Тёмный

Hari inkomezi // Chorale Pentecôtiste de l'UPG // Album Hari inkomezi 

Chorale Pentecôtiste de l' UPG
Подписаться 2,2 тыс.
Просмотров 15 тыс.
50% 1

Abaheburayo 9:12-14
Kand' amaraso y'impene cank' ay' amashuri, si yo yamushikanye ahera cane, ariko yahashikanywe n'ayiwe maraso rimwe gusa, yironkeye ugucungura kw'ibihe bidashira. Non' amaraso y'impene n'ay' amapfizi bo n'umunyota w'inka y'iriza ucucagiwe abahumanye, ko vyeza imibiri igahumanuka, mbeg' amaraso ya Kristo, uwo yitanze ku Mana atagira agasembga, abitewe na Mpwemu ahoraho, ntazorushiriza guhumanura imitima yanyu ngw ibikorwa vy'impfagusa biyivemwo, kugira ngo mubone ingene mukorera Imana nzima?

Опубликовано:

 

24 сен 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 125   
@bonifacemanirakiza6438
@bonifacemanirakiza6438 Год назад
Ayo maraso aduhuza n'Imana niyo atugira abana bayo tugaharirwa kubwayo maraso. Narahariwe. UPG congratulation
@edsontuyagire7848
@edsontuyagire7848 Год назад
Amen Damu Ya Yesu ni ngao Yetu
@paulinhabonumuremyi681
@paulinhabonumuremyi681 Год назад
conglaturation; GOD give us the blessing
@mwizerwahenock-cd5iv
@mwizerwahenock-cd5iv Год назад
Vive l'UPG ndabakunda bavukanyi mwobgerwe amavuta
@Chorale_P_UPG
@Chorale_P_UPG Год назад
Amen
@FugeneNIYOKWIZERA-fl3hn
@FugeneNIYOKWIZERA-fl3hn Год назад
Harinkomezi Mu Maraso ya Christo Yesu Amen
@norbertcreator
@norbertcreator Год назад
Bandanya imana ibaje imbere , mushike kw'ihangiro. Iyo ndirimbo nziza.
@Chorale_P_UPG
@Chorale_P_UPG Год назад
Murakoze!
@BonaventureKarisabiye
@BonaventureKarisabiye Год назад
hello mukomere yesu abakomeze murakoze nizindi tuzihambwe
@EgideNIYOGUSENGA-rm4fs
@EgideNIYOGUSENGA-rm4fs Год назад
Eweee wa maraso ya Yesu wakozibikomeye mw'lsi
@Chorale_P_UPG
@Chorale_P_UPG Год назад
Amen
@KaburaDavid-m9g
@KaburaDavid-m9g Год назад
N'ukuri hari inkomezi mu maraso ya Yesu Kristo
@AnnielllaDushime
@AnnielllaDushime Год назад
Hallelujah ayo maraso aduhuza nImana ❤❤❤❤❤❤
@jeannebarinumukama9433
@jeannebarinumukama9433 Год назад
Iyi ndirimb'irampeza gira!!!!!!!!! Mukomere.
@deborahndayishimiye51
@deborahndayishimiye51 7 месяцев назад
Murampezagira . Hari inkomezi zitangaje mumaraso Ya Yesu koko
@mechackgirukwigomba5702
@mechackgirukwigomba5702 Год назад
Yesu ashishikare atuneshereza. Ku bwamaraso
@Chorale_P_UPG
@Chorale_P_UPG Год назад
Amen
@KaburaDavid-m9g
@KaburaDavid-m9g Год назад
KANDI NI KOKO HARI UBUBASHAAAAA MU MARASO YA YESU
@gilbertirakoze-yw7xl
@gilbertirakoze-yw7xl Год назад
Ash courage nukuri ni vyiza p
@irasamie7700
@irasamie7700 Год назад
Amen! Yesu abahezagire
@Chorale_P_UPG
@Chorale_P_UPG Год назад
Amen
@christellairakoze532
@christellairakoze532 Год назад
Imana ibahezagirreeeee caaaane❤
@Chorale_P_UPG
@Chorale_P_UPG Год назад
aaameen! nawe uhezagirwe
@IgiranezaChadia-li9xf
@IgiranezaChadia-li9xf Год назад
Yoooo muragahezagirwa n'Imana
@Chorale_P_UPG
@Chorale_P_UPG Год назад
Amen
@benjaminiratwibutse3329
@benjaminiratwibutse3329 Год назад
Yesu abahezagire 💓💓
@Chorale_P_UPG
@Chorale_P_UPG Год назад
Amen
@julesNizigiyimana-n3v
@julesNizigiyimana-n3v Год назад
Yesu aduhane umugisha
@Chorale_P_UPG
@Chorale_P_UPG Год назад
Amen!
