Тёмный

Gura amazu meza caane kandi azimbutse caane. raba ukuntu inyuma hazoba hameze. 

BMBC BURUNDI CONSTRUCTION ARCHITECTURE
Подписаться 2,6 тыс.
Просмотров 689
50% 1

BMBC HOMES iriko igurisha amazu meza cane y’akataraboneka
Ivyo bishitse inyuma yaho twegereanije ibikenewe yose kugira uwo mugambi uranguke mu ntumbero yo gushira mu ngiro ivyipfuzo vy’abakiriya bacu.
Muri ico gikorwa twongeyemwo amazu azimbutse cane kandi ya kijambere yubatse ku buhinga bugezweho.
Abadashobora kuyarihira icarimwe barashobora kuyagura bakayariha buke buke mu kiringo kitarenga imyaka 10 ariko babanje gutanga amahera y’urufatiro angana ibice 20 kw’ijana vy’agaciro k’inzu bahisemwo.
Mwihute kuza kugura inzu mwipfuza zitarahera
Uwipfuza kuvugana natwe yoturondera kuri whatsapp +257 79 500 227

Опубликовано:

 

8 сен 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии    
Далее