Тёмный

"Hari amajambo menshi ari mu gifaransa gusa umuganga n’umurwayi bikagora gutahurana" 

Magazine Jimbere
Подписаться 52 тыс.
Просмотров 568
50% 1

🩺🥼🏥 Abakunzi b'ururimi rw'ikirundi bahagarikiwe na Ferdinand Mberamihigo, umwigisha wa Kaminuza y'Uburundi, Tania Gahama Ineza, umuganga akaba n'umurongozi w'ishirahamwe ryitaho amagara y'abantu "Uzima", Inès Kidasharira, umukenyezi akorera mu gisata c'irondoka rijanye n'amagara meza na Napoléon Ahishakiye, umuryoshakiyago wo mu Ruganda Gusoma, bari bitabiriye iryo sekeza kuri uyu wa 1 Myandagaro 2024 mu ntumbero yo gufasha gucura amajambo afise intumbero, insiguro n'inyubako y'ikirundi bitomoye mu gisata c'amagara y'abantu.
👀 Kurikirana uko vyagenze...

Опубликовано:

 

15 сен 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 2   
@NshimirimanaMarcien
@NshimirimanaMarcien 29 дней назад
Komeza ikirundi ntikinyike
@NshimirimanaMarcien
@NshimirimanaMarcien 29 дней назад
Ahubwo ivyóbintu vyokuvuga ngo imigenzo y'ikirundi ntivyemera, mbona bisiguye kutavuga ukuri, guhisha ibintu vyakamaro, igitsina si ikintu kibi Ahubwo ni ciza kandi cagaciro nk'ibindi bihimba vyose vy'umubiri twari dukwiye kuvyishimira kuba tubifise, biteye isoni kubivuga mukirundi ariko mu kinofunofu kuvuga biroroshe, ahubwo nk'abahinga b'ikirundi muratora ayandi mazina meza yavyo, ntawamenya usanga amazina yavyo ariyo mabi ariko ibitsina ni vyiza, kuko Arya bavuga muri muri sport sinzi kwari ay'inkomoko canke y'akame. Sante sexuelle: izina ndoragitsina, urgency: mw'itabariro,
Далее