Тёмный

Girlfriend:mfise ipete rya Capitaine/akija mu gisoda twararize🥹/igikomeje INTATANA n’urukundo♥️ 

Siren Vibes TV
Подписаться 163 тыс.
Просмотров 181 тыс.
50% 1

#sirenvibestv #girlfriend

Опубликовано:

 

18 сен 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 183   
@parfaitadiko3290
@parfaitadiko3290 Год назад
Bravo mes filles vous me donnez l'envie de rentrer au pays. Je suis à l'étranger depuis 51 ans. Je vous suis depuis Abidjan.
@chardoncrepu
@chardoncrepu Год назад
51 ans ???
@Joewilliams-n2l
@Joewilliams-n2l Год назад
Je l'admire bcp Ornella ari humble kandi n'umukristu vyukuri pe. Imana izomufashe azoronke urugo rwiza ruzomubera umugisha nihagera agashaka kubaka
@cadeauwatanga5686
@cadeauwatanga5686 Год назад
Kabisa il faut yuko basutena akaranga k’igihugu cacu ciza c’uburundi ,no seulement le football,basketball,etc ,vraiment club intatana barikwiye support kandi batamba neza 👌,Cadeau from Sweden 🇸🇪
@doucenoellaishimwe1951
@doucenoellaishimwe1951 Год назад
Nivyo Cadeau. Douce from Burundi.
@Bestof257Official
@Bestof257Official Год назад
Oooh wa mu soldier 😳 She's even prettier in real life
@Fitbdi
@Fitbdi Год назад
Siren Vives TV mubikora neza kuko muha ijambo Bose, keep it up
@johnsiebritz7447
@johnsiebritz7447 Год назад
Turinabararundikazi beza kandi baciyubwe ikibazo bafise ntibiyerekana mubandanye mubikora neza turabakunda umusoda nawe yubahwe ♥
@umwigishamurezi
@umwigishamurezi Год назад
Merci pour tous mais si reelement cette dame est un(e) capitaine de l'armee reguliere, il ya lieu d'ameliorer la posture qui soit commode avec un(e) officier(e) de l'armee Burundaise.
@ruhahabill1074
@ruhahabill1074 Год назад
love from RWANDA
@mr.blessing6886
@mr.blessing6886 Год назад
Respect. Much love ❤ from Rwanda 🇷🇼
@mvugirasebineza
@mvugirasebineza Год назад
Hi how are you doing🎉❤
@mr.blessing6886
@mr.blessing6886 Год назад
@@mvugirasebineza good 👍
@unitypeacetv1409
@unitypeacetv1409 Год назад
Meze neza kbs ndashima Imana
@unitypeacetv1409
@unitypeacetv1409 Год назад
Ayawe makuru?
@Alex-cb4rt
@Alex-cb4rt Год назад
Proud of you Afande, so beautful greetings from Rwanda
@partagracejesuiscequejesuis
Inès ari 👌..no muri BCB yakira abantu neza caaaane!!
@marieangekwizera7889
@marieangekwizera7889 Год назад
Woow! Ornella twariganye primaire kuri brigade mumundamukirize.
@oscarfashionbuja1267
@oscarfashionbuja1267 Год назад
Biraryoshe canee gwosee akaranga kubahwee na capitaine wacu shaaa 🥂🤝
@francinentirampeba7548
@francinentirampeba7548 Год назад
Waaaaaooooo ikiganiro cari gitesa sanaaaaaa🇧🇮🇧🇮❤️❤️❤️hosy nukur twaryohewe
@paulpichou5308
@paulpichou5308 Год назад
Be blessed hoziane and gretta, ndabakunda. Mbifurije kuzamukaaaa no kuramba imana ibabe hafi muri byose ndetse na family zanyu zoseeee. Nkunda akazi mukora.
@umutoniwasejeannine3896
@umutoniwasejeannine3896 Год назад
We love u girls ,turakunda ibiganiro vyanyu Kigali turabakurikirana 100/100
@GM-op2sl
@GM-op2sl Год назад
Am watching you from Texas Dallas ndabemera abarundikazi muri beza basi
@philbertndayitwayeko5950
@philbertndayitwayeko5950 Год назад
Nabashimiye cane bashiki bacu, bararyoheye cane, kubona bakunda U Burundi bwacu, bagakundacane n'akaranga kigihugu cacu c'Uburundi, Imana ibahezagire cane, bazogume uko kugeza mubusaza bwabo.
