KOSHO by DRAMA-T👉🏼ru-vid.com/video/%D0%B2%D0%B8%D0%B4%D0%B5%D0%BE-PcxyMI6eeXA.htmlsi=OGpbB0JVzRXoCG90 Tubibutse ko Le 4 na Le 5 Rayvanny🇹🇿 azoba ari ibujumbura
Muri iyi life udafise abakwidogera ntiwoba uriko urakora like hard 😂that is why drama t keep up bro muri rusangi we wanna 🎉abaririmvyi bacu bagere kure nkukwo yabivuze 🎉❤rka twerekane love between yacu Guyz
Mubwire atekan shaaa😃😃😃ntakint nakimw tutaz niyicare shaaa😃😃😃nn washaka aj kur caméra avuge ngego ndiwe knd uz k muburundi bitemewe bamupfung🤔🤭🤭gus ukur kurazw natekan la mabuja😃😃😃😃😃🤔numv nokominduru😃😃😃😃
Ko Mu tabivuga iyo abarundi baririmvye mu congereza canke mu giswahili,si indimi zo mu Burundi,azoririmba mu rurimi ashaka kandi Ikinyarwanda abarundi bose baracumva,par contre igiswahili n,ucongereza ntaco bumva