ladies and gentlemen let me introduce to you my new song titled Elena by wishing you a happy new year full of blessings i hope you guys you will enjoy this good melody
Am in South Africa but mva muRwanda. iyi song Ni nziza cyane for really. I heard it more than 10 times but I still want to vibe it. keep it up🇿🇦🇿🇦🇷🇼🇷🇼🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Uratomboye kandi congrats Na Elena Ntukubise Swata iyuza gutera swatta kaba kakubanye kk belissima barayikunze. Ariko Elena nayo ni Mega Hit Congrats mr Melani Boy. Ubikoze neza caane i bless this song Izobe hit more than........ let me support you on my social medias
Ur ex deleting and wherever unjana ndajana nae🔥🔥🔥🔥🥀🌹100% my mutima my queen😅😅Muragowe Uno mwaka muzoryoherwa with Melanin boy we love muzik 🔥🔥🔥❤🇧🇮🌹keep shinning gonga ap uwarohew nkaj nind ushk kujyana nanj
Can't explain my love to you my lovely star Melanin am in love with your magical melody ❤️❤️❤️❤️🇧🇮💪❤️🇧🇮❤️💪. I prayed this hit song more than 30times it's make missing my Mutima 😭😭😭😭😭❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️ so emotional 😭😭🌹🌹🌹🌹🌹
This new generation is so hot. please ibintu vyama jalousie tubirekere ba Mugani naba yuda na basatura . Iyi generation ibemwo ugushigikirana Umuziki Ndundi. Izoshika Kure for sure ❤️❤️❤️❤️❤️🇧🇮💪💪💪
Ohh my God!! Sa voix est une dinguerie vraiment! Uyu musore sinarinzi ko ari talentueux uku😭 mélodie+ histoire biri touchantes yambujije nivyo nkora nguma nsubizamwo💌
Ndabarahiye nd'umuntu nzi ivy'umuziki kandi ndabikurikirana cane. Aba star bakera muratewe. We love muzika irafashe volant. Gustavo na Fernando baraje. Fizzo na Sat B muragabe. Muravuye kuri hit mutisubiyeko ngo muduhe umuziki uryoshe kuwiyi generation nshasha. Sat B we yagiye kopo. Fizzo we kubera " My woman" acari muri game. Nawe yiyubare kuyizokurikira. D one, Drama T nabo ba petit ba we love muzika barafashe iguhugu c'umuziki. Gusa D one na Drama T na we love muzika muri mwihiganwa. Biragoye gutora uwambere. Eka tubahe iminsi.