@ernestpabloofficiel
@ernestpabloofficiel Год назад
Waaaaaaaaoooooo c'est ça la belle fille burundaise.je vous aime mes amies
@daniellagatavu7026
@daniellagatavu7026 Год назад
Inès and Ornella humble ladies .may God protect each your step.
@meddymedarditangishaka9412
@meddymedarditangishaka9412 Год назад
Nkunze ukuntu Nella ari humble disi.Ni akana keuzaa nakajwi keuzaa.Mbe arubatse!!!Capitaine❤❤
@djzenobinoruntowndjs
@djzenobinoruntowndjs Год назад
Iyi émission weee😊😊😊😊❤❤❤ nawapenda sana
@sirenvibestv
@sirenvibestv Год назад
❤❤❤❤
@m.jeanpaul3603
@m.jeanpaul3603 Год назад
Siren vibes love from kgl ... Hossy ibiganiro byawe ni sawa cyane
@garythebeast3056
@garythebeast3056 Год назад
Capitaine wacu urimuribake ahugeze ugakomeza akaranga courage ndagukunze birenze
@Benizungu7774
@Benizungu7774 Год назад
Abajumbura vous etez tres Mignonnes😍😍😍 Love from🇷🇼
@Iriho
@Iriho Год назад
Merc bcp
@Ida35715
@Ida35715 Год назад
Abarundikazi vleuma 😍😍🔥🔥🔥🔥🔥
@ndikumanashanny1875
@ndikumanashanny1875 Год назад
ndabasengera igitaramo kizabekiza ndakunda uburundi ariko ndimurwanda sinzaboneka ariko Imana izahabe Amena
@ndayizeyedesire8767
@ndayizeyedesire8767 Год назад
Urukundo ubutwari n’akaranga. biturange Aba big sister bacu big up saaana
@dickniyonsaba1222
@dickniyonsaba1222 Год назад
Courage. Le jour de recrutement muzoyimenyeshe neza. Mwubahwe
@mahoroaudrey6504
@mahoroaudrey6504 Год назад
Courage muratumbwira
@damientimana2300
@damientimana2300 Год назад
So interesting you girls! Both you are amazing and so clever. Following you from Dubai.
@chardoncrepu
@chardoncrepu Год назад
me from europe and i started learn kirundi this week
@banin-bradaneirakoze9535
@banin-bradaneirakoze9535 Год назад
Oooh capitaine WE love you
@yesunumwami1003
@yesunumwami1003 Год назад
Ayomazi numva avahehe gabashaaaaa 😂 Captain Urikeza shaaaaaa ❤
@Imana2021
@Imana2021 Год назад
Ornella numukobwa wacu.proud of here ,namwe mwiyumv ba girlfriends.
@claretniyongabo7600
@claretniyongabo7600 Год назад
Il est bon mon pays Burundi 🇧🇮
@Vision2300
@Vision2300 Год назад
On dit il est beau mon pays
@gakwererejohn830
@gakwererejohn830 Год назад
I like the way you speak without forgetting the way you look.
@leonardnduwayo238
@leonardnduwayo238 Год назад
Respect her. Komeza akazi kawe. I was born in Cankuzo Burundi
@ornellamunyembabazi4241
@ornellamunyembabazi4241 Год назад
Bnjr ndahimbawe nabo batumire ndasavye muzobishire sur les réseaux sociaux kubatari hafi tubibone hama nzorungika abagenzi banje babiri nzobarihira niyo sponsors yanj
@paulpichou5308
@paulpichou5308 Год назад
Ese uyu captain ni single? Hmmmm be blessed hosy . Paul from Kenya 🇰🇪 mombasa
@bahizimontella
@bahizimontella Год назад
Nawurabaza ibyubona ....hhh Ni single cyane
@doucenoellaishimwe1951
@doucenoellaishimwe1951 Год назад
Courage club Intatana. 🥰🔵💙
@wilsonwilson6833
@wilsonwilson6833 Год назад
Banda nyamu zoter'imbere twakunze ikiganiro canyu🤝🤝🤝
@irakundarosette6867
@irakundarosette6867 Год назад
Ornella nakwiofuza kumubona Ari muri intervient vraiment numwana windero nukuri mwubahwe mwese
@mugisha1
@mugisha1 Год назад
Kwari Umukobwa mwiza cyane mwamumpaye nanjye kondi capt
@sandrine6562
@sandrine6562 Год назад
Ornella twariganye kuri Lycée de la dignity mungagarq mumuntahirize
@fabriceniyonizigiye6414
@fabriceniyonizigiye6414 Год назад
Capitaine ka néné kunda ukuntu akundana nka sewiwe kandi ari humble ,souriante,and fanny!! ;petina ,Ines ,naba clémantine mwarakoze kudukundisha ikirundi
@angegateka6732
@angegateka6732 Год назад
Ornnella wanje umu karateka wanj mon capitaine bzuu gretta et hosy bzuuu
@nishishikareclaude8749
@nishishikareclaude8749 Год назад
Ornellaaaa nkumbuye nokukubona pe courage ma belle
@olivettekovacevic3912
@olivettekovacevic3912 Год назад
Ni ikiganiro kiri inspirer gose Hosy mais nimuze mwibuka nabandi bo mu makartier atandukanye, il ne faut pas seulement abantu bo hejuru, meme a les citee aussi nibaze ko hariho aba girl freind kandi bifuza gu participa ikiganiro, mais pardon sindabinjiriye mu kazi, niciyumviro gusa, merci
@bucutiarsenelupin164
@bucutiarsenelupin164 Год назад
Intatana terimbere Inès the best,Minah, captain Nella
@lauritanicole4410
@lauritanicole4410 Год назад
Vyiza mukomeze ubwo bumwe
@oliviernduwayo501
@oliviernduwayo501 Год назад
Hi girls,do u know what is meaning girlfriend or not ?
