Ndakunda aba entrepreneurs nkaba vrt. Courage Fabrice. Vrt tu es mon idole .un jour en faveur de Dieu ,,je sais bien que je serai comme toi!!! Que Dieu te protège. Merci Gaël
Nivyiza utwereka. Akazi ugakoraneza. Hezagirwa. Ivyutwereka biradufasha kweli. Je te souhaite gutera imbere hamwe ni équipe yawe. Uri muba jeune bakora neza cane.
Ni umuntu muzima, Imana imuhaze intsinzi mu migambi ariko aratwereka, imuhe amagara meza na cane cane imuhaze kuramba azibonere n'amaso yiwe tous ces succès, ICITEGEREREZO
Nka feedback mbona ko iyo migambi yo kwubaka amazu mukwie kuyishira mu ma classes sociales bivanye na mikoro y umuntu kugira ngo umuntu wese ashike kuriyo ntumbero❤❤
Uyo mu type na Leta, amashirahamwe yokorera utwabo, amabanki.... bose bari bakwiye kumwizera akabaha imitwe. Nibamuhe Centre ville yose murabe ingene 2030 igera yahagize