🔥🔥🔥🔥🔥oh my God!!big up saana,song ira merita promo ikwiy kuko wariyumviriye maze wandika sujet y ubwenge,iri unique,kubwanj iri🔥🔥🔥🔥,izi nizo hip hop dukumbura tukazironka gake,imbere ni heza komeza 🔥🔥🔥🔥🔥
Amajambo atondetse neza Uretseko wavuze ukuri, impano n'iyawe 😂😂 Abantu ntibagomba kwigira agatebo ngo nuko vyamaze guhara #abatewejigijigi siryoherezo 😂😂😂 Donko barya bantu muzoze burabarya kugezaho barya n'ishati 😂😂😂 Lot of love El pro, you just need God's grant, you already know how to use your talent
Franchement parlant iyo song ifis des belles paroles kandi n'importe qui yama yibaz mercibkuduserukir ❤❤big up broo aho wosanga ka bae kaw ndah😂😂hama sh it'was a joke gus Imana ikuj imbere