 года назад
Praise God
@steveirakoze685
@steveirakoze685 3 года назад
Go ahead Pastor
@yvandushime2362
@yvandushime2362 7 месяцев назад
Hallelujah 🙏 my God
Далее
Doxa Voice - Mpishurira (Official Video)
5:43
Просмотров 151 тыс.
Fake watermelon by Secret Vlog
00:16
Просмотров 4,6 млн
Ah YaYaYa - Dudu T. Niyukuri
10:02
Просмотров 1,7 млн
Joyce NIYERA - Nsukako (Official Video)
3:33
Просмотров 2,4 тыс.
NZAMUBONA
5:02
Просмотров 189 тыс.
Intahe y'ubuzima bwa Pasteur Lopez NININAHAZWE
13:26
Просмотров 10 тыс.
Isaac Mudakikwa-Ejo Niheza (Official Video)
4:39
Просмотров 10 тыс.
Israel Mbonyi - Nina Siri
11:11
Просмотров 63 млн
PASTOR LOPEZ NININAHAZWE - URANDENGERA (Live recording)
15:27