Тёмный

Esther Nish - Manka feat Thierry Kijanya 

Esther Nish
Подписаться 41 тыс.
Просмотров 107 тыс.
50% 1

Song Writter : Esther Nish
Performed by Esther Nish and Thierry Kijanya
Video Director : Hugues Bana
Audio Producer : Kolly The Magic
Copyright by Bukiv Lab
©2021 Bukiv Lab: All rights reserved, Unauthorized duplication is a violation of applicable laws. Made in Burundi.

Опубликовано:

 

12 сен 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 294   
@meilithekey
@meilithekey 3 года назад
Ayiweee😍🥰Iyo amajwi abiri atesa ahuye biba ibindi bintu vyumuriro🔥💯
@EstherNishOfficial
@EstherNishOfficial 3 года назад
Thx Meili
@billnemess9369
@billnemess9369 2 года назад
Esther nukuri ndagukunda cane goose! Abana bose bavyagwa na Kidumu Baba bashoboye duhereye kuri Big Fizzo! Esther ico nipfuza nukukubona amaso muyandi nukuri nkakuramutsa wangu! Nukuri! Urashoboye gushika yaho umbabaza kabisa!Imana ikumpere imyaka myishi yokubaho ugume utunezera kabisa!❤️❤️❤️🌹🌹🌹🌹
@rojasi9944.
@rojasi9944. 4 месяца назад
Ninde akiyiraba nkanje ampereze like
@henrydaprince718
@henrydaprince718 Год назад
Ester For Real Urbiz Nta Plylist Nokor Ng Hburemwo Song yae Kuk niw Umuririmvy Kaz Uburund Dufs🗣🗣🗣
@jojonostress486
@jojonostress486 3 года назад
Wooooooo mwese bakunzi ba Esther Nish musige #like Tumenyane Nice sonh kararyoshe
@djpaulinbuja
@djpaulinbuja 3 года назад
Whaouuuu j’adore vraiment
@BukivLab
@BukivLab 3 года назад
Merci 🙏 DJ
@EstherNishOfficial
@EstherNishOfficial 3 года назад
Thx Paulin
@jgigvhjkljk
@jgigvhjkljk 3 года назад
Thank you brother Paulin 🤛🏾
@blackshinea.k.aruleboy7945
@blackshinea.k.aruleboy7945 2 года назад
Lovely ru-vid.com/video/%D0%B2%D0%B8%D0%B4%D0%B5%D0%BE-qRJjgadlKcw.html
@agapemusicofficial2840
@agapemusicofficial2840 3 года назад
Kolly noma saaana, I Burundi impano zirahari, tubuze inoti
@shineboy6826
@shineboy6826 3 года назад
mbaga aga song keza gafise akanovera kanyengetera mumaraso est courage urashoboye cane imana ibandanye ikwongerereza imigisha mywishi🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@sirenvibestv
@sirenvibestv 3 года назад
🥰🥰🥰😍😍😍😍😍iyo ntavuga ko iryoshe kandi isa neza nari kuba ngiye manka😍🥵😂 Bdw Esther Nish utangure vuba gukina film😂😂
@alphapixels257
@alphapixels257 3 года назад
Tesaaaa🚨
@zfjxgxgwx7446
@zfjxgxgwx7446 3 года назад
Esther nish ubuhoho arahatwitse haratokombeye pe.mbega indirimbo nziza oya ntugwe manka mwana wuburundi.yooooooo ndakozweko pe.komeza urumurundikazi nemera muri geim
@davidmanishimwe5030
@davidmanishimwe5030 3 года назад
Uri nakajwi kokuririmba pe ndaje mubafana bawe. congratulations love u so much niwewe umbamwo nkakwiyumvamwi...
@claudezoezo7955
@claudezoezo7955 3 года назад
Guys yisubiremwo wumve harya hantu😋 #Esther & kijanya uyumuti mwawuvuguse fresh💉✅ Uwemera ko *Nish* atigera agwa swat nampe like zanj👍.!
