Bravo à toute l’équipe de siren vibes 🙌🙌🙌,je suis très content de voir Patiri Adrien dans le débat d’aujourd’hui,nukuri turashimye inyigisho za Patiri Adriano,n’umukurambere Koko 🤲,abantu nkabo nibo dushaka mukwubaka igihugu no gutegura kazoza keza k’urwaruka , un coup de chapeau pour cette meilleure chaîne de RU-vid burundaise siren vibes 👏👏👏,eka turabakurikira cane kandi turikumwe namwe kuko muratwigisha vyinshi 👏👏👏👏,Komera@Hosy 🙌🙌 wewe wazanye iciyumviro co kuzana iyi channel RU-vid mu Burundi 🇧🇮,Cadeau from Sweden 🇸🇪
Nta kuntu mwokwama mwambara muberewe nkuko kwuno musi ga basha, mwari top kandi nikiganiro cari ngirakamaro kabisa.Imana ibahezagire ama vues yiyongere
Follow you guys from USA🇺🇸 Patiri Adrian Ntabona ndamwibuka kuri Light University yanigishije Theologie Fondamantale nincabwenge idasanzwe vyiza kongera kumubona
merci beaucoup pour ce sujet . c'etait tres interessant. j'aimerais bien que abavyeyi bacu hamwe n'imiyabaga boraba iki kiganiro ku bwinshi, keep it up
Ikiyago ciza mais kuki suggestions zasa nizifatira muri rusangi narirya tuzi neza ko chaque société yama iri scindée en classes sociales !!vyukuri twokwemeranya ko les transformations sociales zihari hama ama confessions religieuses akiga uko yokwitwara mwibi bintu narirya ko les églises font partie des gdes institutions sociales !nayivyo vyama barrières culturelles sinzi ariko vyari vyiza ko tugira une mm identité culturelle