Тёмный
No video :(

GITORO 

INCUTI - FILMS
Подписаться 8 тыс.
Просмотров 4,4 тыс.
50% 1

Description :
Dr Mathias umuganga w'indwara z'abakenyezi, akaba asanzwe yubatse. Kukazi abantu benshi bipfuza kwivuriza iwe bivanye nuko abavura neza akanabitaho, ariko uko kukazi ari umuganga mwiza siko murugo iwe ari umugabo mwiza, kuko kenshi aja kurara k'umuhabara asize munzu umukenyezi wiwe yibugenze. Iyo agarutse atabeshe ko yaraye kukazi yabesha ko yaraye gutondera IGITORO ku mastation yitwaje ibura ry'ico gitoro aho aherereye.
Producer : Aboubakar NIBARUTA
D.O.P & Editor : Pops
Sound Engineer : Bede IRAMBONA
Director : Aboubakar NIBARUTA
More info : +257 79 532 646
Email : ajebfilms@gmail.com

Опубликовано:

 

22 авг 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 66   
@Iteritekaivonvi
@Iteritekaivonvi 3 месяца назад
Aboubakar warahinduts kumez kuturyoher ncut ❤❤❤
@skymediaburundi
@skymediaburundi 3 месяца назад
sky media Bdi is here
@AssiaClaudineMukaremera-3066
@AssiaClaudineMukaremera-3066 3 месяца назад
Mbaye mubambere🤣🤣 abaza nyuma tumenyane muri rwarukundo nyene🔥🔥🔥❤️❤️
@AssiaClaudineMukaremera-3066
@AssiaClaudineMukaremera-3066 3 месяца назад
Abanyamuyiga muduze ibiganza🤚🤚 igitoro catobotse munyarukane amabido🤣🤣🤣🤣🤣 #LIGERA Familly💕 murihe Ko ntabona✌️🔥🔥🔥❤️❤️
@ntakirutimanamoise4784
@ntakirutimanamoise4784 3 месяца назад
Good job
@user-td7ht7wd3v
@user-td7ht7wd3v 3 месяца назад
waaaoo Courage
@pilindayishimiye9393
@pilindayishimiye9393 3 месяца назад
Twahageze❤❤
@user-cx8qt7oo8o
@user-cx8qt7oo8o 3 месяца назад
🎉🎉🎉❤
@user-fk3pl1jj4p
@user-fk3pl1jj4p 3 месяца назад
Good🥰🥰
@boboboxtv
@boboboxtv 3 месяца назад
Niwewanje
@user-iu3kf4sp8j
@user-iu3kf4sp8j 3 месяца назад
Ina chr❤
@user-fk3pl1jj4p
@user-fk3pl1jj4p 3 месяца назад
Eira❤
@user-sn2nt1qz3m
@user-sn2nt1qz3m 3 месяца назад
Gitiro cubu nihari
@user-sn2nt1qz3m
@user-sn2nt1qz3m 3 месяца назад
Gitiro cubu ningorane
@aimepatiencenibitanga7557
@aimepatiencenibitanga7557 3 месяца назад
akantu kamez neza 🩸☑☑☑
@AnithiaIrankunda-et8sl
@AnithiaIrankunda-et8sl 3 месяца назад
Mucooo wnjee shaaa turagukunda cnee
@user-bd2zq5vg9k
@user-bd2zq5vg9k 3 месяца назад
🎉🎉❤❤❤
@user-vl2ry9ze9t
@user-vl2ry9ze9t 3 месяца назад
Yoooooooooo atigitoro?🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@user-vl2ry9ze9t
@user-vl2ry9ze9t 3 месяца назад
Waooooo muco courage cane ndimuruko nawe❤ nubw nzosigara ndijenyene nzoguma💞💞💞💞💋
@user-dq5bj2ld8y
@user-dq5bj2ld8y 3 месяца назад
❤❤
@user-tz2ny9rq3s
@user-tz2ny9rq3s 3 месяца назад
Oui Oui Bien organise. Color ❤
@passostudio9194
@passostudio9194 3 месяца назад
Woow🎉Film yanditse neza kandi n'abakinyi bakinye neza ❤❤❤ twifuzako wozodukorera i serie
@user-th3ij2tj9k
@user-th3ij2tj9k 3 месяца назад
❤❤❤
@user-mj4jm4hy9q
@user-mj4jm4hy9q 3 месяца назад
Ndabakunda.abiwacu.muyinga.ndifuzakomwoterimbere.mugatezimbere.iwaju
@MelchisedechNdayigine-et9yx
@MelchisedechNdayigine-et9yx 3 месяца назад
Vyiza cane, agakurikira!
@NduwimanaSandra-cc6bh
@NduwimanaSandra-cc6bh 3 месяца назад
Waoooooo courage dii muco wacu❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@ericbizimana1753
@ericbizimana1753 3 месяца назад
Twaje kandi tugiye kuza kabisa!
@huzaifairankunda
@huzaifairankunda 3 месяца назад
Moussa merci kundungika ahantu nkaha wallah Hama vyiza yobandanya
@kevinnkurunziza183
@kevinnkurunziza183 3 месяца назад
Safi sana
@RenildeHakizimana-dd5pe
@RenildeHakizimana-dd5pe 3 месяца назад