@veronenizigama2717
@veronenizigama2717 3 года назад
Indirimbo nziza Can nish ndakwikundir trop urumukobw uzicakor respect
@b-fighter4156
@b-fighter4156 3 года назад
Nanj naho bigoye reka ndabivuge: ndakunda your melodie utanyishuye iyi commentaire noba nguye manka, noba nguye manka
@icirorefilms6568
@icirorefilms6568 3 года назад
Lov from ICIRORE FLMS Kibirenge agushikane kucowifuza gushikako
@clovisingabire1321
@clovisingabire1321 3 года назад
Manquant irababaza kweri Ndavyibutse numva wapi Xo respect ESTHER NISH🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@rugerinyange
@rugerinyange 3 года назад
Indirimbo ikwije ibisabwa vyose ngo igire uburyohe bw'ikirenga. Merci Ester Nish & Kijanya.
@ngabyjosephfernando6060
@ngabyjosephfernando6060 3 года назад
Za 15 millions ziratanguye gukora
@hamenyimanabenoit6950
@hamenyimanabenoit6950 3 года назад
Esther turaguteye intege, really nice song. Tant muri lyrics melody na video .
@dynanikiza7558
@dynanikiza7558 3 года назад
Courage vrmt ester ndagukunda kbx iy ndirimb maz kuyumviriz nk 100fois
@divadaqueen6558
@divadaqueen6558 3 года назад
Mukoze umuti kabisa 😍😍😍😍😍😍😍😍😍
@augustinpawan3898
@augustinpawan3898 3 года назад
Iyontambwe Nish atera burimusi iteye akanyamuneza kumuziki w'Uburundi🔥🔥🔥🔥🔥❤
@Mel5555.
@Mel5555. 3 года назад
Uwumva ko amajwi ari mur' iyi song arenze #Tumenyane!
@kumurundi3743
@kumurundi3743 3 года назад
Ninde yabonye ingen Esther Nish yiruka🤣🤣🤣🤣
@ygsa5009
@ygsa5009 3 года назад
Wllhi ndabemera ,hew esther uduciriy inzira Ubu ntakwiyumunganya nukubibabwira kbxa
@mr_yassinofficial
@mr_yassinofficial 3 года назад
Umwana w'ingidi ntiyigera ahusha 🤗
@dansial7895
@dansial7895 3 года назад
Nsuhujye abantu Bose baguye manka 🤗 Lvu all from other side💕
@mrpaci2725
@mrpaci2725 2 года назад
Ni nziza kabisa. Lv u
@uwinezajohara8362
@uwinezajohara8362 3 года назад
Abakunzi ba Nishi tuyi partage igere kure
@djchachouromantic9025
@djchachouromantic9025 3 года назад
Ewe Ester nawe, urandyohera kwel Chachou Romantic from BE CHAP TV
@joelirutingabo4101
@joelirutingabo4101 3 года назад
Wow ABARUNDI twishimire kuba dufise abaririmvyikazi babikoraneza cane hariho nabandi baguma babizamwo neza nka WISE 💪
@mwanzolaurent5517
@mwanzolaurent5517 3 года назад
Kuanzia leo mishabiki wa huyu Dada..hajawahi niangusha
@niyonkurujeandedieu8796
@niyonkurujeandedieu8796 3 года назад
Anajuwa benye yikoemwo
@user-gm5kf3cx2b
@user-gm5kf3cx2b 4 месяца назад
❤❤❤❤❤niyibihe vyose 🥰
@melasbanda541
@melasbanda541 3 года назад
Ester nish Muburundi usigae Bose wabarie hit
@claudioira1840
@claudioira1840 3 года назад
Umuti w'icyorezo covid 19 n'uyu hit after hit sister keep it up
@justinnkunzimana8216
@justinnkunzimana8216 3 года назад
Wao! Aka karirimbo karadyoshe kbx ester uruwambere mubigeme babarundi bakora music vrmt.
@innocentjeshi257
@innocentjeshi257 3 года назад
Indirimbo nziza cane Nish hejuru canee
@DjOli.
@DjOli. 3 года назад
Iyo ntayumva narwa manka👌👌👌🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@jeanpetithakizimana8887
@jeanpetithakizimana8887 3 года назад
Vyiza cane Esther Nish courage
@mugishaburundi3146
@mugishaburundi3146 3 года назад
Yooo ma chr narinatevye kugira like 👍👍comments
@ndayisengajeanclaude9319
@ndayisengajeanclaude9319 2 года назад
Ndakwera komerezaho my sister urabizi
@excellentizacalvajal297
@excellentizacalvajal297 2 года назад
Icompa gusa nkagukorako Ester ndagukunda cane
@EpideyWinner257
@EpideyWinner257 3 года назад
Estaaaa.... nishiii💥💥💥
@egidensengumuremyi4753
@egidensengumuremyi4753 3 года назад
esther nish mama lao félicitation nyingi sana uriko werekana muri East africa community ko ushoboye turagukeje nawe ye hahiye koko
@akilaudi75
@akilaudi75 3 года назад
Noba nguye Manka ntababwiye ko iyo ndirimbo iryoshe cane.