@joshuanzirabatinya415
@joshuanzirabatinya415 Год назад
Nda mushaka uwo Capitaine mwiza cyane
@jimmynzi
@jimmynzi Год назад
nella ❤
@meddy380
@meddy380 9 месяцев назад
Respect my captain ornella❤❤❤
@shadiahshadiahshadiahshadi4060
Capitaine bukeyeneza courage
@mosesmuhoozi8133
@mosesmuhoozi8133 Год назад
Mumpuze nuwo mukobwa wu Capt namukunze❤️❤️❤️❤️❤️
@emeryking6587
@emeryking6587 Год назад
African Queens ndabqkund cyan lozy komeza kuduza ibendela ryu U 🇧🇮
@igiranezakeilla6442
@igiranezakeilla6442 Год назад
Oooooh my Nella capitaine ❤❤
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 Год назад
Ash..Je Nkunda kuza aha kwishimira aba z'enfants gusa😍 Oooh🥰🤦🏽‍♂️SOLDADO Kumbe n uko avuga akajwi🎶🎵 Afise Swag Ikazeee🙂👍🏽 Muitu PATRIOTISMO✊🏾🇧🇮 Ninde muri mwese ari Single ga yemwe?! Verema🤠 Hey Bare..Sista Betina..in the mean Time🎼🎵🎶
@namulivictoria9164
@namulivictoria9164 Год назад
Waoooh capitaine
@kalisaernestfilms2197
@kalisaernestfilms2197 Год назад
Nihatari kweri✌
@winniegloriambarushimana4722
Intatana nizambere vraiment 🙏
@liessendayiziga4558
@liessendayiziga4558 Год назад
Ko bitesaaaaa😍😍😍😍😍
@niyonkuruvincent8221
@niyonkuruvincent8221 Год назад
Uwomukobwa Ornella ashaka kuvuga nka Chris brown #TYS
@nininahazweclarisse8687
@nininahazweclarisse8687 Год назад
Capitaine Nella intasho nyinshi gicherie.hahahaaa
@paracletdushime701
@paracletdushime701 Год назад
Abo ba girlfriends yooh ndabakunze cane, nibace bangira Boyfriend wabo, duce dutesa , kuubadida... ❤️❤️
@niniaha7894
@niniaha7894 Год назад
Ma chrie Nella 😍♥️
@kamparamakajmporo1326
@kamparamakajmporo1326 Год назад
Ndabakunda mirebeza cyane
@emeryking6587
@emeryking6587 Год назад
Ndakunze ukuntu ayaga nkumunyamuco pe i like it
@laurancemanirampa3960
@laurancemanirampa3960 Год назад
Abarundikazi mwubahwe💞💞💞💞
@rukundopacifique4124
@rukundopacifique4124 Год назад
Wow geat inspiration to the young one (youth)
@sabojanvierjaja2007
@sabojanvierjaja2007 Год назад
Woow Hosy courage na emission nziza cane i like it ♥️♥️💯💯💯🔥🔥🔥🔥🔥
@kamparamakajmporo1326
@kamparamakajmporo1326 Год назад
Abaru ndi mirebeza cyane
@FromstonetoAI123
@FromstonetoAI123 Год назад
Umukobwa mwiza ubona wuje ubwitonzi rwose , soldier ✅
@unitypeacetv1409
@unitypeacetv1409 Год назад
Turasuhuje kandi turabakunda tukunda nibiganiro byanyu ❤
@semuganzashambacharles9233
@semuganzashambacharles9233 Год назад
Uwo ell sera l'amour de m vie for ever
@oliviernduwayo501
@oliviernduwayo501 Год назад
Demon spirit the girls call themselves girlfriend?