@kabangagradis
@kabangagradis Год назад
HARI INKOMEZI ZITANGAJE MU MARASO YA YESU HARI INKOMEZI ZITANGAJE MU MARASO Y, UMUKIZA
@nkunzimanachristopher9495
@nkunzimanachristopher9495 Год назад
Aaaaamen aaaaamen,, nikubw'amaraso tuzoja mw'Ijuru,...,..May God bless you 🖤🖤
@BizCed-ng7wy
@BizCed-ng7wy Год назад
Muranezereye!! Muragahezagirwa!!
@Chorale_P_UPG
@Chorale_P_UPG Год назад
Amen
@DeliciaIGIRANEZA-ny7ii
@DeliciaIGIRANEZA-ny7ii Год назад
Imana ibahezagire 🙌
@Chorale_P_UPG
@Chorale_P_UPG Год назад
Amen! Nawe Yesu aguhezagire caane!
@GodelieveMushimiyimana-tv2tj
Amen nanje narahariwe
@Chorale_P_UPG
@Chorale_P_UPG Год назад
Imana ishimwe
@FabriHaki
@FabriHaki Год назад
Imana yo mwijuru ibongere amavuta kweri Aka karirimbo kafuhezagiye
@Chorale_P_UPG
@Chorale_P_UPG Год назад
Amen
@KaburaDavid-m9g
@KaburaDavid-m9g Год назад
AMEN AMEN
@ArmandIRAKOZE
@ArmandIRAKOZE Год назад
Mubisanzwe ayo maraso niyo yatugize abantu kera nta bantu twarimwo. harikintu je nabonye cantangaje,urashobora kuja kwihana nkicaha ukijanye mu butungane wosanga baguciriye gupfungwa imyakaka nkitanu,cumi canke cumi nitanu.Ariko kubwayo maraso wihanye neza,imbere y abakozi b Imana ukavanayo amahoro amwe adasanzwe.Nukuri ni kubwayo Maraso dufise amahoro
@Chorale_P_UPG
@Chorale_P_UPG Год назад
😀
@Chorale_P_UPG
@Chorale_P_UPG Год назад
Vy'ukri Yesu aragahezagirwa Yemeye kwitanga !
@elogeniyukuri3197
@elogeniyukuri3197 Год назад
Amen amen
@MichelineBakunduwukize-to6lx
Nice song
@MarieJoseNdayikeje-ev5sw
@MarieJoseNdayikeje-ev5sw Год назад
Imana ibakomeze
@Chorale_P_UPG
@Chorale_P_UPG Год назад
Amen
@EricBaziruwisabiye-sy6gr
@EricBaziruwisabiye-sy6gr Год назад
Mukomere ntimunyiganyige bavukanyi indirimbo zanyu ziraduhezagira
@Chorale_P_UPG
@Chorale_P_UPG Год назад
Amen!
@Kjulkjvhjhhjvghb
@Kjulkjvhjhhjvghb Год назад
Yesu Abahe umugisha n'inkomezi zo kurushiriza kwamamaza ubutumwa bwiza
@Chorale_P_UPG
@Chorale_P_UPG Год назад
Amen!
@niyindemeraj.m.vianney9683
@niyindemeraj.m.vianney9683 Год назад
Yesu aragahezagirwa
@Manirakizasaide-wr7ud
@Manirakizasaide-wr7ud Год назад
Thank you for this Nice song
@Chorale_P_UPG
@Chorale_P_UPG Год назад
Amen
@fulgencenkengurutse6696
@fulgencenkengurutse6696 Год назад
Amen,kure cane niho ndabifurije .
@yvesniyomwungere5790
@yvesniyomwungere5790 Год назад
Nanje Ayo maraso ndayishimira yampuje n'Imana, hashimwe Yesu yayavuye kubwacu!