@nshimirimanaaboubakar2978
@nshimirimanaaboubakar2978 3 года назад
Nish nukur urarenz 🇧🇮
@nibigiracloudecloude7488
@nibigiracloudecloude7488 3 года назад
Nyimbo nzul my beautiful 💃💃big up sn ,wew ntiwigera utumaramaza narimwe 👉industry 💞💞💞💪
@kaburagad7268
@kaburagad7268 8 месяцев назад
Esther Nish ntiyigera aduhemukira mu muziki❤
@hopecomedy7987
@hopecomedy7987 3 года назад
Uwubona neza ikosa yanditse ampe like
@jijis8347
@jijis8347 3 года назад
Waouuw, good mood provider! Inkofero hasi kubihangange bibiri vyaduhaye akakantu kanonosoye
@mukerandangaalfred7521
@mukerandangaalfred7521 2 года назад
Ni ukuri umuziki w'uburundi ugeze ku rwego rushimishije cane.Ntakabuza muri East Africa tuzoba abambere Nish na Kijanya muratwemeje kabisa.
@ingabiregyslaine4827
@ingabiregyslaine4827 3 года назад
Respect komeza uterimbere
@benjaminhavyarimana9479
@benjaminhavyarimana9479 3 года назад
Ntakugwa manka kbx respect Nish
@d-one2575
@d-one2575 3 года назад
Manka manka is 🔥🔥 Love FromItekaMusic
@d.a.n5282
@d.a.n5282 3 года назад
Bonge la ngomaaaaa💣💣💣This is the Ester Nish I know😍 She Never disappoints me✌🏻 Kure Cyaaaane 💃🏻
@uwizeyeinesnelly3969
@uwizeyeinesnelly3969 3 года назад
My dear urashoboye ndagukunda kabisa indirimbo zawe very songs
@honorenihorimbere792
@honorenihorimbere792 3 года назад
Song irakaze weee! Uwoyigira vaccin ya Covid-19 ntiyoba yihenze🔥🔥🔥
@kirangacamahoro
@kirangacamahoro 3 года назад
Kijanya urakwiy akantu
@nzeyimananny3802
@nzeyimananny3802 3 года назад
Iyindirimbo niyumwaka ndayiravye akarenga 50🔥🔥🔥🔥
@brownevrardmuconganji5146
@brownevrardmuconganji5146 3 года назад
Esther iyikurikira uzoyikorane na Crown Rema nawe😉
@thegreatwise3280
@thegreatwise3280 3 года назад
UMWAMIKAZI WUMUZIKI
@fabricegakima2641
@fabricegakima2641 3 года назад
Wubahwe kijanya na ester
@stevensonndayizeye7120
@stevensonndayizeye7120 3 года назад
Kijanya twari tugukumbuye 🥰🥰🥰🥰🥰
@agacu24tv29
@agacu24tv29 2 года назад
Neza cane kararuhura keep on shinning
@irakozetresor5777
@irakozetresor5777 3 года назад
Courage mwese!!!