Waooooo ubundi bon Bachar yahorahe?? Ndakwikundira muco courage
@MANING41
@MANING41 3 месяца назад
Inaaaa na Bad Jay mnaweza sana!!!!
@user-fy8kx7so2y
@user-fy8kx7so2y 3 месяца назад
Amede wakera yaravyibushee😮😮😮😮😮
@NeneInes-kf4iu
@NeneInes-kf4iu 3 месяца назад
Waoooo muze muyiduhera kugihe rata
@onexyneo1538
@onexyneo1538 3 месяца назад
Courage
@user-qv1rx8os9f
@user-qv1rx8os9f 3 месяца назад
Courage Amédée twari tugukumbuyeee
@lysetteakimana800
@lysetteakimana800 3 месяца назад
Waouh Ndanezerew 🎉
@officialislathedon9909
@officialislathedon9909 3 месяца назад
Les beautés chez Nous 🔥🔥🔥
@benignekwizera924
@benignekwizera924 3 месяца назад
Big up sana my bro Bad j ❤️🌹🌹🌹🥰🥰
@HamenyimanaAmanda69-fx5rz
@HamenyimanaAmanda69-fx5rz 3 месяца назад
😂😂😂 merci bcp kur team yose
@solangeiradukunda9133
@solangeiradukunda9133 3 месяца назад
Courage guys❤❤❤
@flavafleury
@flavafleury 3 месяца назад
Naha naje nihondi
@SleepyBambooForest-df7jy
@SleepyBambooForest-df7jy 3 месяца назад
amede wabaye mwishi
@SandrineMugisha
@SandrineMugisha 3 месяца назад
Muco izo film uzosanga zigiy ziragukurikirana
@Born-to-hustle
@Born-to-hustle 3 месяца назад
Wow nicociza cogukurikirana bobo box tv nkiyi sinarindayizi Kandi iryosh
@moussansengiyaremye5274
@moussansengiyaremye5274 3 месяца назад
Mubona gute ibandanije
@NdayiragijeBashil
@NdayiragijeBashil 3 месяца назад
Wubahwe bdi Jay wacu
@njutujedeofficial2998
@njutujedeofficial2998 3 месяца назад
😂😂😂Mbega mbega igitoro weee😂😂😂 Good movie❤
@aboubakarbad-jnibaruta7659
@aboubakarbad-jnibaruta7659 3 месяца назад
Thank you bro NJ nukuraba uze nawe
@user-pl8zs4pf8o
@user-pl8zs4pf8o 3 месяца назад
❤❤🎉🎉
@user-tw9sx6bn4n
@user-tw9sx6bn4n 3 месяца назад
Courage vraiment ahubwo raba usubire ubigire umwuga tuzogushikira nkabafana Goooo Ahead aboubakar
@aboubakarbad-jnibaruta7659
@aboubakarbad-jnibaruta7659 2 месяца назад
Thank you
@MunyankindiJackson
@MunyankindiJackson 3 месяца назад
Kumbe iraryoshe wakoze bobo box kundingika ngaha
@user-bb8xc1yv8m
@user-bb8xc1yv8m 3 месяца назад
😢amedeeeee wahoraheeeeee
@aboubakarbad-jnibaruta7659
@aboubakarbad-jnibaruta7659 3 месяца назад
Amede yagarutse ubu ari hano
@user-zw4bc6rw4b
@user-zw4bc6rw4b 3 месяца назад
🎉🎉🎉🎉🎉
@IgiranezaMika-ed9dy
@IgiranezaMika-ed9dy 3 месяца назад
❤❤❤❤❤❤❤
@AloysNiyonizigiye-ce7di
@AloysNiyonizigiye-ce7di 2 месяца назад
Amed wariwagiyeh
@sourtanshemu9512
@sourtanshemu9512 2 месяца назад
Ugukanye umuvuduko wawund nyn
@user-xp5jd8wn6h
@user-xp5jd8wn6h 2 месяца назад
Oy duhe isindi
@FélicitéNininahazwe-x8k
@FélicitéNininahazwe-x8k 11 дней назад
Uw mu type narindamukumbuy mur film
@user-ex6ul7gp8o
@user-ex6ul7gp8o 2 месяца назад
Firim yariryosh ariko nuko batayibandanij
@negroprapper
@negroprapper 3 месяца назад
Nice
@SleepyBambooForest-df7jy
@SleepyBambooForest-df7jy 3 месяца назад
amede wabaye mwishi
@user-lq2fi8gg5x
@user-lq2fi8gg5x 3 месяца назад
🎉🎉🎉🎉❤❤❤
@SleepyBambooForest-df7jy
@SleepyBambooForest-df7jy 3 месяца назад
amede wabaye mwishi
@aboubakarbad-jnibaruta7659
@aboubakarbad-jnibaruta7659 2 месяца назад
Nimyaka yariyongereye
Далее
ICIZERE Part B
35:21
Просмотров 13 тыс.
💀СЛОМАЛ Айфон за 5 СЕКУНД😱
00:26
Ingaruka Z'ubuhemu Part 5
19:59
Просмотров 63 тыс.
UKURI MOVIE EP 2
11:19
Просмотров 2,4 тыс.
ICIZERE Part A
22:00
Просмотров 10 тыс.
Ingaruka Z'ubuhemu Part 1
20:25
Просмотров 128 тыс.
ISI DUTUYE: GIRA SO YITURWA INDI
46:07
Просмотров 456 тыс.
ICIZERE Part C
27:54
Просмотров 8 тыс.