@bricekajambere1170
@bricekajambere1170 Год назад
Ornella afis conditions pfysque raba ukubokoo kuiwe numujeshiii kbx
@nadegeirambona7829
@nadegeirambona7829 Год назад
Ego vrmnt. Nell nigi chr😊
@HSamuelKhalfa
@HSamuelKhalfa Год назад
Ikiganiro ciryoshe caneee 😍 😍 😍
@ntwaribernard6719
@ntwaribernard6719 Год назад
Ndabakunda cyane ndi Rwanda muzaze kigali dusangire agasoda
@unitypeacetv1409
@unitypeacetv1409 Год назад
Capitaine ❤❤❤❤
@tuyishemezeflorence361
@tuyishemezeflorence361 Год назад
Waouuu Nella sha
@inesirakoze4980
@inesirakoze4980 Год назад
Ivyiza vy'Igihugu cacu shaaa ❤❤❤❤❤
@havyarimanakenny2074
@havyarimanakenny2074 Год назад
Capitaine wacu yubahwe
@axelarakaza9870
@axelarakaza9870 Год назад
Indanga troupe 🙌
@DianaCiza-zc7or
@DianaCiza-zc7or Год назад
Ikikiganiro ni bien🎉
@moisesebagabo3524
@moisesebagabo3524 Год назад
Kokose niwamukobwa umanuka mundege? Ubwo ntimwadupfunyikiye? Mbega aracyari muto disi muma uniform ubonarimukuru courage mukobwa wacu,afite nikinyabupfura.
@chancenduwayo9471
@chancenduwayo9471 Год назад
egoo. niwe pe
@ntirantibagirahawa9134
@ntirantibagirahawa9134 Год назад
Bravo capitaine love u❤
@fabriceniyonizigiye6414
@fabriceniyonizigiye6414 Год назад
Clementine nkurunziza nari namuyobewe twariganye primaire
@Nim2512
@Nim2512 Год назад
Aba patriotes kbs💪💪💪🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@gitumvagenevieve8806
@gitumvagenevieve8806 Год назад
Muhezagirwe vraiment ndakunze cane♥️
@UWIRINGIYIMANAPatience
@UWIRINGIYIMANAPatience Год назад
nanjye Ornella ndamukunda,nubwo atakinyibuka,umundamukirize
@gakeboranda3223
@gakeboranda3223 9 месяцев назад
❤❤❤
@ntirantibagirahawa9134
@ntirantibagirahawa9134 Год назад
Ndabakunda bana biwacu❤ Bravo❤
@fab7689
@fab7689 Год назад
miss des miss na versace
@rukundouwihanganye4908
@rukundouwihanganye4908 Год назад
Nanje ndabakunda kurajeba chikibacu Ndi 🇺🇸
@emeryking6587
@emeryking6587 Год назад
it's amazing ❤❤❤
@edmondbigirimana824
@edmondbigirimana824 Год назад
Kuko mukaranga hariyo des docteurs, des ingénieurs,..... rero abacibaza kwari ibintu vyabantu batobato nibo bafise ubwonko buciriritse, murakoze.
@Evapedro71
@Evapedro71 Год назад
Waouw Mwese muri beza vraiment
@irankundajimmy5512
@irankundajimmy5512 Год назад
Hello ladies muri beza trop
@bonithbobohassan
@bonithbobohassan Год назад
Mbega ibyuki
@claudettemahoro2190
@claudettemahoro2190 Год назад
Abiwacu ndabakunda vrmt ❤️❤️
@sidbgggh-il5ud
@sidbgggh-il5ud Год назад
Courage
@jameswestbrook5709
@jameswestbrook5709 Год назад
I didn't know burundians got really hot chicks
@Nim2512
@Nim2512 Год назад
Come to visit the Country
@jayc7311
@jayc7311 Год назад
You must’ve been living under a rock then😂
@jajasoldado198
@jajasoldado198 Год назад
Arubatse Basha Captaine Numva Ndamukunz Pe
Далее
Prank Orchestra
00:10
Просмотров 1,6 млн
Mini bag sealer
00:58
Просмотров 7 млн
IMIBONANO MPUZABITSINA, N'INKINGI Y'URUGO
1:18:50
Просмотров 189 тыс.
Prank Orchestra
00:10
Просмотров 1,6 млн