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 3 года назад
Courage Ester mwubahwe
@emeryndayisenga4175
@emeryndayisenga4175 3 года назад
i song nziza caaaan
@tresorarmelndayumuhutu8705
@tresorarmelndayumuhutu8705 2 года назад
Good song vrt courage Nish
@nsengiyumvaonesphor1418
@nsengiyumvaonesphor1418 2 года назад
Mukobwa wacu urayoboye pe mubigeme ntawugukoreramwo
@mec4494
@mec4494 3 года назад
OUR DIVA 💃💃💃 OUR BURUNDIAN KING & QUEEN OUR AMAZING AFRICAN SINGERS OUR BEST VOCALISTSSSSSSSSSS😍😍 #MURAMARA NTITWAGUYE #MANKA 🔥
@hemmah7608
@hemmah7608 2 года назад
Komera mwiza wanje ndakwikundira
@jacknsengiyumva7264
@jacknsengiyumva7264 3 года назад
Mamamaaa hamwe utokundiyindirimbo wobuguye manka kabx muranyemeje. Nish komera kumuhetoo
@sansbifusansblague555
@sansbifusansblague555 3 года назад
Avec 15millions urarivuze kumukunda ubaye umugabo much respect Esternish
@niasonani4893
@niasonani4893 3 года назад
Irasara 🕺🏿🕺🏿baciye babimenya 🤣
@elswaggerpromoter
@elswaggerpromoter 3 года назад
Hahiye basi 🇧🇮 on the 🗺 🔥 🔥 🔥
@nimubonabeaudry1065
@nimubonabeaudry1065 3 года назад
Nico gituma ntazigera nicuza kuba ndumu fan wa fizzo na esther nish nimw munshimisha gushika iyo ndabibuts vyonyen nca mbwira imana iti warakoz kubarema
@basomakivodo3516
@basomakivodo3516 3 года назад
hahahahahaha ndabona ko ufise Ijambo kabisa ndatinya kugwa Manka murakoze umuti kabisa
@zebedeemirambi3113
@zebedeemirambi3113 3 года назад
Esther nish , niwewe mukobwa iburundi njewe nemera ijwi ryawe , style yumuziki urarenze wubahwe ❤🇨🇩🇨🇩🇨🇩🇨🇩🇨🇩🇨🇩
@YannickKeza-ej7ls
@YannickKeza-ej7ls Год назад
I feel cool Everytime I listen this song
@evelynendayizeye8570
@evelynendayizeye8570 3 года назад
Woow mwubahwe🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
@elienduwimana8258
@elienduwimana8258 2 года назад
Ndakwemera
@karmabvhg2118
@karmabvhg2118 3 года назад
Uririmbaneza sibanga
@leatitiakwizera4016
@leatitiakwizera4016 3 года назад
Akaririmbo kameze neze
@logicsmith3085
@logicsmith3085 3 года назад
Harahiye p!! 🤭🔥🔥🔥🔥
@bernicethebell9398
@bernicethebell9398 3 года назад
Iyo ntakumviriza naba nguye manka
@meschackniyonkuru9534
@meschackniyonkuru9534 3 года назад
Swata yarakunniyee vrt.teusa
@muhitiratotoni3195
@muhitiratotoni3195 3 года назад
Sister big up vraiment komera cane ........
@onejay2578
@onejay2578 3 года назад
Aah Esther pole sana
@siraheli2851
@siraheli2851 3 года назад
Ntiwigera untahasiiiiiii kbxa
@ASHOMIDINA1
@ASHOMIDINA1 3 года назад
Love my burundian singers Nishi ninshi wagwa loss , #Midina#
@nobeafdredlocks1160
@nobeafdredlocks1160 3 года назад
Love from No beaf promoter
@gniyoncuti
@gniyoncuti Год назад
Still playing this song ❣️
@eliphazniyonkuru4085
@eliphazniyonkuru4085 3 года назад
Umurundikazi✌ Courage 🔥🔥🔥
@globalconsultingandsocialb3676
@globalconsultingandsocialb3676 4 месяца назад
Uguye manquant uzunguka hanyuma
@MireilleKamiofficiel
@MireilleKamiofficiel 3 года назад
Mes deux artistes préférés. Bravo mwese
@claudineuwizeye871
@claudineuwizeye871 3 года назад
Love you Nishi💕💕
@annonciateniyonkuru9938
@annonciateniyonkuru9938 Год назад
Ndagufana Esta
@faustinntamatungiro5145
@faustinntamatungiro5145 3 года назад
Bien fait dada
@nimubonabeaudry1065
@nimubonabeaudry1065 3 года назад
Kijanya iryo jwi ryaw ni top
Далее
Esther Nish - Tworukomeza (visualizer) lyrics
3:24
Просмотров 106 тыс.
Esther Nish x Kidum - Umbamwo (Official Video)
4:07
Просмотров 1,7 млн
Ванесса 🆚 Крискас  | WICSUR #shorts
00:42
Ngirozi Yenzira EP03 - Jah Prayzah X SHASHL
27:41
Просмотров 274 тыс.
LES JUMEAUX MUSIC - ABAPAPA (Official Video )
4:27
Просмотров 37 тыс.
CONCERT KIJANYA & YOYA
2:14:50
Просмотров 4,8 тыс.
Esther Nish - NTUNKOLOGE [Official Music Video]
3:26
Просмотров 130 тыс.
Esther Nish - Kavorivori (Official Music Video)
4:17