Muruno mwanya niho nkicumv mood ya kadawa 💊 xo lyrics nziza sister @Esther_Nish.keep promoting our Burundian music your are my idol artist in Burundi 🇧🇮🇧🇮
Esther nish wubahwe kabisaaa. Iyi ndirimbo ntegerezwa gukora ibishoboka vyose nkuko nagize kwa dram t ndayi partager kuri benewacu ba hirya yakanyaru. ISIMBI TV ,x large,yago TV show ,3 D TV
Indirimbo ni nziza cane ariko ibintu wiharaje vyo kudakora official video sivyiza je nzogutwara muri sentare batwumvirize kuko umunezero wanje nkumufana wawe ntuzuza neza. Ariko aka kantu ni akadawa tuuuu🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🔥🔥🔥🔥