@Chorale_P_UPG
@Chorale_P_UPG Год назад
Amen🙌🙌
@niyindemeraj.m.vianney9683
@niyindemeraj.m.vianney9683 Год назад
Muraduhezagira cane
@ericjamesbarinako1102
@ericjamesbarinako1102 Год назад
Mwarahezagiwe mukoze guhezagirwa nukuri mwubatse imitima ya benshi,Uhoraho abahe umugisha
@Chorale_P_UPG
@Chorale_P_UPG Год назад
Amen
@Chorale_P_UPG
@Chorale_P_UPG Год назад
Abariko baradukeza mwese Imana ibahezagire
@EmelyneBivugire-sl1wy
@EmelyneBivugire-sl1wy Год назад
Icubahiro kibe ic' IMANA YA ISILAYELI
@mutuyimanajoselyne4632
@mutuyimanajoselyne4632 Год назад
Me in love with this song. From Rwanda
@Chorale_P_UPG
@Chorale_P_UPG Год назад
Thanks a lot!
@odioseirumva6826
@odioseirumva6826 Год назад
Muhezagirwe cane
@Chorale_P_UPG
@Chorale_P_UPG Год назад
Amen
@EmelyneBivugire-sl1wy
@EmelyneBivugire-sl1wy Год назад
Nabibonye muhezagirwe
@samuelirakoze6830
@samuelirakoze6830 Год назад
Amen❤
@CecileNyandwi-ti6hg
@CecileNyandwi-ti6hg Год назад
Harububasha mumaraso yumukiza
@emmanuelnkurunziza8825
@emmanuelnkurunziza8825 Год назад
Wonderful
@Chorale_P_UPG
@Chorale_P_UPG Год назад
Merci
@elasenihimbazwe
@elasenihimbazwe Год назад
Yesu abahezagire bavukanyi
@Chorale_P_UPG
@Chorale_P_UPG Год назад
Amen!
@Chorale_P_UPG
@Chorale_P_UPG Год назад
Namwe Yesu abahe umugisha
@raoulgentilofficial7843
@raoulgentilofficial7843 Год назад
Vyiza
@vivantisteoficiall6287
@vivantisteoficiall6287 Год назад
💪💪
@elianemuhimpundu9400
@elianemuhimpundu9400 Год назад
Muragahezagigwa na Yesu
@Chorale_P_UPG
@Chorale_P_UPG Год назад
Amen Namwe muhezagirwe!
@DavidNKURUNZIZA-l7h
@DavidNKURUNZIZA-l7h 7 дней назад
Icubahiro kibe ic'Imana iyindirimbo isana imitima
@FabriHaki
@FabriHaki Год назад
Nivyukuri HARINKOMEZI mumaraso ya yesu
@marienadineirankunda
@marienadineirankunda Год назад
Amen🙏 Imana ibandanye ibahezagera
@Chorale_P_UPG
@Chorale_P_UPG Год назад
Amen
@nijimberearistide1045
@nijimberearistide1045 Год назад
Courageee
@Chorale_P_UPG
@Chorale_P_UPG Год назад
Merci
@niyindemeraj.m.vianney9683
@niyindemeraj.m.vianney9683 Год назад
Muraturyoheye
@bonifacemanirakiza6438
@bonifacemanirakiza6438 Год назад
Ntahandi hari inkomezi atari muri Yesu christo
@MoniqueIninahazwe-oz2gs
@MoniqueIninahazwe-oz2gs Год назад
S'inkomezi zacu kweri nikubw'amaraso ya YESU
@GerardNIRERA-ok7ci
@GerardNIRERA-ok7ci Год назад
Muragahezagirwa
@Chorale_P_UPG
@Chorale_P_UPG Год назад
Amen
@EliasSiwajari-gt7es
@EliasSiwajari-gt7es Год назад
Be empered! Much ointing to you
@Chorale_P_UPG
@Chorale_P_UPG Год назад
Amen
@herveiranezereza7952
@herveiranezereza7952 Год назад
Yesu aduhe kuzoshika mwijuru
@Chorale_P_UPG
@Chorale_P_UPG Год назад
Amen!
@emileniyoncuti-vy1mx
@emileniyoncuti-vy1mx Год назад
Imana ibongere amavuta!!
@Fleurisewniyomwungere-uc4oc
Yesu abakomeze❤
@Chorale_P_UPG
@Chorale_P_UPG Год назад
Amen
@dianeirakoze2935
@dianeirakoze2935 Год назад
Mukomezwe kandi and muhezagirwe cane
@Chorale_P_UPG
@Chorale_P_UPG Год назад
Amen
@dauphinebukeyeneza2450
@dauphinebukeyeneza2450 Год назад
Ameeen
@DushimeMilka
@DushimeMilka 4 месяца назад
❤❤❤❤💖💕😍💞💝
@nelsonmunezero3123
@nelsonmunezero3123 Год назад
Good work
@vivantisteoficiall6287
@vivantisteoficiall6287 Год назад
thx mugenzi
@Chorale_P_UPG
@Chorale_P_UPG Год назад
Merci!
@JeanineNkunzimana-yq9ds
@JeanineNkunzimana-yq9ds Год назад
Muhezagirwe
@Chorale_P_UPG
@Chorale_P_UPG Год назад
Amen!
@Chorale_P_UPG
@Chorale_P_UPG Год назад
Nmwe muhezagirwe caane
@Chorale_P_UPG
@Chorale_P_UPG Год назад
Mushigikire iri vugabutumwa mukugira Partage ya link yacu " ru-vid.com/show-UChO7utYA_1hop_PPVM6jn-Q" muma groupe whatsapp murimwo no kuri facebook, instagram,...
@niyimpayejonathan1456
@niyimpayejonathan1456 Год назад
yesu abakomeze😘😘
@Chorale_P_UPG
@Chorale_P_UPG Год назад
Amen!
@NaomieManishimwe-ey4fd
@NaomieManishimwe-ey4fd Год назад
Mukomere
@francinenshimirimana-xv3vz
@francinenshimirimana-xv3vz Год назад
Vyiza cane
@EmelyneBivugire-sl1wy
@EmelyneBivugire-sl1wy Год назад
IMANA YO MW'IJURU ibahe umugisha hama link tuhironka gut?
@EmelyneBivugire-sl1wy
@EmelyneBivugire-sl1wy Год назад
Nabibonye muhezagirwe.
@BenjaminBISANGI
@BenjaminBISANGI Год назад
amen
@FerdinandIrinimbabazi-xe7id
Harinkomezi sukubesha
@ndikumanaj.claude2801
@ndikumanaj.claude2801 Год назад
Amen
@EmelyneBivugire-sl1wy
@EmelyneBivugire-sl1wy Год назад
Icubahiro kibe ic' IMANA YA ISILAYELI
@Chorale_P_UPG
@Chorale_P_UPG Год назад
Amen
@N.Floxel
@N.Floxel Год назад
Nivyukuri harinkomezi mu maraso ya yesu
@christophendayizeye
@christophendayizeye Год назад
Muhezagirwe cane
@NiyogusengaDoleva-pv8zv
@NiyogusengaDoleva-pv8zv Год назад
Amen
@EuphraimNiyomwungere-is6fj
@EuphraimNiyomwungere-is6fj Год назад
Amen
@PatrickNiyonkuru-ll7ti
@PatrickNiyonkuru-ll7ti Год назад
Amen
@jamesiranzi5016
@jamesiranzi5016 Год назад
Amen
@dennisniyokwizera6470
@dennisniyokwizera6470 Год назад
Amen
Далее
Njanwa mu kiyaya By Chorale Pentecôtiste de l'UPG
6:30
Признавайтесь, кто его смыл?
00:54
Ничего не делаю всё видео 😴
00:33
DUFITE IZINA RIKOMEYE by JYANUMUCYO CHOIR JABANA
6:52
Просмотров 2,2 тыс.
Worship medley ( Project 7 )
25:33
Просмотров 37 тыс.
Israel Mbonyi - Tugumane
13:22
Просмотров 4,4 млн
DUFITE IBIHAMYA By Hoziana Choir (ADEPR Nyarugenge)
9:38
Numva ijwi by Chorale Pentecôtiste de l'UPG
6:22
Просмотров 12 тыс.
ZABURI YANJYE - Ben & Chance (Official Live Video)
15:11
Kumusaraba by Chorale Pentecôtiste de l'UPG
7:58
Просмотров 8 тыс.